No video

"Imbibe duhana n'Urwanda zizokwugururwa abashatse gutembagaza ubutegetsi bashikirijwe Uburundi"

  Рет қаралды 14,848

Mashariki TV

Mashariki TV

Ай бұрын

Reta y'Uburundi imenyesha ko imbibe zo kubutaka ico gihugu gihana n'Urwanda zizokwugururwa ari uko Urwanda rushikirije Uburundi abashatse gutembagaza ubutegetsi mu 2015 bari muri ico gihugu. Umushikiranganji w'imigenderanire yabishikirije mu kiganiro abagize reta baremesheje bishura ku bibazo vy'abenegihugu. Albert SHINGIRO arizera ariko ko imigenderanire izosubira kuba myiza kuko ivyo bihugu bitegerezwa kubana, ataho bizoshirana.

Пікірлер: 109
@LovelyChefHat-ig8xh
@LovelyChefHat-ig8xh Ай бұрын
Mwe muracyari inyuma cyanee peee u Rwanda ntacyo ruhomba kbs😅
@user-ci6gd8ex3d
@user-ci6gd8ex3d Ай бұрын
Ubundi babinjiriza iki???ni bugare burundu abo bajinga. None yokwica ico yakijije😂😂😂Sha muzohirikana mwenyene .none mbibarize Ubu naho ntimwama mwaryanye 😂😂😂😂😂😂 ni mutuze shanu ni mwugare mabere .
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
ATI nacoruhomba abantu atanigiti ca mandarine kibayo iconigihugu
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Ай бұрын
President wacu wuburundi abe yihangana avuge meke vyofasha kuko uwawe atamba nabi ukamaramara 😢😢😢
@JonasJonas-tj6sj
@JonasJonas-tj6sj Ай бұрын
Urwanda nagahugu gato ariko mwere abayobore mufukame kagame p abayobore arashoboye natwe tirihanze yigihugu twarayamanitse kagame p tuzagutoro ko urashoboye na merica yayiyobora ubu rero mwemere ko urwanda nabanyarwanda twese hamwe turashoboye dufanije na papa wacu muzehe wacu turikumwe arashoboye mwemereeeeeeeeee muzehe wacu ❤❤❤ 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🤩🇷🇼🇷🇼🇷🇼🥰🫶✊✊✊✊✊✊✊✊✊✊tuzagutora mubyeyi urashoboye 🇷🇼🇷🇼🥳abakwanga bazabonako bibeshye usibye uburundi gusa bwikoma urwanda nawanga urwanda kuko rwirwanyeho kubera wowe muzehe urashoboye setu ❤
@lambertscreativeinnovation2632
@lambertscreativeinnovation2632 Ай бұрын
Murakoze cane, turabitahura cane.
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Ай бұрын
Ni mushaka muzafunge izo mbibe zanyu burundu. Nubundi ntacyo u Rwanda rwahombaga!
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu Ай бұрын
0:43 0:45 0:46
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 Ай бұрын
Ico kibazo c' u Rwanda n' Burundi, kirateye isoni!? Mwibuke ko ex- Président Michel micombero, nti yumvikana na ex-President kayibanda kubera ikibazo c' impuzi zi va mu Burundi no mu Rwanda!? Ikindi, tubibutsa n' uko impuzi nazo, zifise amategeko kw'isi hose azivuganira n'ukuzikingira!? Namwe aho muri, kumbure mu zo kinagizwa, muhunge nk'abandi bose!? Ivyo mu ze mubitekereza ho!? Twese turazi neza ko muri 2015, amategeko y 'igihugu cacu yara honyanzwe n'abategerezwa kuyakingira!? Mwebwe mu bivuga hiki!? Mu Burundi nt' amahoro tuzogira mu gihe ubutungane bukora nabi, canke bugi korera ku gitsure c' ubutegetsi!? Mwese, ni mwebwe muhanura nabi Président Ndayishimiye Évariste! Ni gute u Burundi bwacu bwama mu marira gusa kuva u Burundi bwikukiye!? Erega, aho niho hari ikibazo nya mukuru!? Iyo, démocratie mwese, muririmba kandi atayo muzi!? Ni nde yaba bwiye ko démocratie ari ukwicana mu moko, imigambwe, amadini, amatungo canke ibitsina!? Muze nwibuka ko amashule menshi, canke amatungo bisaza!? Hagushaka ico zana , amahoro mu mitima y'abarundi bose, eka n'akarwi ko nyene gategeka, ka kica, kaga kinagiza abarundi, nyuma ka ka bita ba mujeri canke abamenja!? Ni, muve i buzimu maze muje i buntu!?
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 Ай бұрын
Mwaragize neza kugara uyomupaka nibagume iwabo natwe tugumiwacu ivyonazo basamango baraturusha babigumane izongegera
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
Sha nibagumiwabo ntitubakeneye
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu Ай бұрын
Gusa ntabwenge mugira kwl ariko ndabasabira IMANA ibahe bwenge kuko iherezo ryumuntu nurupfu burya nubwo mutwara muribaza kiherezo muzopfa
@user-rc1oi8un5j
@user-rc1oi8un5j Ай бұрын
Urwanda ntacyo ruhomba muyifunge
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu Ай бұрын
Mwese murababeshi ntabantu bacuruza ububeshi nkabanyeporitike nimwe mwuzuza inda zanyu mukazingamika izabandi ariko ukuri kwose kumuntu nurupfu!
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 Ай бұрын
Daftness is real ! That's the perfect example of mixing ignorance and stupidity. Mr shingiro, it seems like umeshiba umeanza kutapika kwa wanainchi. Go to rest please we are very tired of small talks!
@user-ly1ex1my8b
@user-ly1ex1my8b Ай бұрын
Mubidutera ubukene nizonryane mubihugu duhana imbibe birimwo
@user-er7wf9fs7l
@user-er7wf9fs7l Ай бұрын
ese iyo Red Tabara ko twumva iba muri Congo ko batugara umupaka na congo😅Film zomuri Ideni nazo🤷
@mahoroannie
@mahoroannie Ай бұрын
Niho abarundi babera ibijuju! Nimureke tuzahahira ahandi harimo na Congo murwanira
@squeeziegame
@squeeziegame Ай бұрын
Inyishu nziza cane. Simbona inyungu Urwanda rufise mukubika aba putschistes , ku makenga mfise bica bigaragara ko bari soutenus par le Rwanda lui -même.
@baquezprofessionalcleaners3178
@baquezprofessionalcleaners3178 Ай бұрын
Umunsi ugwaruka rwabafatiye ingamba muzobura amajyo, ntimuraba ibiriko biraba muri Kenya? Cunga sana
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 Ай бұрын
urwo rwaruka nugwo wavyaye uribuka 2015 mu,zosubire, muburundi simuri kenya nukuba msesa
@bdi182
@bdi182 Ай бұрын
Igihugu kibanyi muhoza mukanwa kamatiku yanyu. Cyibereye. Mubikorwa byiterambere namwe ngonywe ngonywe. Ivyo mukora ivyo mwizera ivyo mukora. Murizera ko bizotezimbere igihugu nabanyagihugu muyoboye ?? Muribaza ko bitanga igisubizo kubibazo vyakarere nabagatuye. Nikibazo numva nababaza nkamwe murongoye igihugu cuburundi.
@assumanngabonziza7925
@assumanngabonziza7925 Ай бұрын
Muribijuju
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Ntasoni zo kubesha Albert nshingiro afise yaramaze kwerura.
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
abeshiki none barabazanye baryabasoda babatutsi bagomvyeguhirikubutegetsi?
@honorekabalisa3687
@honorekabalisa3687 Ай бұрын
FDRL ZIRAHO ZITER u Rwanda ziturutse i Burundi komutazivugaho???,kozateye zikica abaturajye ko tutabafingiye mbese imipaka ifanze ninde uhomba???
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
ugwanda nigoruhomba harikivayo kija muburundi?
@mahoroannie
@mahoroannie Ай бұрын
​@@user-xf4qi1bk5enone wumvise u Rwanda arirwo rukennye? Urashaka kumenya ikivayo? Uretse ubujiji ariko ikivaho kirakomeye ni abaguzi ese jbukene bwenda kubahitana si aho buva? Muri ibijuju
@ruganzutiger115
@ruganzutiger115 Ай бұрын
Abarundi bayobowe n'amabandi pee. Ubeshyeye PK kandi uzabyishyura.
@BurundiCountry
@BurundiCountry Ай бұрын
Komera se barundi
@aphrodisndayambaje2527
@aphrodisndayambaje2527 Ай бұрын
Twebwe nyarucari tuzobirenganiramwo. aba DD bacitwara nk'abaroberi. Igihugu kigira gitembagare kubera ubujuju bwa DD. Umunsi urwaruka twahagurutse muzotwumva. Umengo ibiri kuba Kenya nta Somo bibaha
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 Ай бұрын
Non imahama urashonj kandi uri mugihugu ngo gikize irega nyarucari womugihugu gikize asumba umu gwizatunga womugihugu gikenye sikwo mwirigwa muravuga
@Kanimba74
@Kanimba74 Ай бұрын
Nimukomeze mwugarire imipaka cyane nubundi sirya imikeke n’uburobe 😂 ninywera ishyushyu gusa 😂 ubu turatunze turatunganiwe dufise zahabu 💵💵 mugiye tukiringowe na HE. Kagame sinzokumbura uburundi nararyohewe cane nu Rwanda sinzoca ngaruka muri izombonerakure zanyu
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 Ай бұрын
Umurundi yumva kobatuguruye imbibe nurwanda nahunge yigire murwanda arabe uwumukurikira abanyarwanda nabo bavuga ngo baratunze nonega harico bidutwaye nimugumane ubutunzi bwanyu natwe muturekere ubukene bwacu
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l Ай бұрын
gufunga biri mu maboko y'abarundi, nibo bazi igikwiye igihugu cyabo, kuki vyakorwa uko badashaka. mwugare rwose sinavyo kwisigura.
@boashamah3642
@boashamah3642 Ай бұрын
Murababeshi beruye kabisa
@alphavet6912
@alphavet6912 Ай бұрын
Icyo mwazifungiye ni kuko mufite abasirikari barwana na m23 .mugatinyako bazatsindwa ...
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j Ай бұрын
😂😂😂 Kandi baratsinzwe? Uzi se ko abo bajyana hagaruka bangahe? Yewe n'ejo m23 yaribaritaguye FRDC n'anakarabya bayo ubwo ndavuga SADEC, uburundi, abanyaromania, abarusiya, abanyamerika nabandi ubu tuvuga ejo yafashe Kanyabayonga yewe ifite na matekwa kandi mwibuke ko still abenshi bapfa hariya ari abarundi
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
arikonone abobantu banonye igihugu bagahungiriwabo bababitse ngobabamaririki kubatanga bibasabiki inyungu babungura nizihe jew sindabana nzbanyagwanda hafi esabantu mumaz kubana bafisumutima umezegte babananeza?impamvu mbajijuko nukombona ibugande batabizera nkukobizerabarundi tanzania usangababafashe mugabo zbarundi bakagumabigira muri malawi nuko zambia nuko ngontibizerumunyagwanda congohoho ningorane abobantu murikazoza abanababo bazosumira hehe?
@StevenMugando-ei6vb
@StevenMugando-ei6vb Ай бұрын
nonekomwigira abasenzi ntimwobaharira hama mugacunga imbibe zanyu ,intare wopfuma uyitingira hanze yamaze kukwinjirana nawe nugupambana nawo ,wapi ntavyanyu ,
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 Ай бұрын
urikiryoryi nuko utazi ivyuvuga tuyobewe kwabahuntu bose mubita Interahamwe iryojambo ryarashaje haheze imyaka 30 irenga murikoresha ariko muburundi nono. ubukene nabwo nsinzi uzanye igihugu bikize ku Rwanda rurimwo?
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 Ай бұрын
Ahobw mon frère kuki ruri kukibanza ca 26 mubihugu bikenye cane ukumva baterinduru ngo barakize barakiz nibarose abene gihugu babo ivyo bafungura bareke kwicwa nubukene gikira samazu meze Ahubw nukugira uburimy nubworoze buteye imbere hamwe umwene gihugu atabura ivyafungura uburundi bazokwibwira igitoro namatara ntawe uzumvango inzara irarembeje nkukwo ndabibona mwico gihugu ngo gikize kwisi
@bigboy-kh6qm
@bigboy-kh6qm Ай бұрын
​@@ryitangiyemoise5258ubwo urahaze sh
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene Ай бұрын
Ni bakomeze bafunge hari ngorane tuzoreba ubabara
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 Ай бұрын
hako muza kutumara ivyomwotu zaniye murabireka
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Shingiro icazi ni kuzunza ibisusu n'amatama nayo ikintu cakamaro ntakigenda😂😂😂
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
nonivyobamubajije atishuye nibihe mwebwegumahamwe umuti waratetswe warahiye
@TheWatcher-py3qm
@TheWatcher-py3qm Ай бұрын
Ivyobintu Ngo irongowe na General major mwoza mubikurako.
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 Ай бұрын
Uzobikuraho wew wabimuhaye
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
kubera?none sumusoda ntiyagwanye?amezenkawe
@binancerwanda
@binancerwanda Ай бұрын
Leta 😂😂 mbyeyi, the loss of Rwanda 🇷🇼 is smaller than yours
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Ай бұрын
What can we benefit from your dictator Kagame ?
@binancerwanda
@binancerwanda Ай бұрын
@@sanny.m3767 Remain with your benefits, we've already got ours too. But I know you are among 3 poor countries in the world according to IMF.
@moshwayne2565
@moshwayne2565 Ай бұрын
​@dworldtv250 what is imf
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Ай бұрын
@@binancerwanda Look at your president Kagame 30 years in power and he still want more 😆😆 with a lots of bag records of killing millions in Congo , causing genocide, mapping repport, Rwanda classified, Rwanda forbiden, ,,, to mention but a fill. ....
@binancerwanda
@binancerwanda Ай бұрын
​@@moshwayne2565International Monetary Fund
@boashamah3642
@boashamah3642 Ай бұрын
Urumva ko murimwo mupingana.nurwanda ???? Muzokomeza musubirinyuma
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 Ай бұрын
None genda wibere murwanda hama uronke amahoro
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
esubundi ndashakakumenyimpamvu bankakubatanga abobicanyi batembagajubutegetsi
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Ай бұрын
Ahomwotuzaniye 7muriro igitoro amazi iterambere rigezweho ibibyamagambo nsibyiza abaturage turuhijwe nubucyene kubera abatuyobora
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 Ай бұрын
niwaburumuturange ukaba uta,i gufasha igihugu kivemubukene urumukeha bwenge
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
harumurundi yandikuko kazibe ww ukenye wibazako twesedukenye
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Ай бұрын
Namwe nimufashe imirwi itere u Rwanda niyo nyishu
@baquezprofessionalcleaners3178
@baquezprofessionalcleaners3178 Ай бұрын
Bashuke urabe akaba 😂
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 Ай бұрын
Uburundi usomye amateka yabwo ntagihugu nakimwe bwigeze mutera rero ntimwitege kubona uburundi bwabateye ahubwo bugarukana mahoro ahatewe raba somalia nibindi biwugu vyagiye vyitabaza uburundi ngo bubifashe nimba ikineye kubona uburund bwateye ugwanda numwuzukuru wew iyo ntambara ntayo azobon uburundi ntibutera uwubuteye naho burivuga kuko sibashash murugamba
@blackpearllucky279
@blackpearllucky279 Ай бұрын
Uburundi bwarabikoze, abitwa FLN ba Rusesabagina batera u Rwanda kuva za 2019...u Rwanda rwarabakubise rwicecekeye ubuzima burakomeza. U Burundi buzongere nanone u Rwanda ruri tayali.😅
@lilianempinganzima2762
@lilianempinganzima2762 Ай бұрын
​@@ryitangiyemoise5258kumbeeee😂😂😂😂
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
ntagwanda ruri tayari harya bariko barasuzumwa umuti urikuziko mwishebeshi umusumwe muzozira uruhinja muvyogutinya ugwandantirurimwo.mwebwe rindira imanizoborosha naciye muritanzania mumisi bafashe abanyagwanda babayo mugabo abarundi bakabareka bakirenganira
@kigaliset9962
@kigaliset9962 Ай бұрын
Muzabireke muzugurura babakuye impunzi se uzazibona muzane aba fdrl mufite bakoze jenoside ngo ntamasezerano ngo dufite yo kohereza abanyabyaha 😂
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Ай бұрын
Mwankwa na karere kose, kabarebe wanyu yavuze ko akarere mwakayogoje atawahungira I Burundi, Congo,Tanzania, Kenya, Uganda, mwabaye aba terrorists ba East Africa genda Rwanda waragushije ishano. Kugira abayobozi nka kagame yita abaturagebe IBIFOBAGANE 🤣🤣 ( zombie) .ngi biroroshe kubiyobora🤣🤣🤣
@gateraange3642
@gateraange3642 Ай бұрын
​@@sanny.m3767uvuze ubusa iyaba wari uzi ukuntu abarundi babayeho nabi kubera mwugaye imipaka ntiwakavuze ubwo bugoryi naho Kagame mureke isi yose iramwubaha usibye ibigoryi nkawe ariko ntiwayoborwa na neva ngo ugire ubwenge kuko nawe ntabwo agira😅😅😅
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Ай бұрын
@@gateraange3642 Abanyarwanda muri mumudendezo 🤣🤣🤣 Mwugaranye nkifuku mumwobo 🤣🤣 ngo isi yose yubaha kagame 🤣🤣🤣 the most killer president in Africa ,dictator . Shame on you. Anyuruza abantu. Uri igifobagane kiruta ibindi 🤣🤣 ( vampire, zombie ) uburundi si Congo muzokwama mufobaganye ukonyene nta Democratie iba iwanyu mwabaye ibifobagane gusa uzarebe aba perezida bazaza muriyo ngirwa matora yuwo munyagitugu kagame nibwo uzosobanukirwa ko muyobawe nkintama. Isi yose yabahaye akato
@kigaliset9962
@kigaliset9962 Ай бұрын
@@sanny.m3767 Ninde wugaranye twe twabuze igitoro shn mwebwe ko muri abanyarwanda muvugira iburundi gute twe dufite imiryango hariya tuzi uko babayeho mujye muvuga make ibihe biha ibindi burya umugabo aragerageza Kandi nibyo kagame yakoze ubundi abandi nuko abaturage babayeho ntabyo bitaho nicyo tumushimira ibindi natwe twirwanaho
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene Ай бұрын
Ko nta masezerano bara dusaba iki Red tabara iri congo siho muri
@dpdupande2037
@dpdupande2037 Ай бұрын
Hanyuma aba CNDD-FDD bakoze Genocide y’abatutsi mu Rwanda 1994 ko mutabakatına? Ese Neva yumva ariwe uzi ubwenge?
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p Ай бұрын
Bazaba pasura ibitwe icho gihugu ni chabarundi nasoni kandi abansi nimwebge mwiba igihugu ababanu baratwenza😅 nabutegesi buringaho mureke ivyobinu million 40$ burimwaka mutwara ni gitoro twabuze yokuriha abansi nimwebge nyene nabyubona mutama birebe neza muzabibazwa ni mana ivyo murimo imana yabahaye ubutegesi mudufashe none murimo kutumara nituzaramba twese
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
wahejeje kudebagura icokinyagwavu
@gateraange3642
@gateraange3642 Ай бұрын
Ese ubu aziko abo abwira ari ibijuju?😂😂ntimukabeshye abarundi mubwire abarundi ko kisekedi yaguze abarundi akabategeka ibyo mukora kubera udufaranga yabahaye ibindi murimo muri guhemukira abanyagihugu banyu mubicisha inzara
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Ай бұрын
🤣🤣🤣 Muzashirira muri Congo mwari mwamenyeye kwiba congo ubuho harashitse umurundi muzopfa kamwe kamwe . Kagame azaheba arungikeya nyiramonge. Vuba urwanda ruzabona peresida muzima yubaha abaturage be atabita ibifobagane, kaga nawe ajanwe ICC.
@gateraange3642
@gateraange3642 Ай бұрын
​@@sanny.m3767😂😂😂😂kanguka uri kurota wamenyeko kanyabayonga m23 yayifashe c ese interahamwe murajyahe ko akanyu kashobotse ngo u Rwanda ruzashirira congo 😅😅😅iyoba ruriyo intambara iba yararangiye kera kuko RDF ntamikino igira
@gateraange3642
@gateraange3642 Ай бұрын
​@@sanny.m3767ngo harashitse umurundi😅😅😅uzi abamaze gupfirayo? Uzi abafashwe bariyo ntukavuge ngo uvuge nuburundi bariya nta gusirikare bafite😅😅😅Muhame hamwe M23 ibarangize mwa nterahamwe mwe
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Ай бұрын
@@gateraange3642 Turabasobanukiwe neza nta m23 turazi mbese nisi yose ko ari inyenzi rdf( zateye congo Ikiburabwenge nkawe niweuvuga m23 nta ampire hima izopfa ibaye
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Ай бұрын
@@gateraange3642 Igifobagane gusa 🤣🤣🤣 Mumaze imyaka 2 mupfira Congo. Tekereza strategic yanyu niryanyene gukuramwo one by one. Ubu mugeze naho mu recruita Ababna bishure kaga arabashuka nta empire hima muzopfa mwibonye na Kenya yariko ifasha kaga ubu ivyayo ngira urabibona
@bestjo2003
@bestjo2003 Ай бұрын
La stupidité humaine, sha ubujuju n'ingwara peee 😂
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 Ай бұрын
Hama Kuvyerekeye ikibazo cisukari naco ??
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
ushakibirobingahe iconone cishura shingiro?ntiwumvawew kudapanze neza
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 Ай бұрын
@@user-xf4qi1bk5e we urumuvugizi wa leta
@azizasudi
@azizasudi Ай бұрын
❤❤❤🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j Ай бұрын
Nuko se muzaba muhimye nde? Namwe se muzohereza iso nterahamwe? Mubure ubwegera umusaza akabereka ingeme muzahura icyo gihugu cyanyu kiri k'umwanya wambere mugatera imbere mugira Umuyagankuba mugira Ibitoro n'igipolisi ndetse n'igisoda bikomeye ngo murirata
@honorekabalisa3687
@honorekabalisa3687 Ай бұрын
Abarundi bakoze Genocide mu Rwanda muzabashyikiriza ubutabera ryari????
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
Ikintu nobahanura abajejwe umutekano bagerageze basake abavamahanga kuko ahamuburundi hababanyarwanda beshi nabandi kandi nivyobakora sivyiza MUKAMENGE V 2 MURIHEHA KWIKABURIMBI KARUMUNYARWANDA AHABA AKAHAKORERA IBINTU BITEMEWE NAMATEGEKO NOKURWARA TUZOGRWARA INGWARA nimwugurure ariko ntabanyarwanda dukeneye
@jocelynefuraha9781
@jocelynefuraha9781 Ай бұрын
Natwe ntitubakeneye nimwakinze imiryango muzongera mufungure ntabyo tubasabye mukomeze kurya injanga zanyu nubundi ntamunyarwanda urya injanga ngo nindagara.ikindi komuzirya kombana nutuvuta tudafata umubiri. Le pay du Rwanda c’est la suise mutuvaneho insaku
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
uvuzengo nimajahehe akoribiki hadudurireko tuzohaseke
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
@@user-xf4qi1bk5e Ibibintu mazekubivuga keshi nubu ndabisubiyemwe nomubindi bihugu nikobakora abavamahanga nukubacukura nahobinyegeje bakamenya icobakora vyangombwa kobikwiye navuzeko mukamenge muriheha ku 2 niho uwomunyarwanda akorera kandi agumazana nabandi muboyazanye ninibisuma baheruka kwiba umuntu 5000.0
@secopergakunzi
@secopergakunzi Ай бұрын
Urwanda ntiruba rubitayeho disiii😅 rwarabasize kure
@bdi182
@bdi182 Ай бұрын
Bariya i bategetsi buburundi ntagisubizo kubibazo bafitiye abarundi kuko bahora bumvisha abantu ko baturanye nigihugu kibi kandi ari ibinyoma. Ndizera ko nabavyumva bumvako ari binyoma nta kuri bafise. Ahubgo bazicare bige nimba badashaje
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 49 М.
The Joker saves Harley Quinn from drowning!#joker  #shorts
00:34
Untitled Joker
Рет қаралды 54 МЛН
Jumping off balcony pulls her tooth! 🫣🦷
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 34 МЛН
Magic trick 🪄😁
00:13
Andrey Grechka
Рет қаралды 35 МЛН
Dr.Kambanda/Amahanga Yahaye Kagame Akato/DRC Yajyanye Kagame Murukiko/Amabiminstres Bashya/Mimosa...
East Africa Daily-Jean Paul Turayishimye
Рет қаралды 1,5 М.
The Joker saves Harley Quinn from drowning!#joker  #shorts
00:34
Untitled Joker
Рет қаралды 54 МЛН