Prezida Neva yatangaje ko agiye gutanguza urugamba rwo kurwanya abanyuruza isukari.

  Рет қаралды 109,060

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Umukuru w'Igihugu yatangaje ko yatanguje urugamba rwo kurwanya abanyuruza isukari bakura muri #SOSUMO kuko ngo ntivyumvikana igituma uruganda ruyikora ariko ikaburirwa irengero iyo yajanywe. Abarundi ntiboba mu karenganyo gakorwa n'abadandaza bayirangura hanyuma ntihagire igikozwe. #Burundi

Пікірлер: 149
@uwimanatheonestechannelcom2786
@uwimanatheonestechannelcom2786 Жыл бұрын
Njye Neva ndamukunda cyane. Iwacu ni Mu Rwanda. 😢 Ahubwo binkundiye nazisabira ubwene gihugu nkibera umu Rundi
@ndayizeyedjaludi3292
@ndayizeyedjaludi3292 Жыл бұрын
Reka
@ndayizeyedjaludi3292
@ndayizeyedjaludi3292 Жыл бұрын
Rekada nyuramumategeko
@haircutstyleofficial4698
@haircutstyleofficial4698 Жыл бұрын
Karibu Mon frere turibamwe ntaribi
@haircutstyleofficial4698
@haircutstyleofficial4698 Жыл бұрын
Umuhisi iyo agira umwete woguhasha abanyonozi uburundi tuba tugeze kuntambwe ishimishije ariko uyumutama turamwemera nabandanye yiyamirize abasubiza inyuma iterambere ryigihugu nuko agorora ivyagoramye imyaka 15 barya amanyagihugu atawamira motife ngotwagoranwe mwishamba ewe burundi wishwe nabawe naho borya abanyagihugu ntanumwe azoyajana mukuzimu emwe bayobozi nimwikangure mumenye iyotwerekeza nyakwigendera koyarahejj ibiringo 3agira atangure kuyarya ntimubona ivyabaye none murwaniriki mutuntuza neva nabenegihugu mukubanyanga nutwobashikiriye canke mwarasinye contra yimyaka muzobaho kwisi?? Nyabuna nimucebugufi hama imana ihezagire neva kandi imuhe inkomeze mugikorwa kidasanzwe cokugorora ivyagoramye imyaka myishi uhoraho muhinkomezi muhe ubwenge nkabumwe waha salomon atujabutse ikiyaga gitukura ❤❤❤
@Bapfunya
@Bapfunya Жыл бұрын
Uraza uburundi nubwabose uzuce muri immigration
@jonathatv8943
@jonathatv8943 Жыл бұрын
A'm From 🇷🇼 but kbx!! President arababaye kweli,abo abwira bumve bikosore.never we love you kbx!! You are truth Man👏👏
@patriceirakoze3793
@patriceirakoze3793 Жыл бұрын
Urakunda abanyagihugu kweli suburyatya kbs 😢😢 bintera kugukunda caneee Muvyeyi wacu🎉
@patriceirakoze3793
@patriceirakoze3793 Жыл бұрын
Amen ndakunda uburongozi bwawe nyakubahwa imana ikujimbere kuku ntitwari bwaronke uburongozi nkubwo kbs Umwami yesu christ abampere uburungozi bwiza kubarundi😢❤
@safariautoservice7032
@safariautoservice7032 Жыл бұрын
MR le Président ugurura imipaka abadandaza twizanire imfungugwa. Isukari uruzuyr muri Zambia, Tanzanie et Ouganda gupakira nka 200 tonnes na akaravyo mais mushireko uko OBR ikora kurutonde. Bije ahabona. Ibiciro turiha tuzanye ibintu bije ahabona kuri application ya OBR, hapana ko tuzanye ibintu bimwe usanga bamwe bariha make abandi umurengera uca utuma tudakora. Duza ibiyeri icupa rigura 10.000 ugabanure imidoro ku mfungurwa. Kandi ababorerwa bobo nubwo woshira kuri 20.000 bazoborerwa tu.
@francoishabonimana446
@francoishabonimana446 Жыл бұрын
Komera Nyakubahwa Turi inyuma 🙏🙏🙏👍👍👍
@HarerimanaClaudette
@HarerimanaClaudette 11 ай бұрын
Imvuga kuri ramba🤜❤
@clovisigirivyiza1886
@clovisigirivyiza1886 Жыл бұрын
Ijamborimwe gusa novuga Nyakubahwa Imana igukomeze kuva nciyubwenge niminsimike nabaye muburundi bwacu umbereye indongozi yambere nunviseko nkunze uravuze nunva ikiniga kiraje😢 Imana ikuzigame natwe ugwaruka uzotwibuke kumyuga mitomito tuzogaruke mugisagara cacu cabujimbura twitezimbere nkabandi tubona mubindi bihugu🙏 kuko igisagara cabaye icabifisegusa
@VincentNkunzimana-gp3tr
@VincentNkunzimana-gp3tr Жыл бұрын
Ndarize kwiryo jambo umukuru wigihugu cacu avuze nukuri imana imugume hafi yongere imutuzigamire vrt abo bashaka kumwononera vrt nibareke ariko akor ivyiza vrt ❤❤❤❤ birukeko mutama wacu twitoreye gusa ubarab neza ntibazogire Coup d etat vrt
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
Hejuru caane président wacu❤
@KamaliBlack-zs3cx
@KamaliBlack-zs3cx Жыл бұрын
Yes
@FrancisNzigiyimpa
@FrancisNzigiyimpa Жыл бұрын
Frome south Africa we love President 🎉🎉🎉
@jeanregis1
@jeanregis1 Жыл бұрын
Umuyobozi Ureba Kure
@damurakozevidoclaude1184
@damurakozevidoclaude1184 Жыл бұрын
Amatora azajewe nzaburundi gutora nevandayishimiye numuntu wumugabo ndakwemera
@gapfiramaribinfyanga5435
@gapfiramaribinfyanga5435 Жыл бұрын
Kora ico IMANA yagushinze nyakubahwa Mukuru wigihugu cacu
@ndoricimpaelyse7752
@ndoricimpaelyse7752 Жыл бұрын
Koresha amategeko Mutama ubifitiye ububasha
@mdmn8160
@mdmn8160 Жыл бұрын
Papa Burundi ❤
@NgaboLee
@NgaboLee Жыл бұрын
Imana ihezagire uburundi nabarundi♥️ vive L"Afrique
@Johnjohn-dt2tn
@Johnjohn-dt2tn Жыл бұрын
Turagushimira president, kwanga akarenganyo. Utwibutsa nyakwijendera president ukuntu yishe abatutsi beshi abarenganyije. Nibizonjere uburundi twese nubwacu
@beatricemisago1964
@beatricemisago1964 Жыл бұрын
Wavuga nyakubahwa👏👏🙏🙏
@emmanuelntigurirwa2987
@emmanuelntigurirwa2987 Жыл бұрын
Shyira ibintu mubikorwa bivemumagambo.
@niyonkuruperes6253
@niyonkuruperes6253 Жыл бұрын
Urashoboy nukur turagukund 100% ntaco utazodukorer abenegihugu
@kavorama983
@kavorama983 Жыл бұрын
Neza cane kabisa président yatanguye gukara, natwe nivyo dukuna kugira président akara niho igihugu nabanyagihugu tuja kimurongo ,nkibindi bihugu biteyimbere❤
@ChristianNduwimanaGASAZA-ud9sr
@ChristianNduwimanaGASAZA-ud9sr Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏 Komera ramba nahanyene 👊👊👊👍👍
@ndenzakogaspar7802
@ndenzakogaspar7802 Жыл бұрын
Turashima cane.
@ndihokubwayorichard7100
@ndihokubwayorichard7100 Жыл бұрын
Mutama imana yakuduhaye ikudutungire imana yonyene vraiment ndababaye kbs
@jaystrongmagaboy1633
@jaystrongmagaboy1633 Жыл бұрын
SeBarundi yarashavuye cane yahatswe no kurira. Ramba Prezida wacu NEVA
@SekamanaCelestin-tu3xf
@SekamanaCelestin-tu3xf Жыл бұрын
Imana ikomeze iguhe kurama ❤❤
@HazardSimion
@HazardSimion Жыл бұрын
We love you my parent
@alainmethodeirankunda5795
@alainmethodeirankunda5795 Жыл бұрын
Uvuzukuri mutama twavuts tubisangah tuzopf tubisig niyompamvu tutorya Bene wacu
@ishimwejoyce7922
@ishimwejoyce7922 Жыл бұрын
Ndakwemera cyane 👍🏻
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Bwana président shiraho investigation yawe yihariye bagukorere ubutasi bwimbitse kuri buri muntu ariko aravyonga akarere cank ari muvya sabotage uwo iperereza ryasanze ari umugambi w'igihugu cank umusuma yiba igihugu cank yaka ibiturire ubu frappe vya sérieux
@JohnMukasa-w5b
@JohnMukasa-w5b Жыл бұрын
Papa Neva, na kupendaga sana.
@dinoclassic7165
@dinoclassic7165 Жыл бұрын
his excellence wabarundi uko ni ukuri pe
@herahonyene4163
@herahonyene4163 Жыл бұрын
Umuvyeyi wacu tumushigikire , nukuri arababaye cane kubona harindongozi zitabona ivyo zirimwo. Tukurinyuma
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Жыл бұрын
Ewe neva wanye iyaba mwari nevas tuba twarakize ariko ntiducike intege ugeze kure mujurwana.turikumwe nawe 13million zabarundi
@niyonkuruperes6253
@niyonkuruperes6253 Жыл бұрын
4:05
@Catherine-dv3qo
@Catherine-dv3qo Жыл бұрын
Hezagigwa mon president❤❤❤❤❤❤
@fredmacumu4411
@fredmacumu4411 Жыл бұрын
Ibikorwa muze utavuga cyane bakaguca amazi
@RenovatBintunimana
@RenovatBintunimana Жыл бұрын
Muze nukuri bashitseyo vrem bararenze none nkuko wabivuze mutama wacu dukunda iyo afata buri commune akayiha ironi imwimwe mwi commune ecenda hariguca hasigara itoni 6 nazo akaziha igisagara cangonzi ntibari kuyisabika Nya mufunge vrem
@AudaceMakado-ep5fo
@AudaceMakado-ep5fo Жыл бұрын
J narasamaye noronka numéro ya nyakwubahwa president wacu nukuri haruwofatwa mukanya gato ahaye azingamika abenegihugu
@emmanuelntigurirwa2987
@emmanuelntigurirwa2987 Жыл бұрын
Ariko wowe wirirwa urira Bagutoreye kubayobora nogufata ibyemezo bya President.
@DuraEma
@DuraEma 3 ай бұрын
Naluri uhezagirwe cane muvyeyi izonintunva igitunva naho wochira mwisekuro ugasekura ntikinoga
@DidierNiyomukiza-bs2mi
@DidierNiyomukiza-bs2mi Жыл бұрын
egooo biratahurits
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 Жыл бұрын
Igipfuu nahugisekuraaa ntikinogaa waruvuzee
@AlphonseNSABUMUREMYI-ro9bz
@AlphonseNSABUMUREMYI-ro9bz Жыл бұрын
Turavye ikibazocisukari bisabagitorerwe umut
@BARUTWANAYOEric-w7k
@BARUTWANAYOEric-w7k Жыл бұрын
Our president is the best
@Jumajimmy-e7q
@Jumajimmy-e7q Жыл бұрын
Wavuga kbx nuko batumva
@AudreyMutoni-vh6et
@AudreyMutoni-vh6et Жыл бұрын
Uwukiriho vyukuri ntaco yatanze
@manariyoinnocent3490
@manariyoinnocent3490 Жыл бұрын
Muzehe. Niwihangane beshi nintunva je ndagutahura nukuri
@MagnifiqueNdayiragije
@MagnifiqueNdayiragije Жыл бұрын
❤❤❤
@Mocha_211
@Mocha_211 5 ай бұрын
Look and laugh
@nkundajimmy4881
@nkundajimmy4881 Жыл бұрын
Ramba mutama, Kabaho rwose pe! Oyee
@venantmasabo7230
@venantmasabo7230 9 ай бұрын
Bikore mutama tubahe igiti abobampemazuzuye
@muhozaevelyne1263
@muhozaevelyne1263 Жыл бұрын
Babwire bumve kubera abantu bumva ububabare iyo bibabashikiye isukari ikoreshwa nabantu Bose kiretse uwo muganga yayibujije .
@japhetntirandekura5690
@japhetntirandekura5690 Жыл бұрын
😂😂😂nabo baduhe tubapfunge baranyonyeza cane😂😂😂 hangama urintwari kbxaaa
@nduwarugiratherence
@nduwarugiratherence Жыл бұрын
Wagerageza nyakwubahwa nuko ubarira intumva wubahwe mutamawacu turinyumayawe🙏🙏
@Iriho
@Iriho Жыл бұрын
President wacu lmana yakuduhaye ikudutungire😂😂🎉🎉🎉
@yvesnkundimana2967
@yvesnkundimana2967 Жыл бұрын
Wavug mutama nuk ubwirintumva
@levygasper7438
@levygasper7438 Жыл бұрын
Mbe none ga nyenicubahir kuberik isikali ifis abayihabwa nabaterukuriwe kuyihabwa
@lemienyoni8662
@lemienyoni8662 Жыл бұрын
mwese muribamwe
@Dushimirimanaramedi
@Dushimirimanaramedi Жыл бұрын
Good
@BizimanaPatrick-hc5es
@BizimanaPatrick-hc5es Жыл бұрын
Babwirepe
@FleuryBukeyeneza-r7v
@FleuryBukeyeneza-r7v Жыл бұрын
Komera kurugamba abenegihungu turinyuma yanyu.Uzi kubura isukari ihingurirwa musi y'urugo?birababje!
@romanreigns5226
@romanreigns5226 Жыл бұрын
Mana Ibaje imbere ndugu
@manirihojutsn8448
@manirihojutsn8448 Жыл бұрын
Cuarage muta korakaz
@ElianeNiyongabire
@ElianeNiyongabire Жыл бұрын
Vuga muvyeyi turabeko tworonka isukari
@ndihiniumukoziwumuhinga9914
@ndihiniumukoziwumuhinga9914 Жыл бұрын
Komera kwijambo Nyakubahwa
@mugishapromoter8121
@mugishapromoter8121 Жыл бұрын
Kimwe novuga nuko Imana yokuzigama
@MsafiriValens
@MsafiriValens 4 ай бұрын
Nonese wowe ukunda ananyagihugu ko watanzemo igitambo abasoda muri kongo ugapfakaza abagore babo? Ubwo se amafranga wagurishije abasoda wowe ko wayishyiriye mugifu?
@user-du3fv2sh4g
@user-du3fv2sh4g Жыл бұрын
komerezaho,ufite ubushake bwiza
@MarcNGARUKIYE
@MarcNGARUKIYE Жыл бұрын
Komera mutama
@birorimitterand6330
@birorimitterand6330 Жыл бұрын
Ooooh my President!! We love you ❤️ ❤️ ❤️ ubafunge boseeee
@lazzR1935
@lazzR1935 Жыл бұрын
Oye Sebarundi tukuri inyuma🎉 tuzoshika vyanka bikunda tuzoshika turikumwe
@edithenzeyimana4747
@edithenzeyimana4747 Жыл бұрын
Komera muvyeyi wacu turagusengera ngo Uhoraho abarinde abakomeze turinyuma yawe mze wacu
@josianenana7114
@josianenana7114 Жыл бұрын
Bahane abobasuma muyohozi mwiza
@gedeonirishura
@gedeonirishura Жыл бұрын
Nciye numva amarira adengereye kubera amajambo ya president wacu😢😢
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 Жыл бұрын
Wubahwe imana ikurinde cane
@fildeniragira3029
@fildeniragira3029 Жыл бұрын
Mutama nubu ni wewe uragahora kungoma .akarenganyo karababaza
@jimmycarteur
@jimmycarteur Жыл бұрын
Jewe bonshira kuri liste yabadandaza isukari ndaziko SE yompa agashimwe kumuntu ayidandaza atarenganya !!
@KarimuUwimana-hc3lb
@KarimuUwimana-hc3lb Жыл бұрын
Komera mutama akarenganyo karababaza cane , ukwo nukuri mwubahwe cane
@jdni9684
@jdni9684 Жыл бұрын
Uwuvomeza ikibi umutima wiwe arahava akagira umutima w'urutare. Abo nibo baturya hanyuma bakaguma bavuga ko igihugu gikenye kandi aribo bagikenesheje.
@jeanmariendayishimiye2614
@jeanmariendayishimiye2614 Жыл бұрын
Bwira izontumva
@leonieleo8691
@leonieleo8691 Жыл бұрын
Wavuga muvyeyi nuko ubwira intumva🤷‍♂️
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 Жыл бұрын
Nyakubahwa kizigenza,ibintu avuga birumvikana cne ariko jew umuti mbona wobasharira vyanyavyo niba koko ababantu biba isukari y'abeniguhugu bazwi neza nibahanirwe imbere y'abarundi bose birukanwe nomukazi kubwivyo n'uwundi wokindi gisata atari isukari azobona ibibaye kuri mugenzi akubite agatima mpembero akore ibintu bigororotse kugirango umwenegihugu yishime
@medissonmaslownemse2373
@medissonmaslownemse2373 Жыл бұрын
Komeza pe kumbure bazikubita agashi
@خلودالغامدي-ل7ث
@خلودالغامدي-ل7ث Жыл бұрын
Yooooo😭😭😭😭😭😭😭😭
@bennyparfaitmunezero9242
@bennyparfaitmunezero9242 Жыл бұрын
Bakure apfunge
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Жыл бұрын
Emwe abanyuruza isukari ntibatugombera iciza.
@MagnifiqueNdayiragije
@MagnifiqueNdayiragije Жыл бұрын
Urobikore muvyeyi
@butisaac6465
@butisaac6465 Жыл бұрын
Zamuradushirirako ikiganiro cose
@cizamagdalenamotherofmercy8334
@cizamagdalenamotherofmercy8334 Жыл бұрын
Neva de la Never, big up!!! Fata abamenja bose , Ikindi kintu kimwe wakora nukugarura umubiri wa Buyoya n'umwami bahabwe imuhira kubera bakoreye igihugu naho hari udukosa twabaye, Buyoya yaremeye anasezerano y'ubumwe bwabarundi intanbara irahagarara.
@japhetntirandekura5690
@japhetntirandekura5690 Жыл бұрын
Amashugwe 'nayawe mutama
@pierrendikumana9671
@pierrendikumana9671 Жыл бұрын
Nta kuri kw'abadandaza niyo ngorane
@NdayishimiyePhilippe-tp3or
@NdayishimiyePhilippe-tp3or Жыл бұрын
Nyakubahwa muvyeyi wabarundi sebarundi utimuvyeyi jewe ndi musezi icogikorwa ukora abarundi tuzogusengera twongere tuguhezagira kuko utimuvyeyi waboro nabarenganwa turiteguye kugusengera noku gusengera amaboko abarundi bumutima turagukunda wanyonge niwengi wewe ni mutetezi wawanyonge
@micomeshack7024
@micomeshack7024 Жыл бұрын
Mtama warumurongozi abagufasha nibo babi kbxa
@cnopburundi
@cnopburundi Жыл бұрын
Iri jambo ry'umukuru w'igihugu rirakomeye caane nukuri,,mpejeje kuryumviriza ndiko ndatetemera,,nibaza ko abantu batuma ibi bintu biba , bigatuma abenegihugu baja mu marushwa ,agahinda, n'umwiheburo ,, n abansi bigihugu bakwiye ko babambika urusyo kw' isozi😢,, hari gusa muri commentaire uwuvuze ikintu gikomeye ko umubisha naho umusekura ko atanoga😢😢,,, IKIBAZO NYAMUKURU HOKORWA IKI?😢😢
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Жыл бұрын
Aba stasekuwe
@terimbere3785
@terimbere3785 Жыл бұрын
Ijambo ryinshi Kwa Neva. Subiza ibintu mu buryo mutama.
@jeanberchimassindayigaya7994
@jeanberchimassindayigaya7994 Жыл бұрын
Nibagabanye ivyo bihinguriro vyabaye vyinshi vyibinyobwa vyo mubipacupac nivyo bituma isukari ikena
@ericirambona7272
@ericirambona7272 Жыл бұрын
Ubundi bufise amahinguriro asumba ahondi Zambia mumyaka 7maze ntamusi ndumva isukaringo yabuze bafise amahinguriro arenga ibihumbi not igihumbi ariko isukari irabura nabayigura
@gregoirekennedy8573
@gregoirekennedy8573 Жыл бұрын
Wow turose Abagabo 10 like President Never uburundi bwoba paradise, big up President
@JimmyKubwayo
@JimmyKubwayo 3 ай бұрын
Eeeeh couragement presedent burundaise&bahane bahane
Burundi: inama yahuje umukuru w'igihugu n'abacamanza
36:13
Isanganiro
Рет қаралды 256 М.
How do Cats Eat Watermelon? 🍉
00:21
One More
Рет қаралды 8 МЛН
SHAPALAQ 6 серия / 3 часть #aminkavitaminka #aminak #aminokka #расулшоу
00:59
Аминка Витаминка
Рет қаралды 1,7 МЛН
Help Me Celebrate! 😍🙏
00:35
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 24 МЛН
Electric Flying Bird with Hanging Wire Automatic for Ceiling Parrot
00:15
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
How do Cats Eat Watermelon? 🍉
00:21
One More
Рет қаралды 8 МЛН