Abazungu twaryamanye bampaye ama DOLLARS banyicira UBUZIMA//Agahinda mfise//Abana twavyaranye

  Рет қаралды 68,910

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 186
@anithandikumana7739
@anithandikumana7739 21 күн бұрын
Halleluaaa Imana ihabw'Icubahiro urakoze gushingira intahe Umukozi w'IMANA . IMANA Ikugirire neza Mukobwa wa Kristo . MURI SABAOTH Hari IMANA Ibohora ikiza
@steansah
@steansah Ай бұрын
Très bonne témoignage vraiment☺. Elle est très courageuse la dame
@BernieBizimana
@BernieBizimana Ай бұрын
Imana imuhezagire uyu mudamu kuriyi temoignage yiwe, kuri sincerité yiwe numutima wagutse, bravo👏.Abarundi ntituzi Kuba ouvert...
@JoanaKeza
@JoanaKeza 9 күн бұрын
Papa wawe IMANA izomuhembee impembo ikiye
@archengineer
@archengineer 9 күн бұрын
madame tu es vraiment honnete ndakwifurije kuzaronka agakiza
@rutayisirealbert8254
@rutayisirealbert8254 Ай бұрын
Urukundo ruva kwa Yesu. gusa wenyine.
@AnthereMunezero-ff6ch
@AnthereMunezero-ff6ch Ай бұрын
Wow, temoignage nziza caaane!!! Nubwambere ndavye ikiganiro nkakimara
@DuduNiyo
@DuduNiyo Ай бұрын
Des fois on passe notre temps à juger abantu tutaravy histoire y vrai yuwo muntu
@SoniaKwizera
@SoniaKwizera Ай бұрын
Sha nukuri peee. Kuriyisi haragoye,abantu twarihaye guca imanza gusa
@NahimanaRodrigue
@NahimanaRodrigue Ай бұрын
​@@SoniaKwizera😢😢😢😢
@EricNiyoyitungira-s9f
@EricNiyoyitungira-s9f Ай бұрын
Uyumu dame Imana imuhe imigisha myinshi
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 Ай бұрын
Merci Gayeli kukiganiro ciza, turashimiye umutumirwa ko yemeye kudusangiza ubuzima bwiwe butoroshe, mpore mpore Murundikazi warababaye disi mubuzima! Ariko uzoshika kure kuko uri tres tres courageuse et tu es une battante , aho mba jew ngaha muri Cameroun abantu ntibatinya kuvuga ubuzima bwabo babivuga ukuri kwamye ariko I burundi abantu baracatinya
@Buja2573
@Buja2573 Ай бұрын
très courageuse... imana imuje imbere
@nadgashi7827
@nadgashi7827 Ай бұрын
Et authentic bless her 🙏
@yussufnizeyimana6833
@yussufnizeyimana6833 Ай бұрын
Merci frero!ikiganiro kiza kdi uyu mudamu ari honest cyane!imana imurinde
@NgabiranoMediatrice
@NgabiranoMediatrice Ай бұрын
Yooooo chérie wanje kuvyo waciyemwo knd merci kuri témoignage kk ndizera kizofasha benshi❤
@jbbig2192
@jbbig2192 Ай бұрын
Burya umwe wese amenya imyenge y inzu yiwe... Ariko abagabo bafata abana ku nguvu bamenye ko batazoja mw ijuru 😊😢😢 Courage sha madame ugumye uri positive wibagiye kahise wiyubake!
@citegetseepitas6140
@citegetseepitas6140 Ай бұрын
Iyi nkuru ndayikunze kbsa
@Nyirakajuguma_alice
@Nyirakajuguma_alice Ай бұрын
Ndagukunze cyane❤❤❤ ufise ukuri
@nshimirimanafabrice6567
@nshimirimanafabrice6567 Ай бұрын
Nshima kuvugisha ukuri
@kamanavenerande1408
@kamanavenerande1408 19 күн бұрын
Courage mwana ubuzima burabandanya uzokwame ushimira IMANA Yakuzigamye gushika uyu musi❤❤
@NindamutsaEsperance
@NindamutsaEsperance 23 күн бұрын
Ndagukunda caaane,uratuye,waturiye amahanga,Imana izokubabarire,winjiye muvyo utarikwinjiramwo,kübera.ibihe bibi warurimwo,ndakwagiriza.ko.ibihe.usigaje kubaho,imana yoguha.umunezero
@ezechielnijimbere5347
@ezechielnijimbere5347 Ай бұрын
Iyi nkuri nakasamutwe mwishwanj 🙆🙆🙆🙆🤔🤔🤔🤔🤔
@andremis8023
@andremis8023 Ай бұрын
Nikuvuga ko wakize mw izina ry'umuntu numva nanje bincanze mbaye Moses.
@irakozechimene656
@irakozechimene656 Ай бұрын
Pôle vrtm Ikintu uvuze burya beshi Babura Conseil Kubera at bavyeyi Wopfuma Ubura ikindi ukagira Maman waw
@Ph_Nurse_Niyo_Claude
@Ph_Nurse_Niyo_Claude Ай бұрын
Wobura ikindi ntubure Mama
@kanyangealice8384
@kanyangealice8384 25 күн бұрын
Egoo. Yazize ko Se atamuhaye urukundo, yabikore ashaka kuzuza vide yari arise. Bigira ingaruka. Nayo Josua Josua ni umukozi w Imana. Imana imuhe umugisha bitumen abohoka .kandi Imana izomufasha
@didididier9722
@didididier9722 Ай бұрын
Man of God. Joshua Joshua
@VenutseIrakoze
@VenutseIrakoze 18 күн бұрын
Ntabwo.abesha nasatani akora ibitangangaza mupfaso ibuka.mose lmana imutuma ashira inkoni hasi zihinduka inzoka abapfumu nabo barabikozs birakunda
@rutayisirealbert8254
@rutayisirealbert8254 Ай бұрын
Imana ikunda abanyabya kbsa. ndize pe.
@enockirashoboye9862
@enockirashoboye9862 18 күн бұрын
Nabapfumu Barashoboragukiza Ariko Nakoresheje Imyuka Mibi. Kubawarakize Ntibisigurako Arimana Yagukijije.
@irakozechimene656
@irakozechimene656 Ай бұрын
N bw mbere ndavye émission yose
@andremis8023
@andremis8023 Ай бұрын
Ndababajwe niyo nyifato yabo bitwa abapasitori bica imitima y'ababituye. Uyo mwana w'umukobwa yabuze gifasha yagumye ahura n'injiji.
@NdagijimanaDavid-cc6gv
@NdagijimanaDavid-cc6gv Ай бұрын
None komudashiraho Numero zuwo mumaman kugirango uwumukeneye bavugane
@ElodieNgezahayo-gw7zq
@ElodieNgezahayo-gw7zq Ай бұрын
Maze imisi ndagu suiva kwa Hosy. Courage Imana iragukunda
@EricNdayikengurukiye-i9p
@EricNdayikengurukiye-i9p Ай бұрын
Ibara ryaraguye Chimamanda Moses ngo Dady yavuze😭😭
@JumyNzoyisaba
@JumyNzoyisaba 20 күн бұрын
Pol sana yesari kungoma vyose hamwe wokwizera yesu niwe nyishu yavyose
@PapaKing-bz1fg
@PapaKing-bz1fg Ай бұрын
Malheureusement que Ayo frs menshi wabonye 'ntacyo yagusigiye wari kuba ufite amazi,imodoka ...... reba usigariye aho😢😢
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 Ай бұрын
Sha warabuze umuhanuzi koko
@dusengemeschack6778
@dusengemeschack6778 25 күн бұрын
Imvo n'imvano zibibazo wahuy navy ni pap wawe c'est vmt honteux umuvyey wamu pasteur akora ayo mahano ni terrible ubundi mukobw mwiza kuba ukiriho ntawubizi kuk ndumv waciy mur vyinsh Iman iragukundaaa iracagufiseko umugambi urabe reo uko woyigarukako izogusomora le temps guerit les blessures tu vas tenir le choc j'apprécie énormément le témoignage c'est tout cordial komeraa
@NadiaKezakimana-wv9dw
@NadiaKezakimana-wv9dw Ай бұрын
Nkunda uburyo yivugira ukurii gusa ntangorane yifitiye muvyo avuga
@belloishaka6645
@belloishaka6645 Ай бұрын
Baramumaze ndakurahiye
@marlenebukuru9904
@marlenebukuru9904 Ай бұрын
Mpore ,mpore ibikomere bitavuwe ni bibi cane bituma umuntu atakara agatakaza ni vyiza vyiwe ,ariko uhumure wegere kristu yezu azokuvura azogukunda wibagir imiruho nibisa navyo wahuye navyo
@citegetseepitas6140
@citegetseepitas6140 Ай бұрын
Iyinkuru umuntu afise ubwenge yoyikuramwo inyigisho zakamaro kbsa. Uyumudamu nubwo yaciy mumabi menshi numunyabwenge cane umuntu yomukurako isomo ndamukunze
@barigirajeanpaul6740
@barigirajeanpaul6740 Ай бұрын
Kubaha Uwiteka nibwo bwenge kandi kuva mubyaha niko kujijuka Yobu 28:28
@raymondkellyconcordemuhire4566
@raymondkellyconcordemuhire4566 17 күн бұрын
Hano harimo amasomo 3 1. Abakobwa barakunda inoti 2. Abahungu mushake ifaranga nta mugore uzagukunda udafite ibiceri buretse nyoko 3.abigeme mumenyeko igihe kigera mugasaza kdi nta mugabo usaza kereka iyo nta biceri afise
@CongeraAniece
@CongeraAniece 13 күн бұрын
Ikibazo niki.kuki yasengeye amazi akoresheje izina rya prophet ?
@ladislasn3009
@ladislasn3009 Ай бұрын
Gael wewe uri professionnel kabisa kurivyo bibazo vyawe, ubu hoho watwishe kabisa nuwo mu dada
@PascasieNizigiyimana-se7ti
@PascasieNizigiyimana-se7ti 14 күн бұрын
Mukobwa subiramwo iryo sengesho uyo mudamu yavuze ariko asengera amazi
@andremis8023
@andremis8023 Ай бұрын
Ako kantu ko kuvuga ngo"Mu bubasha bwa Papa wacu Dadi Prophet Joshua" kandi abakristo batura ububasha bwa Kristo Yesu kugira bakire🥱🥱
@liliuwitonze
@liliuwitonze 20 күн бұрын
Nanje aho numvise ko ako kantu arako kwitondera
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Uyu muntu ndumva imihanda yarayizengurutse pe.
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 29 күн бұрын
Coco ndagukunda ntakuzi❤ IMANA ikugirire neza🤲
@KareberebeAlex-f5e
@KareberebeAlex-f5e 25 күн бұрын
Yakurwanyeho kandi yaramenye ukuri kwose
@JanetAhmad-v3h
@JanetAhmad-v3h Ай бұрын
uwo niwe azi ko yakoze ubumalaya abandi muri besha
@agnes4337
@agnes4337 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Ariko vyose nubumalaya .
@mudahogoradaella385
@mudahogoradaella385 Ай бұрын
uri mwiza mukobwa mwiza,Kandi ufite umutima mwiza ,wambaye nisaha nziza cyane
@melancebanyiyezako5320
@melancebanyiyezako5320 Ай бұрын
Ngo " niho rero naciye ndonka amahera umuntu ari hanze andungikira amahera..." Gael je numva hagisigaye izindi chapitre kuko numva umenga niho bigitangura.
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 Ай бұрын
Mbega témoignage iryoshe kd yigisha kuri bamwe bamwe bari mungeso nkizi murabe mwikebuke
@EmelyneNdayishimiye-c5t
@EmelyneNdayishimiye-c5t Ай бұрын
Mpore mugenzi birashika umintu akabura uko ABA,Imana yarakoze kukubohora
@rodriguentawubizi6531
@rodriguentawubizi6531 Ай бұрын
Aho ugiye hose wateribibazo nakurikiranye Aho wagiye wimuka Uba wahasigibibazoo😢😢😢
@LonginNDAYISHIMIYE
@LonginNDAYISHIMIYE Ай бұрын
Duhe num za pasteur Joshua
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 Ай бұрын
Polesana mukobwa warababajwe
@alinenduwayezu7040
@alinenduwayezu7040 20 күн бұрын
ngo mububasha bwa dady wacu prophete joshua😂😂😂😂kirisu ndumiwe ikindi naco uyu mugore nawe arasinziriye pe 😂😂😂😂ngo joshua je ndamwemera
@mfatiyimanaanasie-bh2wr
@mfatiyimanaanasie-bh2wr Ай бұрын
Mwabahungu mwe mwitonde
@AlestideAlessia-z6m
@AlestideAlessia-z6m Ай бұрын
Uyumugore ndamuzi cane hano kwamuswati
@BruceDushi-d3v
@BruceDushi-d3v Ай бұрын
Waraciye mubikomey kwl
@JanetAhmad-v3h
@JanetAhmad-v3h Ай бұрын
niwe yavyiteye ubumalaya
@hadijasalim7769
@hadijasalim7769 Ай бұрын
Coco tata ndagufana sana tu
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
*Iyi si inkuru ni akasa mutwe !*
@osiasnduwumwami1058
@osiasnduwumwami1058 Ай бұрын
Qui ne travaille pas qui ne mange ne plus.
@osemyjoshua.
@osemyjoshua. 25 күн бұрын
IMANA ya Prophet of Jesus Joshua Joshua niyo Mana yukuri,niyo Mana ya Abraham,ya ISRAEL, IMANA muremyi wijuru nisi
@inezaliliane9430
@inezaliliane9430 Ай бұрын
Mpore sister
@VianneyNdayishimiye-s8q
@VianneyNdayishimiye-s8q Ай бұрын
Le titre du film: "Cette vie"
@kwibukatv-k4k
@kwibukatv-k4k 18 күн бұрын
Ikibazo cuwomupasiterigusa nuko barindakuvuga ngumuntu akire mwizina ryiwe nayubundi ndumva atangorane akwiye gukosora akokantu kokuvuga abasenzi biwe ahogusenga mwizina ryayesu gukibarindagushira ngomwizina ryaporofete akosore akokantu nimba atavihishijemwo
@sandyk4966
@sandyk4966 Ай бұрын
Type yitwa christia 😅🤣🤣🤣coco ndakwibuka nyaka 16 muya1 🤣🤣🤣twaranyoye bock zawe nyinshiiii😂ariko warumubono nutu intimidations tudafashe ariko ntaco warutwaye umenikumbusha mbaliiii🤣🤣🤣🤣🙌🏼
@agnes4337
@agnes4337 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@FabriceManirakiza-v4r
@FabriceManirakiza-v4r Ай бұрын
IMANA izobabaza vyinshi 😂😂
@sandyk4966
@sandyk4966 Ай бұрын
@@FabriceManirakiza-v4r ahaaa😂 ntubona ko dutanguye kwihana😂😂😂😂🙈
@sandyk4966
@sandyk4966 Ай бұрын
@@agnes4337 😂😂😂😂😂🙌🏼
@SoniaKwizera
@SoniaKwizera Ай бұрын
Coco mpore cane iyisi iragoye duhura navyinshi.Ndagushigikiye Prophet of JESUS Joshua Joshua numukozi w'IMANA wukuri abantu ntibarabimenya.Nagiye gusengerayo nanje ndushe cane ndahabona IMANA umuvyeyi wacu prophet of JESUS Joshua Joshua nukuri naratabawe.Nyuma chimamanda atangura kuntuka ariko kubera IMANA yiwe yantabaye nagumye ku MANA yiwe
@anithandikumana7739
@anithandikumana7739 21 күн бұрын
Komera Muvyeyi mwiza . Twese twaratabawe tumaze kuhagera
@SoniaKwizera
@SoniaKwizera 20 күн бұрын
@anithandikumana7739 hezagigwa cane
@Francinekayitesi986
@Francinekayitesi986 13 күн бұрын
Uzomugarure ubuhamya bwiwe buramfashije
@Pachel-257
@Pachel-257 Ай бұрын
Uwo mukobwa ndamukunze kabisa. Uramumpera akanumero twivuganire.
@AnabelleMugisha
@AnabelleMugisha 17 күн бұрын
Coco jew ndaziko iherezo ryawe ari ryiza tu
@SoniaKwizera
@SoniaKwizera Ай бұрын
Coco ndagusavye ugaruke ku MANA izoguha ubuzima bwiza utigeze wibaza ; IMANA ntimaramaza numutabazi kandi ntihinduka.
@AnabelleMugisha
@AnabelleMugisha 17 күн бұрын
Yooooo coco sha icana ciza cane arera vraiment uko aguma atwenga niko yimeereye kdi coco numukozi w'Imana akomeye jew ndamuzi neza Imana ntiyomureka ngo agirire kuko yakorey Imana ibitari bike gifise numutima mwiza kirakundana disi yoooo uwutamuzi amumbaze amateka yiwe
@NanaMugisha-e4i
@NanaMugisha-e4i 21 күн бұрын
Ndagukunze muvyeyi mwiza uvuga neza ❤
@ArthurTUYISENGE
@ArthurTUYISENGE Ай бұрын
Barawutobanz kbx MB DATA KUVUBU ur dady
@richardninganza2265
@richardninganza2265 Ай бұрын
Ahubwo mundonderere uwo muzungu tumusigurire ivyiyi ntahe naburya wumva yamushisha 😅😅😅
@IradukundaAudrey-f5r
@IradukundaAudrey-f5r Ай бұрын
Coco 🎉🎉
@MoiseIgirimbabazi
@MoiseIgirimbabazi Ай бұрын
Ahorero warakijijwe aho usengera bakubwiyeko wakijijwe
@kanyanaplacidie4823
@kanyanaplacidie4823 28 күн бұрын
Hhhhhhhhh
@JeanTangishaka
@JeanTangishaka Ай бұрын
Iki Kiraya cyariyakiriye.
@melysendayirorere7765
@melysendayirorere7765 29 күн бұрын
😂
@Stain23
@Stain23 Ай бұрын
''Mu bubasha bwa prophète papa wacu Daddy , Joshua Joshua, ayamazi ndayahinduye amaraso ya Yesu kristo, Yanywe kandi ubunyene urakize'' Aha hantu hancanze cane, Nibaza imbaraga zamukijije mu bubasha bwa Prophète Daddy Joshua. Murabe neza aho hantu ukunt yahavuze ni k'umunota wa 57-- kuduga muhumvirize neza!!! @JustinGael #Chimamanda #nabandi #benshi aho hantu muhumvirize neza!!!!
@anithandikumana7739
@anithandikumana7739 21 күн бұрын
Abana ba chimamanda murarushe akabacanze koose ngo chimamanda arihe ansigurire yabaye IMANA Yanyu . Mbega nta Mpwemu yera mukigira ngo mumubaze ?
@nextbig-trend
@nextbig-trend 20 күн бұрын
Oyah! Na tagginz Chimamanda kuk nabonye urya Mu mama yaramuvuzeko cane! Jew icanz nuko uyo muntu avuga ngo akorera Imana akiza abantu mu bubasha bwe! Jew nuyo Chimamanda ntanuwo nkwirikirana sinz ibye! Ahubwo war kwitegereza ingen yavuz ko akiza abant mububasha bwe!
@gaspardndereyimana7810
@gaspardndereyimana7810 Ай бұрын
Nihatar,ndumva yarakoz akaz kwl
@jacksonb9519
@jacksonb9519 Ай бұрын
Courage 😢
@KareberebeAlex-f5e
@KareberebeAlex-f5e 25 күн бұрын
Uwo mutama w,umunyamerica n impfura cn
@nyirambwirizazabibu3942
@nyirambwirizazabibu3942 17 күн бұрын
Mpore mama
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo Ай бұрын
Courage
@BikorimanaFidelite
@BikorimanaFidelite Ай бұрын
😂😂Gaël 🫡🫡urabaz neza kbsa 😂nuko NY waganiriy numubeshi mur vyooose😂😂
@CyprienNiyonkuru-x6j
@CyprienNiyonkuru-x6j 28 күн бұрын
Bikunze urandondera tubonane tuyageeeeee
@JocelyneHabonimana-tf3mb
@JocelyneHabonimana-tf3mb 20 күн бұрын
Uwo mupfasoni arondere foyer de charite Bujumbura agirigwe delivrance, ave inyuma yaba pastors kuko bazobandanya bamushiramwo imituma mibi
@CloudTech-v1v
@CloudTech-v1v Ай бұрын
Coco ndakuzi cn gose
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 Ай бұрын
Harahiye
@NduwimanaVénant
@NduwimanaVénant Ай бұрын
None amazi bayasengera mwizina rya Josué canke nimwizina rya yesu
@FabiolaManirambona
@FabiolaManirambona 29 күн бұрын
Jew mbona nubu utarakizwa
@justinbyiringiro306
@justinbyiringiro306 Ай бұрын
I cannot judge you negatively. Uri honnete et humaine
@ndayubaheafrica4236
@ndayubaheafrica4236 Ай бұрын
Ikiganiro ciza cne
@jbbig2192
@jbbig2192 Ай бұрын
Uyu mudamu Ubu ari hehe ga? C est l exemple type du devenir des orphelines laissées à leur compte, abandonnées à elles... Mais elle est belle...
@akimanaveneranda3877
@akimanaveneranda3877 29 күн бұрын
Nine se umuzungu umwitiranya gute nu mwirabura
@Cirore257
@Cirore257 Ай бұрын
Shetani mbaya urikijuju kwer ngo mwizina rya dady ntasoni aho ntiwumva kwari abapfumu bakubwiy ngo kwa shetani ntibakiza????sh w ubwenge ni zero
@ndikumasabodiegovevo9091
@ndikumasabodiegovevo9091 Ай бұрын
Abasore bimbura kimazi muri ngaha muz muragendana nindaya zifise imparati nkiyi muzokwama mwatey inda zinzungu😢
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 Ай бұрын
😂😂😂😂 Urantwengej pee
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
❤❤❤❤❤
@JoselyneJoselyne
@JoselyneJoselyne 20 күн бұрын
Waciye murivyishi mpore
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
00:18
Andrey Grechka
Рет қаралды 9 МЛН
REAL or FAKE? #beatbox #tiktok
01:03
BeatboxJCOP
Рет қаралды 18 МЛН
Umwalimu wakunze umunyeshuri @
19:23
MUSEKEWEYA LILIANE
Рет қаралды 1,4 М.
PAPA SAVA EP1175:AFERI IRASWASE!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
27:08
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 4,6 М.