Raba défilé y'abana b'abigeme bitwa aba Majorettes mu birori vy'isabukuru ya 58 yo kwikukira

  Рет қаралды 38,050

Mashariki TV

Mashariki TV

4 жыл бұрын

Raba défilé y'abana b'abigeme bitwa aba Majorettes mu birori vy'isabukuru ya 58 yo kwikukira kw'Uburundi. Ibirori vyatewe iteka n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye n'abandi banyacubahiro bo mu Burundi no mu makungu.

Пікірлер: 47
@gracejohn886
@gracejohn886 4 жыл бұрын
Amani itawale Burundi Ee MWENYEZI MUNGU wasaidie wapendane daima tofaut zote ziishe Amina
@oscarnkurunziza4160
@oscarnkurunziza4160 4 жыл бұрын
Amen amen,,tena asante sana John
@ispiyvette3664
@ispiyvette3664 4 жыл бұрын
Ndakunda uburundi bwacu kweri ❤️❤️imana ikomeze kuturindira igihugu cacu
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
Beautiful! HAPPY Independence day ✊🏾👏🏾🇧🇮
@maombijuslene7087
@maombijuslene7087 4 жыл бұрын
Imana ishimwe mbonye Denise arinoguseka Imana yaguhaye gukomera mubyeyi mwiza Imana iguhumugisha
@akiranisarah1614
@akiranisarah1614 Жыл бұрын
Mzotange nanimelo twobaronderako tubakeneye 🇧🇮💯❤️❤️
@jamesstarby3125
@jamesstarby3125 4 жыл бұрын
mwakoze caaaane turabakunda🥰🥰🥰🥰🥰
@yvonnemanisha9267
@yvonnemanisha9267 4 жыл бұрын
Imana ihezagire Uburundi bwacu bwiza 🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏
@nsengiyumvadieudonne5560
@nsengiyumvadieudonne5560 2 жыл бұрын
Imana ihezagire u Burundi
@jeaninenyarushatsi2689
@jeaninenyarushatsi2689 4 жыл бұрын
Que Dieu bénisse les Burundais!
@zechariahian7287
@zechariahian7287 2 жыл бұрын
You prolly dont care at all but does anyone know of a way to get back into an instagram account..? I stupidly forgot the password. I love any tips you can offer me
@zakaibenson7091
@zakaibenson7091 2 жыл бұрын
@Zechariah Ian instablaster =)
@hussnantacoyampaye8373
@hussnantacoyampaye8373 4 жыл бұрын
💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃Burindi oye👌👌👌👌👌👌👌👌
@uwamahorojoselyne1328
@uwamahorojoselyne1328 Жыл бұрын
Ndabakunda kanini
@amenahalshahrani112
@amenahalshahrani112 4 жыл бұрын
Pow 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💦🙇‍♀️🇸🇦
@niyokwizeraoscar7479
@niyokwizeraoscar7479 3 жыл бұрын
Defile yagakura ibereye ijisho kwisiyose imana ihezagire igihugu cuburundi nabobigeme
@glennpanares3086
@glennpanares3086 3 жыл бұрын
Mutere muja imbere murabereye ijisho imana nibakomeze
@merveillejeannettewitonze6752
@merveillejeannettewitonze6752 4 жыл бұрын
Mana twagudhize imbere niyo mpamvu tutamwara.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@emileniyonzima9256
@emileniyonzima9256 4 жыл бұрын
majorettes oyeeee!muraryosha ibirori kabisa
@edyssedisoso5722
@edyssedisoso5722 4 жыл бұрын
Oyeeee,neza neza 👌🤩
@ornellairankunda8578
@ornellairankunda8578 3 жыл бұрын
Nice
@kamaberajulie6823
@kamaberajulie6823 4 жыл бұрын
Bibereye ijisho
@jamaicahusseinkabange3795
@jamaicahusseinkabange3795 4 жыл бұрын
Mwebw nihamw kabisa
@ispiyvette3664
@ispiyvette3664 4 жыл бұрын
Ntimutinya corona😂😂😂💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
Corona ni Igihuha!
@lydianshimirimana276
@lydianshimirimana276 4 жыл бұрын
@@burundishallsmile1day109 kbx nigihuha we ndumva tuvyumv kumwe
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
@@lydianshimirimana276None aho babubabura je nawe ntitwar munsi y'Urujo😉😊
@lydianshimirimana276
@lydianshimirimana276 4 жыл бұрын
@@burundishallsmile1day109 🤣🤣🤣🤣asha niyo twar kbx
@merveillejeannettewitonze6752
@merveillejeannettewitonze6752 4 жыл бұрын
Twashize imbere Imana ntidutinya ikiza cose.
@ntirampebaodila5237
@ntirampebaodila5237 4 жыл бұрын
🇧🇮💖💖💖💖💖🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@akiranisarah1614
@akiranisarah1614 Жыл бұрын
Muzoze kwigisha iwacu mucibitoke calurgombo ndabakunda ndabibasavy
@Coco-sd4hj
@Coco-sd4hj 3 жыл бұрын
Kera vyaribintu
@semucyowera
@semucyowera 4 жыл бұрын
Kaga iyo abonye ibintu byiza nkibi i Burundi arahekenya
@jamaicahusseinkabange3795
@jamaicahusseinkabange3795 4 жыл бұрын
Kaga nisowawe kotutamumenye?mutubwire
@wilsonsunday3468
@wilsonsunday3468 4 жыл бұрын
These pipo have no masks As if in burundi No corona Jesus christ🤔🤔🤔🤔
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
@@wilsonsunday3468 Corona is a Conspiracy!
@gloriasandez1280
@gloriasandez1280 4 жыл бұрын
Burundi,you are a blessed country! No matter how they hate you, you are a blessing in the whole world
@aminially5123
@aminially5123 4 жыл бұрын
Nta nikintu kizima kirimwo atari kubarusha abantu mumitwe.
@travorgames2061
@travorgames2061 4 жыл бұрын
mbe abarundi bariko bisinzirirako we!!!naho na bazombanza!!
@alinendayikengurukiye6071
@alinendayikengurukiye6071 4 жыл бұрын
Vyiza cn.
@maombijuslene7087
@maombijuslene7087 4 жыл бұрын
Natwe dutegereje kuzareba ibirori byo ku4mukwibohoza bazatubeshya ngo korona yabiburijemo iwacu dutinya gupfa kurushabandi bose
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 4 жыл бұрын
Urwanda rwagize corona urudandazwa barikwishakara amafaranga irya nohino ngo nibo bambere kurwanya virus. But bamenye ko barwana nuwo batabona iyo izobamaramaza
@zozohmeed5546
@zozohmeed5546 4 жыл бұрын
Kwani hawajui kiswahili Hawa tunakosa utamu
@edyssedisoso5722
@edyssedisoso5722 4 жыл бұрын
Pole yako Basi🤷
@mamyakintore4284
@mamyakintore4284 4 жыл бұрын
Eeee wacha chakwanza ni rugha yetu mani
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 7 МЛН
Best Toilet Gadgets and #Hacks you must try!!💩💩
00:49
Poly Holy Yow
Рет қаралды 21 МЛН
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 53 М.
Tambours du Burundi-Amagaba
12:44
Amagaba
Рет қаралды 45 М.
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 7 МЛН