Reta ivuga iki kubasaba ko ama motos, ama bajaji n'amakinga vyoshika mu bibanza yahora ashikamwo ?

  Рет қаралды 52,565

Mashariki TV

Mashariki TV

15 күн бұрын

#Burundi Mu gihe hibonekeza ubukene bw'igitoro, bigatuma kwiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura bigorana, hari abasaba ko reta yoreka ama motos, ama bajaji n'amakinga bigashika mu bibanza yahora ashikamwo muri ico gisagara. Umviriza inyishu zitangwa n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati n'umutekano be n'umushikiranganji wa mbere.

Пікірлер: 48
@kwizeraabdallah1837
@kwizeraabdallah1837 14 күн бұрын
Mubihugu bitaratera imbere guhagarika amamoto namakinga nukutaraba kure ,nibabirekure mubashire mumashirahamwe mubamenye neza ubundi mubareke ikindi mukaze umutekano mugisagara nahubundi ,igihugu cacu kizohora mubukene pe ,ntagihugu kitarekurira imirimo yose nahubundi muzarema abansi munguni zose zigihugu pe!!
@VianneyButoyi-ug5ki
@VianneyButoyi-ug5ki 13 күн бұрын
Nihatari kweri mur edeni 😢 igitoro igitoro igitoro turarush kbxa😢
@InnoncantShukuru
@InnoncantShukuru 12 сағат бұрын
Nukuri turababara CN ukuntu teta iri kubutegetsi iriko iraduteara twebwe abenegihugu bibagirako aritwebwe tubaha twobasabako bokwikubita agashi mukamenya yuko aha turi harabandi murabe ivyo dukeney kuko murabizi kandi murabibona 😢😢😢😢
@pitietv257
@pitietv257 10 күн бұрын
Batama turabakunda kandi turabubaha IMANA yabadushiriyeho ngo muturongore bikwiye rero nimwige gukunda urwaruka kuko nirwo Burundi bwejo nkukwo mwabitwigishije rero ayomamoto nama bajaj yadufasha abantu batobato kugera hagati muma quartier aho ama bus atagera rero tezura turabibasavye kandi mubirekuye muzoshireho amategeko agenga umuvuduko bazokoresha Hama ibintu nigende neza ataraho muramenyeko mubakoresha ivyo vyuma aribo bazogeza igihugu kwayambona kazoza mwatubwira none iyumbona kazoza tuzoyigerako gute kombona urwaruka hafi yatwese tugiye kurwara kwashi kubera gufungura nabi kubera kudakora zamukorera nokuvyipfuzo vyabenegihugu niho muzoba mudufashe. IMANA Ibahezagire kandi mukoze débat za musoma comment
@nduwayomoise6835
@nduwayomoise6835 11 күн бұрын
Dusenge cane kugira Yesu aducire inzira nayubundi twebwe ntaco twokora Yesu wenyene
@BlackSolidier-hs3uw
@BlackSolidier-hs3uw 10 күн бұрын
aboseyu yarabavumwe puuuu😊
@KABIRITISahinguvu
@KABIRITISahinguvu 2 күн бұрын
Umukuru numuto wese ubu barumiwe
@uwimanavanessa-jf1bl
@uwimanavanessa-jf1bl 6 күн бұрын
Uburundi buzokwama inyuma yibindi bihugu vyose kuberako ntaterambere abategetsi wapi nitabi gusa
@user-wx8ep4xi2b
@user-wx8ep4xi2b 2 күн бұрын
Abenegihugu dusaba vyishi ariko reta nayo ikaduha ibikebewe murakoze
@Didace-ee8mm
@Didace-ee8mm 6 күн бұрын
Sumutekano muke batanga abamamoto,amakinga,amatuktuk ahubwo nuko harabahawe isoko yogutwara abantu n'ibintu babatunzi bakoreshej imiduga yabo mube mureka guhenda abantu lmana izobahana
@user-rc9zu4cl3m
@user-rc9zu4cl3m 4 күн бұрын
None nkaho ministre ajejewe ibutare n'uwujejwe amagara y'abantu batanze inyishu nki Ku bibazo babajijwe? Bamubajije ico reta yokora kugira umuti abarwayi bawuronke ngo ni ngombwa bawandikishe ngo imiti irimwo inyungu nyinshi. Uwubutare nawe bamubajije mu biharuro umwimbu ungana gute Ubu turonka mu Butare ngo hari amategeko ariko aratosorwa😅😅😅😅
@SleepyEel-ws2mg
@SleepyEel-ws2mg 13 күн бұрын
Iyo sireta ikibazo samosa canke umutekano muke abanyonga amakinga canke abagendesha amamoto ahubwo bo bashaka kugabanya ambutillage aho kwagura amabarabara nariko kwiba barabizi nibakinjure ntakazi bashoboye
@VioletteManirakiza-jf2rk
@VioletteManirakiza-jf2rk 6 күн бұрын
Iburaya imoto zishika iyozishaka nomunzu kwa perezida igihugu gikenye ngontamoto mugisagara ewe Burundi 😢😢
@bonfilsIRADUKUNDA
@bonfilsIRADUKUNDA 6 күн бұрын
mwebwe nimudufashe turonke igitoro mureke guhavisoko abatabishoboye
@elianusmiburo2483
@elianusmiburo2483 2 күн бұрын
Bajaji moto amapikipiki vrt🤣🤣🤣nooo Ubu amasangany aba nimeshi kandi bidahar.mwanka gufat ingingo kuk mufis inyungu yavy
@DariusSpirou
@DariusSpirou 6 күн бұрын
Nimuzireke zikorere ahariho hose niba babikoresha mukwiba chanke ayandi mabi mubafashe nimubashikane mugipolisi bicire ahonyene bafatiwe bizogabanuka hagufa ijana hofa cumi
@mukenyereyebernard2362
@mukenyereyebernard2362 7 күн бұрын
Burya iyomiti yabazungu sukuvugango iravura negative ahubwo abarundi twari gufatingingo yogushigikira abahinga bize ivyokuvuza imiti kama ivamubimera hariho abotumenya nka DR Alexis wa NIFOTEC AGRI BIO SANTE nkuyo ahubwo l'Etat yoraba ikamuha abahinga bakamufasha bakaraba ko imiti yiwe akora ikwije maze natwe turonke umuti twikoreye mugihugu.
@innocentnkurunziza1
@innocentnkurunziza1 6 күн бұрын
Umuti ubaye enregistré ukariha inoti uca uba mweranda...,😂
@BlackSolidier-hs3uw
@BlackSolidier-hs3uw 10 күн бұрын
Ubutwarabatoye ,murisiga,amavuta,asigayabafata
@mpayiryayojeanpaul2384
@mpayiryayojeanpaul2384 14 күн бұрын
Nuko nuko
@user-tz1dz4wx2g
@user-tz1dz4wx2g 8 күн бұрын
Reta nibirabe haze igitoro gikwiye nay ama Motos ville wapii kbs
@draye3357
@draye3357 11 күн бұрын
Reta y'abafyefya ndake😂
@Didace-ee8mm
@Didace-ee8mm 6 күн бұрын
Kuberiki abategetsi bakora urudandanzwa rukomeye batariha amakori n'amatagisi Hama ngo barakunda igihugu?
@Lock940
@Lock940 13 күн бұрын
😂😂😂😂😂 izi ni Mayibob ntago ari abayobozi
@alny1935
@alny1935 12 күн бұрын
Ariko mwebwe ntimurabona vyabananiye😂😂
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 8 күн бұрын
Nibakore kuko bagize amahirwe yokukigerako
@PatrickAkimana-lp5cq
@PatrickAkimana-lp5cq 12 күн бұрын
Muvyukuri bari bakwiye kwiga neza icokibazo bakareka amamoto kuko ubukene bwatangiye kwataka abarundi igihe bugaye amamoto
@HabonimanaFelix
@HabonimanaFelix 11 күн бұрын
Imana Ifashe Abayobozi bacu kandi Ihezagire Igihugu cacu cu🇧🇮
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 11 күн бұрын
Oh Messiah have mercy on these political conmen!
@elvisndayisenga6304
@elvisndayisenga6304 13 күн бұрын
Imana niyo ibona iherezo rya ndakugarika 😢😢😢😢
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 13 күн бұрын
😂
@SallmaXg
@SallmaXg 13 күн бұрын
Ego kwel 😢😢😢narindir burua Imana iramubona 😢😢😢
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 11 күн бұрын
Oya reka ntimurabona muvuga ko Uprona ataco yakoz,.. ndibaza bamwe mubashesh amaraso mwifuza ubutegetsi bw'amazuru mutanguy kubona ko mwahenzwe? Pigs or hyenas can't lead!
@nancyina5241
@nancyina5241 14 күн бұрын
Mman millie🌹😊❣️
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 13 күн бұрын
Dushak ko Igisagara kiba kurwego Mpuzamakungu. Bajaji na Taxi Moto Futa mu Bisagara
@draye3357
@draye3357 11 күн бұрын
Igisagara kitagira moto nikihe uvuga? Kuburundi ubuhe butogendwa nipikipiki?
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 11 күн бұрын
@@draye3357 Ibisagara vyose vyiyushe! Tembera ubone!Ndibaza ko uzi bariko bavuga Taxi Moto!
@Mkel890
@Mkel890 11 күн бұрын
bono.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 11 күн бұрын
@@Mkel890 then,you Bonobo
@user-vc4ib4us2d
@user-vc4ib4us2d 12 күн бұрын
Muzoca ubwenge tubagize nkabanyakenya ntanibindi ndaha ngaha muzompinyuze
@nahishakiyejacqueline7035
@nahishakiyejacqueline7035 Күн бұрын
Muri barasukana sha ariko Imana isumba ingabo
@UmurundiWumugabo
@UmurundiWumugabo 14 күн бұрын
Reta yamabandi yitwaje inkoho. Urwaruka ruhaguruke rukure aba cndd. Si abavyeyi buburundi ni abakozi nibavako ntituzaba imfuvyi.
@maishanichorlas9069
@maishanichorlas9069 14 күн бұрын
Mwabaye imfuvyi kuva kera
@user-vc4ib4us2d
@user-vc4ib4us2d 12 күн бұрын
Bareke ntibazi ko nabahutu twarushe naba bantu bazobibona duhagurutse Kandi ibiziza bitandukanye nivya2015 cane kuko biryani vyari ivyubwoko ubu rere nivtabarundi bose
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 8 күн бұрын
Ningorane
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 47 М.
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 54 МЛН
Khó thế mà cũng làm được || How did the police do that? #shorts
01:00
PAPA SAVA EP1035:BARENGWANABI!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
21:33
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 129 М.
Amakuru yo ku wa 14 Mukakaro 2024
12:03
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 2,3 М.
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 54 МЛН