"Kwidodomba kubera ico ubuze ntibiguha ivyo uriko urasaba" - Pasteur Denise Nkurunziza

  Рет қаралды 5,686

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 16
@AbelNintunze-u8j
@AbelNintunze-u8j 9 күн бұрын
Imana ishishikare kuduhezagirira Mama Buntu.Umuntu wese yumvise ayo majambo y'Imana arafashijwe cane
@LogerNiyonzima
@LogerNiyonzima 8 күн бұрын
Maman buntu yigishije neza cane.imana imutuzigamire..
@ndihokubwayofaustin-i7q
@ndihokubwayofaustin-i7q 9 күн бұрын
Imana isumba vyose ikongere amavuta warahezagiwe.amen.
@habonimana
@habonimana 9 күн бұрын
Ameen Ameen
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 10 күн бұрын
Amajambo,meza cane yuzuye mwemu yera! Ndafashijwe cane gose!!
@HorisBayumvire
@HorisBayumvire 8 күн бұрын
Amenn❤❤❤
@innocentmupenzi167
@innocentmupenzi167 10 күн бұрын
Nyagasani aduhire twese!
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 10 күн бұрын
Nukuri imana imana itubabarire nukuri. Imana turayibabaza . Amajambomeza
@inkonantiyaruzwa5689
@inkonantiyaruzwa5689 9 күн бұрын
Imana igume iharira Uburundi n'abarundi, kuko muri make turi ntashima
@CelestinNzoyisenga
@CelestinNzoyisenga 9 күн бұрын
Amen
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 9 күн бұрын
Uramfashije caneee dusengera n'umwumvikano dukunde benewacu babarundi tuve mubukene tureke kwikunda cane
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 10 күн бұрын
Nkimara,kubona iki gikorane nkumva n,inyigisho nziza zavugiwemo!!; mbonye neza ko ubuhanuzi nigeze kumva k,Uburundi ko kizaba igihugu ntangarugero!! Muri Africa ndetse ko abantu bazajya bishyura VISA yo kugenderera igihugu c,Uburundi!! Kwell nukuri bizoshika vuba bidatinze!
@GerardNyandwi-y3n
@GerardNyandwi-y3n 10 күн бұрын
Kweri ibinyamajwi nibooo
@GerardNyandwi-y3n
@GerardNyandwi-y3n 10 күн бұрын
Ubutumwa bwiza buruhura imitima ibabaye
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 10 күн бұрын
Reka ivyobishobisho😂
@evanskiraryoshe330
@evanskiraryoshe330 9 күн бұрын
Amen
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.
Мен атып көрмегенмін ! | Qalam | 5 серия
25:41
Don’t Choose The Wrong Box 😱
00:41
Topper Guild
Рет қаралды 62 МЛН
How Strong Is Tape?
00:24
Stokes Twins
Рет қаралды 96 МЛН
IMIBABARO N ' AGAHINDA MU MITIMA ITUBATSE
2:09:11
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 6 М.
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.