#KuKAYI

  Рет қаралды 11,440

PAM Channel TV

PAM Channel TV

Күн бұрын

Indwara y’akabonge inyuma yo kuvyara irakunda gushikira abavyeyi benshi ariko ntibamenye ko ariyo bagwaye. Twashimye gutegura kino kiganiro kugira tubashe gutahura ivy'indwara tubifashwijwemo n'umuganga Dr Pasteur asanzwe akurikirana indwara z’abakenyezi akaba ana bibarutsa.
#PostPartum #BabyBlues #Burundi #kukayi #pamchanneltv #KiraHospital #Santé #Femme

Пікірлер: 30
@orneeumurundikazi7197
@orneeumurundikazi7197 10 ай бұрын
Ndabona hokorwa conférence kwiyo sujet😃dufise intahe nyinshi...tworemeshanya kugira dukire ibikomere bimwe bimwe🥲
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 10 ай бұрын
Turiko turabiraba vuba bizokorwa
@blanchemuco3492
@blanchemuco3492 10 ай бұрын
ikindi kintu ndakunze ingene mwatumiye umu docteur abizi yabinonosoye!!! burya abarundi dutunzwe n'Imana gusa, ntanuko tumenyereye ko turonka abantu batwigisha nko hanze bakaduteguzq twibungeze canke ugahamagara umuntu wizeye canke umu psychologue wumva utamerewe neza!! merci pour l'emission et les bonnes dames bitanze bakavugisha ukuri ibintu biranze ishinga benshi
@blanchemuco3492
@blanchemuco3492 10 ай бұрын
ikiganiro ciza gose , tres educative, Merci beaucoup Pam Channel Tv kuvuga ama sujets benshi badahora bavuga!! narabonye ko hari aba maman benshi bibungenga surtout inda zambere batabateguza ivyo vya depression post partum, bakavyisangamwo atawabateguje!! akandi kantu gahora kanshisha ingene umwe wese aza kukuraba yigira je connais aguha amategeko hakukwitaho ingene umerewe!! merci beaucoup de cette emission i wish benshi bovyiga bakabimenya ❤
@ilemarieineza3016
@ilemarieineza3016 10 ай бұрын
"Ntaco wumvise", ako kantu karababaza bantu bimana!! Mercii mesdames
@ariellakaribwami1307
@ariellakaribwami1307 14 күн бұрын
Que Dieu vs bénisse Dr Pasteur
@ornelladushime5996
@ornelladushime5996 10 ай бұрын
Mbega sujet nzizaaaa
@sandrineblessingirambona7816
@sandrineblessingirambona7816 10 ай бұрын
Merci kuri émission nziza.les Dr Bose iyaba babikora nkuko abivuze bagategura les futures mamans vyoba bifasha gusumba. malheureusement nuko atari Bose babikora umuvyeyi akaja kwibaruka ata information nimw yahaw.
@nounou5734
@nounou5734 10 ай бұрын
Mpore sha Alida igikuru ni kubona umwana
@alidamugisha9480
@alidamugisha9480 10 ай бұрын
ego cane. merci
@lyduinengendakumana314
@lyduinengendakumana314 10 ай бұрын
Yoooo , abantu turakwiy kwihanura tukavug ibikenew, ngo kuberik ufis inda ingana uko? Knd naw urabonak ari Nini knd bikakubabaz.ukumva uwuj kubivuga nkuko .ni hatar
@ColombeKami-on4gi
@ColombeKami-on4gi 10 ай бұрын
Waouh ibiganiro vyawe birigisha kandi biraryoshe, courage vrt !
@kanyambocarmenclarette633
@kanyambocarmenclarette633 10 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane Iman ibahzagire Aba maman benshi barabicamwo ntibabimnya ntibaba bazi ibiriko birababako
@godsgrace6820
@godsgrace6820 10 ай бұрын
Yooo munyibukij amahere nari mfis mfise inda ya 1 nari nsigay ntinya abantu kubera comentaires mbi. Abarundi turakwiy gucunga akanwa....bon c'est pas le sujet ariko birajany
@godisgood3914
@godisgood3914 10 ай бұрын
Merci les maman yooo kukayi mwarymiye aba byeyi beza❤
@Ishimwe0212
@Ishimwe0212 10 ай бұрын
Merci pour l'emission ,Alida ivyo yaciyemwo bisa nanje kwl naciye niyumva
@gacutiannieceleste9249
@gacutiannieceleste9249 10 ай бұрын
Mercii kuri sujet yariryoshe❤❤
@BenigneMunezero-zf2kg
@BenigneMunezero-zf2kg 10 ай бұрын
Ubivuge mazeu sha Pame
@christellenjejimana6943
@christellenjejimana6943 10 ай бұрын
Merci PAM tv ndakunda ibiganiro vyanyu. Merci d’abardorder ce sujet. Mbega ivyo bita ivy’abazungu, bobo s’abantu? Kubera iki abany Afrika en géneral umengo turi vaccinés contre tout? Please ninaza i Burundi muzompe ikiganiro
@KenthiaNishimwe-mz4ri
@KenthiaNishimwe-mz4ri 10 ай бұрын
Mrc bcp
@irakazaliessenadia8831
@irakazaliessenadia8831 10 ай бұрын
Merci bcp jeho muramvuye mbere
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 10 ай бұрын
waouuuuh turanezerew kubwawe
@chancelleuwibanga1244
@chancelleuwibanga1244 10 ай бұрын
Murakoz kwico kiganiro😭😭😭😭😭😭
@cheiraineza
@cheiraineza 10 ай бұрын
Merci beaucoup❤
@elianeicyingeneye3430
@elianeicyingeneye3430 10 ай бұрын
Bsr! Nabona numero ya docteur pasteur s’il te plaît
@leabayisenge8104
@leabayisenge8104 10 ай бұрын
Mrcii
@angegloriaakimana2655
@angegloriaakimana2655 10 ай бұрын
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 10 ай бұрын
Alida nanje mfise umwana wa 8ans nuwa 1an, muga vyatewe na long distance ya relationship
@alidamugisha9480
@alidamugisha9480 10 ай бұрын
ego nanje carabayemwo ica distance ariko aussi numva umenga nokwiha umwanya pour multiplier les chances yo gushobora kwibaruka par voie basse
Секрет фокусника! #shorts
00:15
Роман Magic
Рет қаралды 64 МЛН
Or is Harriet Quinn good? #cosplay#joker #Harriet Quinn
00:20
佐助与鸣人
Рет қаралды 47 МЛН
Now it’s my turn ! 😂🥹 @danilisboom  #tiktok #elsarca
00:20
Elsa Arca
Рет қаралды 12 МЛН
PEDRO PEDRO INSIDEOUT
00:10
MOOMOO STUDIO [무무 스튜디오]
Рет қаралды 25 МЛН
#Kukayi : Ni gute twotegura RETRAITE iryoshe tukibishoboye?
30:17
PAM Channel TV
Рет қаралды 3,9 М.
#kukayi: Menya uko bategura EPINARD
17:59
PAM Channel TV
Рет қаралды 7 М.
Секрет фокусника! #shorts
00:15
Роман Magic
Рет қаралды 64 МЛН