Doriane tu es très intelligente,visionnaire ,disciplinée,courageuse ,je suis très édifiée,,,warukwiye kuja kuma Chanels yose y i bdi na TV z ibdi kugira ufashe aba jeunes kuguruka amaso ,ico kintu ndakigusavye pe ntuzobura n abantu 10 uzosanga urokoye,merci pour le partage
@MINOUCHEMIREILLE4 ай бұрын
C'est une fille extra Ordinaires... je suis épater
@balancedlifetv2 ай бұрын
Nanjye ndimo mukundwa ❤❤❤❤
@balancedlifetv2 ай бұрын
@@MINOUCHEMIREILLEAbsolument raison ❤❤❤
@wisdom35964 ай бұрын
Waouh Glory be To JESUS-CHRIST my GOD;Quel témoignage ...Merci bcp Mesdames
@edwigeniyongere57783 ай бұрын
Uri intungane ma chère
@balancedlifetv2 ай бұрын
Amen ❤❤❤❤
@balancedlifetv2 ай бұрын
@@edwigeniyongere5778Vraiment
@blessing51943 ай бұрын
Wow she’s amazing
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤absolutely
@glorianineza28162 ай бұрын
Awesomee. Thank you Dodo to share your inspiring testimony
Ndagushimiye caaaane ku mfashanyo uhaye Abarundi beeenshi baboshwe no kwiyumvira ko gufata urugendo ni ukugira umuntu akwakira
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤vraiment nanjye munyarwanda ndishimye cyane
@amandineiradukunda32393 ай бұрын
Merci pour le temoignage 👏👏👏👏
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@ruttenange92133 ай бұрын
Wow femme forte🙏🏾Pam we love you..ukora ibikora inka💕
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@MarieeveNtamutumba3 ай бұрын
Excellent témoignage, son histoire est identique à la mienne ❤
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@alicensengiyumva88143 ай бұрын
Je ne commente jamais mais là🤩🤩🤩 , je ne peux pas m'empecher de commenter , merci Pam channel TV d'avoir invité Dodo pour nous partager une histoire si INSPIRANTE .
@pamchanneltv15023 ай бұрын
Waooooooooouuuh très encourageant vrm!! Merci merci🙏 turakwishimiye. Karibu kandi kuraba ikiganiro ku kayi chaque vendredi 18h . U can also gu sharinga abandi ikiganiro ❤
@iserte-saniairadukunda70042 ай бұрын
Huuh7 6:20
@iserte-saniairadukunda70042 ай бұрын
Yh
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@balancedlifetv2 ай бұрын
@@pamchanneltv1502❤❤❤❤❤❤❤
@JosephNiyingenera4 ай бұрын
Mwakosze cyane kutuzanira uwo muvandinwe aho araduhuguye pe
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@consolateuwizeye76074 ай бұрын
Wouw ikiganiro ca madame Dodo ndagikunze cane chapeau 👍🏿
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@melodynjp12844 ай бұрын
Super. Ce sont des paroles édifiantes
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@lxllxl77833 ай бұрын
Uyo mudamu n'intwari !!!!Avuz'ukuri kuzuye!!!!❤❤❤
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@niyoyezabilly27704 ай бұрын
Merci pour ce beau temoignage et l'apprentissage qu'on y retient...
@pamchanneltv15024 ай бұрын
Merci à vous
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@annaestellaniyonizigiye59373 ай бұрын
Uri intwari Doriane. Merci pour le témoignage. Les jeunes bagufateko akarorero
Tu es toute mignon. Iyo temoignage yawe ibere isolated surtout ku banana baba bavuye I Burundi .tu es a felicitee
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤adorable vraiment
@nadegekamikazi3 ай бұрын
Vous m,inspirez Pam chanel Tv avec vos émissions.Felicitation brave femme
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@CaritasKAVAKURE4 ай бұрын
Darlene ni igitangaza vraiment chapeau. Intahe yiwe ibere modèle abayumvise surtout les jeunes
@stansiyomana12393 ай бұрын
@user. Bavuga ko kwiga ingendo y'uwundi ishobora kukuvuna. Cette brave dame s'est bien debatue et elle a pu reussir. Il y a des jeunes qui dans ce ``modele" ne verraient que la reussite sans bien tenir compte d'enormes risques qu'elle a du prendre. Kandi ndiyumvira ko umujeune yakuriye aho umuyaya n'umuboyi aribo bakora vyose murugo vyomugora kwihanganira ubuzima bumugoye mumahanga la ou il/elle serait oblige de tout faire pour survivre de soi-meme.
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@balancedlifetv2 ай бұрын
@@stansiyomana1239Uvuze ukuri mukundwa ❤❤❤❤
@irenekaneza263111 күн бұрын
Good .
@chantalndikumana62204 ай бұрын
Merci beaucoup pour cette émission avec Doriane. Félicitations à Doriane.
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AliNusraJibuАй бұрын
Waaaaouh enchanté et bonne continuité
@dior8-2464 ай бұрын
Followed, liked ❤ Merci Doriane pour ton témoignage et tes encouragements 🙏🏾
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@francoisndibaruye73233 ай бұрын
Merci beaucoup Madame Dodo. Je souhaite juste kukunganira ku kintu kimwe wavuze kijanye na Integration. Iyo ushitse mu mahanga ukaba wagiye kugira urondera ingene utera imbere, ntuzorondere abantu b'iwanyu ngo babe aribo mwamana . Oya. Mbere bigushobokeye baje kure mubonane gake . La bonne intégration c'est dans la communauté d'accueil et la communauté d'origine. Kandi ntukeneye kumera nk'uko bobo bameze , ukeneye kumera ukwawe. Hariho ico Umuremyi yaguteguriye, Imana izokwereka rero ingene ugishikako nk'uko yabikoreye DODO.
@balancedlifetv2 ай бұрын
Iyi nama ni nziza rwose❤❤❤❤❤
@dianekampimbare98013 ай бұрын
Vous êtes vraiment inspirentes.Merci pour les bons conseils
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤vraiment
@cappucinella91204 ай бұрын
Wooooiwwwww ntubaho Doriane, très beau parcours, i am speechless ❤❤❤
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@cizajacqueline31944 ай бұрын
Yoooo uruwa grave Doriane jewe impanuro uko wavyitwayemwo .....nukuri la paix du coeur niyo ikumenyesha KO imbere ari heza cane .Ndashimiyimana .Pamela Nawe ndamukuuuunda cane havutse ibintu vyinshi mu Burundi biryoshe reka tugendere kuriyo Mpapuro yawe.
Merci beaucoup Doriane kuntahe yawe. Go ahead Pam channel TV
@pamchanneltv15024 ай бұрын
Merci à vous
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@georgespascalnteziryayo223 ай бұрын
Arakoze cane Dodo ku mpanuro aduhaye, ategerezwa kuba ari umwana w'Imana, mbega nyene arubatse rukristu, abana na se w'umwana wiwe?
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@heavenlyjoy7944 ай бұрын
Belle emission. Merci Bcp Dodo.
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@hyacintheniyikuza61184 ай бұрын
Komera muko urintwari Tu es très courageuse
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@irankundaemeryne8444 ай бұрын
Doriane yaaaambiiii imyaka myinshi, ndakwibuka wari inyuma yanje kuri ETS, Yesu aguhezagire cane. Intahe iratwubatse
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@Ubuntu813 ай бұрын
Dodo courage, iyo nzira narayiciyemwo imbere yawe ariko uno munsi meze neza. Ni benshi peut être bibazako ari histoire ariko iyo témoignage yawe ndayemera.
Dodo sha yambiii, je te souviens à l'ETS kamenge! Uko nyene uri niko warumezee, inkerebutsi kwakundi, agasura kwakundi, agatima kera kwakundi, ubwenge vrt ni Dodo. Courage sha ndakwemera urashoboye. Terimberee Shop yawe tuzoshoppinga. Turanezerewe kukubona abo twabanye muri cacumba hafi ya manala, na Lambert😅😅 ....
En France, ça passe dans la durée mais USA, wo pfA
@stansiyomana12393 ай бұрын
@elt. 1. Ivyo ni ukuri. Nka jewe aho nashikira Chapel Hill, North Carolina (nje mvuye Tanzania) muri 1982, c'etait une petite ville universitaire, nta services sociaux zari zihari zari kumfasha kandi ndi umunyamahanga. Hari abanyafirika nka 15 sur les 25 mille etudiants, vyantwaye nk'imyaka ine-itanu kugira ngo mbonane n'umurundi (ko nari impunzi sinari kubaza ambassade y'Uburundi ya Washington ngo imbwire aho abandi barundi barungitswe na Reta bari). Mugabo aho niga Moscou (1971-1977) nari umunyeshuri yarungitswe na Reta y'Uburundi. 2. Iki kiganiro nagishimye kuko uyu Dorine arafise courage. 3. Ejo bundi naratangaye kumva umuntu yazungurutse aca muri Amerique latine kugirango ashike muri Amerika avuga ko son peuple ifitaniye amasezerano n'imana ko bazoshika muri America (imbere yokuja kubohora igihugu cabo). kzbin.info/www/bejne/jqDIgZWandWfiqc news.gallup.com/poll/611135/immigration-surges-top-important-problem-list.aspx
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@BeatriceNkurunziza-l9b3 ай бұрын
❤❤ from Yukon
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤
@gustavenizigama-tw1ud2 ай бұрын
Courage sister
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Goldy-cl1rq4 ай бұрын
❤️❤️❤️ Ikiganiro ciza cane
@balancedlifetv2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@armelvictor37463 ай бұрын
Thank you for your channel kabsa this story is amazing. And we went through almost the same thing but mba muri US. Ariko we really appreciate you. God bless y’all