Kubusanzw Hariho impano nivy bita kwiyumvamw umuzik.reo olegue ntampan yumuzik afis.ic nomusab narab ageragez munkwavu basi yorore arabek har icovamw🎉🎉
@kelvinoisos9 ай бұрын
@@AhishakiyeJoselyne-ir4sx ur umugesera uragapfa🤔😎
@lilpblackofficial99509 ай бұрын
Kowavuyeyo niwirambire💔♥️❤️🇧🇮🇿🇲🤟🤞🙏
@Elemento-dn8wj9 ай бұрын
Gael ivyo bintu vyo kuja urabeshera FIZZO ngo yavuze ko ari Legend kubera yaririmvye i buraya yabibwiye wewe??? Aho uba ushaka kuvuga ko baca bangana nawe canke?? Bubaye ubugira kabiri numva uvuga ivyo bintu c pas bn
😂😂😂😂😂😂umugab na gasho baragendana😂😂ngo kuryam 14h ukavyuk 14h15 urantwengej😂
@kelvinoisos9 ай бұрын
Olg je ndakund bt zaw kuer Gusa kuer ww ivyimizik birakuruhish Sana, bara kubonera Sana vrt wihangane
@iradukundajonathan47149 ай бұрын
Ndakwera bro❤❤❤❤
@fleuryb87069 ай бұрын
Iyo caméra ninkazimwe zaba sabin,manibou,chita....ndemeye peee Iryo niterambere kuri TV on Line nkesera
@glorianikiza39409 ай бұрын
Wambaye bien
@nakinteje71729 ай бұрын
Songa mber
@aliceniyukuri8719 ай бұрын
Sja olegue warazize ubusa vrema
@beatricenduwimana55679 ай бұрын
Naj kudandaza indagara azikorey kugateb, nivyo biberany
@ErickMpole-ms2nj9 ай бұрын
Uromog'unywa niryo rwa kwonony none nkirya nindirimbo wasohoye?urekany na video ariko nta content wanditse, music si iyaw kuk uter'usubir'inyuma ngo#ntaruhusha# ahubwo urumogi wob'unywa winyegej wibuk neza ko utaruhush'urufitiye
@lilpblackofficial99509 ай бұрын
Ww warukwiy kuza uraryama kare nn nkivyo uvuz ubivuz uvyutse cank uryamy?
@FideliteHabonimana9 ай бұрын
Kora rwawe harivyo yakubwiye urabe mbega wabonye abayiravye ukobangana kuyigaya🤣🤣🤣