#Burundi : Kurikira Ikiganiro kidasanzwe Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye na Studio Ijambo
Пікірлер: 99
@bluehada21513 жыл бұрын
Warundi tunahitaji amani kwanza tunaweza kuwa pamoja kwa sababu sisi sote ni Uumbaji mmoja wa Mungu Tunahitaji kufanya kazi kwa bidii ili kujenga nchi yetu
Muraraba neza amacupa ya plastic avamwo ibinyobwa bitandukany aragisibije yabaye menshi cane gose kuburyo hatagize igikozwe mu lmyaka 5 bizogora kubirwany . Cari ivyiyumviro canj murakoze
@pierreclavernduwimana1974 Жыл бұрын
None Ivyo VYOSE ko mubifise ariko ubukene ninzara kuki biriko bimerera nabi abanyagihugu ?
@jinamajody3 жыл бұрын
Ni heza kwa NTARE
@annickniyokwizera14143 жыл бұрын
Niburayi hari TV yomurwanda bariko bavunga inyubarwa nziza 10 zikoreramwo aba perezida Ntare yabaye muzambere🙌🙌🙌
@patrickmutuli86003 жыл бұрын
Nivyiza mugabo sinibaza ko kuva 2005 ariho leta yakoze honyene..ivyo ni ukutemera iruhare rwabandi..ego hari ibitaragenze neza muri kahise ki igihugu cu uburundi ariko nabo hari ivyiza bakoze quand meme..nkuko namwe haraho mudakora neza nyakubahwa Evariste!!!! Uhereye kuri Ntare rushatsi gushika kuri wewe harivyo mukora nabandi bazoza bashirako ibuye ryabo