Jewe mbabazwa nabavuze ati bagomba bahindure ubutegetsi bahereye murikongo
@eliasmanirakiza9281Ай бұрын
Uko wibaza yuko usigurir abenegihug ububeshi niko nabo bapfa kwinumira mais twabahinyuye kera ko mwib igihugu nico kibitumye tub uku murubu bukene nubw utinya kubivuga ati mukarere hose birahari sauf burundi besh abadatembera
NOBE TURAGANAHE?MBEGA UBUNAHO KWIYAMAMAZA BAZOZABAVUGANGWIKI?? NDABONA TWEREKEJE MUKINOGO P
@Bensonkwalia-qg5bcАй бұрын
😢🎉😂uradambwaneza.nturushipete.bunyoni
@CeletinHakizimanaАй бұрын
Gutumute bibaho mubuzzima😂😂😂😂
@Harerimanadonatien-zs9qdАй бұрын
None biba mugihugu c'uburundi gusa?none kuri nkurunziza twashora a matek ni bitoke kugira a ma devis aboneka
@FostinNifashaАй бұрын
Mutama bandana muduhemashsh hamamwige lintu amator tutosubirakwibw twaremvy
@nsengiyumvaclaude7064Ай бұрын
Nne ganyakubahwa intambara ya Ukraine canke Iran na Israel bikora kuburundi gusa komubindi bihugu ibitoro ari ukwivomera ga nyakubahwa?erega kwemera ukavuga uko ibintu bimeze ni ubuhizi gusumba kubesha abenegihugu nk'uko umengo ni abantu tutiyumvira mwebwe abategetsi nimwebwe mufise ubwenge gusa?
@muvunyileonce646627 күн бұрын
Abo ba DD ntabwenge , wew wovuga gukoresha Gaz nta Gitoro gihari? none izoshika gute? ngo amavoka niyo azokiz abarund bose? uburofa gusa, hama Geras NDABIRABE nawe ngo nta gihugu gikenye , ngo ibitoro baranyegeje mu mazu ,