Minister

  Рет қаралды 8,620

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Пікірлер: 24
@urugendonews
@urugendonews 23 сағат бұрын
Minister #Gervais_Ndirakobuca,Imbere y'abashingamateka n'abakenguzamateka,ahaswe ibibazo ukoyishuye kzbin.info/www/bejne/bYeYgoNnqNCgbrcsi=DkvdyDdtDod--y6k
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese 21 сағат бұрын
Hinge ntore agatebe numvirize ibibazo n'inyishu! Abakunda umushingamateka abaza ibibazo vy'inkoramutima mumpe like
@IsaacNzisabira-tb9ib
@IsaacNzisabira-tb9ib 21 сағат бұрын
Aba CNL nintwar bubahw
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 21 сағат бұрын
Excellent Mr le premier ministre Bravo
@Ntirandekuragilb
@Ntirandekuragilb 2 сағат бұрын
Nkunda ndurakubuca cane ❤
@JajaNIYONKURU-m3u
@JajaNIYONKURU-m3u 13 сағат бұрын
Portique nikindi kintu
@NzosabaJeanbaptiste
@NzosabaJeanbaptiste 3 сағат бұрын
Muzotubarize. Igituma itishuy. Kubanyuruzwa. Namahera. Batoj. Yamator
@AngeloNiyonkuru
@AngeloNiyonkuru 14 сағат бұрын
😮😮😢 tres complique vrt
@mundabireson6721
@mundabireson6721 23 сағат бұрын
Comera my broo kuruha amakuru
@JajaNIYONKURU-m3u
@JajaNIYONKURU-m3u 13 сағат бұрын
Kubera egerej amatora
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu 13 сағат бұрын
Agathon Rwasa arafise incabwenge pe barakwiye kuramutswa igihugu kuko baraserukorukira umunyagihugu uko bikwiye mbe bamwe bamwiyonkorako ko batakivuga barazimye sha barahemutse ariko ntaho bazoshika barataye igihugu mumanga Mutama harageze bamuhunde amajwi asanure igihugu Agathon Rwasa
@DieudonnéCongera
@DieudonnéCongera 2 сағат бұрын
Abashingamateka bacu twitorey bahagaraye neza ndabona ejo ni heza
@NzosabaJeanbaptiste
@NzosabaJeanbaptiste 3 сағат бұрын
Kxatishura kukibazo. Cabanyuruzwa'''nakamaramaza uwomushinhamateka. Niyubahw
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 21 сағат бұрын
Uwobongera mandat mwovayo mukagira ico mufasha Reta
@MuhiziSimon
@MuhiziSimon 13 сағат бұрын
😂,😂😂😂amatora aregereje muratanguye kwihita kuvugira ababatoye.Uretse umushingamateka gikeke Pascal basigaye ni amacandya
@davidbizimana-sp4ms
@davidbizimana-sp4ms 20 сағат бұрын
Igitoro nurupfunguruzo rwa vyose.
@ANATOLRManirampa
@ANATOLRManirampa 9 сағат бұрын
Nagerageje kwumviriza ibibazo ninyishu zimwe zimwe ariko ikibazo cabantu boba banyuruzwa bakaburwa irengero nyakubahwa umushikranganji ntabwo yavyishuyeko Kandi Ari bibazo nkora mutima mumitima yabarundi isinzi bama bariko bararira ababo mbona umenga ntawe baririra.
@barnabesaruvyiro7437
@barnabesaruvyiro7437 20 сағат бұрын
Euh!!!!! Comment on projette le Burundi pays émergeant en 2040, pays développé en 2060 sans avoir un plan et les critères d’un pays émergeant dans tous les domaines.? Ça provoque le rire.
@niyonsabaemmanuel2671
@niyonsabaemmanuel2671 22 сағат бұрын
Abashinga mateka bariko bakanura. Ariko bagiy gukanura igih carenz hegerez amatora
@IrakozeElvis-sz1mn
@IrakozeElvis-sz1mn 16 сағат бұрын
Isukari none kwisa tuzomenya gute ya sosumo??? 😂😂
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 22 сағат бұрын
🤔🤔murabagabo 😂😂murabaza nukuri gikeke uraciye ubwenge nabandi mwabajije ibibazo vyinkoramurima
@DieudonnéCongera
@DieudonnéCongera 2 сағат бұрын
None nkuwo muntu yatumurikiye igisagara yakoporoye ahandi avugako arimugihugu c'uburundi kuki vyijanye uko nyen kandi muburundi dufise documentation ibona kure?Mwari guc mumuhagarika hakiri kare kndi dukeney abarundi babahinga biyemera apana abavuye hanze kuk turabafise
@Kazo372
@Kazo372 Күн бұрын
Fyonda kuriyifoto hama ahandits sabonne ubone amakuruyozewe yabanyeporitike
@urugendonews
@urugendonews 23 сағат бұрын
Minister #Gervais_Ndirakobuca,Imbere y'abashingamateka n'abakenguzamateka,ahaswe ibibazo ukoyishuye kzbin.info/www/bejne/bYeYgoNnqNCgbrcsi=DkvdyDdtDod--y6k
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 75 МЛН
НИКИТА ПОДСТАВИЛ ДЖОНИ 😡
01:00
HOOOTDOGS
Рет қаралды 2,9 МЛН
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 132 МЛН
Amakuru yo ku wa 26 Gitugutu 2024
32:47
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 800
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 26 Gitugutu 2024
15:57
Isanganiro
Рет қаралды 294