Umukuru w'Igihugu yuguruye umwaka w'ishure wa 2023 mw'ishure ry'intwazangabo ISCAM.

  Рет қаралды 35,481

Mashariki TV

Mashariki TV

18 күн бұрын

#Burundi: Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 Rusama 2024 yuguruye icese umwaka w'ishure wa 2023 ushira wa 2024 muri kaminuza y'intwazangabo mu ntwaramiheto #ISCAM ku mikangara igira incuro ya mirongo itanu na gatatu ku civugo " Ishure kaminuza y'intwazangabo mu ntwaramiheto shingiro ry'akarangamutima n'ubutwari vyamye biranga indongozi z'igisirikare c'Uburundi mu gukingira igihugu.'' Umukuru w'Igihugu akaba kandi yagiriyeko aha impamyabushobozi iyindi mikangara irangije inyigisho za gisirikare yo mu murwi wa mirongo ine n'umunani. #FDNB #ISCAM

Пікірлер: 105
@user-vc7us9db2f
@user-vc7us9db2f 15 күн бұрын
arko se iyo ubu nabwo babona ubundi burlo bazana abasoda bambaye bintu bizim, ngaho agatuza na nariya makabutura yama jersey . Wapi rwose muri iki kinyejana nabwo ibi bikwiye. Ndayishimiye byarase kbsa
@justincodyy6058
@justincodyy6058 15 күн бұрын
Igihugu giteye agahinda nukuri
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 16 күн бұрын
Son Exleence Evaliste NDAYISHIMIYE turagukunda cyane Imana igukomeze imyaka ibihumbi❤❤❤❤❤
@bigirimanaregis1770
@bigirimanaregis1770 16 күн бұрын
Umwaka uraho icatumye ntaja muri ISCAM carampombeje!!igisoda ndagikunda.
@rodriguerwaka987
@rodriguerwaka987 16 күн бұрын
😢iki gisonda mbona ntacyo wahobye pe hhh
@bigirimanaregis1770
@bigirimanaregis1770 16 күн бұрын
@@rodriguerwaka987 Tuba dufise amaso abiri ariko tutabona kumwe.
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 14 күн бұрын
​@@bigirimanaregis1770abanya sinzi ivyobihaye ivyuburundi vyose babibona muri negativities bazorwara umutima
@inkungatv
@inkungatv 16 күн бұрын
Nta gisoda dufise muburundi
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 16 күн бұрын
Hahh 🤣🤣
@Niyonsenga-om5jd
@Niyonsenga-om5jd 15 күн бұрын
Hhhhhha mujye mukopera urwanda
@cyusaernest5931
@cyusaernest5931 15 күн бұрын
Abarundi ni abavandimwe turabakunda arko uyu muyobozi wanyu ni ikindi kintu. Wagira atabwenge kigira
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 16 күн бұрын
Imana ikomeze kutuzigamira president wacu nugukomeze guha ubudahangagwa Ingabo Z'uburundi.
@M52Congo
@M52Congo 16 күн бұрын
😂😂😂😂😂 uti nubudahangarwa? hano Muri Congo Ingabo zanyu twirirwa tuzirukaho 😂😂😂😂😂😂
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu 15 күн бұрын
@@M52Congo urikirigita ugaseka sha imbeba za sarambwe na mujeri nicyo cyimwe byose ni amabyiiiii nibiburamana ntacyo murwanira muzatsindwa ruhenu..turimo turabafumbiza amashyamba ya congo sha.
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 15 күн бұрын
​@@NgaboJeanvier-iw4yuNtamakuru ufise mwaraye mumeny ivyabaye kubana banyu bari guberera mumashamba ya congo 😅😅😅😅
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu 15 күн бұрын
@@abdallahjuma7997 erega ntacyo murwanira niyo mpamvu mugomba gutsindwa ruhenu ndetse mukabura nutwo mwari mutuwe mufite harya ngo murarwanira gushyiraho reta ntutsi muri kivu ya ruguru ibyo ntibishoboka ahubwo ubutegetsi bwa kigali burimo burasukuma buzihonda mumanga.. imbeba za sarambwe uzibwure ko zitezwe rwa gakoco.. kandi uzibwire ko inturo ishonje kurya imihore yazo.
@iRwanda94
@iRwanda94 15 күн бұрын
Ariko se kwambika ubusa abantu byo ni ibiki?
@MugishaSam-wq7js
@MugishaSam-wq7js 11 күн бұрын
Mana weeee Sha Uburundi burihasi kururu rwego kweli nukuntu arigihugu kiza Koko!?
@irambonaofficial9507
@irambonaofficial9507 11 күн бұрын
Akamaramaza karama.
@karaokeberceau
@karaokeberceau 15 күн бұрын
ibibintu byukwambara agatuza gusa biteye isoni umengo naba securite
@floribertniyongabo7725
@floribertniyongabo7725 15 күн бұрын
Oya ntibiteye isoni, ahubwo nivyo bikomeza umusoda w'umurundi. Hama harimwo n'ikintu ca discipline na soumission pour un débutant. Ugitangura uteverezwa gucishwa bugufi kuko uba ukiri muto cane.
@JumaErick-io5fn
@JumaErick-io5fn 16 күн бұрын
nivyo
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 16 күн бұрын
Hahhhh 😅 hahhh 🤣🤣 so funny
@kamfrancis9344
@kamfrancis9344 13 күн бұрын
ase agakoni Nyenecubahira agendana Gasigura iki ???
@niyonkururenovat7018
@niyonkururenovat7018 13 күн бұрын
Burya,abanyarwanda barantwenza cane. Ikintu cose,nico batazi, bara critiqua ngo poor poor everywhere in everything. Reka ndabasugurire banyarwanda, abo basoda mubona bambitswe izo kabutura civils, si kubera ko babuze impuzu babambika. Menya ari umugenzo w'igisoda cu Burundi. Hose muzokwama mubibona iyo habaye umusi mukuru nk'uyu mugisoda cu Burundi. Uwo ni umugenzo wo kwinjiza abasoda bashasha, abo baba ari abasoda bahejeje formation de base (basic training); kubera ko President aba atarabemerera kwinjira mu gisoda, baca babazana bambaye civil ,bambaye civil!! Gutyo rero muzokwama mubibona kuko ntibobambika gisoda bataremererwa na Président kuko niwe wenyene yinjiza abasoda bo kugwego rwa Officier!! Ntimusubire kuvuga ivyo mutazi rero poor in ideas !
@lilianempinganzima2762
@lilianempinganzima2762 13 күн бұрын
Nonese ntakundiii kuntu baba bambika koko
@niyonkururenovat7018
@niyonkururenovat7018 13 күн бұрын
@@lilianempinganzima2762 Culture et coutumes des sociétés sont différentes d'un pays à un autre. Mwebwe ivyanyu ntawubinjiriye,kore ivyo vyigisirimu vyanyu. Abarundi mubareke bikorere ivyabo. Ndizera ko ata barund bobura amahera yo kugura izo kabutura zindi muvuga. Mwebwe ibitabaraba rabe hasi!
@lilianempinganzima2762
@lilianempinganzima2762 12 күн бұрын
@@niyonkururenovat7018 ikibazo se namakabutura ko amakabuturs bayafit ntanubw ikibzo mbonako ar amafarang pee
@niyonkururenovat7018
@niyonkururenovat7018 12 күн бұрын
@@lilianempinganzima2762 none ingorane amakabutura abateye ni ayahe? Mushaka bambare amakabutura ya Or? Mubura ivyo mu commenta mukavuga amakubutura😆😆
@kimjuiyoung1686
@kimjuiyoung1686 16 күн бұрын
Aaapuuuu ntagisoda ngaho mbona..
@user-nono372
@user-nono372 16 күн бұрын
Ubona icaso nanyoko?
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 15 күн бұрын
Arega abantu dufit amaso abiri arikw atabona kumwe
@mrflower2k1
@mrflower2k1 15 күн бұрын
Everything is poor 😢😢
@kevinndayisenga1998
@kevinndayisenga1998 15 күн бұрын
Uyo muzungu nawe akoriki koko !!!! Abo barugigana muguma mutuboherako ntitubashaka
@sandrineteta3862
@sandrineteta3862 11 күн бұрын
Uwareba akarasisi kabana Burwanda basoje amashuri mugisirikare ntiwareba akabarundi peee
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 16 күн бұрын
Nta kunda kwambara impuzu zigisoda
@pascalnyamaswa1534
@pascalnyamaswa1534 15 күн бұрын
Ahhhhh abasore b`inkorokoro bari tayali gukubita M23 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 muri jersey bakoze amatuza. Izi ni ingaruka zo kwifungirana kwa S.E Mr Sendagara n`abambari be.
@mufaumecobracobra4611
@mufaumecobracobra4611 14 күн бұрын
Ibintu byokubambura imyenda nubufu kbs muzahindure kuko ntibigezweho nibya 1900
@rwubusisi2
@rwubusisi2 10 күн бұрын
Mwanafunzi " ni gute u burundi bwisanze aha hantu?" 🤣🤣🤣🤣
@Kwantare257
@Kwantare257 15 күн бұрын
Gosa mubarinderer ivyuma vyo guterura😂😂😂 🇧🇮
@gatutsialexis2377
@gatutsialexis2377 13 күн бұрын
Ariko mwansobanuriye ubu kwambara ubusa hejuru bisigura iki
@user-kk3fp2yq2d
@user-kk3fp2yq2d 15 күн бұрын
Hhhhhh Yewe pu Sha Uburundi murinyuma impande zose pe Kwambika ubusa Abantu bakaza imbere ya Prezida kweri yayayaya
@dimitrov-niba84e
@dimitrov-niba84e 13 күн бұрын
Iyubaza impamvu basi bambaye ubusa. Non uratwenga nivyo utazi 🤣😂😅
@AmaniMulahuko-km3nz
@AmaniMulahuko-km3nz 15 күн бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙌
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 16 күн бұрын
Abasoda bambaye amakabutura hahhh 🤣🤣🤣 poor burundi MUBAJYANE CONGO 🇨🇩 GUPFA HAHH 🤣
@alvinkian3650
@alvinkian3650 15 күн бұрын
baracyari inyuma nk`ukwezi
@mrflower2k1
@mrflower2k1 15 күн бұрын
The parade is poor, everything is poor 😂😂
@dimitrov-niba84e
@dimitrov-niba84e 13 күн бұрын
Ninde yakubwiy ko baraba abasirikare?? 😂🤣🤣🤣😅 Ko mwihutira kuvuga mutabajije
@princoofficialmusic
@princoofficialmusic 14 күн бұрын
Burundi is very funny 😂😂, lot at the assemble with naked guys 😂😂
@pascalnyamaswa1534
@pascalnyamaswa1534 15 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/j2qXmGalasRlftE reba hano pass-out ya abanyeromo mi Rwanda uko kaba gakaze bari smart
@Lock940
@Lock940 14 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ishimwejacques6002
@ishimwejacques6002 15 күн бұрын
Aba nabasoda ndiko ndabona se😂😂😂😂😂😂😂😂
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 15 күн бұрын
Imana ihezagire uburundi nabarundi aho umunyarwanda abonye intwazangabo zacu arajingitwa kubera zamukuye amata mumenyo muri congo
@pascalnyamaswa1534
@pascalnyamaswa1534 15 күн бұрын
Ahhhhhh🤣🤣🤣🤣🤣 ubwo urumva utewe iteka no kubona baniste inda kugasi n`amabutura ya jersey.......nabo bazobarungike muri DRC M23 . Umunyarwanda niwe wavuze ati" Akabi gasekwa nkakeza ".
@pascalnyamaswa1534
@pascalnyamaswa1534 15 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/bJ2tf6WifKaGi5I
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 15 күн бұрын
@@pascalnyamaswa1534 yatabwa twebwe abarundi congo yose ibayarafashwe nabahima babanyarwanda umurundi ahashitse imbwa zaciye zizinga imirizo zija kubwejera murwand
@pascalnyamaswa1534
@pascalnyamaswa1534 15 күн бұрын
@@bizomenyimanaelias5455 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ngaho nababwira iki nimumeze mugwe kugasi.
@ingabireyvonne8987
@ingabireyvonne8987 14 күн бұрын
@@pascalnyamaswa1534akabi gasekwa nka keza wamuntu 😆😆
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 16 күн бұрын
Abasoda bambaye amakabutura hahhh 🤣🤣🤣 poor burundi
@Bikorokoro123
@Bikorokoro123 15 күн бұрын
utekereza ko bambaye amabutura kubera ko babuze ayo kugura pantalon🤣🤣.uraciriritse mu mutwe
@MugiranezaFabrice-be3mp
@MugiranezaFabrice-be3mp 15 күн бұрын
😂😂😂ese kobambaye ubusa?
@alvinkian3650
@alvinkian3650 15 күн бұрын
Abarundi muracyari inyuma nk`ukwezi kweri....kwambika ubusa abanyeshure banyu ku gasozi en plus abasoda....nakamaramaza ndake
@floribertniyongabo7725
@floribertniyongabo7725 15 күн бұрын
Birumvikana uri umu civile. Ntizi ibiranga igisoda. Discipline. Harimwo na bisutage iba mu bisoda vyose. Hama si ngombwa ngo igisoda gifise expérience nka FDNB gikore nk'ikindi gito.
@mrflower2k1
@mrflower2k1 15 күн бұрын
Kwambara ubusa ni discipline 😂😂 ubu se abandi ntayo bagira?
@dimitrov-niba84e
@dimitrov-niba84e 13 күн бұрын
​@@mrflower2k1abandi abahe??😂🤣😅
@ngaboangel5301
@ngaboangel5301 16 күн бұрын
Igisoda kitambara impuzu zi gisoda 😂😂😂 muzorabe igihugu cu Rwanda uko abasoda bomeze
@user-nono372
@user-nono372 16 күн бұрын
Twebwe ivyo murwanda ntibituraba turabivyacu ivyanyu nivyanyu kuko ntawe bitunze natwe ivyacu nivyacu
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 15 күн бұрын
Kuberiki muza urwanda gaha ivyiwanyu ntibikeneye
@user-nono372
@user-nono372 15 күн бұрын
@@joelnzeyimana7791 abanyarwanda murantwenza mushaka kwigira nkahumengo urwanda sigihugu kiri kwisi umengo nigihugu comwijuru
@user-nono372
@user-nono372 15 күн бұрын
@@abdallahjuma7997 nn biyongeye burakuraba ugaburira bangahe haruwuza kugusega
@abizeyejeanbosco369
@abizeyejeanbosco369 15 күн бұрын
Mbe kuki mugwanisha amagambo ? Muze muraba ibikogwa nivyo vyiza nayo iminwa ntaco ivuze! Turabe ivyakozwe ni gisoda hm duce tuvuga
@alvinkian3650
@alvinkian3650 15 күн бұрын
ewe perezida Sendagara wambitse ibara u Burundi...abasoda bambaye kifwawazi ku gasozi ivyo biracabaho muri iki kinjana?
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 15 күн бұрын
Kiragutuna uwo yarahezagiwe nimana ntimuzigrea mungana wamutuka wareka Birakuraba ariko ndabona uracafise kagatima Tutsi uburundibarashikiye benebwo
@KennoKanse
@KennoKanse 16 күн бұрын
Emwe, Imana ishimwe kubona abana bo mubwoko bw'abahutu bakora ku mbunda. Bakomere kw'ibanga kabisa.
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 16 күн бұрын
Nawe uri umuhutu?
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 16 күн бұрын
Erega aho si mugwanda igisoda caho arubwoko bumwe muburundi ntawukumigwa ngo nukw atari mubwoko kanaka.
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 16 күн бұрын
@@abdallahjuma7997 wishuye nde?
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 16 күн бұрын
Hahhh 😅 hah 🤣 so funny poor burundi
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 16 күн бұрын
​@@abdallahjuma7997turabizi ugiye kumbwira ko mutagikora iringaniza se abahutu 60% abatutsi 40% Sha
@smiledentaltv1276
@smiledentaltv1276 15 күн бұрын
Burundi mukwiye kwigira kuri RDF.This country is poor in all angles 😂😂😂😂Dore uko mwakiriye Kino yves😢
@dimitrov-niba84e
@dimitrov-niba84e 13 күн бұрын
Nigiki RDF twoyigirako ugerageje kuraba?? 🤣😂😅😂 Izi mindset zanyu muzikurahe? Niho bavuze ko 65% ya population yanyu ifise ihahamuka kweli 🤣🤣🤣😅😅
@smiledentaltv1276
@smiledentaltv1276 13 күн бұрын
Gukora akarasisi mwambaye ubusa!!!!!!!twobabonye...hhhhhhhhhh
@dimitrov-niba84e
@dimitrov-niba84e 13 күн бұрын
@@smiledentaltv1276 ese iyo ubanza ukabaza nimpamvu batambaye impuzu n'abaribo. Hako wirirwa usimbira hejuru utazi nico biba bishaka kwerekana
@christianndegeya8473
@christianndegeya8473 15 күн бұрын
Hhhhh, ibi bikabutura biteye isesemi, mbese ko ari aba officier abasirikare bato bo baba bambaye ibiki??! Ariko se kuki batambara uniforms kuri pass out.????? Iki gisirikare kiri hasi peee haba mu bushobozi no kumyitozo .
@iradukundacedric4459
@iradukundacedric4459 15 күн бұрын
Ark kucyi ibintu bwose byanyu biri disorganised 😂😂😂 ndebera kweri abasoda ba graduating batambaye nukuri
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 15 күн бұрын
😂😂😂😂
@dimitrov-niba84e
@dimitrov-niba84e 13 күн бұрын
Iyo utazi ibintu wopfuma ubaza ati abo batambay nibande?? Ninde yakubwiy ko bagiz graduation???🤣😂🤣😅
@kidsfunnytv6183
@kidsfunnytv6183 15 күн бұрын
Ubuse aba nibo bazateta urwanda hhhhhhhhh
@enfantdedieu9569
@enfantdedieu9569 15 күн бұрын
Bazatumenagura da ahwiiiiii🤣🤣🤣🤣
@user-vc6jn5dq7i
@user-vc6jn5dq7i 15 күн бұрын
Utwo tubutura twi ijersey ibaze uciye ushukwa😂
@joemac7463
@joemac7463 12 күн бұрын
Warasaze 😅😅😅😅
@mrflower2k1
@mrflower2k1 15 күн бұрын
The poorest country in the world 🌎 😂😂😂😂
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 15 күн бұрын
Aho kuba umukozi wabagashakabuhacye nakwemera gukena!hhhh esubundi ubwo ubushatse kuvuga ko igikize arikihe?
WHY DOES SHE HAVE A REWARD? #youtubecreatorawards
00:41
Levsob
Рет қаралды 33 МЛН
Маленькая и средняя фанта
00:56
Multi DO Smile Russian
Рет қаралды 5 МЛН
Pray For Palestine 😢🇵🇸|
00:23
Ak Ultra
Рет қаралды 29 МЛН
UKURI KU NGABO  Z'U RWANDA #RDF  UBUFARANSA BUVUGA KO ZIRI MURI  #DRCONGO
48:39
WHY DOES SHE HAVE A REWARD? #youtubecreatorawards
00:41
Levsob
Рет қаралды 33 МЛН