MURAGABE TWARINJIRANYWE

  Рет қаралды 31,031

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

Пікірлер: 44
@zawadiflora9422
@zawadiflora9422 11 ай бұрын
Yesu ashimwe ndanezerewe cane kuko mwama mutwibuka iyo muteranye imana ibahezagire iyondikonsengana namwe numva nkumbura kubabona kuko nanje ndumwr murimwe amen ndabakunda cane ❤❤
@zawadiflora9422
@zawadiflora9422 11 ай бұрын
Muvyeyi narumvise ko musha aba interpret bizindi ndimi nasaba komuto twononera kuko abana bacu dushaka koba guma bavugururimi gwacu kavukire nanje kande ndanezegwa iyo uriko utwigisha mukirundi cacu bintera kubakumbura nugukumbura igihugu nasabako mwobireka ntamurundi numwe atazi ikirundi murakoze ❤
@alinekazadi8643
@alinekazadi8643 2 жыл бұрын
Ameeeen ndagukurikura caaane ndakunda inyigisho zaweee cane uvugisha ukuri imana izobandanye igukoresha
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ 2 жыл бұрын
Murakoze cane imana ibandanye iguhezagire ndafashinjwe cane
@levisninkunda4152
@levisninkunda4152 2 жыл бұрын
Muraduhezagira mukozi w'Imana ariko tubasabe muzohore mutwereka ishengero naryonyene birakenewe
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
Vuba bizokunda kuko ubu turacakoresha caméra imwe gusa
@kanyejoseph5269
@kanyejoseph5269 Жыл бұрын
Amen aho tuzoba nimwijuru twese abababariwe ibyaha byacu.
@corinnenibona4327
@corinnenibona4327 2 жыл бұрын
Amen Amen 🙏🏾 Turabakurikirana Cane .🙏🏾USA. Muraduhezagira. Nanje ndifuza kubatirizwa muri iri Torero Ryimana🙏🏾
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
All the blessings to you my dear
@olivierndiho8175
@olivierndiho8175 2 жыл бұрын
@@hungaicahaministry3747 Thank U!
@ernestsiniremera634
@ernestsiniremera634 Жыл бұрын
Amen turashima ubutumwa bwawe harakantu twagusaba utange akanya ko kuzingurura ikigabane kugira umuntu wese yisomere muhezagirwe
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 2 жыл бұрын
Amen. Aya majambo arakomeye cane. Imana ishishikare ikuvugutira Mukozi w'Imana.
@nyaranja
@nyaranja 2 жыл бұрын
Iyo nsiguro ihuye n'ubuzima ndimwo. Nimba yeretswe jewe
@FaithMercytv
@FaithMercytv 2 жыл бұрын
Bivuge vyose pe, Imana igiye yahaguruts' imvuga kuri itavugira mu mpisho, Sema yote muchungaji ,YESU AGUKOMEZE UBIVUGE VYOOOOOOOOOSE
@ndayisabapierrefrematurakw8318
@ndayisabapierrefrematurakw8318 2 жыл бұрын
Past uraryohera mubutumwa bwabwe🙏🙏🙏🙏🤝🤝🤝🤝🤣🤣🤣🤣🙊🙊🙊🙉🙉🙉
@فهدالعنزي-س8ي
@فهدالعنزي-س8ي 2 жыл бұрын
Amen 🙏 pasta waherageje Yesu aguhezagire natwe Yuri muri Saudia turabakunda
@ernestnsanze2317
@ernestnsanze2317 Жыл бұрын
Yesu aguhezagire
@baptistaniyonizera8397
@baptistaniyonizera8397 2 жыл бұрын
Imana ibahe umugisha
@incutiyabosetv7749
@incutiyabosetv7749 2 жыл бұрын
Yes ahimwe mukozi wimana abo bungere bataye intama zobo birukane bakuvireho ntibagutobere
@bruceirakoze2192
@bruceirakoze2192 2 жыл бұрын
Umukozi w'Imana ninkuwu
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 8 ай бұрын
Muraduhezagira caneee❤❤❤
@dafrozanahimana
@dafrozanahimana 2 жыл бұрын
Ayajambo nimeza cane IMANA iguhezagire gose ajambo yawe akebura beshi cane
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi 2 жыл бұрын
Murakoze cane kunyigisho, Muraduhezagira Imana ibandanye kubongereza amavuta.
@ritza3452
@ritza3452 2 жыл бұрын
Imana ishimwe cane.agahemo
@comedebari4773
@comedebari4773 2 жыл бұрын
Mzee wakujiripuwa
@angebutoyi6704
@angebutoyi6704 2 жыл бұрын
Ndagukunda kuvuga ukuri imana iguhezagire cane
@alexisnduwimana4363
@alexisnduwimana4363 2 жыл бұрын
Birababaje kwigisha Kristo atakiri muri wewe mwaravanye utambikije mw'isi utacikoreye umusaraba nta MAGORWA angana ayo HOSEYA 9 10 IGIHE NABONA ABISIRAYELI BARI BAMEZE NK'IINZABIBU ZIRI MU BUGARARWA BA SOGOKURUZA NABABONYE NK'ISUKONI Z'ISEGA ZO KU MUSUKONI UGITANGURA KWAMA ARIKO BAGIYE KURI BAYARI Y'IPEYORI, BIYEGURIRA AKO GATETEREZA BAHINDUKA UMUZIRO NKICO NYENE BAKUNZE
@nduwimanadesire3008
@nduwimanadesire3008 2 жыл бұрын
Urampezagira
@nduwimanachristien2013
@nduwimanachristien2013 2 жыл бұрын
Amen
@reverienbizimana382
@reverienbizimana382 2 жыл бұрын
Icokiraka c'indirimbo za cantique ndagukeney
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
Uzonsange Inbox tuvugane
@IsmaelAhishakiye-i1t
@IsmaelAhishakiye-i1t 10 ай бұрын
💯💯💯💯💯💯
@inesbigirimana867
@inesbigirimana867 2 жыл бұрын
Amen amen
@freddymuganga9731
@freddymuganga9731 2 жыл бұрын
IMANA IBAHEZAGIRE NANJE NDAFASHIJWE
@jeanaimabledamascenentibaz2002
@jeanaimabledamascenentibaz2002 Жыл бұрын
Amzn
@gospelsofthelord9789
@gospelsofthelord9789 2 жыл бұрын
Amen Amen 👏👏👏
@mbonimafabiyola8763
@mbonimafabiyola8763 2 жыл бұрын
Amen
@ericnzambimana3783
@ericnzambimana3783 2 жыл бұрын
Amajambo meza cane.Turabakwirikirana
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 2 жыл бұрын
Ameeen
@sethngolo6558
@sethngolo6558 2 жыл бұрын
Amen!!
@dafrozanahimana
@dafrozanahimana 2 жыл бұрын
Nkunda gukwirikarana ivyigwa vyawe
@bercafricain
@bercafricain 2 жыл бұрын
Toutes les Femmes ne sont Mariables/ Abagore bose Sabo Gushira Munzu Harimwo Abadashobotse kzbin.info/www/bejne/a3zXhqSLmbF2rbc
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 2 жыл бұрын
Ibindi vyose wavyze ni vyiza, kimwe gusa wabeshe: "dufise indongozi zikunda abenegihugu"???? No... abicanyi babi naconyiza umwenegihugu muburyo bwose... nawe reka reka.... niba wabatinye ko bakumesa ceceka uvuge Bible apana abarongozi
@bercafricain
@bercafricain 2 жыл бұрын
Toutes les Femmes ne sont Mariables/ Abagore bose Sabo Gushira Munzu Harimwo Abadashobotse kzbin.info/www/bejne/a3zXhqSLmbF2rbc
Thème: N'ABAPFUMU BIYISE ABAKOZI B'IMANA, NTIMUYOBE....
1:12:01
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 9 М.
This dad wins Halloween! 🎃💀
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 65 МЛН
ТЫ В ДЕТСТВЕ КОГДА ВЫПАЛ ЗУБ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 2,5 МЛН
The Singing Challenge #joker #Harriet Quinn
00:35
佐助与鸣人
Рет қаралды 25 МЛН
Nyota za wengi kufunguliwa
2:25:41
Nabii Powerful Christian Church
Рет қаралды 175
Thème : IMITIMA YA BENSHI IRARUSHE CANE
1:10:15
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 7 М.
Thème : SIKUBW'ABANTU, YAHABONY'IMANA ABAHO
1:00:12
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 2,7 М.
This dad wins Halloween! 🎃💀
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 65 МЛН