Témoignage de Sylvestre Ntibantunganya / Veuf des massacres de 1993

  Рет қаралды 50,972

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Témoignage du Président Sylvestre Ntibantunganya / Veuf des massacres de 1993
Ayo Nabonye / Président Sylvestre Ntibantunganya / Yapfakajwe n’ubwicanyi bwo 1993
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur KZbin : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancetele
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance

Пікірлер: 39
@dieudonnemanzambi7177
@dieudonnemanzambi7177 4 жыл бұрын
Monsieur le Président, j'admire votre grandeur d'âme et votre patriotisme, puisse Dieu susciter des visionnaires comme vous au Burundi
@DominiqueBarengayabo-gz1ym
@DominiqueBarengayabo-gz1ym Жыл бұрын
Mutama imana izoguhe iherezo ryiza k,uwo mutima w,ikigongwe ufise,uwagupfakaje nawe,imana izomubabarire.
@martinhabimana
@martinhabimana 3 жыл бұрын
Ico nobwira abarundi nu bose bagira kubabarirana kuko yaba ari abatutsi barishe abahutu, abahutu nabo barishe abatutsi, rero icoba ciza nuko hoba kubabarirana bose bakabana mu mahoro. Mutama Ntibantunganya ndagushimiye cane kuko wamaze kugira ikigongwe n’abana uzoje urabigisha ntibaze bagire umutima wo kwihorera ntaco bimaze. Jewe narakurikiranye témoignage ya Emmanuel Ndereyimana numva ndamukunze cane. Yaravuzs ingene bishishe umuvyeyi wiwe muri 1972 ariko aravuga ati “none ko hari abatutsi twabana kandi mbona bari mu buzima bugoye nkatwe twese nigute notekereza kwica umututsi wese ngo banyiciue umuvyeyi kandi ubwicanyi bwarakozwe na groupe ntoyi cane y’abatutsi itarakizwe n’abatutsi bose”? Bavukanyi mwese abarundi n’abanyarwanda tumenye neza ko abahutu bose atari abicanyi kandi n’abatutsi bose atari abicanyi tureka kumena amarose y’inzirikarengane ngo turiko turihorera. Tugira umutima wo kubabarira inzigo zishire dukire mu mitima yacu nkuko umutama President Ntibantunganya ahejeje kutubarira nibwo ibihugu vyacu bizogira amahoro. Murakoze Uhoraho Imana yacu idufashe cane🙏
@clauclaulolo7481
@clauclaulolo7481 4 жыл бұрын
Ooooooh warahuritse wa mugabo we NTIBANTUNGANYA S. , vraiment! Abarundi mwese namwe mwarahuritse cyane rwose , murarenganywa ,muterwa agahinda , muricwa..., gusa ndabihanganishije cyane !
@evlynedede736
@evlynedede736 4 жыл бұрын
Nukuri urumushingantahe hamwe abandi bahutu naba tutsi bokwiyumvira nkawe twoba turonse amahoro muburundi
@cheillaingabire9846
@cheillaingabire9846 Ай бұрын
Uwo mwana jewe😢
@nkunzimanadonatien7050
@nkunzimanadonatien7050 10 ай бұрын
Buyoya
@Sirila18
@Sirila18 4 жыл бұрын
Pole saana mutama. Burya ivyabaye kuri Ndadaye nivyo bituma abarundi batagitora umugambwe utagira igisirikare. Akenshi abanye politike ntavyo mumenya mugabo mu Burundi hari abagize ubuhizi gutembagaza ubutegetsi kuko baba bitwaje igisirikare gikomeye.
@philemonhakizimana5848
@philemonhakizimana5848 3 жыл бұрын
Igisirikare cacu citwa FDNB ntamugambwe urimwo ! Bigenze uko ubivuze ho ntabishasha tuzoba twarashitseko.
@eric7321
@eric7321 4 жыл бұрын
Ikibabaje nuko nubu abarundi badasiba guhekurwa.abarundi mufise inzigo mbi
@gatonimugisha6411
@gatonimugisha6411 4 жыл бұрын
Ihorere Burundi ! Ntibizongera kandi
@mutamapaul7117
@mutamapaul7117 4 жыл бұрын
Warabonye menshi nyakubahwa muburundi no mubarundi inyigisho yawe irakenewe cane muri twebge urakoze cane umana ikuzigame
@ruzenzafamily5186
@ruzenzafamily5186 4 жыл бұрын
Les générations futures n'ont pas besoin des gens qui déforment l'histoire du Burundi. L'histoire on ne l'efface pas mais on cherche à ce qu'elle ne se répète pas. Je félicite Monsieur Ntibantunganya Sylvestre qui donne ce témoignage sans animosité. Ceux qui s'agitent ne sont nécessairement ceux qui ont ont subi des atrocités de très près . En kirundi on dit :Havuga uwo bubezezwe... .
@elisabethseck7759
@elisabethseck7759 4 жыл бұрын
Quelle générosité d'âme !!! Mr NTIBANTUNGANYA Sylvestre ainsi que vos proches, soyez bénis par Dieu, AMEN!!!
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 жыл бұрын
baramenje kwica umumama ari mubibondo, ihangane mushinganta
@jeanclaudendikumana2380
@jeanclaudendikumana2380 4 жыл бұрын
Condoléances mon Président
@ruginaolympe5587
@ruginaolympe5587 4 жыл бұрын
Ni ryari mwigeze mubona umwicanyi aruhuka ku mutima ngo nuko yagiriwe imbabazi nuwo yiciye?Ntiduhendane .
@kalyka4107
@kalyka4107 3 жыл бұрын
Haruhuka uwatanze ikigongwe ndavye experience yabantu benshi...
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 6 ай бұрын
Warishe urabibona? Tubwire yishe bangahe?
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 4 жыл бұрын
Pole
@dorismugisha9859
@dorismugisha9859 4 жыл бұрын
Pole sana satani nimubi niwe yazanye ubwicanyi
@dorismugisha9859
@dorismugisha9859 4 жыл бұрын
Abahutu sibose babi nabatutsi si Bose babi haracariho abantu bumutima
@lambertngendabanyikwa358
@lambertngendabanyikwa358 4 жыл бұрын
Merci du témoignage monsieur le Président
@sibomanagideon7416
@sibomanagideon7416 3 жыл бұрын
Massacrer une maman , qui avait un bebe' de 3 mois !!! Il faut vrema etre une monstre pour faire cela.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 6 ай бұрын
Massacrer: on le dit quand on tue en masse( groupe) Une seule personne : ce n':est massacrer.
@dieudonnemanzambi7177
@dieudonnemanzambi7177 4 жыл бұрын
Une cruauté brutale ! Des actes d'iniquité qui placent une malédiction sur ceux qui les commettent et leur descendance.
@yeseyareb1094
@yeseyareb1094 4 жыл бұрын
Ikarusi ho
@hellotheteaishot2589
@hellotheteaishot2589 4 жыл бұрын
Mana
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
Vrai lideur 🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️
@radioumucyorwanda2160
@radioumucyorwanda2160 4 жыл бұрын
Uyu mugabo ni naïf cyane bikabije! Yiciwe umugore bamwicira inshuti n'abavandimwe ariko nta n'ubwo asaba justice kuri abo bantu bamwiciye, inguvu ze zose yazishyize mu kurwanya Nkurunziza afatanyije n'abamwiciye umugore we!! Il est vraiment masochiste!!! rien à faire!! yanaririrye urupfu rwa Bikomagu!!! Heureusement ko CNDD FDD yabayeho sinon aba bagabo bo muri Frodebu nta byabo!
@mukamusoniliberata4065
@mukamusoniliberata4065 4 жыл бұрын
Buriya rero, hari ikintu gikomeye, kitwa kubabarira, iyo wababariye abakwiciye, biraruhura, bikaguha indishyi z akababaro zitagira aho zihuriye niz ubucamanza bwabantu!
@radioumucyorwanda2160
@radioumucyorwanda2160 4 жыл бұрын
@@mukamusoniliberata4065 uha ute imbabazi umuntu utazigusabye? Ni iki kikubwirako uwakwiciye atagifite umugambi wo kongera kukugirira nabi? Ngo iyo ubabariye uraruhuka? Ibyo ni mwe mwenyine mubitekereza Aba bicanyi b'abatutsi ntabwo ibyo babikozwa!! None ni kuki yarwanyije Nkurunziza kandi ntacyo yamutwaye akababarira abamwiciye?? il ne faut pas avoir un pacifisme béat.... yo kubabarira uwubonetse wese... la justice d'abord!!
@jeanclaudendikumana2380
@jeanclaudendikumana2380 4 жыл бұрын
BURYA AGAKECURU IYO GAHISHIJE NTIKABURA ABUZUKURU.. ww ushobora kuba ukunda Cndd FDD utazi niyo yavuy. Iyo uza kuba ubizi ntiwari kuvuga ayo majambo apfuy
@theogenenshimirimana7267
@theogenenshimirimana7267 3 жыл бұрын
@@jeanclaudendikumana2380 CNDD FDD turazi iyo yavuye shaa
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 4 жыл бұрын
N'igiki cemeza KO uri umuhutu?
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 4 жыл бұрын
@@claudinendayikengurukiye84 ha ishwi dawe
@qc5clickclick558
@qc5clickclick558 4 жыл бұрын
Uwishe nahanwe n'amategeko,ukwica nikubi.
Témoignage de Me Fabien Segatwa / Rescapé des massacres de 1972
1:04:37
Tele Renaissance
Рет қаралды 35 М.
Témoignage de Dr Alphonse Rugambarara / Son père est rescapé de 1993
42:10
Офицер, я всё объясню
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 6 МЛН
Which One Is The Best - From Small To Giant #katebrush #shorts
00:17
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 44 МЛН
6 octobre 2024
9:56
ATLANTIQUE WEB TV BENIN
Рет қаралды 1
Mai 1994. Président Sylvestre Ntibantunganya.
1:29:34
Burundi Archives
Рет қаралды 17 М.
Témoignage de Félix Niyonkuru / Rescapé de Kibimba
39:06
Tele Renaissance
Рет қаралды 72 М.
Témoignage de Thierry Mako / Rescapé de 1993
1:17:02
Tele Renaissance
Рет қаралды 14 М.
Témoignage sur l’attaque au petit séminaire de Buta (1997)
48:10
Tele Renaissance
Рет қаралды 29 М.
Témoignage de Serge Ndayishimiye / Rescapé de 1993
43:15
Tele Renaissance
Рет қаралды 15 М.
Dimbokro, un massacre colonial oublié
24:58
Alain Foka Officiel
Рет қаралды 77 М.
Офицер, я всё объясню
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 6 МЛН