Raba ingene UMUKURU W'IGIHUGU yinjiye icese INZU zigitangaza//BURUNDI busumvye DUBAI noneho//Ivyiza

  Рет қаралды 66,332

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Жыл бұрын

Raba ingene UMUKURU W'IGIHUGU yinjiye icese INZU zigitangaza//BURUNDI busumvye DUBAI noneho//Ivyiza
‪@NtareRushatsiHouseTV‬ #visit #burundi #diaspora

Пікірлер: 147
@ElogeKeilon257
@ElogeKeilon257 Жыл бұрын
🇧🇮abakunda uburundi🇧🇮🇧🇮 mugire j'aime
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Yesu urumwizigigwa ndasengeye cane Fablice umurinde cane umuhozeho ijisho uzobukoze ndagusavye nizeye uburinzi budasanzwe Amen &Amen
@ngundachris7598
@ngundachris7598 Жыл бұрын
Ntibiherere ngaho,bandanya ikivi mugihugu hose. Proud to be Burundian 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@trupha6182
@trupha6182 Жыл бұрын
Ndabona gahunda srukujya tuza gutemberera Bujumbura kbisa. From Kigali
@celestinmaniratunga7815
@celestinmaniratunga7815 Жыл бұрын
Turabakeje gose na caane cane Imana yoyo yatume bikunda , Umuvukanyi Fabrice yiyumviriye icociyumviro tugakengurukira Se Barundi kizigenza wacu yafashije kugira bikunde umugambi mwiza ujemungiro ,Tugaterintege Umushikiranganji winyubako akomeze gutyo amabarabara menshi akogwe kandi n'uburaro bwiza burwizwe nkuko babitwemereye. Nivyo tunyotewe n'ukuri Iterambere rirama.❤
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Жыл бұрын
I really congratulate fablice for his achievement and I encourage him to do more like this ❤❤❤❤❤
@fridauwumugisha5441
@fridauwumugisha5441 Жыл бұрын
Mbega umuntu ashaka number wuwomushinga canke iyo campany yubaka amazu yoyikurahe??
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
Président vraiment arashigikira iterambere aranyotewe kubona uburundi hejuru
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Vraiment ahohantu Naha bien sn wallah vraiment uBurundi 🇧🇮🤎❣️ Nibwiza CN 🤎🤎🤎🤎❣️❣️❣️❣️
@zackalpha9766
@zackalpha9766 Жыл бұрын
Igihugu kigirwa ciza na bene co! Umutekano number one , ntimuve ku mavi imbere y’Uhoraho azabaha byose kuko murabikwiye. Salutations from a friend 🇨🇦
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia Жыл бұрын
Courage canee fabrice. uburundi nigihug ciza cane Twebwe abarundi nabarundikazi nitwe tuzotuma uburundi bubabwiza canee kurusha 👊
@elienkunzimana2477
@elienkunzimana2477 Жыл бұрын
Beside,we need another ingeneer to promote the sector of agriculture,so things will be more better.
@cah-bin406
@cah-bin406 Жыл бұрын
Well done brother 👏 Imana ikongere inguvu ubandanyuja imbere. Proud of you! from Melbourne Australia🇦🇺.
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🤜,new Burundi 🇧🇮,komera @Fabrice ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@user-mc4tx2ym6v
@user-mc4tx2ym6v Жыл бұрын
Nibyiz can Ark Bavyeyi Mwemugifise Amahera muze muribuka Abashonje 😭😭😭
@AssinaMsafiri-ud5so
@AssinaMsafiri-ud5so 11 ай бұрын
Kweli kabisa🥲🥲
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Ariko rero just Gael ndamukunda sn iyo Ariko Ari presanta urumva avuga afise akanwemwe kenshi my bro just Gael Jew ndakwemera sn bro
@hm3190
@hm3190 Жыл бұрын
Aba Diaspora 🇧🇮 baguma biyumvira iterambere y igihugu cabavyaye Imana ibaduhezagirire
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
Ndasavye numéro ya Fabrice muzoba mukoze je mfise umugambi wokubaka muburundi ariko mfise ubwoba kontazobishobora kubera abasuma
@donnar3790
@donnar3790 Жыл бұрын
Fablice is a truly blessing and inspiration for our country, I appreciate you
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh Жыл бұрын
Kuzindi mpwemu zidasazwe congratulations
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Жыл бұрын
Good job my brother 🙏🙏🙏🙏 Ubu nukubaka 100 ,igisagara ugihindure Kuzindi mpwemu zidasanzwe
@triplesixtc
@triplesixtc Жыл бұрын
I love my country so much 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Burundi bwiza Burundi Au couer du Monde grand mrc mon amie
@AssinaMsafiri-ud5so
@AssinaMsafiri-ud5so 11 ай бұрын
Mmh
@haulafofo
@haulafofo Жыл бұрын
❤❤🎉Courage Fabruce Imana igukomeze kandi iguhe ivyo wi pfuza hano kw’isi no mugihe utazoba ukiri mw’isi uzobone umuco w’Imana 🤲🏼🎁💐
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 Жыл бұрын
I cannot Explain How Much I love this Man Fabrice Courageous Brother
@Twige
@Twige Жыл бұрын
Ni ivy'akaroruhore 🎉 Twikeze cane nk'Abarundi turashoboye cane! Fabrice akomeze atubere akarorero. Biraboneka ko habaye inzitizi mw'irangurwa ry'uno mugambi ariko yarashishikaye awushikana ku mugaragaro. Murakoze cane kudushikiriza kino kiganiro 😊
@burundi_bdi
@burundi_bdi Жыл бұрын
Cane gose !! Turakunda ❤ Burundi bwacu🇧🇮
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Mana yacu tugushimiye intambwe ugejeje ku Burundi ndakwinginze Mana uyuMwana Fabric umutuzigamire cane
@fideskaneza7947
@fideskaneza7947 Жыл бұрын
Magnifique. Fabrice, urakoze caaane, mugukunda U Burundi, igihugu catwibarutse. Hezagigwa
@ndayizigamiyevincent1679
@ndayizigamiyevincent1679 Жыл бұрын
Félicitations Fabrice. Courage ukore n'ibindi birushirije.
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Жыл бұрын
Burundi au coeur du monde
@mwambutsadidosofficial
@mwambutsadidosofficial Жыл бұрын
Wow, very beautiful project brother. May God bless you!
@iveskabayabaya962
@iveskabayabaya962 Жыл бұрын
Love this - congratulations brother Fablice for inspiring us that it is possible to accomplish our dreams 🫶🏽 Great news indeed 👏🏽
@WillyNsabiyumva-op8sq
@WillyNsabiyumva-op8sq Жыл бұрын
Congratulations Fabrice. You are a blessing to our Country and a source of inspiration to Many
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
Mubikore hose vraiment c,est bon
@gatekanene5753
@gatekanene5753 Жыл бұрын
Imana nigitangaza cane aho beshi na heshi mu Burundi 🇧🇮 bariko barira inzara ibintu biguma biduga buri musi ubukene ibiharage imiceri nibindi vyaduze ibeyi kugwego gwo hejuru cane kumbe hariho abariko bishimira kwubaka amazu meza batazi inzara iri mu bantu bohasi oky ni vyiz nakare ngo ntitwororanigw twese uwuhiriwe ntiyo kwibuka ko hari abariko barapfa ninzara nubukene mu gihugu Imana ikomeze kubahezagira cane
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 Жыл бұрын
Pole sana... abo baba hanze gusa boraba ico gukora kugira abantu baronke ico kurya kubeda hakora munda
@yooo667
@yooo667 Жыл бұрын
Waouh I salute 🎉❤
@vyisijean7065
@vyisijean7065 Жыл бұрын
Thanks Fabrice do more
@manirakizaidi5031
@manirakizaidi5031 Жыл бұрын
I Imana ibahe umugisha vrement mwarakoze akazi.
@kazesine8840
@kazesine8840 Жыл бұрын
Nabandi Barundi nibashore mugihu cyabo cyiza Afrika tuyubake tuyiteze imbere iyo project ni nziza cyane✌️✌️
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
Bandanya wubake uburundi please don't stop there keep going brother
@mohmoha4410
@mohmoha4410 Жыл бұрын
From ntare ngore 😘😙ndakunda nyenichubahiro chachu ukuntu yitayeho abanyagihugu imana iguhekuramba ameen
@user-ch4pm4vx5t
@user-ch4pm4vx5t 6 ай бұрын
Mimi ni mzaliwa wa burundi raia wa tanzania nimefurahi sana maana ni hatua kubwa sana endeleeni kulijenga taifa letu pia mungu awe siraha yenu katika majukumu yenu
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 3 ай бұрын
Naville muyubak ihindik nkiburayi nzmazu yubudandaji meza❤❤
@kaburaannemarie2878
@kaburaannemarie2878 Жыл бұрын
IMANA ibakomereze amaboko yanyu kurivyobikorwa vyiza. U Burundi bwacu bube akororero muri Afrika.
@RichardNAHAYO-kr6bc
@RichardNAHAYO-kr6bc Жыл бұрын
Ngomba num za Fabrice Juste Gaëlle
@JanvierKafunya
@JanvierKafunya Жыл бұрын
Wow Fablice congratulations man. Love from Melbourne 🇦🇺
@hollanddutch-day
@hollanddutch-day Жыл бұрын
Great interview
@johnsong620
@johnsong620 Жыл бұрын
Burundi on his way up!
@ky_canny
@ky_canny Жыл бұрын
Fablice hejuru cane👏👏👏👏💥
@orlankevyirambona4720
@orlankevyirambona4720 Жыл бұрын
Fabliceeee , Imana Ibahezagiree ibingerereze ingunvu hama habandanye haboneka abandi nkawe igihugu co hagurukaaa
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Жыл бұрын
Ibintu n'impwemu kabisa tres fort
@TSW321
@TSW321 Жыл бұрын
Uburundi bwigeze guseka u Rwanda ubwo rwubakaga imiturirwa kandi inzara imereye nabi abaturage. Ndizera ko batari gukora ibyo baboze banenga rpf ya rupfu ngo bubake amazu abaturage bicwa n'inzara. Abasirikari n'abaturage bagomba kunga ubumwe bakirukana indaya z'abazungu ziri kubutegetsi kungufu ziba kandi zicana hagati yazo kandi zica ziba zisenyera zishonjesha kandi zikenesha abaturage b'igihugu cyazo kandi ziteza intambara mubindi bihugu kunyungu z'abakoloni b'abazungu. Nibwo génocide ikorerwa amamiliyoni y'abanyarwanda n'abanyecongo kuva 1990 kugeza ubu kunyungu z'abakoloni b'abazungu izahagarara
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
❤Fadrice ❤ congratulation my brother
@yanjetv4131
@yanjetv4131 Жыл бұрын
Imana ihezagire Aba diaspoa bakunda Uburundi
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
Komera
@user-pm4ti6ge1l
@user-pm4ti6ge1l 4 ай бұрын
Good job
@watumangaumar336
@watumangaumar336 Жыл бұрын
I miss my country Burundi!!
@StardesstarMukunzi-cj8ew
@StardesstarMukunzi-cj8ew Жыл бұрын
My burundi❤
@celestinnzoyisaba6819
@celestinnzoyisaba6819 Жыл бұрын
Cool💕💕
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 7 күн бұрын
Namazu meza cyane
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 Жыл бұрын
Biraryosh kbx ❤❤🙌🙌
@nitangaking632
@nitangaking632 Жыл бұрын
Vyiza cyane bantu bacu
@nkezimanathadee7433
@nkezimanathadee7433 Жыл бұрын
Number 1
@JeanMarieNsengiyumva-qu9vm
@JeanMarieNsengiyumva-qu9vm Жыл бұрын
Burundi tera imbere utere igomwe ibindi bihugu kw'isi
@danielingabire4616
@danielingabire4616 Жыл бұрын
Courage cane Fabrice
@enocknshimirimana4687
@enocknshimirimana4687 Жыл бұрын
Felicitation pour ce diaspora
@hakizaimmoisee9644
@hakizaimmoisee9644 Жыл бұрын
Mwite umusaza Burundi 🇧🇮🇧🇮 hejuruu
@josianenana7114
@josianenana7114 Жыл бұрын
Burundi oyeeeeee❤
@anesieniyikiza5013
@anesieniyikiza5013 Жыл бұрын
👏👏👏👏👏❤❤❤❤❤Burundi Bwacu!
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
Burundi iterambere yrasgitse ❤❤❤
@watumangaumar336
@watumangaumar336 Жыл бұрын
I want to visit Bujumbura is it possible am a murundi living in Uganda.
@pedromwenyewe1484
@pedromwenyewe1484 Жыл бұрын
Ww uracanga abantu mara ngontakigenda hanze ubu naho urikumwe naba diaspora
@trupha6182
@trupha6182 Жыл бұрын
Petit à petit l'oiseau fait son nid 😊
@ENGENIER
@ENGENIER 9 ай бұрын
kbx brother ndi umunya rwanda ariko indoto zange nugutura burundi
@yvonavry2482
@yvonavry2482 Жыл бұрын
Bubake na centre ville nziza ama magasin meza abantu bakoreramwo
@bobberge
@bobberge Жыл бұрын
Courrage bro
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 Жыл бұрын
Wubahwe Fb🇧🇮🇧🇮👍🥰
@hakizimanainnocent253
@hakizimanainnocent253 Жыл бұрын
👌👌
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️ gihugu canje
@manirakizaidi5031
@manirakizaidi5031 Жыл бұрын
Ni muduhe inemero ya telephone yields yo company.
@willynkwirikiye-1545
@willynkwirikiye-1545 Жыл бұрын
Vyiza.cane.hasaneza.cane
@elysefuraha4588
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
❤️❤️❤️
@Elshaddai2023
@Elshaddai2023 Жыл бұрын
Please ayoma étage ari amajahe?Agurwa gute?
@ezekielnsengi2480
@ezekielnsengi2480 Жыл бұрын
Ndaryohewe ku bwa Fabrice kubera igikorwa ciza akoze, mbe basha twe ba ntahotwikora muzotugenza mute ko ivyiza atawe bitobera
@luckyonek5336
@luckyonek5336 Жыл бұрын
Uburundi hoyeeeeeee
@collingrant6693
@collingrant6693 Жыл бұрын
Where is this place?
@wisemanntihebuwayo2000
@wisemanntihebuwayo2000 Жыл бұрын
💕💕💕
@annonciateniyonkuru9938
@annonciateniyonkuru9938 Жыл бұрын
Nanje niyo natunga nzobarondera munyubakire.vyiza caane
@JuniyaLadika
@JuniyaLadika 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤tulimulikenya tulabafanakomeza🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🏠🥀🌹🥀💯💯💯💯💯💯💯
@derick906
@derick906 Жыл бұрын
Umuhushuro , umukubito
@mrsheriff4118
@mrsheriff4118 Жыл бұрын
Kbx
@vickynkuba4965
@vickynkuba4965 Жыл бұрын
Dans moins de 3 minutes umaze kuvuga "kuyindi point bidasanzwe " 3 fois
@thomasndayisaba2454
@thomasndayisaba2454 Жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🇧🇮
@user-oi8ed3pz8c
@user-oi8ed3pz8c 4 ай бұрын
abanyamaku ru bomu burundi mugira ibikavyo inzu ebyiri ngo ngo bujumbura iruta dubai abarundi nigihugugikenye kwisi none murikuvugango bururutaDubai 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Ariko rero just Gael nd
@angebuntu
@angebuntu Жыл бұрын
Fabrice terujimbere. Mwoduha numéro yiwe.
@BertineMaelys-ri5ep
@BertineMaelys-ri5ep Жыл бұрын
Izo nzu zirihehe?
@DelightfulFields-wf8gt
@DelightfulFields-wf8gt 4 ай бұрын
Mukomere
@johnsong620
@johnsong620 Жыл бұрын
@WODE MAYA
@lamanene
@lamanene Жыл бұрын
😂😂 Ego niwekabisa
@jeaninenshimirimana9195
@jeaninenshimirimana9195 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮💖💖💖
@vickynkuba4965
@vickynkuba4965 Жыл бұрын
20 minutes "kuyindi point bidasanzwe " 19 fois 😅😅😅😅😅😅😅
@francinenduwimana1413
@francinenduwimana1413 Жыл бұрын
Egooooo ndemey kabisa niheza
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 Жыл бұрын
❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@giftuwiragiye7697
@giftuwiragiye7697 Жыл бұрын
Bije ku mpwemu zidasanzwe
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Arantwenza cane
39kgのガリガリが踊る絵文字ダンス/39kg boney emoji dance#dance #ダンス #にんげんっていいな
00:16
💀Skeleton Ninja🥷【にんげんっていいなチャンネル】
Рет қаралды 8 МЛН
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 34 МЛН
Iron Chin ✅ Isaih made this look too easy
00:13
Power Slap
Рет қаралды 34 МЛН
تجربة أغرب توصيلة شحن ضد القطع تماما
00:56
صدام العزي
Рет қаралды 59 МЛН
He doesn’t like illusions
0:17
V.A. show / Магика
Рет қаралды 15 МЛН