Mukumva ivyo GRETTA na JUSTE bavuze murahabuka//Abarundi bamwe tudahindutse karabaye//Amarira wagize

  Рет қаралды 21,097

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Ай бұрын

Mukumva ivyo GRETTA na JUSTE bavuze murahabuka//Abarundi bamwe tudahindutse karabaye//Amarira wagize
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#nkurunziza

Пікірлер: 260
@bizindavyidavid3596
@bizindavyidavid3596 Ай бұрын
Nibaza ko mutazi itandukaniro ry'Uburundi nk'igihugu hamwe n'untwaro itwara igihugu. Rero ntawanka igihugu ivyo muravyumva, binakenew mubironkemwo ubumenyi, canke mubikoreko ikiganiro. Ariko indongozi z'imburakimazi zihari ubu nizo zambere zanka Uburundi, zibufukamye munda. Tahura iryo tandukaniro rero
@kalyka4107
@kalyka4107 Ай бұрын
Haha ibaze ngo uvunike, ukora ijiro numutaga hama ugemurire amafaranga abantu batazi gutunganya namakoli bakura mubanyagihugu.
@ralphpierre2124
@ralphpierre2124 Ай бұрын
Ngo uburundi buzogutiza aho baguhamba 😅😅nibaza ko batarabashira muri comité yo guhamba
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Ай бұрын
​@@ralphpierre2124😂😂😂😂
@rayngabo
@rayngabo Ай бұрын
Abo bantu ni ibirofa naturellement canke ils sont payés pour?
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Erega bategerezwa guca umukate sinon, barazi ukuri nyakuri aho guhagaze ... Ikindi naco bano bantu ndabameneyereye muri "entertainment" muri "Show bizz" sinzi igituma binjiye muvya politike, cane cane uwo mukobwa wewe biraboneka ko avuga bintu atanatahura, We na Gael, baritiranya "Patriotisme" na "Nationalisme" ; "Igihugu" "N'ubutegetsi" ... N'ibigumire mu vya "Show bizz" bareke kuvuga ama sujets batazi batanatahura ... Umukubito TV ni channel nzi ahanini mu vya "Divertissement" ariko buke buke iriko igenda ita umurongo ... Niba ar'ibintu biri sensisibles, batuma bareka kubivuga bakigumira kuri ligne éditoriale yabo ya "divertissement" ahanini canke izindi nkuru zose zitari politike canke ataho zihurira na politike ...
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Baragusumba kuko we ntakiganiro urakora
@JoJoKingPin.0482
@JoJoKingPin.0482 Ай бұрын
Merci.🤝👍
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza Ай бұрын
Abantu nkamwe nimwe igihugu gikeneye Merci Gaël na Gretta Imana izodufashe guhinduka kandi izobikora Merciii ❤❤
@hilairebarutwanayo6111
@hilairebarutwanayo6111 Ай бұрын
Le patriotisme est un sentiment d'amour, de dévouement et d'attachement envers son pays. Il se manifeste souvent par la volonté de le défendre, de promouvoir ses intérêts, ses valeurs et ses cultures. Ce sentiment peut inclure la fierté nationale, le respect des symboles nationaux et l'engagement à contribuer positivement à la société nationale. Le patriotisme peut également impliquer une réflexion critique sur les aspects du pays, visant à l'améliorer tout en restant fidèle à ses principes fondamentaux.
@hilairebarutwanayo6111
@hilairebarutwanayo6111 Ай бұрын
Nous avons un long chemin à faire
@gersonsantosdasilva1677
@gersonsantosdasilva1677 Ай бұрын
💯💯💯
@carrelmazameza2962
@carrelmazameza2962 Ай бұрын
Uburundi buzoterimbere system ya Cndd fdd ivuyeho kuko hariho benshi bafise umutima woguteza imbere igihugu ariko namwe murabizi akarenganyo kari muburundi.!!!
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 Ай бұрын
Ako karenganyo karamye,nuko utari mubagakorewe tumenye kudahengama,nta gishasha kiriko kiba kitamyeho, ariko vyoose ni kubireka tugire nouveau départ iyo système wanka ivuyeyo hoja nde?adafise kahise katagira icaha....ahubwo tubahanure tudatukanye
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv Ай бұрын
uBurundi ntibwishwe na system ya CNDD FDD no uBurundi bwishwe na hutu tutsi abatutsi batwaye abahutu ntibemera abahutu batwara abatutsi nabo baca bagumuka rero hutu tutsi itavuye mur politique uBurundi ntiburoja kuyindi lèvel ndakurahiye
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Akarenganyo kamyeho we harivyutabonye
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 Ай бұрын
Abarundi ntibanka igihugu banka uburongozi bubi
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 Ай бұрын
Igihugu nubutegetsi biratandukanye ntukabivangye
@lostboy2608
@lostboy2608 Ай бұрын
Uburongozi bumeze nabi gute? Tanga akarorero. Hanyuma uburongozi ntiwobwitwaza kugira wanke igihugu. Buragenda ariko Bdi bugumaho
@kalyka4107
@kalyka4107 Ай бұрын
@@lostboy2608 uburorero na president ahora abutanga wenyene. Urabaza amafaranga amaza kwibwa kandi yaragenewe iterambere ryigihugu. Hama uwubajije iyo amafaranga ari niwe yitwa inyankaburundi.
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Ай бұрын
Abarundi ont un esprit négatif et veulent avoir tout gratuit. C'est impressionnant de constater qu'il y a des jeunes arrivés en occident et n'arrivent pas à tenir au travail alors que baje kurondera. Ils ont besoin d'un encouragement pour construire quelque chose au pays comme une motivation. Les Burundais doivent s'accepter dans leurs histoires différentes. Ce pays sera développé et modernisé par sa nouvelle génération qui n'a pas trempé dans des guerres où conflits . Tout ce qui s'est passé et se passe maintenant, est fait par les vieux dépassés . D'où la jeunesse doit changer la narrative car les problèmes vont toujours exister.. WE NEED A BURUNDIAN DREAM, SHOW US THE BEST OF BURUNDI AS U ALWAYS DO MR Gael.
@FleuryRukundo-gw6bn
@FleuryRukundo-gw6bn Ай бұрын
Mais aussi longtemps que que ce sont ces "vieux depassés" qui seront toujours à la manette, vous pourrez toujours considérer vos dreams là comme un fairytale. Quand la tête est pourrie, le reste du corps ne peut jamais survivre. Pour le reste, aucun burundais n' ignore que notre chère patrie est une perle qui nous a été donnée par le bon Dieu.
@user-jz1bb4ti6j
@user-jz1bb4ti6j 20 күн бұрын
Vous avez été payé par le pouvoir pour faire cette émission civique soi disant 😮😮.
@keolamuco4629
@keolamuco4629 Ай бұрын
Agashinyaguro right?! Nahora ndakwemera mais unkoze habi. Sindabipfurije kwangazwa..but menya ko amahanga ahanda kandi ata choice tuba dufise! Kandi kuvuga ahagwaye ntibisigura ko tur'inyanka burundi,but twanse kuba abaja! One more thing..kuba tudahuje ivyiyumviro doens't mean ko nca mba umwansi. Mwebwe muhabaye..ntibisigura ko arimwe mubukunda gusumba! Mukomeretsa abantu mutabizi...please muzokwihane
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Erega bategerezwa guca umukate sinon, barazi ukuri nyakuri aho guhagaze ... Ikindi naco bano bantu ndabameneyereye muri "entertainment" muri "Show bizz" sinzi igituma binjiye muvya politike, cane cane uwo mukobwa wewe biraboneka ko avuga bintu atanatahura, We na Gael, baritiranya "Patriotisme" na "Nationalisme" ; "Igihugu" "N'ubutegetsi" ... N'ibigumire mu vya "Show bizz" bareke kuvuga ama sujets batazi batanatahura ... Umukubito TV ni channel nzi ahanini mu vya "Divertissement" ariko buke buke iriko igenda ita umurongo ... Niba ar'ibintu biri sensisibles, batuma bareka kubivuga bakigumira kuri ligne éditoriale yabo ya "divertissement" ahanini canke izindi nkuru zose zitari politike canke ataho zihurira na politike ...
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Urumuja Nyene kuko nturiwanyu ngira ntuzi ico bita kuba mubuja
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Milliards ziriko ziribwa n'amazina azwi mwebwe muzi k mudacira hasi 😂😂😂😂 Gael ntamutumire ufise wazanye ikigoryi 😂😂😂
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Ай бұрын
Greta,respectez abantu bahuye n,ibibazo,babuze ababo bishwe,bavuyeyo bakiza amagara,abo bantu uriko urabashinyagurira.Ivyo uriko uravuga ntuzi abantu bikomeretsa,wewe uravaru muto,ni ugume muri showbizz ivindi uvyihorere kuko hariho abavyumvise boca bagufata ukundi kandi mbona uri umu maman gentille ahanura abandi ba dames,iguma murivyo,ivindi ubireke pe,mana dufashe
@julesspencer517
@julesspencer517 Ай бұрын
Kubivuga birababaje ariko birakenewe burya kahise ni kahise il faut ko twi concentra sur le future nimba ushaka kugera kure utegerezwa kwibagir kahise ivyakubabaje
@kalyka4107
@kalyka4107 Ай бұрын
Nukuri aha nanje natangaye cane.
@alidacynthiaakimana4491
@alidacynthiaakimana4491 Ай бұрын
Je suis totalement d'accord avec toi
@DonSantiana
@DonSantiana Ай бұрын
​@@julesspencer517kahise ni kahise mais wibaza ko atabantu bipfuza gutaha iwabo? Il faut adresser le problème comme il le faut nimba mutinya kuvuga exactement ikibazo kiri mugihugu mwopfuma munuma hama mureke gutoneka abababajwe. This video is so ignorant🙄
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Uwo sumwana we ntiwomubwira ivyavuga
@user-sf4sh1io1s
@user-sf4sh1io1s Ай бұрын
Saluu iyo sujet mwazanye irabarengeye Mwaba.
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Harimwo uwawe?
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt Ай бұрын
Ikintu cishe UBURUNDI nibintu ubujuju bisizemwo vyokurabana kumazuru Ndabaza none kuki Abarundi basenga cane ariko ibintu vyubujuju kuki batobisengera hama umwewese mubwiza yisanzemwo Abunezerererwe nuko imana yabumuhaye kuko ntanyange yabuze agasembwa hama Abana babantu bose bakundane duteze imbere igihugu cacu neza ibinebwe tubiponde bakure Amaboko mumpuzu
@jeanpierreuwitonze4233
@jeanpierreuwitonze4233 Ай бұрын
Good debate guys! Country is like parents, we have to love and support forever and ever. Watching you from London
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 Ай бұрын
Sending my regards to you from Kampala Uganda
@sereine-marienkuyehasi3009
@sereine-marienkuyehasi3009 Ай бұрын
Bravo pour cette discussion! 🚀🤩 J’aimerais vous parler vous 2 ☑️
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 Ай бұрын
Bien dit Merci Gretta et Gaël ❤
@EricBanda-zd9he
@EricBanda-zd9he Ай бұрын
Mur nagahimb nta murund yank igihug arik yank ic bahahuriy mbe gaiel ivy muvyirengagiz mubiz wew uravy nka directeur sahab wa kira hospitar bomurekur akajabuk igihug yogaruk nimwivugir kuk bitarabashir ccdd irakaz
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Ntawunduzi uzuwo wenyene?
@hatungimanaalida3621
@hatungimanaalida3621 Ай бұрын
Ndakunze ikiganiro vrt❤Ese twese twokwiyumvira nkuko iterambere ryoba rishitse
@user-hf8kz5tx8j
@user-hf8kz5tx8j Ай бұрын
Non ninba murwanda birata amabarabara nimutubwire ikitunatwe twokwira dufise
@luizfigo1133
@luizfigo1133 Ай бұрын
Bambarize Bari kuvuga ubugoryi bwinshi 😂
@mere_nature
@mere_nature Ай бұрын
Hinge ntubone abantu baje ngaha ngo imikeke ni ndagara abo nabo ntamakuru bafise ko umukeke hariho amafi menshi awuruta🤭 cank bisa
@TuyageComcast
@TuyageComcast Ай бұрын
Nivyo kabisa turakeneye gu kunda iwacu nubwo atawutubwira vyishi vyaho Burundi buhire ❤nda na hakumbuye canee disi 😌🙏🇧🇮
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi Ай бұрын
Murakoze cane kuri ico kiganiro co kudukundisha igihugu cacu. Nivyo turakwiye gukunda cane igihugu cacu kandi ntiturindire ko haza uwundi abikora mu kibanza cacu. Ni twebwe nyene dukeneye kubikora
@GyneseHafashimana
@GyneseHafashimana Ай бұрын
Merciii
@nancyina5241
@nancyina5241 Ай бұрын
Merci “umukubito”🥰🥰😚😉🙏🏽♥️!
@ezechielniyonsavye
@ezechielniyonsavye Ай бұрын
Murabana beza Imana ibahezagire. Babahe amashurwe yiwe
@omarndihokubwayo
@omarndihokubwayo Ай бұрын
Je nabonye Ku ma réseaux sociaux yose bariko baratyoza ngo mwamenje ncandaza kuraba ivyo Bintu none nsanze ahubwo muri courageux gutreta ivyo sujet. Erega ibintu bigeze ahatemba Aho umurundi yaduka agatuka i gihugu camwibarutse kikamugira ico ari Uno munsi
@EsperanceKanyange-hs5wc
@EsperanceKanyange-hs5wc Ай бұрын
Bibaho ni ubumunga,tutabiyahura,ndakunda iburundi cane.❤
@positivemind2255
@positivemind2255 Ай бұрын
UBURUNDI ni Bwiza uko biri kwose n Kwisi hose hari ivyiza n'ibibi nta paradiso iri ngaha kwiyisi 👌🇧🇮 Mon pays by Arnovic & la Reine Gaga ✍
@augustburundiofficial5601
@augustburundiofficial5601 Ай бұрын
Ikiyago ciza cane Dukunde uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️🇧🇮🇧🇮💯💯💯
@FrankBigirimana
@FrankBigirimana Ай бұрын
Gael ndagukunda cane ukomeze ukebura abarundi
@JamalJamal-qp7zt
@JamalJamal-qp7zt Ай бұрын
Mwebwe ndabakunda kandi wewe wamugabowe ndagukunda kandi umusumwe ntazi nzobikwereka lmana gusa iduhe kuramba hama nzobikwereka hama mukomere barundi nabarundikazi ❤
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Ай бұрын
Sinarinzi ko mufise QI iri aussi bas 😢. Nimuvuge birya mwahoramwo ivyo birabaroka vraiment
@burundiburundi8168
@burundiburundi8168 Ай бұрын
Wonderful
@FleuryRukundo-gw6bn
@FleuryRukundo-gw6bn Ай бұрын
Nta muntu n' umwe abaho avuga nabi igihugu camwibarutse Gaël. Mbe hamwe mu bangiriye nabi noba nk' ibabona mu ntwaro nogaruka gute? Nibaza ko iyo sujet mutayiteguye neza.
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Donc uzogaruka bahavuye?
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Gaël wew uriko wironderera umutekano uri kukazo nayo iryoshano katazi igihugu ni'igihugu
@bizindavyidavid3596
@bizindavyidavid3596 Ай бұрын
Ndahjj kubumviriza. Nobahanura ko ivyo biganiro mukora mwobanza kwitondera ama sujets muganirako. Ikibazo co "gukunda" igihugu mubanze mwibaze ko mwebwe mwenyene mugitahura. Mudapfa gusubiramwo ivyo iyo reta ibatuma kuvuga. Gukunda igihugu bigusaba ubwambere kugikingira, bisigura kudomako urutoke kuri uyo wese ashaka kugipfukama munda. Mugihe utabesha aho uba uriko urangura iragi rya ba sokuru. Uba uriko urakigwanira. Nayo mwebwe mwihaye ikibanza co kudoma urutoke uyo wese ashira ahabona abo bapfukama munda benewabo. Muve murizo "slogan" nimba mutinya munume, canke muhe akanya mwige neza iyo sujet. Kuko mbona mwayaze kukintu mutamaitriza. Gretta, umuntu akeneye contact yawe yoyikurahe? Merci
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Uvuze ukuri pe ! Baje bavuga ivyo bamaîtrisa neza, ivyo batamaîtrisa canke batinya kuvuga kumvo zizwi kandi zumvikana, babireke, bibandanirize muri Entertainment ... Cane cane mvuze Gretta kuko muriyi vidéo avuga ivyo ata maîtriza ... Gretta n'iyibandanirize muri événementiel, Gaël muri Entertainment bagume bose muri Entertainment canke ikindi kintu icarico cose bamaîtrisa, kuko mbona bariko barashaka kwinjira muri politike ...
@JoJoKingPin.0482
@JoJoKingPin.0482 Ай бұрын
🤝👍
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Ico nkundiye Gretta, ku ma réseaux sociaux yiwe officiels, asanzwe akoresha, yasavye imbabazi kandi sinzi ko izo mbabazi zivuye ku mutima canke zivuye kuri pression y'abamukurikira ku ma réseaux sociaux, ariko uko biri kose, yazisavye kandi jewe kugiti canje nazimuhaye ... Ikibi s'ukugwa, ikibi n'ukugwa ntuvyuke !
@luizfigo1133
@luizfigo1133 Ай бұрын
Full of stupidity analysis ninde wanka Igihugu cye? Yagiye kuko yishimye se 😂😂😂😂😂
@jeanorrybutwari2407
@jeanorrybutwari2407 Ай бұрын
Safi sana Juste Gael
@user-yo6ik5yb7m
@user-yo6ik5yb7m Ай бұрын
Ohh! Nari abonné ariko sinzri bwa bakurikire cane ! Oh! Reka rero tube hamwe! good,go on ,! Erega,igihugu cacu ni ceranda uko bigenda kwose ! Témoignage : abagenda bose benshi à ~ 78% baragaruka......
@christainc.5217
@christainc.5217 Ай бұрын
Uko nukuri kweri burundi harabo baronkinot baraho❤❤
@bsninja3889
@bsninja3889 Ай бұрын
Yooo ndabakunze sana. Nzazana abahungu banje 2025. 2022 naragarutse, et franchement je suis tombée amoureuse de mon pays. Merci pour votre émission
@hakizimanajohn8618
@hakizimanajohn8618 Ай бұрын
Hey guys bn I kiyago ciz arik it virus vrt izogoran kutuvamwo ark uwitwa umu rundi wase ikinda agaramye akind yubamye nuk kizogum citw Burundi 🇧🇮 mon pays ❤
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov Ай бұрын
Uwanka UBURUNDI asa n'umuntu tuva hamwe ruguru uburih hano ibujumbura atanguy koga tanganyika agaca acatangura kuvuga no kwerekana kwarimvukira yo mugisagara ,abantu nkaho bihakana iwabo baragwiriy ariko sivyiza kuko iwanyu niwanyu kandi bavyumvy ntihazobavinyuma
@boashamah3642
@boashamah3642 Ай бұрын
Igihe banyuruje uwawe niho muzobonako uburundi ababutwara babutwara nabi Gabanya urwo rumogi mwanyoye sha
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
Kuva kera baranyuruzwa we ntamakuru ufise
@NdayikezaProsper-rg5zu
@NdayikezaProsper-rg5zu Ай бұрын
Aho ntitwemeranya kukwo akabikaravugwa muburundi hariho agahotoro mubintu vyabanyamigambwe cane cane abari mumugambwe urikubutegetsi baracinyiza abarimuyindimigambwe Kandi ataco babahora erega twese tuba turi abarunditwese ikintu kiriko kiratuma muburundi tudaterimbere nukwo ibikogwavyiterambere hakora abari mumugambwe urikubutegetsigusa abari muyindimigambwe nabo bagizengo barasohora agatahe ngobakore baca babacinyiza
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 Ай бұрын
Reka kuvuga ntamatara ntagitoro gihari,nahora ndagukunda ngiye no kwi desabonna kuri compte yawe
@macjoy4897
@macjoy4897 Ай бұрын
Muvuze vyo , i Burundi n’iwacu ayo ma nationalité ayandi turonka est un privilège qu’on pourrait perdre.
@carrelmazameza2962
@carrelmazameza2962 Ай бұрын
Twese turakunda Uburundi ariko twanka system yishe igihugu
@ncxp5663
@ncxp5663 Ай бұрын
@@carrelmazameza2962 nivyo kwerri
@schram569
@schram569 Ай бұрын
@@carrelmazameza2962Mbe niyih system itigez yica ?
@boashamah3642
@boashamah3642 Ай бұрын
Abarundi bose ntanumwe abwanka ahubwo muvuga ivyo mutazi Abarundi banka izo ndyarya zabarongozi , izo mbunuza ngo nabaronhozi Nibarongore neza urabeko harumurundi asubira kwidoga Mwebwe murahaze basha
@habonimana
@habonimana Ай бұрын
Ikiganiro ciza can❤
@ndihojim1
@ndihojim1 Ай бұрын
Murakoze kukiganiro ciza….
@Twese.01
@Twese.01 17 күн бұрын
Kuba ndi umurundi ndi proud, sha natwe tuba hanze ni bake cane bipfuza kuguma hanze ubuzima bwabo bwose, benshi uja wumva ngo retraite/pension nzoyigirira mu Burundi. Uzi yuko n'abana tubigisha ikirundi hasi hejuru ngo bakimenye bakivuge muhira no mubandi . Hari abarundi bigira abazungu ariko ntibigera baba bo. Uzi yuko abazungu basuzugura umu noir yataye ses valeurs culturelles, natwe naho tuba dufise nationalité zindi abazungu bama batubaza ibintu bagatanguza ngo " dans vos pays d'origine....". Nico gituma Uburundi atakizobundutira🎉
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 Ай бұрын
Rek rek ibifungurwa vyo muburundi buraryosh can ndahakumbuy
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese Ай бұрын
Still: n'ikirundi??
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
Duhe duhe
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Uwuhaze ntasobwa n'umugani😂😂😂
@bsc4177
@bsc4177 Ай бұрын
Iyo sujet mwrengereye kdi twibuke ko turaba la majorite abamerewe neza nabahangayitse nibande beshi?!
@yvesbikorimana6838
@yvesbikorimana6838 Ай бұрын
Mugize neza gukora ico kiganiro ariko ico maze kubona kandi ntimutubeshe muze murabe ibihugu vyinshi ibi duhane imbibe vyovyo ntakarorero vyoduha kuko vyose turi co kimwe; abantu banka intwaro ntabwo banka igihugu; indogozi zacu uno musi muze mushiruke umwete musome ivyo zavuga hagati 1985 na 2005. Uno musi ni vice versa; iciza nuko umwe wese yokora ivyajejwe atawe arenganije. Ibisigaye nta mpunzi izoninahaza intwaro yatumye ahunga; ntamunyagihugu azosohorwa mu nzu kubera atakironka icariha bivuye kukazi kahagaze kumvo ryibura ryigitoro hama ngwagende aninahaza abatwara uretse ko kenshi twitiranya abatwara hamwe n;igihugu
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 Ай бұрын
NOTE: SINGAPORE nta NATURAL RESOUCES nkizo UBURUNDI bufise ifise ntana 1/1000000 igira ya POTENTIAL UBURUNDI bufise. Rero bane nahanyu gucagura IGIHUGU muzoraga abana banyu. What I know is that the PEARL OF AFRICA can be UN MERVEIL DU MONDE.
@kalyka4107
@kalyka4107 Ай бұрын
Tout à fait d'accord! None wibaza ko ari igiki Singapore ifise ariko tubuze iwacu?
@gbgabbymugisha6027
@gbgabbymugisha6027 Ай бұрын
Émission nziza cane✍🏽🤌🏿harakwiye kugwizwa ibiganiro mwene ibi👊🏿 oyaaa s’agahugu ni igihugu cimfashe ubumwe, ibikorwa n’amajambere🙏
@DelightfulFields-wf8gt
@DelightfulFields-wf8gt Ай бұрын
Nukuri uvujukuri gayr
@esperancehabarugira1706
@esperancehabarugira1706 Ай бұрын
Courage dukeneye abantu nkamwe
@inamarvina
@inamarvina Ай бұрын
C'est un début pour changer les mentalités mugabo sinzi audience mufise mais ibi ntibifasha cane... il faudrait amener des statiques pour prouver les bonnes actions qui se passent au pays pour amener les viewers à reconsidérer leurs opinions! Hama être patriote veut dire aussi kunegura ibitagenda neza
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt Ай бұрын
Nukuri ndabakunze Mukubito nuwo Gretta nukuri muvuze ukuri Erega burya muburundi naho tuhanka nukuri muburundi nigihugu ciza gusa Abarundi nitwe twandavuza igihugu cacu Jew sindi mugihugu Ariko ubonye mubarindi uko babayeho Nabi hanze biteye ubwoba harabakora ibintu mumahanga ukibaza none Abarundi mumahanga bariko bazira iki nukuri ibihugu vyose birasa Kandi birangana ntibazobabeshe
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese Ай бұрын
Hi, n'ikirundi???
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 Ай бұрын
Mr Gael is real nationalist person, Burundi needs people like you with positive mind🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Ай бұрын
Mwari mwagerageje ark mu menyo mu Barundi ko hari igice ncibivagundu ba barundi
@yvettenahayo8907
@yvettenahayo8907 Ай бұрын
Icokorwa kubwanje, aho kwidogera igihugu, ahubwo tuvuge mumazina abatubabaj mugihugu badutera kubabara.
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 Ай бұрын
Murakoze cane bantu banjr
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Murabantu babagabo ubundi abarundi bose iyoba biyumvira gutya ndabakunze cane gose.
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 Ай бұрын
Tubatwarateyimbe cane
@bibikiki8437
@bibikiki8437 Ай бұрын
Nouvelle génération ndabakunze cane Muvugishije ukuri 👏👏👏
@onesphorebizoza
@onesphorebizoza Ай бұрын
Ntimutahura ivyo muvuga,ntamuntu n'umwe yanka Uburundi,banka intwaro mbi ,igihugu naho vyogenda gt kiguma arigwawe ,ca utwoduhera murengane
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 Ай бұрын
Abantu bavuga nabi uBurundi ni abarundi bimvange donc, arafis umuvyeyi umwe atar umurundi,ndamaz kubi remarqua,muz mubirab kenshi
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 Ай бұрын
Ahoturemeranya
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Ай бұрын
Uko nukuri
@Sebarazingiza
@Sebarazingiza Ай бұрын
Bravo kukuri muvuze kandi musanzwe muvuga! Mais solution kukibazo c'uBurundi n'uguha chance amahoro arama inzigo tukazisezera. Bref; "AMNISTIE KUVYABAYE MURI 2015" dutangure kwubaka uBurundi bushasha!!!!
@kalyka4107
@kalyka4107 Ай бұрын
U Burundi ni bwiza caaane, abarundi nabantu bezaaaa kandi kuvuga ibitagenda neza ntibivuga uba wanka iwanyu. Iyo igihugu kigize ingorane kubera ikiza cateye numva vyumvikana. Ariko ko abarundi tumererwa nabi kubera abadutwara basesagura bakongera bakica benewacu hama ngo duhore ivyo nunva bigoye... Ntamuntu yanka iwabo ahubwo ashobora kuba yanka ico bahuriye mu Burundi.
@ncxp5663
@ncxp5663 Ай бұрын
Ubivuze neza cyane.
@alidacynthiaakimana4491
@alidacynthiaakimana4491 Ай бұрын
Égo vraiment
@innocentbizimana9047
@innocentbizimana9047 Ай бұрын
Ariko ninde yokwanka igihugu ciza nku Burundi ariko bagenzi ico gihugu mwebwe muriko muvuga ntimukizi murambabarira mbe kuvuga igihugu nabi ni ngwiki ndakunda kwumviriza ibiganiro vyanyu ariko uwumunsi sindabatahuye mbe nkubu mvuze ibibi ukora rubarugwanko canke abarugukebura
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 Ай бұрын
Neza cane vrt mubikoz neza.
@singasinga1307
@singasinga1307 Ай бұрын
Ntibisaba ubwenge buhanitse kumenya ko igihugu uburundi biratandukanye na cndd intwaro nigihugu biratandukanye Ntaco mufise mwigisha abarundi kijanye nubundi abantu barazi uburundi imbere yuko cndd iza mugihugu Hagarika propaganda za cndd kuko zeratera iseseme mubantu Ahubwo mureke gusanzara mubantu hari abavyeyi bapfushije uruhagarara urunva ako gashinyaguro kari muri ibibigugu
@user-hh9hb2ub2d
@user-hh9hb2ub2d Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 nanje ndishimiye kuba umurundikazi
@Innocentciza
@Innocentciza Ай бұрын
😍😍😍
@innocentbizimana9047
@innocentbizimana9047 Ай бұрын
Ndabasavye mubihore
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 Ай бұрын
😂😂😂babihore ntaburundi bugufitiye ideni nimba naho aruwakugiriye nabi suburundi mon frère Ahubw numurundi kandi uwo nawe ntazamaho ariko uburundi buzamaho sha
@nzoyiarthemon
@nzoyiarthemon Ай бұрын
Tandukanya igihugu nintwaro mbi ntwanka igihugu banka intwaro mbi.nimuce Aho murara
@nshimirimanajimmy3994
@nshimirimanajimmy3994 Ай бұрын
Iyi émission ni illusions zanyu
@cloviskwigize4478
@cloviskwigize4478 Ай бұрын
Murarondera izindi contents..muzoba mukoze..
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Ай бұрын
Gaël na Gretta ndabakunda caaane muciy ubweng knd muranyubaka iyo murkumw bandany mukebura abataritahura 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV Ай бұрын
Iyo débat yoba ndende mes frères et sœurs
@misigarodev
@misigarodev Ай бұрын
Juste, t’as juste trahi ton audience. Courage muri kazoza. J’ai vrmt bien fait de me désabonner
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Nibabahe imikate mwirire basha.mwe murusha bande kumenya igihugu n'ubutegetsi bubi😂😂😂 aho daaaa
@valerebisama6483
@valerebisama6483 Ай бұрын
None we urabizi kubasumvya?
@inezadongael
@inezadongael Ай бұрын
Muvuze neza gusa biragoye cane guhindura abarundi
@chantalndikumana6220
@chantalndikumana6220 Ай бұрын
Ikiganiro ciza cane. Na jewe nzoza tuganire
@colinnziza5177
@colinnziza5177 Ай бұрын
Ndakeneye Numero ya Gretta na juste
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 Ай бұрын
Mbabarira mubwire ico mufata yemwe abantu nkamwe mwari mukibaho?
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Ай бұрын
Mukomere caane
@claudendayisenga3675
@claudendayisenga3675 Ай бұрын
Gaël wahora undyohera ariko ubu ho birandenze
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 Ай бұрын
Mr Gael is a generous guy
@JacquesNiyongere-uf1um
@JacquesNiyongere-uf1um Ай бұрын
Neza cane
@KuzikoTV
@KuzikoTV Ай бұрын
Igihugu ntawucanka ntibishoboka ntivyoshoboka gufashanya nivyo nyen banka kugira mugum mubukene nyen bashobore kuba manupula kuko umukene aroroshe kumanipila kuko naho umuha ivyarara ariye ashobora guhemuka 😃😃 tandukanya igihugu n’abenegihugu rero n’abaduserukira
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
Gaël baza iryoshano k azi abirirwa baranyuruzwa?uwuvuze niwe mubi kurusha uwunyuruza?kubera iki utavuga abanyuruza?abirirwa barafungwa?iryoshano karabaza?bagatumye kumokera kuri iyo micro yawe? Gaël mbwirira iryohabara ryaba DD uti aguhe urutonde rwamabi ariko arakorwa?uburundi n'iki?ni inde ariko arabwanka nk'uburundi?iryoshano ryagakobwa kaje guca amafaranga.ubutumwa bubwire abica abiba abafunga abandi abahohotera abantu
@niyongabo5566
@niyongabo5566 Ай бұрын
Uri indiscipline kabisa ,mudomo too.kora ureke amatiku no gutuna.
@Esther1995.
@Esther1995. Ай бұрын
Ntitumutuke!nibaza ko umuntu yiyumvira ahageza,ubwenge sikirenga,n'uwamutumiye ntafise bwinshi vrm😂😂ngo ngaha hari jus😢,barazi abantu bakenye/barenganywa/bicwa/bafatwa kunguvu/ uko bangana?!!we hora abandi bazovuga ibibi bihari..igihugu ugikunda turavuga ivyo guhindura
@ncxp5663
@ncxp5663 Ай бұрын
@@Esther1995.😂😂 nibutse aba papa bakera ashaka kuguhana wagize amakosa yabaza kukubwir ngo cahano wagashano we😅😂😂
@regisntwari4669
@regisntwari4669 Ай бұрын
Iyo sujet irabarengeye mwebwe kandi cane. Muje mubindi basha .
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
😂😂😂😂akogakobwa usangara ari agahabara ka Général yagahaye udufaranga kagire katwigishe igihugu nkaho arusha abandi kubimenya.tandukanya igihugu n'amabandi atwara igihugu kano kanya.ntawanka igihugu ciwe wagashanowe.😂😂😂😂ni inde yanka uburundi ga wagakobwawe?😂😂😂😂
@DidasNiyosenga
@DidasNiyosenga Ай бұрын
Girindero
@Nathan44Nathan75-ti7we
@Nathan44Nathan75-ti7we Ай бұрын
Iki kiganiro Nico cambere kindyoheye vraiment
@JosephNdayirukiye
@JosephNdayirukiye Ай бұрын
Igihugu ni umuvyeyi nka papa maman . Ariko abanyagihugu n abana baco. Munzu rero vyose birasangirwa. Ico bita kwaza hasi
@miguelstephanemukunzi
@miguelstephanemukunzi Ай бұрын
Gushwamagira gusaaa
39kgのガリガリが踊る絵文字ダンス/39kg boney emoji dance#dance #ダンス #にんげんっていいな
00:16
💀Skeleton Ninja🥷【にんげんっていいなチャンネル】
Рет қаралды 8 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,2 МЛН
Cat Corn?! 🙀 #cat #cute #catlover
00:54
Stocat
Рет қаралды 16 МЛН
Dr MUJAWAMARIYA ARIRUKANWE! AZIZE IKI MURI MIFOTRA ATARAMBYEMO?
21:43
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 47 М.
😹😹😹
0:19
Татьяна Дука
Рет қаралды 18 МЛН
When an RV meets a zombie outside #rv
0:21
campingWorld
Рет қаралды 27 МЛН