Pasteur MBAYAHAGA ubuho arambaye urwaga, ngo yopfuma abizira hako atamuvuga

  Рет қаралды 22,700

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

Пікірлер: 37
@kwizeranadine3992
@kwizeranadine3992 2 жыл бұрын
Vyukuri abantu Imana yahamagariye kuvuga ubutumwa bwiza butabara ubwoko bwayo,urimwo turashimiy Kristu n'a Mpwemu wiwe yakuturungitsemwo. Ndashimy,ndafashwa mpererey Zambia. Ishimwe k'UHORAHO
@josephinendikuriyo2118
@josephinendikuriyo2118 Жыл бұрын
Amen. IMANA Iguhezagire cane Ikongere amavuta.
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
Imana niyikwiy kubona ibikogwa urigukorer ubwoko bwayo muhezagigw🙏🙏🙏
@succes9063
@succes9063 2 жыл бұрын
Amen amen🙏🙏🙏🙏
@emmanuelbitangimana7365
@emmanuelbitangimana7365 Жыл бұрын
Ingozi uzoze turakwipfuza kukubona ndetse ugende uduhaye Ubutumwa murakoze
@JosueIGIRANEZA-wi4ig
@JosueIGIRANEZA-wi4ig Жыл бұрын
Uhezagirw cn Pr.Imana ishshikare kukumenyesha vyinshi
@oscarkabura7747
@oscarkabura7747 2 жыл бұрын
ndakunda ukuntu mwigisha Imana ibahe kuramba kugira mushishikare mutwigisha mwigisha n'abandi
@dannyciza5139
@dannyciza5139 2 жыл бұрын
Imana idutabare ameeen
@elisa3242
@elisa3242 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Pasteur nukuri saze natweze peee gusa lmana iguhe umugisha 🤣🤣🤣
@apollinairemasumbuko2
@apollinairemasumbuko2 2 жыл бұрын
Uragahezagigwa mukozi wimana
@eliassabushimike8935
@eliassabushimike8935 Жыл бұрын
Amen
@richardninganza2265
@richardninganza2265 2 жыл бұрын
Imana iri kumwe namwe
@BIZIMANADéo-z2c
@BIZIMANADéo-z2c 5 ай бұрын
Amen
@herveiratunga3656
@herveiratunga3656 16 күн бұрын
Amen
@bintunimanayves3814
@bintunimanayves3814 Жыл бұрын
Urakoze cyan
@elisa3242
@elisa3242 2 жыл бұрын
Shalom Shalom vyiza mwodukorera group
@isarotv6229
@isarotv6229 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire Mukozi w'Imana, Uravuga ubutumwa bwa Yesu neza
@sethngolo6558
@sethngolo6558 2 жыл бұрын
Amen, Imana ishimwe cane uyu mukozi w' Imana uwoba afise inimero yiwe yoyindonsa murakoze?
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 2 жыл бұрын
Nkunda umugabo yigisha ijambo nya jambo ukuri nya kuri. Hezagirwa mukozi w'Imana.
@irakozechimene656
@irakozechimene656 2 жыл бұрын
Jew nunv Urik Urigishaa Ubutumwa Bwiza Ham ng Uvuga Abantu Non kub Urik Urigisha k bantu Erg N Example utang k bantu . Imana Iguh Umugishaa Banka Ukuri kandi Ukuri Kuzoduha Kw Idegenvyaa.
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen Amen Mana yancu urimw'ijuru habwicubahiro 🙌🙏
@kanezafannyyadav6340
@kanezafannyyadav6340 2 жыл бұрын
Ndafashijwe Imana mushoboravyose ikomeze mumurimwo wayo murimwo
@chellaniyinshoboza9146
@chellaniyinshoboza9146 2 жыл бұрын
Amen Amen mukozi w'Imana uvuga ukuri bensh batinya kuvuga mukomere cane abari n'amatwi yumva nibumve
@juniordouble3721
@juniordouble3721 2 жыл бұрын
Bivuge bavyumve baduduke, imana iguhezagire mukozi wimana
@mireillemanirakiza6398
@mireillemanirakiza6398 2 жыл бұрын
Yesu ashimwe cane Pasteur. Warasizwe amavuta. Amen
@بوتياننن
@بوتياننن 2 жыл бұрын
Watubwira nuko tutumva imana itubabarire
@بوتياننن
@بوتياننن 2 жыл бұрын
Urakoze Papa imana iguhezagire
@apollinairemasumbuko2
@apollinairemasumbuko2 2 жыл бұрын
Nashimwe yesu
@jimmymanirakiza5525
@jimmymanirakiza5525 2 жыл бұрын
Amen
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 2 жыл бұрын
Amen Amen
@samsonmuragizi4701
@samsonmuragizi4701 2 жыл бұрын
Amen 🙌🙏
@berchimasniyungeko263
@berchimasniyungeko263 2 жыл бұрын
Bivuge bavyumve
@samuelnduwimana3980
@samuelnduwimana3980 2 жыл бұрын
Wavuga nukubwira batumva
@hakizimanaegide494
@hakizimanaegide494 2 жыл бұрын
Ukuri kurababaza abavyank nibamw bama bien pfuza ko babigisha ibinyoma
@hakizimanaegide494
@hakizimanaegide494 2 жыл бұрын
Bandanya utubwira mutama twebw
UBUTUMWA BW' UKURI ARIKO KURIMWO AKAGAYE K'IMANA.
52:53
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 16 М.
Thème : AHO WARIRIYE UHARIRIMBIRE
43:37
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 11 М.
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 2,9 МЛН
How do Cats Eat Watermelon? 🍉
00:21
One More
Рет қаралды 11 МЛН
哈莉奎因怎么变骷髅了#小丑 #shorts
00:19
好人小丑
Рет қаралды 55 МЛН
Bike Vs Tricycle Fast Challenge
00:43
Russo
Рет қаралды 104 МЛН
NIMUHUMURE ABANTU SIBOMANA
40:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 47 М.
Umukenyezi w'ubwenge yokwifata gute?
24:21
Evangeliste Alice Manisha-Official
Рет қаралды 516
NTIHAKOMERA UMUNTU HAKOMERA IGIHE
52:53
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 46 М.
UGUSENGA BIRAFASHA MW'ITERAMBERE RY'IGIHUGU IGICE CA KABIRI
1:01:27
UBWERUZI N'INGARUKA ZABWO
1:09:09
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 100 М.
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 2,9 МЛН