Рет қаралды 2,748
#Burundi Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye asaba urwaruka gutahura ko rufise ubutumwa (mission) Imana yabahaye kurangura kw'isi. Vyongeye aruhanura kuzoba indongozi nziza zitanyonora amatungo y'igihugu kuko ngo "indongozi iyonora ikwega umuvumo ku gihugu".