Prezida Evariste NDAYISHIMIYE avuga iki ku kibazo c'ibiciro vy'ibifungurwa vyaduze ku masoko ?

  Рет қаралды 35,479

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Umukuru w'igihugu yaremesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru n'abenegihugu ku bibazo bitandukanye. Kimwe mu bibazo bamutuye harimwo ic'uko ibiciro vy'ibifungurwa ku masoko vyaduze. Prezida Evariste Ndayishimiye yishuye uyu mwaka umwimbu utangenze neza ku mpeshi bivuye kw'icererwa ryifumbire. Ariko yibukije ko umuti urama aruko abarundi borwiza umwimbu w'ibifungurwa kandi n'ibibonetse bakabibungabunga, bakirinda kubishora mu bindi bihugu.

Пікірлер: 27
@ubuzimabuzimatv
@ubuzimabuzimatv Жыл бұрын
Rwose hose byarazamutsepe yego yarata nibahinge ahantu hose hari nzara ❤
@elkanandayishimiye
@elkanandayishimiye 2 ай бұрын
wafanye kazi
@CedricNiyonkuru-of7sf
@CedricNiyonkuru-of7sf 4 ай бұрын
Ndakuramukij,papa,wacu
@sabushimikegodefroid8273
@sabushimikegodefroid8273 Жыл бұрын
Nibagume badibamye ngo bakeneye gukororo ibiciro kumunwa ,bikorogwa nibikogwa.
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 Жыл бұрын
Wavuga neza mutama Mbona naho duherereye mumahanga bizimvye ni bakore
@etiennekarekezi4089
@etiennekarekezi4089 Жыл бұрын
Gukora niwo muti
@nsafelix
@nsafelix Жыл бұрын
Ntahahari hokurima
@niyigenatharcisse-x2m
@niyigenatharcisse-x2m 7 ай бұрын
Agashinyaguro gusa ubuse iburundi abarundi bose bafitaho bahinga? 😂😂,
@LumumbaRemy
@LumumbaRemy 5 күн бұрын
Nonese barangirango ahinge narangiza abahe biyicariye!!
@cvzx-2968
@cvzx-2968 2 ай бұрын
Saudia. Inzariyo. Ivuzaruhwa. 😮😮😮😮
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 Жыл бұрын
Ndagukunda muta
@MugishaPacifique-qi3ot
@MugishaPacifique-qi3ot 4 ай бұрын
Funny
@claudendayishimiye5075
@claudendayishimiye5075 Жыл бұрын
Tanzanie imuceri ikiro ni 4200 yama shiringi uyasize mumarundi ni hafi 5400
@bizimanajonas3945
@bizimanajonas3945 Жыл бұрын
Nukuri?
@gerardnizi5240
@gerardnizi5240 Жыл бұрын
Ubwo Kweli urazi neza ko ikilo c'umuceri Tanzania ayo 4200 Fbu?
@harerimanajoseph1741
@harerimanajoseph1741 5 ай бұрын
Nomurwanda byaraduze cyn byikubye 2
@LumumbaRemy
@LumumbaRemy 5 күн бұрын
Hahahaha😂😂 nkunda umugabo ntacyo ampaye
@JAMALBigirimana
@JAMALBigirimana 3 ай бұрын
dukwiye kukuviriza cane impanuro uduha
@juvenalmct71
@juvenalmct71 Жыл бұрын
Umukuru wigihugu naereke tudunda azaravugishukuri?
@HategekimanaJoseph-d7h
@HategekimanaJoseph-d7h 6 ай бұрын
Perezida uzubwenge muri Africa 😂😂😂😂😂😂
@nizigiyimanafatmafatma3140
@nizigiyimanafatmafatma3140 Жыл бұрын
Dukundi igihugu
@camillendayikengurutse
@camillendayikengurutse Жыл бұрын
Ikibazo ni ukwo ibiciro biduga giturumbuka
@camillendayikengurutse
@camillendayikengurutse Жыл бұрын
Ifumbire iboneka itevye,fraude, ivyo biri mu bituma ibiciro vy'ibifungurwa biduga .
@juvenalmct71
@juvenalmct71 Жыл бұрын
Ignorance avugana agashinyaguro
@yisabriel
@yisabriel 4 ай бұрын
Ukagira abaturage bashonje warangiza ugafunga imipaka
@uwizeyeanas5300
@uwizeyeanas5300 Ай бұрын
None mwebwe natwe nibande barondera abandi gusumba👀
@theogenemaniriho6021
@theogenemaniriho6021 Жыл бұрын
Yego nibahinge , bareke gusesagura rwose
Players vs Corner Flags 🤯
00:28
LE FOOT EN VIDÉO
Рет қаралды 29 МЛН
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 195 МЛН
Burundi: inama yahuje umukuru w'igihugu n'abacamanza
36:13
Isanganiro
Рет қаралды 255 М.