Kurikira Ikiganiro kidasanzwe Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye na Studio Ijambo

  Рет қаралды 65,382

Mashariki TV

Mashariki TV

3 жыл бұрын

#Burundi : Kurikira Ikiganiro kidasanzwe Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye na Studio Ijambo

Пікірлер: 99
@bluehada2151
@bluehada2151 3 жыл бұрын
Warundi tunahitaji amani kwanza tunaweza kuwa pamoja kwa sababu sisi sote ni Uumbaji mmoja wa Mungu Tunahitaji kufanya kazi kwa bidii ili kujenga nchi yetu
@iradukundamike5370
@iradukundamike5370 3 жыл бұрын
👏👏👏👏uyu mumenyesha makuru uhezagirwe urincabwenge vrema
@allahakujazekheriwowww5694
@allahakujazekheriwowww5694 Жыл бұрын
Komera mutama wacu imana iguhezagire wirambire🙏
@bwalyamukuka1796
@bwalyamukuka1796 3 жыл бұрын
Umuhisi Nkurunziza yarigabo kbx Imana imuhe iruhuko ridashira
@viatniyu5027
@viatniyu5027 3 жыл бұрын
Uwu mutama araryoshe kwumviriza cane gose ! Ni umunyakuri kandi abarundi ariko arabahindura neza. Imana imuhezagire cane, imuhe amahoro n'umugisha.
@afri_life1996
@afri_life1996 3 жыл бұрын
IMANA IGUHEZAGIRE MUVYEYI MWIZA KANDI IKUZIGAME KAND IBANDANYE IGUKORESHA MPORA NGUSENGERA KUGIR IMANA IKUTUZIGAMIRE UZE UGEZE IGIHUGU KWITERAMBERE
@hakizimanajeanbosco9223
@hakizimanajeanbosco9223 3 жыл бұрын
Hezagirwa kuramba nyakugir'Imana nukuri ivyo mwavuze birahimbaye ntawutashima nkuko murimvugakuri nyakubahwa muyobozi Imana yaguhaye ineza kd uzayihorane mukomeze guhezagirwa
@culturalofficial7199
@culturalofficial7199 3 жыл бұрын
Kbs nivyiza kuza muradusangiza integuro dufise kugihugu n,uko twocubaka birakwiye komwoza muraduha ikikiganiro 🙏🙏🇧🇮🇧🇮
@Love-vb8hz
@Love-vb8hz 3 жыл бұрын
Mutama turagukunda wew udukuyeko abatoza bo mwibarabara urumutam kabisa
@asapauxelin6824
@asapauxelin6824 3 жыл бұрын
Preach mr President👏👏The future is bright
@johnclaudendiho9492
@johnclaudendiho9492 3 жыл бұрын
Muvyeyi mwiza ! Murabanyamugisha !
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 жыл бұрын
Ahubwo nimubandanye mwumva umunoho,kugira ngo namwe muhashike🤣😂😂I love my beautiful country burundi 🥰❤♥
@niyonsabaosuald2376
@niyonsabaosuald2376 3 жыл бұрын
Komera Kumabanga mwahawe Muvyeyi Wacu Twakuronse Tugukeneye Imana Yakuduhaye Ikutuzigamire Muvyeyi Wacu
@nkeshimanaappolinaire1502
@nkeshimanaappolinaire1502 3 жыл бұрын
?
@goodmorningkigali
@goodmorningkigali 3 жыл бұрын
Love from Rwanda . Ooohhhh mbega president mwiza. Nkundanukuntumuvuga. Uzadusure murwanda uhurenintwariyacu mumezekimwe HE PAULO KAGAME
@alexandernsabimana8432
@alexandernsabimana8432 3 жыл бұрын
Imana izabere maso muri vyose
@josianenagito2188
@josianenagito2188 3 жыл бұрын
IMIGISHA Y' IMANA RUREMA .
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Жыл бұрын
Ibintu vyukubesha ndayishimiye sivyiza kuko nabstesrs imyaka 2 mumyaka 2 itegerezwa kwerekana ivyo wakoze
@pickfordjustin3432
@pickfordjustin3432 3 жыл бұрын
Mutama wanje nukuri turafise ibibazo muri famille Hari ibanki yatwivye amahera none bariko bashaka kuyadutwara banashaka kudufungisha ndasavye udufashe papa Burundi
@hitsong3408
@hitsong3408 3 жыл бұрын
Ikiyihe banks 🏦
@abodetidings8392
@abodetidings8392 3 жыл бұрын
wow ahohantu umuntu yohashika ate?
@jeanclaudengirishya7189
@jeanclaudengirishya7189 3 жыл бұрын
afrika biriho biraza kugira abayobozi beza bakunda abaturage babo.
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 3 жыл бұрын
Komerezaho Nyakubahwa President Wacu Twitoreye, Amahoro,Umutekano,Iterambere Mubusata Vyose Uburimyi Nubworozi,Amashuri,Ibitaro,Imabarabara,Ubumwe Bwabarundi CNDD FDD Rambaaa Komeraaa
@drukundo4276
@drukundo4276 3 жыл бұрын
Uranyemeje mutama komera tukurinyuma love ❤️ from New York 🇧🇮
@rosentakarutimana2432
@rosentakarutimana2432 3 жыл бұрын
Imana ikuduhezagirire nyakwubahwa mwubahwa mukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi. Muraturabira ryiza Christa kubwubushobozi mwahawe n'Imana.
@odeneuwimana1998
@odeneuwimana1998 3 жыл бұрын
Ndabaramukije cane, kandi ndashimye cane ku vyiyumviro vyiza bifasha kwubaka iki gihugu cacu. Numvise notanga intererano ku kijanye n'ubutare dufise hano mu gihugu cacu, Nkuko mwariko murabivuga, igihugu cacu si gikene, ni naco gituma hamwe gikorwa amasezerano hagati y'uburundi hamwe n'ibihugu bicukura ubutare kuburyo babanza kwubaka ama entreprise de transformation aha iwacu, maze bagatwara les produits finis gusa, igihugu n'abarundi twese twohatorera akoyokwe.
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 жыл бұрын
🤣😂😂😂😂😂president wanje sha ,icambere mubuzima nikurya,kabisa uvugishije ukuri,imana ukurinde nabawe bose nabutwara🙏🙏
@bonhbro2512
@bonhbro2512 3 жыл бұрын
Courage president
@alfredmanirakiza6232
@alfredmanirakiza6232 3 жыл бұрын
Aho mhe. Ndagufanya murabe no muri PAF
@faustinfaustin2265
@faustinfaustin2265 3 жыл бұрын
Hamagara abanyamahanga bazane imitahe urwaruka ruronke ubuzi na leta ironke taxe hama kandi uhimirize amahinguriro abe menshi mugihugu gutyo igihugu kizotera intambwe abantu batangare
@Love-vb8hz
@Love-vb8hz 3 жыл бұрын
Murabe mudufashe kuraya ma association yaba sekirite turagowe
@annickniyokwizera1414
@annickniyokwizera1414 3 жыл бұрын
Ndamukunda president wacu aranka ubunebwe nibiturire ivyovyonyene ndabimukundira cane
@banin-bradaneirakoze9535
@banin-bradaneirakoze9535 3 жыл бұрын
Basha najewe mfise iconoguha nukuri nokiguha kuko uranshika kumutima
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 жыл бұрын
Hahahaha,ati abana bagwaye kwashi,😄 🤣 😂 sutama🤣😂😂iki kiganiro kirandyoheye mwirambire
@nyiramahirwediane7423
@nyiramahirwediane7423 3 жыл бұрын
Nanje ndajyohewe sana 😊
@radimkaburu8882
@radimkaburu8882 3 жыл бұрын
Asant
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 жыл бұрын
Babwire babwire mutama wacu
@abdirahmannganji4065
@abdirahmannganji4065 3 жыл бұрын
Urumugabo.wijunja.nijambo.umukamayaradushumbushije.
@christineniyonkuru7137
@christineniyonkuru7137 3 жыл бұрын
nanje ndafise ikibazo abari mumahanga urabe udukunde natwe mukure iyokaratine mwashinze dutahe kuramutsa mwongere muduhe uburenganzira bwogusubira iyoturonderera agasabuni mutama ucigeko kuko turabana bawe kandi turagukunda non uremeye abana bawe bagume hanze kandi dufise muhira?
@arikumwenayoalexandre1338
@arikumwenayoalexandre1338 3 жыл бұрын
Tubatur ibibazo dufita cn cn mundongozi
@emeryshalom7067
@emeryshalom7067 3 жыл бұрын
Hari ikindi mutavuga, Urwaruka nigwinshi muburundi bamwe ntibagira ico bakora kandi bafise inguvu, mwokwugurura imiryango y,Igihugu bakagenda hanze aho bakeneye Abakozi ama devise akinjira
@emeryshalom7067
@emeryshalom7067 3 жыл бұрын
@Michal Fossett Hi
@goodmorningkigali
@goodmorningkigali 3 жыл бұрын
Gukugwamumabanga nukugiragute. Ndumunyarwanda nimunsobanurire
@hamoodalrawahi6653
@hamoodalrawahi6653 3 жыл бұрын
Kugukura kukazi
@dieudonnendayishimiye9631
@dieudonnendayishimiye9631 Жыл бұрын
ni mu gihe wari umuyobozi mu bintu canke ahantu hanyuma bakakwirukana muri ico gikorwa kubera kumbure utabishora canke utariko ubikora neza
@fabienuwimana9559
@fabienuwimana9559 3 жыл бұрын
Ahubwo reta nkozi reta mvyeyi igire ifate ayo ma Hilux tubona mwibarabara yagugwa ama mirioni ijana abashoferi bazigendesha nabi .
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 жыл бұрын
🤣😂😂😂😂yani uramwugara munyishu wishura pe
@emmanuelmuyombano8890
@emmanuelmuyombano8890 3 жыл бұрын
Ariko mwagiye mwigira ahangaha, hari umunyarwanda wigeze atuka Perezida wanyu, ariko murebe umuntu abarundi badurumira Perezida, ubu se ninde wigeze atinyuka mumutuka! Ikinyabupfura cyubahwe
@mgmgtheraper6679
@mgmgtheraper6679 3 жыл бұрын
Ikiganiro cariciza iterambere naryo mutaryibagigwa
@ericntungwanay2507
@ericntungwanay2507 3 жыл бұрын
Muvyeyi wubahwe musaza ark ikintu cama taxis murabe mugikemure mwoba mukoze
@bestjo2003
@bestjo2003 3 жыл бұрын
Ooh... 🤦🏾‍♂️
@Am-jy4nr
@Am-jy4nr 3 жыл бұрын
🤣
@arikumwenayoalexandre1338
@arikumwenayoalexandre1338 3 жыл бұрын
Vyiza can nyeni ngaji. ariko uburundi buragoy kugorora can can mu rmg turasavy murotugendere mu ntara ya rmg
@vinceruba9841
@vinceruba9841 3 жыл бұрын
Journaliste uvuze ko habaye détournement aba akoze infraction ! C'est une première ! Ikibazo si détournement ahubwo kubivuga nico kibi 😨😨😨
@abdirahmannganji4065
@abdirahmannganji4065 3 жыл бұрын
Jewe.ndashigikiye.ko.umuntu.yokorutwiwe.ntahangamaso.reta.tworore.ibitungwa.bitobito
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 жыл бұрын
No barashobora gukora muri reta, hakaba nutundi bakora kuruhande niko gutera imbere
@banin-bradaneirakoze9535
@banin-bradaneirakoze9535 3 жыл бұрын
Ego ariko akamanza kwitaho aka leta,kuko igihugu coco kiguma giharurako kirya kibanza kirimwo umukozi
@fredericniyibigira1399
@fredericniyibigira1399 3 жыл бұрын
Muraraba neza amacupa ya plastic avamwo ibinyobwa bitandukany aragisibije yabaye menshi cane gose kuburyo hatagize igikozwe mu lmyaka 5 bizogora kubirwany . Cari ivyiyumviro canj murakoze
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Жыл бұрын
None Ivyo VYOSE ko mubifise ariko ubukene ninzara kuki biriko bimerera nabi abanyagihugu ?
@jinamajody
@jinamajody 3 жыл бұрын
Ni heza kwa NTARE
@annickniyokwizera1414
@annickniyokwizera1414 3 жыл бұрын
Niburayi hari TV yomurwanda bariko bavunga inyubarwa nziza 10 zikoreramwo aba perezida Ntare yabaye muzambere🙌🙌🙌
@patrickmutuli8600
@patrickmutuli8600 3 жыл бұрын
Nivyiza mugabo sinibaza ko kuva 2005 ariho leta yakoze honyene..ivyo ni ukutemera iruhare rwabandi..ego hari ibitaragenze neza muri kahise ki igihugu cu uburundi ariko nabo hari ivyiza bakoze quand meme..nkuko namwe haraho mudakora neza nyakubahwa Evariste!!!! Uhereye kuri Ntare rushatsi gushika kuri wewe harivyo mukora nabandi bazoza bashirako ibuye ryabo
@hadijashabani890
@hadijashabani890 3 жыл бұрын
Natamani kujuwa wanaongea nini jamani
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 3 жыл бұрын
Nenda ukajifunze lugha ya Kirundi sasa
@thomasnsankala6898
@thomasnsankala6898 2 жыл бұрын
Icikintu cafirode woyireke kuk ntagihung nakimwe kitagira forode abo bagabo ba obeyeli nibo bandi biba cane
@nihorimberealfred7078
@nihorimberealfred7078 3 жыл бұрын
Hano muri Africa yepfo bagufashe wivye reta bacabakwaka ubwegihugu
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Жыл бұрын
Oya ndayishimiye igihugu si LETA igihugu ni abanyagihugu na leta bari kumwe. NICOGITUMA itunga ABATEGETSI nariko baratwara bategerezwa kuzobibazea. Nkubu UMUHUNGU wawe ariko sgatavsmadrgevsrihs kumafstanha menshi. None ayomafaranga suskurabhehe ? Ivyo wobidigura gute ? UBIRABE NEZA KUKO na BUNYONI nivyo wamukuroye.
@AlbertEinstein-gx6xp
@AlbertEinstein-gx6xp 3 жыл бұрын
President w'Umuhutu ararutwa nimbwa kbaa . Burundi waragowe wewe uyobowe numuhutu. Ndebera uyu ngo ni President ndebera amagambo kivuga koko
@gilbertnduwimana2644
@gilbertnduwimana2644 3 жыл бұрын
Imana ikubabarire muvandilwe iyoni satani yaguteye
@landrypaternearakaza6467
@landrypaternearakaza6467 3 жыл бұрын
Mushingantahe Jewe nibazako kumenya gutwara bitagira "amako" y'aba Umuhutu, Umututsi , Umutwa canke Umuganwa mugihe akora neza , akama na ntaryo ahimiriza Abarundi kutarandira ku bintu vyo dutandukanya na cane cane Birya bita "amako" , akaduha akaryo yuko umurundi wese yumva yuko adakumiriwe , yuko ibikorwa vyiwe n'imigenzo yiwe myiza arivyo bizomutza imbere. Jewe nzomushigira n'ubwenge bwanje bwose n'inguvu zanje zose. Kuvyerekeye Nyakubahwa umukru w'igihugu Evariste Ndayishimiye haheze umwaka umwe gusa atwara aracafise iiyindi myaka itandatu, reka dutenyenye turabe tuzoheza tugire ico tuvuze twisunze ibikorwa vyiwe. Nayo ivyo uko ari umuhutu honnêtement i don't care. En tant que "Tutsi" ( naho iyo qualficatif y'ubwoko ntayemera na gato). Je suis prêt yogushigikira Umukuru w'igihugu wese azoduteza imbere twese atavanguye , kandi azoshira imbere gukunda ibikorwa n'ukwifata runtu mukibano.
@landrypaternearakaza6467
@landrypaternearakaza6467 3 жыл бұрын
Birababaje kubona mudashobora kugira une critique constructive, mwahisemwo gusa gutukana. Erega muvuze gurtyo muba mututse abarundi bose abamutoye n'abatamutoye, abahutu, abatutsi, abatwa n'abaganwa. Navuze yuko " la critique constructive" itarimbi , mugabo nisunze kuvyo mwavuze mbona umengo mufise ivyiyumviro bitubaka. Abantu rero nka ba mwebwe mufise ivyiyumviro nkivyo ntitubakeneye haba mu Burundi, haba no mu mugabane wa Africa. Nimba muba muyindi migabane nimugumeyo ntitubakenye. Murakoze
@AlbertEinstein-gx6xp
@AlbertEinstein-gx6xp 3 жыл бұрын
@@landrypaternearakaza6467 President utazi no kuvuga ubwo ni President wahehe ? Uretse kuvuga ibigambo
@iga2023
@iga2023 3 жыл бұрын
Uraza udutware wewe.irofa zirama wewe urarenze.
@nkurunzizaarmand127
@nkurunzizaarmand127 3 жыл бұрын
uyo mudame iyo areka kwambara amahereni vyaca biba neza
Sigma girl and soap bubbles by Secret Vlog
00:37
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 2,8 МЛН
Little girl's dream of a giant teddy bear is about to come true #shorts
00:32
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Yaga Burundi
Рет қаралды 9 М.
Runyota na Inámujândi bokwitwa incungu z'Uburundi ?
8:26
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,1 М.
Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
7:29
Yaga Burundi
Рет қаралды 8 М.
Burundi: inama yahuje umukuru w'igihugu n'abacamanza
36:13
Isanganiro
Рет қаралды 249 М.
Sigma girl and soap bubbles by Secret Vlog
00:37
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН