MyJourney:BITEYE UBWOBA😳/intahe ya Prophète Joshua/nisiga amavuta ariko💀 y’abapfuye/Ndakunda YESU

  Рет қаралды 11,281

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

Пікірлер: 52
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Mwiriwe Canke mwaramutse bakunzi b’ikiganiro my Journey. Uyu musi twabateguriye intahe ya Prophète Joshua Joshua. Biteye ubwoba gose ivyo yaciyemwo ariko biza kwigisha benshi. Ntimwibagire kudufasha guhanahana iyi link. Ukaba wifuza kugira ico utumenyesha Canke kuduha intahe yawe turondere kuri 76711802 ( WhatsApp ya Siren Vibes)
@annickndayisaba9527
@annickndayisaba9527 Жыл бұрын
Q0
@muhozaghyslaine2107
@muhozaghyslaine2107 Жыл бұрын
Umuvyeyi wanj wo muburyo bw Impwemu narakugabiw daddy fise amashimwe kubwaw ❤❤❤❤❤❤❤❤
@ninzizaqueendanielle9606
@ninzizaqueendanielle9606 Жыл бұрын
Ilove you daddy urumuvyeyi nagabiwe uringabire nagabiwe nuwiteka ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@alicerwamo-sk1jz
@alicerwamo-sk1jz Жыл бұрын
Wooooow ndanezerewe ko Siren yagendewe n'Umuvugishwa nkunda cane yuzuye Imana. Wakoze Hosy. Félicitations encore Daddy ku gakiza. Imana Ishiiimweee caaaane
@dianeuwamahoro5369
@dianeuwamahoro5369 Жыл бұрын
Ndashimiye uyu mumenyeshamakuru kumutumire watumiye,uko namwumva siko ndamusanze, Imana ikomeze kumukoresha ibitangaza kuko Yesu arakora.
@محمدالفايز-غ8ل
@محمدالفايز-غ8ل Жыл бұрын
Mbega ikiganiro kiryoshe.urakoze Hosy
@anithandikumana7739
@anithandikumana7739 Жыл бұрын
Muvyeyi dukunda komeza uvuge YESU . Twagaruriwe ivyizigiro biciye muma vuta YESU Yaguhaye . Hosy IMANA Iguhe umugisha udukoreye umuti
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌,intahe nziza ya @Joshuwa ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 Жыл бұрын
Yoooo burya Sugu jay na prophète Joshua n'umuntu umwe😮😮😮.ico bikoze Prophète ndakunda inyigisho zanyu urampezagira peeee uri muba pasteur cnk Prophète nkunda uhezagirwe cane gose ❤❤❤
@iteritekafranckbarak2054
@iteritekafranckbarak2054 Жыл бұрын
Be blessed Joshua 🙏🙏 Go ahead Hosy na Siren tv yaw Reka ivyo Kristo yaduhaye vyose bimukorere
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Жыл бұрын
Sugu Jay tishio from Buyenzi 17 avenue 🔥🔥🔥🙌🙌
@rydyfhgfhdhcv6317
@rydyfhgfhdhcv6317 Жыл бұрын
Hosy wari waratevy gutumira umuvyeyi wanje ❤❤❤
@محمدالفايز-غ8ل
@محمدالفايز-غ8ل Жыл бұрын
Hosy ndagusavye ninataha uzompe ikiganiro kuko ndafise intahe?
@oresteizere5550
@oresteizere5550 Жыл бұрын
Think you olsi kutuzanira umutumire ,nifunza ko mundwiza unzozane Apotre Mbayahanga esidore uzobukoze.
@irakozechimene656
@irakozechimene656 Жыл бұрын
jewe bizongora kugira nemere ivyawe
@IrishuraLily
@IrishuraLily Жыл бұрын
Weho tubyumva kumwe ❤
@sherlsentertainment2824
@sherlsentertainment2824 Жыл бұрын
Nta nahamwe Imana itokura umuntu kandi nta na hamwe Imana itoshikana umuntu. Iyo ntahe iradufashije cane, Imana ihabwe icubahiro aho yamukuye, nivyo Iriko Iramukoresha.
@irakozemarina8881
@irakozemarina8881 Жыл бұрын
Hallelujah YESU🎉❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Tanga ubuhamya past nabandi bakizwe 😢😢😢🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@anithanini6423
@anithanini6423 Жыл бұрын
Papa❤️❤️❤️❤️
@mugikoniiwacu296
@mugikoniiwacu296 Жыл бұрын
Yesu wacu arakomeye ntakimunanira
@Chreambard1684
@Chreambard1684 Жыл бұрын
Hosy turashaka intahe yawe kuri Siren Vibes
@akimanakarime5437
@akimanakarime5437 Жыл бұрын
Gusa dushaka muzosubire kumutumire adusigurure neza vya monde de esprit kuko twunvise ko azimwo vyinshi nama code nama formula yayo kuko yari ntahe ahanini ubu dukeneye inyigisho rero
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Nivyo kwel
@akimanakarime5437
@akimanakarime5437 Жыл бұрын
Wagize neza kutuzanira umuvugishwa
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 Жыл бұрын
Hosy urakoze iyi ntahe iradufashije cane iratwubatse
@chanelleniyogushima2325
@chanelleniyogushima2325 Жыл бұрын
Intahe yigisha canee murakoze
@evelyneniyogushima3200
@evelyneniyogushima3200 Жыл бұрын
❤❤❤
@SamyblessingDEgloireTUYI-ly9db
@SamyblessingDEgloireTUYI-ly9db Жыл бұрын
🛑📢🔥🥁 #LGC_2023🥁🔥📢 🔥 Kuko ivyerekanywe bifise igihe vyashingiwe.Bantu b'Imana,uyu n'umwanya Imana yahisemwo wo kwakira agakiza mu burere bwose bw'ubuzima bwawe.Kaze muri #Life_of_Glory_Conference, wakire igitangaza cawe. M.N:Ni ukuza kare kandi watumiye benshi bashoboka. #GGC #LGC2023
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 Жыл бұрын
Bonsoir
@TresolienhaStaraviSta
@TresolienhaStaraviSta Жыл бұрын
Hosy nukuri uradukoreye umuti
@akimanakarime5437
@akimanakarime5437 Жыл бұрын
Je nagihejeje cose kabisa
@antoinetteharerimana6824
@antoinetteharerimana6824 Жыл бұрын
ego😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🙏🤲🤲🤲
@anithanini6423
@anithanini6423 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️🥳
@christineniyonkuru4139
@christineniyonkuru4139 Жыл бұрын
❤❤❤🎉
@NdayirukiyeLiliane
@NdayirukiyeLiliane 10 ай бұрын
😅
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Intahe izagufasha benshi
@triciak4083
@triciak4083 Жыл бұрын
♥️💯
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 Жыл бұрын
Hossy mbwira byagenzegute ko fun &fact ndetse na Girl friend kobitari kutugerako ?
@anithanini6423
@anithanini6423 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 Жыл бұрын
Osy nawe kweri profet umwibukij kahise ga mana
@akimanakarime5437
@akimanakarime5437 Жыл бұрын
Munvugo yiwe gusa arimwo amavuta menshi abo nibo bakwiye kuvuga ubutumwa kuko yaciye muvyinshi
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
😢😢😢😢❤❤
@BenoitNiyonsaba
@BenoitNiyonsaba Жыл бұрын
UMU JOURNALISTE ABIVUZE NEZA SI INTAHE NI INKURI.MACHINE YANJE IHATSWE GUSHA IVYO BINTU NTAHO VYOSHIKANA UMUNTU
@anithanini6423
@anithanini6423 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@salha9186
@salha9186 Жыл бұрын
Nrarubanza nkuciriye ariko ntaho wabuye ntaho wagiye hubwo hinduka ukore mukuri uvinyuma ya bushiri ataruko nubu uracari uwa 😈
@emelynekaneza2413
@emelynekaneza2413 Жыл бұрын
Toka satani
@lydiakanyange9441
@lydiakanyange9441 Жыл бұрын
Ndafise ikibazo why ama comments yose y'opposa uwo muntu ivyo avuga Siren vibes ishirako like🤔
@yolo._96
@yolo._96 Жыл бұрын
😂😂sugu jay nkaho ntiwosubira kuririmba muri secular ugaheba ubwo bu escroc
@lydiakanyange9441
@lydiakanyange9441 Жыл бұрын
Donc Siren you liked this comment??
@burundimagazine3712
@burundimagazine3712 Жыл бұрын
Acha français wewe umuziki wari wanse hit yabuze uc uhindura terrain ivyo nibisanzwe gusa kubesha ni manipulation mental uba uriko urakora ivyo vyabapfumu uvuga nawe warabeshwe reo reka kubesha abandi nawe towa bu escro
INTAHE Y'UBUZIMA BWOSE BWA PROPHET OF JESUS JOSHUA l AKIRI SUGU J l AMAZE KWAKIRA UMWAMI YESU
1:28:11
The evil clown plays a prank on the angel
00:39
超人夫妇
Рет қаралды 53 МЛН
Gushima no kunenga (True Stories)~#RIRARASHE
TV1 Rwanda
Рет қаралды 4,4 М.