#KuKAYI

  Рет қаралды 21,739

PAM Channel TV

PAM Channel TV

Күн бұрын

Twarabemereye ko tuzobakorera ikiganiro co guteka nyezina,kugira ngo abigeme babonereho akaryo ko kuvyiga biciye ku buhinga bwa none.Kurikirana ibice vy'ikiganiro kikwigisha gutegura utwo kurya turi simple ariko turi class hano kuri PAM Channel.
#KuKayi #pamchanneltv #kumenyaguteka #food #smartmind #abarundikazi #thepassword #Burundi #guteka #cuisine #eac #kitchen

Пікірлер: 66
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 11 ай бұрын
Abakenyezi B'Abarundikazi disi ndabafise Kumutima❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@IrakozeNalada
@IrakozeNalada 5 ай бұрын
Abarundikazi muzi guteka cyane nabanye nabo ❤❤❤
@masabarakizaornella-ks9cb
@masabarakizaornella-ks9cb Жыл бұрын
Wooooow
@nakinteje7172
@nakinteje7172 10 ай бұрын
Abarundi hejuri 🎉🎉🎉🎉
@francefrance3288
@francefrance3288 Жыл бұрын
Ndabakunda cne mme pamela mugume mutwigisha
@fredericindanga1423
@fredericindanga1423 Жыл бұрын
Umwigisha mwiza pe!!!Muhezagirwe muhore mukora neza gutyo!!!
@mariamtumwebaze389
@mariamtumwebaze389 5 ай бұрын
Ndabemeye Murarenze ❤❤
@DianeIrakoze-uw1in
@DianeIrakoze-uw1in 6 ай бұрын
Murakoze cane ba mama beza
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 2 жыл бұрын
Murakoze! Mwigishe n' abagabo guteka, urugo ni babiri! Naho akazi mu ngo kkagabuye, kubaka ni babiri. Kuko ntawomenya: madame ashobora kuja kuvyara canke akagwara, canka bikaba bidashoboka ko narugo ateka!
@kellymirabellekarundikazi379
@kellymirabellekarundikazi379 Жыл бұрын
Merci Pam, bandanya nizindi recette👌🏾
@julieconsoleekamikazi8618
@julieconsoleekamikazi8618 2 жыл бұрын
channel nkiz niz dukeney cane,vm Mme Pam,je vous encourage cane,mkora ibihimbay
@chantalnizigiyimana9835
@chantalnizigiyimana9835 Жыл бұрын
Gerageza gusigura mu kirundi,herbe de province!!!
@francefrance3288
@francefrance3288 Жыл бұрын
Mukomze kutwigisha nibindi kugirango tumeny ndabakunda cne bantu mutubaha hafi kukayiii🤩🤩🤩🤩
@nicky6095
@nicky6095 2 жыл бұрын
Ibi biganiro vyanyu biraryoshe 👏👏 mushishikare!
@bdad4745
@bdad4745 Жыл бұрын
Hello. Ikiganiro ciza cane. Muratubariza ko atayandi mavuta yokora kiretse blue band
@benignedushime2288
@benignedushime2288 Жыл бұрын
Huile d olive canke beurre
@esther8032
@esther8032 Жыл бұрын
🎉🎉❤
@iidd6782
@iidd6782 Жыл бұрын
Merciiiiiii ❤
@alainbigirimana387
@alainbigirimana387 Жыл бұрын
Murakoze kuriki kiganiro. Ariko nagira ndabasabe muzohore mu filma munkono kenshi kugira tubone ingene bihinduka canke ingene bisha. Murakoze !
@josianekwizera3082
@josianekwizera3082 2 жыл бұрын
Vyiza cane kubona muburundi mutanguye ibiganiro nkimbi . Keep it up 👍
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Ooo josiane mercii pour ton commentaire ugume udukurikira gusa vyinshi biri inyuma☝️
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Ooo josiane mercii pour ton commentaire ugume udukurikira gusa vyinshi biri inyuma☝️
@DianeIrakoze-uw1in
@DianeIrakoze-uw1in 6 ай бұрын
Christine twamubonye ubu dukeneye ivyo arikoaratwigisha bitewereke
@kanyambocarmenclarette633
@kanyambocarmenclarette633 2 жыл бұрын
Merciiiii bokuuu past Christine, akayi kari karyoshe Pam!
@fleuretteduk01
@fleuretteduk01 2 жыл бұрын
Murakoze cane kutwigisha nukuri biri intéressant cane
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Oo merciii chaque vdi uzokwame uhari udu surprise ni twinshi☝️
@mireille2452
@mireille2452 2 жыл бұрын
Nukuri pamela iki kiganiro cawe kigiye gukurikiranwa cane ama idées ndabona uyafise courage nyinshi
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci Mireille nanj ngie kubanezereza cane☝️
@audi8861
@audi8861 2 жыл бұрын
Merciiiii Past Christine
@hosannanimubona9316
@hosannanimubona9316 2 жыл бұрын
Merci Madam Christine
@DianeIrakoze-uw1in
@DianeIrakoze-uw1in 6 ай бұрын
Iyo kamera ntimurika indani munkono ngo tubibone etape par etape sivyiza
@kavaofficial203
@kavaofficial203 Жыл бұрын
Ma tante arashushe mu kiganiro co guteka hahaha vraiment c'est une bon émission
@gentillessebutoyi2366
@gentillessebutoyi2366 2 жыл бұрын
Waouh Nice courage bandanya mutera imbere
@yongwetv738
@yongwetv738 2 жыл бұрын
Ibiganiro nkibi nivyo dukeneye kuko birigisha cane. Mwene ibi biganiro bidufasha noguhindura ubuzima. Bikunda tubasabe mutugwirize ibiganiro kuko n'imboneka rimwe ngaha iwacu. Abemera ko #Pam_Channel_TV ije guhindura ibintu, mufashe ibi biganiro tubisangize bagenzi bacu. Murakoze
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 2 жыл бұрын
Amahoro neza Papa Utamu. Murakoze kuntererano yanyu. Hari icipfuzo mwoba mufise kubiganiro bikurikira twobategurira? Mugume mukurikira PAM Channel TV !
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 2 жыл бұрын
Ego cane nanje nacishimiye
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 2 жыл бұрын
Yes madam
@cynthiaakimana5366
@cynthiaakimana5366 2 жыл бұрын
Mrci bcp en 2 ka je suis sur k c est delicieux me malheureusement umu cameraman ntatwereka indani mu nkono
@johappy4684
@johappy4684 2 жыл бұрын
Toop.murabambere
@christianebukuru6997
@christianebukuru6997 Жыл бұрын
Merci beaucoup pour l'émission
@chantalndabarushimana5296
@chantalndabarushimana5296 2 жыл бұрын
Merci beaucoup.
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Жыл бұрын
Bambwirire mabukwee
@alicekayihura3845
@alicekayihura3845 2 жыл бұрын
Ça semble vraiment bon,merci .Ndakubaze "Ku kayi" bivuga iki?
@jethonniyitegeka2790
@jethonniyitegeka2790 2 жыл бұрын
Murakoze muvyeyi, nne iyo poivro irumye?iconic kirungo kindi cobonekahe
@anithandikumana7739
@anithandikumana7739 Жыл бұрын
Ibirungo vyoose Kuri cotebu canke kwa Siyoni biruzuye
@angeniyuhire6458
@angeniyuhire6458 2 жыл бұрын
Pam ibiganiro vyaw biraryosh,komera mère!!ndabakunda cane
@aristidendayubaha6114
@aristidendayubaha6114 2 жыл бұрын
Mama Pastor ndariye mu Mwemu no mumubirii U're living nukrii Izo n'ingabire
@lindankurikiye9881
@lindankurikiye9881 2 жыл бұрын
Uuuuuum c'est délicieux ! Merci beaucoup Maman Christine Mugir'akayabagu keza. C'est vraiment nature ! (mon avis personnel ,
@lindankurikiye9881
@lindankurikiye9881 2 жыл бұрын
...(mon avis personnel, nokongeramwo ubwishaza butoto , ikaroti, poivrons (verts ou rouges) Après kumbure chacun chacune peut les préparer à sa sauce (à sa manière différente) BON APPÉTIT WEEK-END nziza
@nishimwekenthia768
@nishimwekenthia768 2 жыл бұрын
Biraryosh cn 😍😍
@josephfuraha1511
@josephfuraha1511 2 жыл бұрын
Ikiryoshe cane ni insiguro nziza cane zitomoye atanga. Afise ingabire yo kwigisha. Kandi akarenzako, nuko ari mururimi rwacuuu 💯😍 Please, more of this! #bestcook
@nijimberemariechantal3190
@nijimberemariechantal3190 2 жыл бұрын
Ntidusho.bora.gushiramw itomati?
@engleberthentirampeba3452
@engleberthentirampeba3452 2 жыл бұрын
Nihoncumva ikirungo citwa herbe de province!
@fredericindanga1423
@fredericindanga1423 Жыл бұрын
Au fait ni herbe de Provence.Bazitiriye région yo mu bu Fransa.
@jethonniyitegeka2790
@jethonniyitegeka2790 2 жыл бұрын
Ntatomati zikenewe
@mizerocarmengloria9913
@mizerocarmengloria9913 2 жыл бұрын
😍😍😍
@vaninandayikeze5521
@vaninandayikeze5521 2 жыл бұрын
♥️♥️♥️
@nabi925
@nabi925 Жыл бұрын
Ibirungo bimwe ntitwumvise mukirundi ariko murakoze
@fabyjeanmckenzie530
@fabyjeanmckenzie530 2 жыл бұрын
Nabonye ufise four, iyo uca ubitereka muri four kukariro gake bikumuka gato naho ni bon
@bdad4745
@bdad4745 Жыл бұрын
Nibazako baba bashatse kworohereza nabandi kuko Ama four si benshi bayafise aha muburundi
@christanishimwe1469
@christanishimwe1469 2 жыл бұрын
👏🏾👏🏾👏🏾❤️
@umurungijoselyne4767
@umurungijoselyne4767 2 жыл бұрын
Ni vyiza ariko muzogerageze mugire ama safuriya atabaturira pour l'esthétique guteruza igitambara c'est dangereux. Merci tv
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 2 жыл бұрын
Namwe ntimubura ivyo munegura! Erega utwo dutambaro tuba dusukuye.
@colombeakimana2855
@colombeakimana2855 2 жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰
@irakozefleury8439
@irakozefleury8439 2 жыл бұрын
😍😍😍
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 26 МЛН
버블티로 부자 구별하는법4
00:11
진영민yeongmin
Рет қаралды 18 МЛН
World‘s Strongest Man VS Apple
01:00
Browney
Рет қаралды 58 МЛН
Salade Piémontaise
19:13
Les Food'Cuisine
Рет қаралды 808 М.
Mbega burya abagabo nibo batera akajagari mu gihugu kuvyerekeye irwirirana ry'abantu?
24:33
#kukayi: Menya uko bategura EPINARD
17:59
PAM Channel TV
Рет қаралды 8 М.
KUKAYI : Inguvu zo gushika ku ndoto zawe wozikura he?
32:22
PAM Channel TV
Рет қаралды 2,8 М.
#KuKayi: Mbega aga salade kari simple,karyoshe gategurwa gute?
28:35
PAM Channel TV
Рет қаралды 10 М.
NUTITA KURIBI WARWAZA IMIRIRE MIBI KDI NTACYO UBUZE! Menya jbipimo ukwiriye gupimisha umwana wawe!
23:03
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 26 МЛН