RWAGASORE N'INTWARI,Ni Ururirimbo Ruhayagiza Umuganwa Atari Umugani Rudoviko Rwagasore Louis,..

  Рет қаралды 15,606

NDIRABIKA Augustin

NDIRABIKA Augustin

3 жыл бұрын

Rwagasore N'INTWARI Intwari Murugamba yararwanye rugabo aratsinda umwansi
Ntiyigeze ahugundwa
Ntiyigeze atinyanya
Imiravyo n'Imituragaro n'imvura y'Isegenya
Akwira mu gihugu yigisha Umugambwe
Umugambwe w'Abadasigana
Ariwo UPRONA
Abansi ba Rwagasore Bari bansumire Inda
Bibabariye amaronko
Igihugu ntubabaze
Bakunzi ba Rwagasore
Bakunzi b'Umugambwe
Bitanga batiziganya ngo turonke ukwikukira

Пікірлер: 4
@christiansindayigaya9927
@christiansindayigaya9927 3 ай бұрын
@AbraMbazumutima
@AbraMbazumutima 13 күн бұрын
Ndadaye.nawe nyene.yari.intwari
@christiansindayigaya9927
@christiansindayigaya9927 3 ай бұрын
None uburundi bwotera imbere gute bwica abantu nka rwagasore
@christiansindayigaya9927
@christiansindayigaya9927 3 ай бұрын
Baratunyaze
Rwagasore =ukwikukira: Evode Ntahonankwa.wmv
4:38
Evode Ntahonankwa
Рет қаралды 35 М.
Did you believe it was real? #tiktok
00:25
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 17 МЛН
Khóa ly biệt
01:00
Đào Nguyễn Ánh - Hữu Hưng
Рет қаралды 21 МЛН
버블티로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 95 МЛН
Burundi : Bavyeyi namwe barezi (Freddy Nyembwe)
4:07
milk11honey
Рет қаралды 94 М.
Agnès Bararunyeretse yoba apfana iki n'umuganwa Rwagasore?
20:22
Urupfu rwa Rwagasore : ivyo mukwiye kumenya
7:48
Yaga Burundi
Рет қаралды 10 М.
KUMUSARABA-  Vestine & Dorcas (Official Video 2023)
7:41
MIE MUSIC
Рет қаралды 3,3 МЛН
Sagamba burundi by Léonce Ngabo
4:07
Seth Ndayisenga
Рет қаралды 109 М.
Burundi : Barakamfitiye - Gahugu kanje keza nakunze
4:31
milk11honey
Рет қаралды 181 М.
Did you believe it was real? #tiktok
00:25
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 17 МЛН