No video

INTAHE Y'UBUZIMA BWOSE BWA PROPHET OF JESUS JOSHUA l AKIRI SUGU J l AMAZE KWAKIRA UMWAMI YESU

  Рет қаралды 24,856

Joshua Joshua Prophet of Jesus

Joshua Joshua Prophet of Jesus

Күн бұрын

Ushobora kuba warabonye ibice 3 vy'intahe Ya Prophet of Jesus Joshua Joshua , ariko uwu musi twahisemwo kuyegeranya yose iri hamwe ngo muyikurikirane mworohewe , ushobora kandi kuba warayiravye ariko gusubira kuyiraba kandi Mpwemu Yera ashobora kwongera kuguhishurira ikindi kintu gishasha kigatabara ubuzima bwawe ...
NIMBA UFASHIJWE , Dufashe mukore partage muyisangize nabandi ngo bakire ivyabo biciye muriyo ntahe ...
SUBSCRIBE , COMMENTAIRE NA LIKE vyawe ni ivy'igiciro cane mu bwami...
KRISTO YESU ADUHEZAGIRANE NAMWE 🙌🙌🙌🙌🙌🙌

Пікірлер: 107
@RomeoNimubona
@RomeoNimubona Ай бұрын
Poweful
@user-lp2ll5dl9t
@user-lp2ll5dl9t 7 ай бұрын
Amena Amena 👏👏👏👏👏👏
@RomeoNimubona
@RomeoNimubona Ай бұрын
Shimwa yesu kuko waturokoreye umuvyeyi❤
@user-hq9rc1fo9f
@user-hq9rc1fo9f 8 ай бұрын
Amen amen 🙏 🙌
@user-kx3kg2dh7y
@user-kx3kg2dh7y 5 ай бұрын
Amen.imanigiranez.ndabasavy.mukoziwiman.mumpe.ahomukorer.ndabakeney.can.mumfashe
@user-wr3zk6mv2d
@user-wr3zk6mv2d 4 ай бұрын
Yesu arengeye byose
@JonathanMubiri
@JonathanMubiri 15 күн бұрын
Amen
@batirihuguette3435
@batirihuguette3435 3 жыл бұрын
Imana yacu ni nziza cane..., Ukora ibirengeye ubwenge bw'abantu. Yarakoze cane kuri Prophète Joshua yakuye mu mwiza imugira igikoresho cayo Bé blessed Prophet
@kissboy-hn2pt
@kissboy-hn2pt Жыл бұрын
Imana yaragutumbereje
@RomeoNimubona
@RomeoNimubona Ай бұрын
God is good❤❤❤❤❤❤
@JolieNsengiyumva-pt5wh
@JolieNsengiyumva-pt5wh 22 күн бұрын
God is good❤❤❤❤
@RomeoNimubona
@RomeoNimubona Ай бұрын
Papa intahe yawe iratwubatse cane
@eddyclaudekinyoni8057
@eddyclaudekinyoni8057 3 жыл бұрын
Amen amen Alleluia je l'onction de Dunamis power of God and fire je reçois l'autorité de Dieu qui délivre et geuri les malades au nom puissant de Jésus-Christ amen je reçois l'ouverture des mes yeux spirituels et oreilles spirituelles au nom puissant de Jésus-Christ amen Alleluia merci beaucoup seigneur pour ta grâce puissante à moi amen
@joshuajoshuaprophetofjesus9807
@joshuajoshuaprophetofjesus9807 3 жыл бұрын
ohhhh Jesus hallelujah reka uhura na Yesu twahuye
@evelynemucowintore401
@evelynemucowintore401 3 жыл бұрын
Urashobora kusengera nkazoba muri 10premier kandi ndatanze umutware yuko nkeneye ku ja hanze mubu shinois muri2021 ndavyizey muzoba mukoze
@reneroyal2483
@reneroyal2483 3 жыл бұрын
iyintahe ndumvako ivyomwaciemwo vyose arivyo nanj naciemwo knd irikufasha arko ahongeze ndimumazi Abira please ufash gusenga prophet nanj nzoshobore kunesha mwizina rya yesu
@hakizimanadonatien2529
@hakizimanadonatien2529 2 жыл бұрын
Yesu ashimwe Prophète, nobaronka gute? Nshaka mumpe orientation y'aho mukorera cank bikunda mumpe numéro yanyu muzoba mukoze
@aliceuwimana8809
@aliceuwimana8809 4 жыл бұрын
Sinokubwira combien de fois maze kwumviriza iyi temoignage ariko sindayihaga. Ahubwo nama ntahura ikintu gikomeye buri musi, ngo "ahondi niho Yesu Kristo ari kandi aho, satani arapfukama " halleluiaaa 🙏🙏🙏👏👏👏👏👏
@Blaiseworshipper
@Blaiseworshipper 4 жыл бұрын
Eee nari nzi ngo ni jewe jenyene vyafashee kwlii kumbe hari nabandi bakiyumva nka nshasha nkanje?
@edouardndikumana6613
@edouardndikumana6613 3 жыл бұрын
Amen Yesu ahimbazwe can
@marierousekwizera2884
@marierousekwizera2884 3 жыл бұрын
Aameeee imana ikongerereze avuta
@cocoburundingozi41
@cocoburundingozi41 3 жыл бұрын
Iyi ntahe sindayihaga iguma ari shasha
@nduwimanabelindabelindandu551
@nduwimanabelindabelindandu551 2 жыл бұрын
Ndanezerewe cane kubona sugu J yarakijijwe nanje narakunda indirimbo ziwe cane ariko ndanezerewe kumva avuga ivya yesu amen amen
@Fildaus6306
@Fildaus6306 3 жыл бұрын
Izina rya Yesu rishirwe hejuru kandi rihabwe icubahiro ibihe vyose amen Joshua urakoze kutwipfuriza guhura na Yesu mwahuye
@karlbonuspascaluwigiciro2687
@karlbonuspascaluwigiciro2687 3 жыл бұрын
Amen 🙏🤲 Ndakiriye agakiza mw'izina rya yesu kubw'iyintahe 🛐
@mpawenayochantalofficial1051
@mpawenayochantalofficial1051 2 жыл бұрын
Amen amen haleruyaaa 🙌🙌🙌
@irakozenadine2564
@irakozenadine2564 2 жыл бұрын
Hareruya urushengero rwanyu twahamenya gute?nagomba ubufasha amen
@celineniyonyishu2604
@celineniyonyishu2604 2 жыл бұрын
IRAHINDURA amateka vrmt
@nduwayezuegide3853
@nduwayezuegide3853 Жыл бұрын
Yesu ashimwe kubyo yakoze yagukuye ahabi ashimwe iteka ryose !!!
@nadinembonihankuye6482
@nadinembonihankuye6482 2 жыл бұрын
Iyoooooo
@Blaiseworshipper
@Blaiseworshipper 4 жыл бұрын
Aamen Papa ntaho Imana itazonshikana
@GogoNiyongabire
@GogoNiyongabire 4 ай бұрын
Amen🙏Imana Igukomeze jochoua warahezagiwe
@RomeoNimubona
@RomeoNimubona Ай бұрын
Daddy imana iguhe amavuta menshi cane uradukorera cane
@basabd6315
@basabd6315 2 жыл бұрын
Amen amen halleluya yesu mbega intahe ninyingisho mana ndatabawe
@zamzamalhanayy5505
@zamzamalhanayy5505 2 жыл бұрын
IMANA Ni Nziza ndafashijwe niyi ntahe ya Prophet na Paul yari umwansi wivyiza ariko Yesu KRISTO yaramutoranije
@nadinembonihankuye6482
@nadinembonihankuye6482 2 жыл бұрын
Yesuuuu warakoze kudurokorera umuvyeyi ku bw icubahiro cawe Yesuuuu🙌🙌🙌
@annonciatemuhimpundu8316
@annonciatemuhimpundu8316 2 жыл бұрын
Amen Alléluia 🙏🙏 yesu n'umwami ibihe vyose 🙏🙏🙏👏👏👏👏
@mujawabegaantochadia4795
@mujawabegaantochadia4795 Жыл бұрын
Amen amen.ndafashijwe n'intahe.
@alidadanadielle5204
@alidadanadielle5204 3 жыл бұрын
YEZU yakurokoye ashishikare kurokora aban biw. ntuzomuvirire umukomereho
@odetteiradukunda9197
@odetteiradukunda9197 3 жыл бұрын
waooouh ndafashijwe can nari narayovye Uhezagirwe can muvyeyi Imana ikwongere ubwenge nubu menyi namavuta numwete vyokuyikorera warahezagiwe imihezagiro yahantu ho mw,ijuru.
@marierousekwizera2884
@marierousekwizera2884 3 жыл бұрын
Ameeeen imana ikuzigame ikongererez amavta
@kanezafannyyadav6340
@kanezafannyyadav6340 3 жыл бұрын
Yesu yogere agushoboze waciye murivyinshi mpise ngukunda abakuvuga nabi mbonye kwarabakugwanya kuk wahisemwo yesu Yesu agushoboze 👩‍❤️‍💋‍👨
@rosamuhimpundo4516
@rosamuhimpundo4516 Жыл бұрын
Dafashijwe urumukozi WA Yesu
@jonathancubahiro7957
@jonathancubahiro7957 3 жыл бұрын
iyo ntahe yawe, itumy nca numva ndagkunze kurusha, kuk ndameny ko Yesu yagukuy habi caaane, Yesu agukomeze👏👏👏
@nadinembonihankuye6482
@nadinembonihankuye6482 2 жыл бұрын
Amenaaaaaa Amenaaaaaa
@lilianenindaba1251
@lilianenindaba1251 2 жыл бұрын
Merci Jesus pour ce témoignage fortifiant
@nealin5358
@nealin5358 2 жыл бұрын
Amen Yesu Christo
@user-zh6zh2kf7r
@user-zh6zh2kf7r Жыл бұрын
Thanks Jesus
@claudianiyimumpaye3758
@claudianiyimumpaye3758 2 жыл бұрын
My dady'my facilitater'yesuu yarakooze kuduhaa wewe'we lov u papa
@bashakhader3327
@bashakhader3327 3 жыл бұрын
Papa ukomeze kudusengera natwe duhure niyomana yawe yagutabaye natwe dukizwe vyukuri
@jacquesmugisha83
@jacquesmugisha83 2 жыл бұрын
Amen Amen
@turimurugendo7408
@turimurugendo7408 4 жыл бұрын
, Hallelujah menye nezako yesu atarobanura kubutoni
@solangekaferembe7789
@solangekaferembe7789 4 жыл бұрын
Alléluia
@nindabirajoseph6217
@nindabirajoseph6217 2 жыл бұрын
Amen n imuhezagigwe urushengero ruherereye he?
@BilallyjafardDushime-ke1so
@BilallyjafardDushime-ke1so 2 ай бұрын
Kinama mur ngozi kur 7/5 kalibu
@nadinembonihankuye6482
@nadinembonihankuye6482 2 жыл бұрын
Yesuuuu weee
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@ezechielbutoyi5584
@ezechielbutoyi5584 4 жыл бұрын
Ameeeeeeeeeen
@nadinembonihankuye6482
@nadinembonihankuye6482 2 жыл бұрын
Ooooh m'y god🙌🙌
@lucienleonard3777
@lucienleonard3777 2 жыл бұрын
Amen Amen 🙏 🙏🙏
@yagatwubake5765
@yagatwubake5765 3 жыл бұрын
SHIMWA YESU URI UMUCUNGUZI
@irakozeblaise8504
@irakozeblaise8504 Жыл бұрын
Yesu aragahora kungoma arabikwiye koko atakimunanira
@nadinembonihankuye6482
@nadinembonihankuye6482 2 жыл бұрын
Hallelujah Hallelujah
@user-dx5ew5sr2y
@user-dx5ew5sr2y Жыл бұрын
Nous sommes présentement dans la ville de bujumbura , nous informons les enfants de DIEU que les saintes écritures restent authentique. Il est vraiment agréable de voir et écouter les témoignages des autres pour l'édification du corps de CHRIST. Que la Gloire lui revient à travers le monde.
@ndayisengaannick584
@ndayisengaannick584 3 жыл бұрын
Amen imanihabwicubhir ishishikare ikorananacu
@BlaiseBsix
@BlaiseBsix 3 жыл бұрын
Imana iguhezagire knd mukomeze kudusengera
@hapakahaha5579
@hapakahaha5579 4 жыл бұрын
👏👏👏👏Iman yacu ninziza can iragahezagigw
@bashakhader3327
@bashakhader3327 3 жыл бұрын
Yoooh imana yarakoze yagutabaye
@elvisnahimana6315
@elvisnahimana6315 3 жыл бұрын
Amen intahe ikomeye cane
@augustinngezahayo1298
@augustinngezahayo1298 3 жыл бұрын
Ndikondahezagigwa n'intahe yumu yeyi
@RomeoNimubona
@RomeoNimubona Ай бұрын
Wakuabudiwa ni wewe baba
@niyonzimadevote8858
@niyonzimadevote8858 3 жыл бұрын
Imana iguhe umusha nta kure lmana itakurumuntu
@prudence.comniyishumbusha6401
@prudence.comniyishumbusha6401 3 жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥
@salomonsalomondjuma4320
@salomonsalomondjuma4320 3 жыл бұрын
Barikiwa,ila kuwa nasi siku zote za live utasaidiwa .
@mpfayoguhorajeanne3975
@mpfayoguhorajeanne3975 3 жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@agabakitata3012
@agabakitata3012 4 жыл бұрын
Wooow, praise the lord hallelujah. I'm really blessed for this testimony. Thk u prophet of Jesus Joshua Joshua
@rahmahalshahrani4131
@rahmahalshahrani4131 3 жыл бұрын
Ndafashijwe cane intahe yawe iranyubatse
@salomonsalomondjuma4320
@salomonsalomondjuma4320 3 жыл бұрын
Yesu Kristo sio maneno ,Bali jina hilo ni mabadiliko maishani mwa walio onekana kama awa wezi kutokea emo kitu.
@bigirimanavianney1981
@bigirimanavianney1981 3 жыл бұрын
intaheyawe iranyubaka cane
@RomeoNimubona
@RomeoNimubona Ай бұрын
Nivyo papa
@nduwimanabelindabelindandu551
@nduwimanabelindabelindandu551 2 жыл бұрын
Ntakure imana itokura umuntu
@user-ve4ej4fn9e
@user-ve4ej4fn9e 5 ай бұрын
Birampimbaye kweri ipfuvyituraruha kabisa
@stellahbint9470
@stellahbint9470 2 жыл бұрын
Yesu arih kand arakor nub aracakor
@bellandayongeje4808
@bellandayongeje4808 2 жыл бұрын
Mana ukora ibikomeye ntaho utokura umuntu
@monyaaboalez3774
@monyaaboalez3774 3 жыл бұрын
Jewe nfite ikibazo kubriki bavuga joshua joshua kabiri bizabintera ikibazo
@stymewert7681
@stymewert7681 3 жыл бұрын
Ndaje kwayesu gukizwa profete Nijewe nakwandikiye muri Whatsapp Nshaka yuko unyigisha ivyokubatizwa
@elyseniyongere9103
@elyseniyongere9103 3 жыл бұрын
Uvuze ukuri dufise igihuguciza
@Nivyochannel
@Nivyochannel 8 ай бұрын
Ninde yompuza n'uwo muntu ga Mana? Ndashaka numéro yiwe ndakeneye Yesu amurimwo
@fabolojaslan6701
@fabolojaslan6701 3 жыл бұрын
Yoo ndashaka uz urasenger ndi mur arabia saudi nokuronk gut👏👏👏
@jonathancubahiro7957
@jonathancubahiro7957 3 жыл бұрын
amashimwe ku Mana yacu
@ndayikezezottyzotty6929
@ndayikezezottyzotty6929 2 жыл бұрын
Niwe yaryiyise ntawundi yarimwise
@geridibuzubona4360
@geridibuzubona4360 3 жыл бұрын
Amen Amen God bless 🙏
@munezeroaline1571
@munezeroaline1571 2 жыл бұрын
Amen sha agakiza ntigapfa kwizana ukogusa pee
@niyongabojeanclaude1828
@niyongabojeanclaude1828 4 жыл бұрын
Umwami wacu n'Umwizigigwa
@williamboniface5851
@williamboniface5851 Жыл бұрын
Prophet ndasavye number yaw ndabisavye
@philbertcimana1278
@philbertcimana1278 2 жыл бұрын
Amen Jesus is King of Kingdom Hallelujah
@harrietnjoki9905
@harrietnjoki9905 Жыл бұрын
Amen
@ezechielbutoyi5584
@ezechielbutoyi5584 4 жыл бұрын
Ameeeeeeeeeen
@nadinembonihankuye6482
@nadinembonihankuye6482 2 жыл бұрын
Iyoooooo
@michelinehabarugira5549
@michelinehabarugira5549 Жыл бұрын
Amen
@zacheengendakuriyo6992
@zacheengendakuriyo6992 Жыл бұрын
Amen
@evrineniyonkuru5768
@evrineniyonkuru5768 Жыл бұрын
Amen
@nevitadam3978
@nevitadam3978 2 жыл бұрын
Amen
@madokethiakwizera643
@madokethiakwizera643 3 жыл бұрын
Amen
@odettemurerwa592
@odettemurerwa592 3 жыл бұрын
Amen
@alaintresorbukuru337
@alaintresorbukuru337 4 жыл бұрын
Amen
@nadegeuw.5703
@nadegeuw.5703 3 жыл бұрын
Amen
✍️ IKIMAZI | UMVA IBANGA RIHISHIJWE MUGUTANGA IKIMAZI  -  NGIRI IBANGA UDAKWIYE KWIRENGAGIZA .
1:13:32
Whoa
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 50 МЛН
Blue Food VS Red Food Emoji Mukbang
00:33
MOOMOO STUDIO [무무 스튜디오]
Рет қаралды 22 МЛН
AMABANGA Y'URUGO YOSE AYASHIZE HANZE
1:01:07
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 9 М.
PROPHECY TIME
19:54
Pastor Eric Citegetse
Рет қаралды 1,4 М.
✍️GUTINYA IMANA , NGIRI IBANGA UDAKWIYE KWIRENGAGIZA NK'UMUKRISTO  | DEEP REVELATION
32:56
Joshua Joshua Prophet of Jesus
Рет қаралды 1,7 М.
‼️‼️⚠️BA MASO IBI  BINTU  NIVYO  shetani ariko  arakoresha mukuturwanya.
37:06
Joshua Joshua Prophet of Jesus
Рет қаралды 1,4 М.
Whoa
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 50 МЛН