Рет қаралды 725
Abanyagihugu bo ku mutumba wa #NINGA, zone NINGA, komine #Butaganzwa intara ya #Kayanza basabwa kwirinda amarigara, ubunebwe hamwe n'ingeso mbi yo guharika, nk'uko bishikirizwa n'umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije aho hari haramutse hatanguzwa icese isekeza ryo kwimbura umwimbu w'ibigori wabonetse mu ntumbero ya Reta y'Uburundi y'uko abenegihugu bokwijukira kuvomera mu gihe c'ici. Agahamagarira kandi abavyeyi kureresha ibikorwa urwaruka rwo Burundi bw'ejo.
#Burundi #Uburimyi