Prezida Neva arahumuriza abarundi ko ikibazo c'ikena ry'igitoro kihari kigiye gutorerwa umuti

  Рет қаралды 88,707

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi Umukuru w'igihugu arahumuriza abarundi ko ikibazo c'ikena ry'igitoro kimaze igihe cibonekeza kigiye gutorerwa umuti. Mu masengesho yo gushimira Imana yari yatunganijwe mu ntara ya Mwaro, prezida Evariste Ndayishimiye yavuze icari cateye ico kibazo aca agira ati: "Turiko turakora ibishoboka vyose, icari yabitumye twarakimenye,...Umwizero uriho, mu gihe kitarambiranye muzoza mubona ibintu bitonze..."

Пікірлер: 313
@NkusiNkotanyi
@NkusiNkotanyi 3 ай бұрын
Sha bakwibeshyeho wowe ntiwarukwiye kuba president pe😅😅😅
@rainboxiteka2699
@rainboxiteka2699 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 3 ай бұрын
Wagomba hajende ???
@Invisible-97
@Invisible-97 3 ай бұрын
Yimitswe n'Imana shaaa NEVA OYEEEEE🎉🎉🎉❤
@cyizajeanyves
@cyizajeanyves 3 ай бұрын
Hari character iranga umuyobozi yitwa leadership skills and strategy uyu mugabo asa naho ntayo afite!jye nemera gusenga kuko birafasha ariko iyo ibintu byose ubyise Imana Imana uba ugaragaje weakness !tekereza iyobowe n'umuntu babwira ikibazo cya fuel ngo Imana Imana
@benderuta7725
@benderuta7725 3 ай бұрын
Uribeshya cyane :ibyo wita leadership skills ni théories zahimbwe n'abantu kuba atazifite ntacyo batwaye kuko atazikeneye kuko we afite umurongo yihaye igifite agaciro nuko agera Ku ntego. La fin justifie les moyens.😅😅😅😅😅😅
@benderuta7725
@benderuta7725 3 ай бұрын
Uribeshya cyane :ibyo wita leadership skills ni théories zahimbwe n'abantu kuba atazifite ntacyo batwaye kuko atazikeneye kuko we afite umurongo yihaye igifite agaciro nuko agera Ku ntego. La fin justifie les moyens.😅😅😅😅😅😅
@cyizajeanyves
@cyizajeanyves 3 ай бұрын
@@benderuta7725 ahubwo se urumva icyo bivuga ?wayobora udafite amayeri mubuyobozi ? Na Rushatsi yarabikoreshaga nkaswe Neva!! Sikiya umu president ujya mubaturage akavuga ngo jewe mfise itoni y'ibiharage iwanje jewe mfise itoni y'ingano iwanje hhhhhhhhhhhh Uzi icyo abo ayobora babona!tu connais ce que on appelle un vantard? Muzicare mwige
@benderuta7725
@benderuta7725 3 ай бұрын
@@cyizajeanyves None se wowe urakeka ko neva adatekereza? Na we arakoresha stratégies ze singombwa izo ziri common. Ikindi turi mu isi iri complexe aho buri wese akoresha umuvuno runaka wamufasha kugera Ku byo yifuza. Utazi ubwenge ashima ubwe.
@benderuta7725
@benderuta7725 3 ай бұрын
@@cyizajeanyves Leadership styles ushobora kuzikoresha bitewe na contextes uri gukoreramo. Uriya mutype mwihorere aba azi ibyo arimo mwe mukamwita injiji. He is a wrong opponent. Intare umenya ubukana bwayo iyo icakiye umuhigo cyangwa itangiye guhiga.
@RwigemaFred-w8g
@RwigemaFred-w8g 3 ай бұрын
Toka kure his excellent Ntaco uriko uravuga kweli
@gildashakizimana2560
@gildashakizimana2560 3 ай бұрын
Emwe turamaze kumenyera pe kuko Ubu ibibazo twifitiye twaravyakiriye nkindwara ngendanwa😢
@cyizajeanyves
@cyizajeanyves 3 ай бұрын
Pole murundi mujye mukora cyane mukore Imana izabahezagira ariko mwakoze
@shizirungusamaime8520
@shizirungusamaime8520 3 ай бұрын
Ukuntu Bari kumurebana umujinya we😭😭😭 Aho kumukomera mumashyi..
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd 3 ай бұрын
Que le tout puissant protège notre pays🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@XhxhXhxh-i1f
@XhxhXhxh-i1f 3 ай бұрын
C'est Dieu seulement
@MC3112
@MC3112 3 ай бұрын
He is just incompetent, Burundi🇧🇮you deserve better than this.
@Akimanajanuary
@Akimanajanuary 2 ай бұрын
Evariste turagukunda imana ira hari
@jeanclaude-r5l
@jeanclaude-r5l 3 ай бұрын
comedian nomber 1 out there
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 3 ай бұрын
Igihuramutwe kirahooo😂😂😂😂😂
@Gracengulube-c2l
@Gracengulube-c2l 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 3 ай бұрын
Igihuramutwe niso
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 3 ай бұрын
Uri injiji kurwego rwo hejuru
@patrickniyomuco
@patrickniyomuco 3 ай бұрын
Icingenzi si njiji nkaso
@LameckNgabo
@LameckNgabo 3 ай бұрын
😂😂😂 ibomukanyaru barantwenza ngo injiji 😂😂😂
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 3 ай бұрын
Nawe ucubiki??
@NdahiroJonathan
@NdahiroJonathan 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂kuvuga ko dufise ibirato mugabo nabarwayi badafise ambulance 😢😢zidafise igitoro
@nicodemensengimana9992
@nicodemensengimana9992 3 ай бұрын
Kumbe Mutama baramuruhisha basha😢😢
@iratubonastam2248
@iratubonastam2248 3 ай бұрын
Caaane sha
@NkusiNkotanyi
@NkusiNkotanyi 3 ай бұрын
Disi baba bumiwe abo abwira 😂😂😂,amashetani😅😅😅
@erobert693
@erobert693 3 ай бұрын
Ndayishimiye na chilombo bariko barahamba ibihugu barongoye nsinzi nimba namwe mubireba
@Irene28092
@Irene28092 3 ай бұрын
TOKA KURE WAMBEWBW Y UMUNYARWANDA, TUVIRE MURI TELEVISION YACU
@lazzR1935
@lazzR1935 3 ай бұрын
Iyo ureka kumwishura vyari vyiza cane ​@@Irene28092
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 3 ай бұрын
Gahambwa ubona
@erobert693
@erobert693 3 ай бұрын
@@Irene28092 nyamara muzagenderamo nimutagira ubwenge
@erobert693
@erobert693 3 ай бұрын
@@SaraSara-m3z5d😂😂😂
@DieudonneNyandwi-em6of
@DieudonneNyandwi-em6of 3 ай бұрын
Imana ihezagire uburundi n, indongozi Zacu n, abarundi Bose iduhe ivyenkenerwa bikenewe vyose amen
@thebesthoyame
@thebesthoyame 3 ай бұрын
Njye nikundira abaturanyi bacu b'abarundi goseee. Ejo ni heza mufite ubuyobozi bwiza. Imana ibashigikire.
@MwizaMuhimpundu
@MwizaMuhimpundu 3 ай бұрын
Nta muru wigihugu mufite
@EricNtwari-og7il
@EricNtwari-og7il 3 ай бұрын
Ntitwihebure Imana iri kungoma.
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 3 ай бұрын
Huuuwaa!! Urumva rero uzokwemera ko dukenye aruko twarwaye imvunja 🫢 , ebagabo aba DD muratera iseseme pe. iipu kweri ntavyanyu.
@VenusteNsengiyumva-u2v
@VenusteNsengiyumva-u2v 3 ай бұрын
Umuntu abwira abantu bariye umujinya nkuko agacazana ngo ngwifungurwa zirahari
@MedardNiyongabo-yo2wp
@MedardNiyongabo-yo2wp 3 ай бұрын
Opu Leta irakenye ikibazo c'igitoro nigihabwe abagwizatunga babishoboye Ikindi indya zihari ataterambere industrielle rihari ntakigenda Hama narabe yugurure industries zugawe abajeunes baronk akazi❤
@JosephNtunzwenayo
@JosephNtunzwenayo 3 ай бұрын
Wubaw mutama wacu,imana izogufasha ibandany uturongora
@IRANDAGIRAULEDI
@IRANDAGIRAULEDI 3 ай бұрын
Imana irakubona Mutama wacu komeza ibikorwa
@ChrispinOfficial
@ChrispinOfficial 3 ай бұрын
Vyose birakunda Imana ibishatse
@maondabihawe2037
@maondabihawe2037 3 ай бұрын
Nimba umukuru wigihugu azi abantu batera ibibazo mu gihugu, none ko atabajana imbere yubutungane.
@cashmoney_rw
@cashmoney_rw 3 ай бұрын
President oye oye oye ❤❤❤❤
@davidkindandi7631
@davidkindandi7631 3 ай бұрын
Uburundi kweri bugeze habi
@SaitAbdullahMakenze
@SaitAbdullahMakenze 3 ай бұрын
Komera 🎉 NEVA
@shizirungusamaime8520
@shizirungusamaime8520 3 ай бұрын
Hhh, 😅😅😅 abarundi Ni mugerageze murware amavunja Ndayishimiye nibwo azamenya ko mukennye yite kubibazo byanyu ,
@Usbar-oc1kl
@Usbar-oc1kl 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 3 ай бұрын
Hhhhhhhh hhhhhh ndayishimiye na kasamutwe
@popquent_b-bq2zg
@popquent_b-bq2zg 3 ай бұрын
cakoze urazi kutwizeza ibitangaza 😥
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 3 ай бұрын
😂😂😂😂 ngo warahariye uwavuze ngo igitoro ntikize??????uramuharira ariko umunyamakuru akora umwuga wiwe unigira mugasho.😂😂😂😂
@Usbar-oc1kl
@Usbar-oc1kl 3 ай бұрын
Ko NEVA yavuze ko igitoro acyifatiye mu minwe uwo muntu wanze ko cyinjira mu Burundi yavuye he?
@LameckNgabo
@LameckNgabo 3 ай бұрын
Urasaramumutwe umumenyeshamakuru agendana passport yigihugu hamwe nikarata yimpunzi 😂😂😂😂 ngo yikorera umwuga wiwe
@alanbronzecreations2011
@alanbronzecreations2011 3 ай бұрын
​@@Usbar-oc1kl Ntahora ababwira se ko ari Kagame😅
@muhiziGentil
@muhiziGentil 3 ай бұрын
Mbega injiji!!! Uburundi nta president bufite tu
@Irene28092
@Irene28092 3 ай бұрын
INJINJI NIWOWE WAMBUNUZA WE
@alanbronzecreations2011
@alanbronzecreations2011 3 ай бұрын
Warebye ibikureba , ibyo mu Burundi ukabireka
@Princetuyishime
@Princetuyishime 3 ай бұрын
@@Irene28092 poor you 😢😢😢😢
@AsmanHabinincuti
@AsmanHabinincuti 3 ай бұрын
Yego muvye nibigeragezo imana niyonku vyose bizohera
@karangwa2315
@karangwa2315 3 ай бұрын
Uburindi bufise ukuntu buyobowe kwisi yose ntahandi biba ariko biri primitive bitangaje
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 3 ай бұрын
Imana iriho ivyo yadukoreye nivyinshi n'ubu igiye kuduhezagira benshi bazotangara Burundi n'Abarundi oyeee
@NduwimanaSedrick-fg2bz
@NduwimanaSedrick-fg2bz 3 ай бұрын
Imanishimwe amina
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 3 ай бұрын
Utanguye gusaba ibigogwe abiba igihungu 😊😊😊😊😊
@huyy484
@huyy484 3 ай бұрын
May God save this poorest country
@Irene28092
@Irene28092 3 ай бұрын
WHICH POOREST COUNTRY ARE U TALKING ABOUT? MAYBE URS
@AllymafyaYusufu
@AllymafyaYusufu 3 ай бұрын
Izondongozi niba muzizi ko mutazifata mushireho ba shasha bakundigihugu canke niportice yanyu
@TrizaMumo
@TrizaMumo 3 ай бұрын
Yarakwiye gukorerwako nka Ruto womuri Kenya inzushasha ziriwanyu nuvengaho nibagukorereko nka Ruto
@DusabeIsaac-j4o
@DusabeIsaac-j4o 3 ай бұрын
Imana twemera ko ishobora byose ariko ntizamanura ibitoro mw'ijuru nta kintu mwakoze Barundi nshuti zacu
@IssaNiyongabo-k5r
@IssaNiyongabo-k5r 3 ай бұрын
Niwewambere mbonye usara neza neza urakavumwa
@Princetuyishime
@Princetuyishime 3 ай бұрын
President kuki utavuga kubibazo bihari ? President nambare utarayobora uburundi abarundi baratyaga bararimaga bambaraganeza nikihe gishasha wakoze ? Kuva wajya kubutegetsi ?
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 3 ай бұрын
Kubindongozi biragoye nkewa😢
@DirectorZombieTV
@DirectorZombieTV 3 ай бұрын
@Harerimanadonatien-zs9qd
@Harerimanadonatien-zs9qd 3 ай бұрын
Murazi gishimangana❤
@OlohaOlo-g7j
@OlohaOlo-g7j 12 күн бұрын
Uburundi turakeneye abantu batwara igihugu bafise au moins la base ya diplomatie.Si non dutwagwa n abantu batazi ivyo barimwo . Biratwengeje kandi biranababaje. Hakuza atubwira imigambi y iterambere import , export, tourisme, technology; atubwira imvunja, ibiyeri,imikeke etc 🙁.
@NimubonaDesire-uc7pe
@NimubonaDesire-uc7pe 3 ай бұрын
Karakora mutama ubemeze. Siko
@YamunguMuha
@YamunguMuha 3 ай бұрын
Reka ubujuju
@egidenshimirimana1419
@egidenshimirimana1419 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@FrankManirakizacom
@FrankManirakizacom 3 ай бұрын
Yaba nyakubabahwa président warigusoma komanteur yanj mwarikunyishura mbe komuvuga uwayanditse kwikitoro kitoza muburund knd ukavuga kumuzi kuki utomukura akareka kutwononera ataruko vrt igihuhu kitagira uwufata iryanuma hakaba hagwiriy abavuga aband bakavuguruza vrt ntayo kiriko kiraja Kbx
@vinceruba9841
@vinceruba9841 3 ай бұрын
Ariko umuntu ku gito ce abuza ubwato bw'igihugu souverain gupakira?
@kayumbaJeanPaul
@kayumbaJeanPaul 3 ай бұрын
Impossible
@alanbronzecreations2011
@alanbronzecreations2011 3 ай бұрын
Ngo ni Kagame😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂
@XhxhXhxh-i1f
@XhxhXhxh-i1f 3 ай бұрын
Non ga muvyeyi waramumeny kumukuramwo mundongoz hasabwiki ? Igiharag iyo kibunzw ugikur mubindi ukagita
@nyirambarushimanaclementin9723
@nyirambarushimanaclementin9723 3 ай бұрын
igitoro nigiki ko ndi umunyarwanda nkaba ntazi ikirundi😅😅😅
@JosephHavyarimana-q8w
@JosephHavyarimana-q8w 2 ай бұрын
Mutama warabahariye ego Gira rero ugirire ikigongwe bunions mwarakoranye muhanurane twebwe twaramenyereye ubukene urazi ko nayifumbire tutayaronka neza mugabo mwumvikanye mugahana amahoro ukamukura mwibohero ivyonavyo vyokwandikwa kumukuru w,igihugu yafunguye uwagomba kuzomukubitahasi namba arivyo hama mwiheshe icubahiro mureke gucanamwo hama mugabanye imishahara yabakozi bareta mugabanye uburusho buhabwa abashingamateka muhebe amakori amwaamwe cane cane nkokundya ziva hanze none mwovuga ko mwadufashije iki erega abo wewemukuru w,igihugu ubona ko bameze neza nabarihafi yawe twebwe turikure turababara cane punguza amakori turuhuke ifaranga murihagaciro nukuri mumisiza nukwikorera amagunira y,amahera mwicare mutunganye ukundi gusha amakori Kandi muturinde abasuma baba koroni batabahenda babahe mwebwe natwe tuwutubike ntavyo dushaka gabanya inzego zitwara uburyo mukore cane natwe turaruha none mwebwe mworuhuka gute😅
@IssaNiyongabo-k5r
@IssaNiyongabo-k5r 3 ай бұрын
Uragerageza ndake
@MmMm-br3tu
@MmMm-br3tu 3 ай бұрын
Ntagih uvuga ngo ushire mungiro uwomuntu yobuza kuzana igitor kutomuhana Uko nukutubesha kugira tubon kushoboye wabamenya ntiwabahana ibintu vyigihugu vyaranyobeye wofata imana ukavanga numupfumu mannweriwomuruyigi ngo igihugu kirajah gitwagwa nabapfumu haaw
@JoyAl-s7t
@JoyAl-s7t 3 ай бұрын
Ibintu biraza nabi barundi ahomurihose mwihangane ivyishirahejuru Ndiho azobicisha bugufi nakamuna
@DieudonneNkejimana-lc9jp
@DieudonneNkejimana-lc9jp 3 ай бұрын
Wap vyarakunaniye
@Rudasingwabrian
@Rudasingwabrian 3 ай бұрын
gicucu sendegara 😅
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 3 ай бұрын
Igicucu ni nyoko
@Irene28092
@Irene28092 3 ай бұрын
IGICUCU NIKAGOME NA NYOKO
@RichardNdayishimiye-hf7fn
@RichardNdayishimiye-hf7fn 3 ай бұрын
Babwire mutama izonyankaburundi zigobakundusubiza inyuma turikumwe ugwengo
@AlianeNIYIGENA
@AlianeNIYIGENA 3 ай бұрын
Ni ubwambere mbonye abarundi barakaye pe wagirango bapfushije ??
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 3 ай бұрын
Umukuru w'igihugu nomuhanure kuza ari inumira maze abarundi tumubonere kubikorwa. Amajambo atagira ibikorwa ntaco amaze. Kuva agiye kubutegetsi yaturuhishije amajambo. Turarushe kubera ingorane yadusutsemwo. Muri make ntashoboye. Ikinyoma kirarenze.
@JosephMugisha-rs9nz
@JosephMugisha-rs9nz 3 ай бұрын
Ariko uyuni president ayoboye igihugu ? Nibara Nakamaramaza 🫢🫢🫢😓
@Irene28092
@Irene28092 3 ай бұрын
NONE TUYOBORWE N INYENZI?
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 3 ай бұрын
Uhageze numugore nabana bawe
@Musafiririchard
@Musafiririchard 3 ай бұрын
nyakubahwa President ndebye abakwicaye imbere, mbonye ko batacyumva ibyo uvuga,
@Bngjdnr7783
@Bngjdnr7783 3 ай бұрын
Abobagiyehe babitumye cihere ndirakobuca niwe adaseka jembona mwokimwihera abononyi uzobaharira kugera ryari
@trustjesuspaulau4
@trustjesuspaulau4 3 ай бұрын
NDAYISHIMIYE WAKISHE
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 3 ай бұрын
Ivyuvuga intwazagaboro primeniyogabo araho nokukuviriza ntakuviriza aguma araba isim
@NahimanaAbdoul
@NahimanaAbdoul 3 ай бұрын
Jeneral Neva bagorore muze wacu
@MugaruraIssa-z8e
@MugaruraIssa-z8e 3 ай бұрын
Umuyobozi kizigenza arikuvuga amahomvu
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 3 ай бұрын
Sendagara mabya ya so😊
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 3 ай бұрын
Eka uri Vuvuzela😂😂
@25eyal17
@25eyal17 3 ай бұрын
Ariko abarundi babuze abagabo bigeze aha? Uyu n igicucu kigendera
@mupatagenerald5009
@mupatagenerald5009 3 ай бұрын
iki kigugu tukigirente ga basha? vyakunaniye bisira sinzohabona cnk ndakugarika, nibo bonyene tubonako bafise vision kd barajwishinga nibibazo vyabanyagihugu
@MugaruraIssa-z8e
@MugaruraIssa-z8e 3 ай бұрын
Reka ubwoba kirogorogo Evariste
@b_limitedition
@b_limitedition 3 ай бұрын
The people of burundi aint happy at all, Jss loook at the audience this so called president is talking to, They loook Angry&Hungry....uhora uvuga ngo Imana iriho mu rundi please apply Economics at least."ngo nubwambere abonye abasoda bafise morale kndi inzara ibishe hmmmm
@Irene28092
@Irene28092 3 ай бұрын
You dont represent any Burundian to speak on our behalf, at least we re free, we re not in the dictatorial country like Rwanda where journalists, activists or any other person who wants to compete with Kagame and or criticize him is killed
@MugaruraIssa-z8e
@MugaruraIssa-z8e 3 ай бұрын
Abarundi ninde wabaroze musamazwa na yesu.ni yesu azoza kubaka uBurundi?nimurindire igihugu cyafuye
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 3 ай бұрын
Abasoda bazokuravya
@ShyakaMugunga
@ShyakaMugunga 2 ай бұрын
mufashe asambana
@NiyomwungereClovisi
@NiyomwungereClovisi 3 ай бұрын
Komera mutama wanj❤❤❤❤
@Korandebe
@Korandebe 3 ай бұрын
Ibyobisaza muyoboranye bifunge nibyo bizi kata yogufunga ijyitoro
@Mambo936
@Mambo936 3 ай бұрын
Kubura igitora gye ndatekereza ko ari amayeri yapanzwe na Evariste kugyira ngo aza kwitwaze ko nta gitoro gihari nta mafaranga ahari yo gutegura amatora kuko arazi neza ko ntawamutora ninayo mpanvu amayer adigaranye arayo kuzasubika amatora yitwaje amafaranga,ibitoro
@Korandebe
@Korandebe 3 ай бұрын
@@Mambo936 Hoya abasenateri nabadepite bamaze iki usanga iyomyanya ufite nabobasaza kd nabakire nibobica ibintu
@stainelectronics-gv4cr
@stainelectronics-gv4cr 3 ай бұрын
Ubundi urebye never ndamwemera cyane
@HelloRwanda-ck5qz
@HelloRwanda-ck5qz 3 ай бұрын
Wafunze umupaka n'u Rwanda ngo abanyarwanda bazabura indagara none mwabuze essance😂😂😂!mu Rwanda essance yaragabanutse turishimye kandi tumeze fresh😅
@257-re7hb
@257-re7hb 3 ай бұрын
abatama harya inyuma bumiiiwee
@buzinduandre7791
@buzinduandre7791 3 ай бұрын
Uyu ni Pastor kurusha kuba President 😂😂 Ubwo imikeke n'indagara bihari igitoro ni gishaka kibure amavuja n'ibirato ndetse n'irya ziriko😢
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 3 ай бұрын
Igitoro kizaboneka aruko bunyoni yakuwe mu munyororo
@joselyneirankunda979
@joselyneirankunda979 2 ай бұрын
Turakuemera mutama reka abo baguma baguca intege
@Okello.2432
@Okello.2432 3 ай бұрын
ko numva abo bakoranabi ahubwo ubahaye uberenganzira busesuye bwogukora nabi noneho
@karenzifaustin2177
@karenzifaustin2177 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂hapa Amna rais ni hasara tupu
@AbdulMajid-pb2sx
@AbdulMajid-pb2sx 3 ай бұрын
translate
@Salashigifty-ii2mb
@Salashigifty-ii2mb 3 ай бұрын
Nukuri ntidukenye
@cyusaernest5931
@cyusaernest5931 3 ай бұрын
Abarundi baba bumiwe disi. Kubona ikintu atabwenge kigira kibahagaze imbere kibomborana nkikijerekani
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw 3 ай бұрын
Mwubahwa Sebarundi: tubwire uwo muntu atuboheye amaboko i mugongo yanka ko igitoro kiza maze tumumese!
@uwitijeoctave5413
@uwitijeoctave5413 2 ай бұрын
Hhhhhhhhhh arko urasetse kbs
@oseendayi5046
@oseendayi5046 3 ай бұрын
Shinga reta nshasha ijemwo ubwonko bushasha Abobandi kovyabananiye none
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 3 ай бұрын
Kuvyerekeye ikibazo cisukari naco ??
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 3 ай бұрын
Dore ukuntu baba bareba neva ukuntu Ari ikigoryi😅bababaye
@ndihokubwayorichard7100
@ndihokubwayorichard7100 3 ай бұрын
Mbabarira 🥴 sha ndumurundi
@joelmellowv5967
@joelmellowv5967 2 ай бұрын
Ikigaragara abarundi ntibakwemera uzarebe PK uko akunzwe
@yumbocelestin6086
@yumbocelestin6086 3 ай бұрын
None Neva woe uzana Imotion muri protique ngo waramubabariye erega ikiraya kimwe kiboze gitera ibindi kubora.ndumva byose ahubwo byaraboze.
отомстил?
00:56
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
escape in roblox in real life
00:13
Kan Andrey
Рет қаралды 86 МЛН
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 50 М.
Burundi: inama yahuje umukuru w'igihugu n'abacamanza
36:13
Isanganiro
Рет қаралды 256 М.
отомстил?
00:56
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН