Ngo abasirikare b' abarundi muhagaze neza!!???? Kuva ryari se di!!?? Dore dore dore iryo vuzi vuzi ryanyu niryo muzira!! Cyibaye waruzi igitigiri cy' imirambo y'abarundi iri hariya babuze nuko bahamba, ikaba iri kuribwa n' inkongoro. Gusa Uzi gushinyagura!!
@dimitrov-niba84e18 күн бұрын
Nubwo abarundi bose bariyo bopfa bagashira, ntibopfa banganye na RDF imaze kugwayo guhera 1997-2024. Ikindi nuko impamvu zituma abarundi bari muri Congo, ninaco gitumye abanyarwanda babayo rero ntimwongere kuvuga ngw'abarundi barapfa, uwudapfa ubundi ninde?? 🤣😅🤣😅 Uzi benewacu babasirikare twabuze guhera 1997 kuri Buyoya bari baragiy muri sud kivu gufasha AFDL??? 🤣😂🤣😅🤣😂🤣 Ibi biramenyerewe
@harmotvmalawi457727 күн бұрын
ARIKO UPINGA GUTE GERENERAL PEREZIDA URAHO URI INGURUBE YASAMYE GUSA
@user-ry5pm9ni1b27 күн бұрын
General wahe? Wimbonerakure na fdlr apana abarundi twese
@ukuriijambo941815 күн бұрын
Izina niryo muntu uri gasuku kweri,shobuja ati urigipurizo ni kweri,rata mwarigorewe,ibi vaccin vya covid vyarangirije ubwonko bwawe,ariko ubundi nimba atari ibanga,bakujomvye bingahe,sha je ndakeka vyoba ari icumi.Yoooo rata ingene vyakivyimbije!!!! Kumbe vya bi vaccin vya covid vyica nabi.Aha ntakundi vyamaze gutusha cerveau,niryo mpamvu kivuga ibishegu.PRESIDA WACU NDAYISHIMIYE EVARISTE OYE!!! BURUNDI OYEEEE,RDC OYEEE,TANZANIYA OYEEE,AFRIQUE DU SUD OYEEE,A BAS GASUKU ET SES BOSSES