Landry Vraiment jew ndi pour Simbizi kuricokintu ca vidéo kubera uyumunsi hari umuntu ashobora kuba atumva ikirundi muga aravye vidéo agaca atahura ico indirimbo ivuze nukuvuga ngo abaririmvyi bacu bagerageze kuricokintu co gukora vidéo ihwanye na histoire y'indirimbo 🫡
Ngo show yo kuwakabiri ubwo mavumba arakwije yayibonye hh nayitegure nawe turabe 😂😂nareke kurondera kick kwa on the flooo arazi ivyarimwo aho yabuze ivyavuga
@cedrickbigirimana-ii5bg11 ай бұрын
Ivyo simbizi avuze nivyoooo vidéo nuburobe
@ndihokubwayoaudace635211 ай бұрын
None Aho bititwa comedy ga simbizi umaze kwica imbere ya camera ukavuga ko natasha utamuzi ntiwumva kwaba ari comedy? Kuko uramuzi wama wamuvuze uyumusi niho uciye umuyoberwa?
@officialsemunde813411 ай бұрын
Ubwo simbizi arakomeye ngo ntazi natacha😂😂😂!!!??
@SBWorld1711 ай бұрын
😂😂😂 uwo utamucorera nuko
@imvuraproduction99011 ай бұрын
Natacha ngo wahe
@habonimanasadick983011 ай бұрын
Noe ww Simbizi urikuvugiki no uvuga no kumutwenzi hama huzuy kokwinjira binjira kubuntu Noe ivyo B Face yateguy kwinjira nikubuntu?cank, reo rek gukomindiru hary hazinjira umu fan wukuri wank wemera tuzogend kubashigikira
@makischocho461311 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@numero32611 ай бұрын
lol😅
@AlfredBagorikunda-cv7qc11 ай бұрын
Kona mavumba wubahwe
@mutanganashowtime369911 ай бұрын
Kwasendagara turabasuhuje twebwe kgl tumezeneza
@DorineDusabe-m9g11 ай бұрын
None simbizi b face mupfa iki???kowama umuvuga nabii😢