Kwiyunguruza I Bujumbura, akananirabahinga ?

  Рет қаралды 1,441

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

🚌 i Bujumbura kw’iyunguruza biracari akananirabahinga. Hari umuti urama woba uhari ?
📈 Umukuru w’igihugu yaranse insiguro zatanzwe na #Sosumo zo kuduza ibiciro vy’isukari.
🇨🇳🇧🇮 Ubushinwa bugiye gutanga imiriyoni 28 z’amadolari y’abanyamerika yo kwubaka inyubako y’amagorofa 11 🏗️
Mu makuru arangiza ino ndwi, reka tubice irya n’ino
#KuMusi
#ukwiyunguruza

Пікірлер: 4
@RemyObota
@RemyObota 12 күн бұрын
Man ndagufana
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 12 күн бұрын
Igisagara ca Bujumbura kirimwo imburakimazi nyinshi zotegerezwa kuba ziri ku kivi ruguru.
@onanikubwimana479
@onanikubwimana479 11 күн бұрын
none wewe wabaye gute nubu uvugako atagitoro kihari!? memuvuga ukuri
“Natakaje ubusugi kubera ukutamenya”
14:17
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,2 М.
Igisata c'indero mu Burundi kiracahanzwe
6:57
Yaga Burundi
Рет қаралды 303
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 2,9 МЛН
А ВЫ ЛЮБИТЕ ШКОЛУ?? #shorts
00:20
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
💩Поу и Поулина ☠️МОЧАТ 😖Хмурых Тварей?!
00:34
Ной Анимация
Рет қаралды 2,1 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 28 МЛН
Ishano i Bujumbura: twarabatohoreje !
6:54
Yaga Burundi
Рет қаралды 13 М.
Inyambaro zubahiriza umuco ni izihe ?
6:21
Yaga Burundi
Рет қаралды 781
“Narahemukiwe, mpakwa kwiyaka ubuzima”
10:14
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,3 М.
Starlink mu Burundi, si urukurukuru
6:05
Yaga Burundi
Рет қаралды 9 М.
Guhungira agashomeri muri Master biraharawe...
4:26
Yaga Burundi
Рет қаралды 1 М.
Rimwe ryishe vyose
4:07
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
Kuki "Féminisme" mu Burundi ?
7:02
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,3 М.
Ubuhinga mvaruganda AI, bwokamishwa gute ?
5:26
Yaga Burundi
Рет қаралды 881
Umugera wa Marburg : harajwe !
5:32
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,4 М.
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 2,9 МЛН