Prophète Modeste yagarutse inyuma y’imyaka yaragiye/barantemye ukuboko kurakoroka/intahe yiwe😨🤐

  Рет қаралды 20,293

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#sirenvibestv #prophetemodeste

Пікірлер: 124
@GlorioseNduwimana-x6n
@GlorioseNduwimana-x6n 18 күн бұрын
Muhezagigwe prophète modeste jewe ivyomuvuga vyose ndabihamya mwubahwe cane 🙏
@gorethyniyonkuru4040
@gorethyniyonkuru4040 Жыл бұрын
Merci beaucoup Hosy, nashaka kugukebura iyo ufise umutumire hanyuma uriko uramubaza ibibazo hanyuma ariko arakwishura ugaca ufata telephone sivyiza biboneka nabi kuri twebwe turiko turabakurikira kandi sibwo bwambere ubikora . Urabireka kuko bibonekana nabi.
@NdikumanaErica
@NdikumanaErica Жыл бұрын
Bien dit nagikorereko naje nagire ndavyandike
@bienvenumuco1113
@bienvenumuco1113 Жыл бұрын
Abariko araraba ibibazo amubaza
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 11 ай бұрын
Abariko arasoma ibibazo yateguye kubaza umuntu kugira ntihagire ico azagusanga yibagiye.Umutahure.
@CelestinBukuru-vc4ci
@CelestinBukuru-vc4ci 10 ай бұрын
Bjrs hosy sivyiz kugum ukoresh fn mugih uri mukiganir ucumenga ntiwahay agaciro umutumire sawa muhezagirwe
@colombeirakoze1969
@colombeirakoze1969 Ай бұрын
Yooo ahubwo mugihe ayifash bazoce bamukurako camera kuko abariko ariyibutsa ndizera,mpora mbona mubindi biganiro uwukigirisha yunamye mur phone vite vite bamukurako camera
@channyndayongeje8060
@channyndayongeje8060 Жыл бұрын
Imana iguhezagire notre Prophète.Usenga mukuuuri wew warahezagiwe.nubuhanuzi bwawe nibwooo.Imana igukomereze ingabire
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Жыл бұрын
Hosy uriko uvuga ukuri Imana iraca muri bibiliya mukuvugisha umuntu ,
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 Жыл бұрын
Good job,hosy.ugume utuzanira abandi bantu benshi...baze baradushingira intahe nubwo benshi batinya.hama courage...,ukomez gutera imbere.❤❤❤
@kezakimanaspes8488
@kezakimanaspes8488 Жыл бұрын
I'm the first in siren vibes.Love❤ u Hosy
@claudinekamariza9221
@claudinekamariza9221 Жыл бұрын
Prophète Modeste Gira umugisha
@elianenigaba844
@elianenigaba844 24 күн бұрын
Ndabibonye ntevye nari kuza murico gikorane ❤
@cocochanelle258
@cocochanelle258 Жыл бұрын
C la prèmiere x ndavy iyi émission nkumva mbabaye 1)comment eck Imana Ishibora kubwira umuntu ibintu avuga hama après Igaca Ikora ibi contraire yivyo yakubwiye alors k Imana Itigera yivuguruza mwijambo ryayo ? 2)avuz ngo ntaanahamwe vyandits k Imana Ivuga muri bible kestion mbe Ijambo niki?eck ijambo s’Imana nyene muri jean chapitre 1,2et 3 havuga gute ?au commencement était la parole,et la parole était avec Dieu ,et la parole était Dieu bisigura k ntushobora gutandukanya Imana nijambo Ijambo riri muri bible n’Imana Iba Iriko Iravuga Kuko Ijambo niryo rihindura umuntu si prophétie abantu bose bahinduts bahora muvyaha cank ibindi nijambo ryaduhinduy si prophétie yaduhinduy 3)abantu bose ntibumva voix audible y’Imana sivyo umuntu wese afise uko Imana Imuvugisha hariho abumvo la voix intérieure ha Raba gira ama visions abandi des rêves abandi sa parole Kuko Imana niyo i décida Itanga ama Dons uko Ishatse la chose la plus importante nukumuntu amenya ingene Imana Imuvugisha c tout kuko uvuze uko uwutazokumva voix audible mais akumva voix intérieure urumva azocayibaza kwatar ‘Imana ?!pliz ubuvugishwa bwambere nijambo ry’Imana kuko niryo Imana yavuze k ritazovaho k ibindi vyose bizovaho bigahera mais k sa parole itazokwigera rivaho hama icanyuma mu menye k prophétie yoseee muzokumva iri contraire nico Ijambo ry’Imana rivuga izoba atariyo jew ndabaye choquée nibintu numvise hama Imana yavuze ngo mon peuple péri par manque de connaissance pas manque de prière kuko kurinosi na abantu bose barasenga nabasenga ibigirwamana barasenga n naba païens barasenga mais c’est la connaissance de sa parole qui nous rend libre pas la prière je s8 pas contre à la prière naje ndasenga mais isengesho rihagaze mwijambo niryo riri efficace que Dieu vous bénisse 🙏
@joshuan.2633
@joshuan.2633 Жыл бұрын
Uvuze ukuri ncuti, 100% true.
@VachouVachou
@VachouVachou Ай бұрын
Wanditse igitabo
@signolinegateka
@signolinegateka Ай бұрын
Uvuze ukuri caaane
@colombeirakoze1969
@colombeirakoze1969 Ай бұрын
Je n'ajoute rien,ukuri
@VachouVachou
@VachouVachou Ай бұрын
@@cocochanelle258 eeee igitabo cose umwanya wawukuye HH?
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj Жыл бұрын
Iyo emission yari ryoshe muzongere mumutumire turabakunda.❤
@gaos3828
@gaos3828 Ай бұрын
hosyy uri muri bake bazi kugirishaa ibiganiro the wayy u ask questions is so proffessional I can see experiencee over your kstions
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Number one I'm here mbandi yeux ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙏🙏
@babydtonekaneza1303
@babydtonekaneza1303 Жыл бұрын
Abanebwe ntibasoma bible,ahubwo birukira muba prophètes😢.
@benitmuhoza5957
@benitmuhoza5957 11 ай бұрын
i understood u sir
@ntagahorahojeanne-bm1rw
@ntagahorahojeanne-bm1rw Ай бұрын
Waouuuuuu girumugisha profet
@EspychousZoe
@EspychousZoe Ай бұрын
Banyiba hosy Nubuhanuzi budashingiye kw'Ijambo ry'Imana sibwo
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 Ай бұрын
Je suis catholique ni umbwa mbere numvise umukizwa prophète Apôtre yemera ko aba Catholique bemera Imana
@bercafricain
@bercafricain 11 ай бұрын
IKINTU KITWISHE MURI AFRICA HARIMO ABAKOZI BIYITIRIRA IMANA ATARIBO. NTITUNATAHURE NA KAHISE KACU USHAKA GUTAHURA VYINSHI KARIBU KURI CHAINE YCU
@MugishaevelyneKim
@MugishaevelyneKim Жыл бұрын
Kayihura N'djobeko Modeste prophète wiwacu... Upewe ulinzi Papa.
@theophilenimbesha2789
@theophilenimbesha2789 Ай бұрын
Prophetie igufasha iki?cank ifasha iki abo igana ko?
@destineeingabir1372
@destineeingabir1372 Жыл бұрын
Prophete🥳🥳🥳
@BelyseIrakoze-m8s
@BelyseIrakoze-m8s Жыл бұрын
Ndaryohewe nokubona Kandi
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 2 ай бұрын
Ubuvugishwa nyakuri butavanze n'ijambo ry'Imana
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 Ай бұрын
😮😮😮😮, nukuri, muvyitondere😢birangoye😢😢
@IrèneNiyonzima-q6e
@IrèneNiyonzima-q6e 10 ай бұрын
Prophète modeste imana ikubimbere jew ndakuzira muri holl chuch dinamique warahanuriye benshi rero imana iguhe amavuta urikuvuga ukuri
@MasaboJordy
@MasaboJordy Жыл бұрын
Merci prophet
@angekantungeko939
@angekantungeko939 Ай бұрын
Kure cane niho tukwifuza my prophet
@ERNESTNIYONGABO-x9i
@ERNESTNIYONGABO-x9i Жыл бұрын
sivyiza kubesh bro
@user-Town9ce7qk6o
@user-Town9ce7qk6o Ай бұрын
Professional profet Modeste
@ntagahorahojeanne-bm1rw
@ntagahorahojeanne-bm1rw Ай бұрын
Mbega ni le 20 de quel mois?????
@herimbarushimana9328
@herimbarushimana9328 Ай бұрын
Njobeko ndamuzi twarakuranye naho narinkuze gato. Papa wiwe yitwa kayihura Ephrem yaranyigishije mathematics 6eme primaire mu kirundo . I know the guy very well. And it's has been long.
@chanellanduwayezu9126
@chanellanduwayezu9126 Жыл бұрын
Uragaruts uhende abantu ngo u Burundi buzotsinda Cameroun? Ugaca ushirako aga code promo kawe😀😀😃😃😃😃😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
😂😂😂😂😂 ati
@Iyatwesecarla
@Iyatwesecarla Ай бұрын
Hosy my journey irakenew ubu Nukuri menye impamvu bamutemy ukuboko 🥲
@RomaiNzohabonimana
@RomaiNzohabonimana 4 ай бұрын
Jewe vrmt twasenganye igihe kirekire nubu turikumwe nta amahera ndabona utwaka nkakarorero wansegeye ndi Roi caredeh rwaye navunitse ni bakureke wew ntuja ikuzimu uri umu Prophete yavuye ku Mana murakoze nitwa NSENGiMANA Yves
@josineumarintimba5207
@josineumarintimba5207 Жыл бұрын
Yooo, abamwizeye bose yabahaye ububasha bwo gucika abana b' lmana. Utizera wese ntahimbara lmana, ukwizera nakwo kuzanwa nivyo twumva. Rero umwana w" lmana avyarwa nivyo yizeye bikamuhindura . Nruba umwana w' lmana uko , ngo wabatijwe hari naho ukora ivyo udatahura canke ukabikorewa nabavyeyi.
@kelvinoisos
@kelvinoisos Жыл бұрын
Ousy ni le20/isaha zingahe kur jard public?
@toussaintnkurunziza3670
@toussaintnkurunziza3670 11 ай бұрын
Ncuti Hosy, ahubwo ni wewe wahishuye ukuri kwayo n'abandi baharonkere iyo sagesse yawe n'ukuri Imana yagushize mu mutima, nka "Sole Living Prophet" ndakwipfurije imihezagiro yayo idasanzwe n' umuryango wawe imyaka yose murakoze ncuti
@JeanineNahimana-l6q
@JeanineNahimana-l6q Ай бұрын
Imana yokubwira ikintu igakora le contraire ? Sindavyibaza Imana iri inyuma yico yavuze kugira igishitse
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 11 ай бұрын
Profetie iri contre yico ijambo ry'Imana risanzwe rivuga siyo buba arubupfumu nitekenika naza mbaraga zokwaba salongo bo mu Rwanda barakora ibitangaza ukabibona vis a vis muga salongo we yareruye arivugirako imbaraga akoresha azihabwa nuwitwa jaja ntakintu nakimw kiriho hano kwisi ntanikizoza kirusha ububasha ijambo ryimana ivyo vyama profetie iyo bije bidahuye nijambo ryimana kuko Imana ntiyivuguruza kandi ntivuga indimi 2 ntibiba arivyo.Impano zubu profete zirabaho muga usanga zitari contraire cank ngo zivuguruze ijambo ryimana.
@cibutsojoefranck3164
@cibutsojoefranck3164 Ай бұрын
Salongo Birya avuga sivyo kuko jewe turabana Inyamata ntabwo arumurozi kuko imisi yooose bama bamwiba Impene ntazigarure irya nimitwe y'abanyarwanda
@Simvura
@Simvura Ай бұрын
Hosy😂😂😂 ngo waje i Bujumbura utevye
@hildegardebizimana5546
@hildegardebizimana5546 5 ай бұрын
Mpore mpore si bose bameze neza kubera ishari ninzigo kubera uko babona Imana igukuresha nabo atavyo bashoboye.
@itsmagic2822
@itsmagic2822 Ай бұрын
Hosy yr are btflly with the ikanzu zirenga kumavi.
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 Ай бұрын
Foolishness 😢😢😢 Birateye ahahinda kubona aho tugeze muri society Twataye akaranga kabasogokuru tuja kuvyo tutazi twigira aba specialist bavyo ! Amazina Prophete, Umukozi Apotre wimana abashumba ect …. So sad for Aftica Scams 😢😢😢
@DorineBishahu
@DorineBishahu 3 ай бұрын
Amen
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 Жыл бұрын
Kigali na Dubai hamwagiy yagarutse buja kubesha abantu azarabib amahera abatungireko😂😂😂
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
Mbe aracarumusore ga?😂
@VachouVachou
@VachouVachou Ай бұрын
​@user-ld9mg1hf2v yaraye arongoye kwa sioni😊
@ClaudetteNiyonkuru-ms3hm
@ClaudetteNiyonkuru-ms3hm Ай бұрын
Mana weee imyaka myishi prophète wacu wadusigiye irungu kabsa
@MamanChantal-h9y
@MamanChantal-h9y Ай бұрын
Umuntu yagize avesi yokiraaa ?
@B-Y-N
@B-Y-N Ай бұрын
👏👏👏
@ntagahorahojeanne-bm1rw
@ntagahorahojeanne-bm1rw Ай бұрын
Muduhe fone yiwe
@FabriceHatungimana-i6s
@FabriceHatungimana-i6s Ай бұрын
Tell me
@manasseart
@manasseart Жыл бұрын
Yiooo
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Mubitaro niho bari abambaye ivyuma😂😂
@hildegardebizimana5546
@hildegardebizimana5546 5 ай бұрын
Madame ntusubire kuja kuri telefo e uri kumwe numitumirwa, ntibiboneka neza devant le public.
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
Mon prophète wraduhevye source du nil wajanye heh😢😢😢😢😢😢😢😢
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 Жыл бұрын
Uwon jini kweli😂😂😂 sindamwemera nagato umurozi
@NtahirajaMartin
@NtahirajaMartin Жыл бұрын
Prophète yaraje nubuturasenga vendredi mw'ijoro kuva 22h gushika mugitondo
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
​@@NtahirajaMartinheh mbwra mugenzi nahoze nsengera iwe mbwra sha❤❤
@HonneteMpfumbase
@HonneteMpfumbase Жыл бұрын
@@FatemaSafi-p2v source du nil grande salle, vendredi guhera 22h gishika buce.
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
​@@HonneteMpfumbasem6
@belysenihorimbere6730
@belysenihorimbere6730 Жыл бұрын
Je suis désolée - Imana itavugiye mwijambo ryayo -yovugira hé ??? Honyene ntishobora kukuvugisha udasoma ijambo ryayo ntibibaho - ntushobora gusenga - udasoma ijambo ryayo - ivyo ariko avuga en-dehors yijambo - Imana ubwayo ninjambo
@giraubuzimabwiza9894
@giraubuzimabwiza9894 Ай бұрын
Ukuri kuzuye..Imana iravuga nomwijambo ryayo.
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 Жыл бұрын
Uyu we avuyehe ariko Mana abaranvye bazobona abarozi bos nabaroze kera ubu naba profet cank aba pasteur niho babony baronka aba clien
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana Жыл бұрын
😂😂Abantu barahinduka muta
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 Ай бұрын
Intama ntizitatana😢😢
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 Ай бұрын
Ubundi Imana iyo ikwemera ikwemeza nabantu,saint esprit akagushigikira.
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 Ай бұрын
Hosy ngwahano Sha,Akira umugabo
@NinA12587
@NinA12587 Жыл бұрын
Hosy uyu muntu Wapi aravanga ibintu.
@HabicigombaEmelyne-vl2pj
@HabicigombaEmelyne-vl2pj 20 күн бұрын
Yemwe ibi bintu jewe biranyobeye😂😂😂😂gusa Imana isigurir umuntu ubund bwobw abohusha bohusha😢😢ng Imana ntivugira mur bibiliya kwli ???sinavyemey
@EspychousZoe
@EspychousZoe Ай бұрын
Ahubwo subira kwiga ijambo ry,Imana Yosefu yarota kuko yari umutama Canke kuko atasenga? Ndumiwe koko
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@AndreNdayavurwa
@AndreNdayavurwa Ай бұрын
Ariko uzi siren ari idayimoni yumugore hasi ari isamagi
@NaftalNiyongabo-wy4me
@NaftalNiyongabo-wy4me 11 ай бұрын
None muvuze ngo le20 zukwakangahe??
@ndaruzaniyeelvis6160
@ndaruzaniyeelvis6160 8 ай бұрын
Wubahwe ark muzoduh akanimer iman ibandany ibahezagr ibongererez ubw bumeny
@jinamajody
@jinamajody Ай бұрын
Abasuma bararwira😛😛😛 Ngwasengera bandeee🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Non nagira ni yesu akiza emwe najew zoza
@BeatriceNdabirinde-us6hm
@BeatriceNdabirinde-us6hm Ай бұрын
Indoto ninzira yukuri imana ivuganiramwo nabantu bayo ishobora kuvuga nijwi ryunvikana canke igaca mundoto
@JosianeKaneza
@JosianeKaneza Ай бұрын
Njobeko: lycée kirundo
@CynthiaGAHIMBARE-m9y
@CynthiaGAHIMBARE-m9y Жыл бұрын
Ahubw nyen iyo base yayiduhereyiki?ubuvugishwa bwa mbere buri muri Bibiliya Kdi subunebwe kuvug kubuvugishwa bwa mbere buri mur Bibiliya habe nagato
@theanswer5895
@theanswer5895 Жыл бұрын
48:31😏 ibi bintu ntavyo nemeye ……
@AndreNdayavurwa
@AndreNdayavurwa Ай бұрын
None prophete bareke nabo bagende ikuzimu nukuri abantu turagoye tout ça c'est qoui
@NYABENDAPascal-s5f
@NYABENDAPascal-s5f 2 ай бұрын
Uraza usebgere mukirundo iwanyu...
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Uyu agezehe ubu
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 Жыл бұрын
Dubai
@VachouVachou
@VachouVachou Ай бұрын
Burundi
@kadino_jc
@kadino_jc Жыл бұрын
😂😂😂uyo aracabaho😅
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
Nibambwre nanje ndbaza
@ostopherengendakuriyo3668
@ostopherengendakuriyo3668 Ай бұрын
Ko aba prophète batararenza imyaka 20 babayeho mu Burundi, ni ukuvuga ko imbere yabo Imana itigeze ivuga mu Burundi? Canke amashengero atagira abaprophètes, muri yo Imana ntikivuga? Mbega Bibiriya yoba ivuga ko ingabire iruta izindi zose ari ukuba umuhanuzi?
@NkurunzizaMarierose
@NkurunzizaMarierose 24 күн бұрын
You mbega Modeste aracavuga ivyo bintu.? Wew uribukako wavuze ngo imana yaguhaye umuti wa covid? W mubeshi we!!
@FatemaSafi-p2v
@FatemaSafi-p2v Жыл бұрын
Hosy mutibarize yagye heh?
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 Жыл бұрын
Dubai
@elianenigaba844
@elianenigaba844 24 күн бұрын
Mugarukane
@jinamajody
@jinamajody Жыл бұрын
Reka tuzi n'abahanuzi bakoreshwa n'ibiheko vyabo weho utubwiyukuri ko wari umupfumu w'abakinyi. Twemezwa n'iki ko ahubwo atariwo murimo ubandanya ariko ukifuka umwambaro wa prophète? Reka ba mureka
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Жыл бұрын
😂😂😂😂harivyo avuze ntemera😂😂
@majamberemathieu3283
@majamberemathieu3283 Ай бұрын
wareretswe ku ntamba twarabibonye,wewe uri manyanga wambere ahubwo.
@ERNESTNIYONGABO-x9i
@ERNESTNIYONGABO-x9i Жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@BeatriceNdabirinde-us6hm
@BeatriceNdabirinde-us6hm Ай бұрын
Bikugoye gusobanura urayibaza ikagusobanurira
@nakinteje7172
@nakinteje7172 Жыл бұрын
Niha tari.
@mutabarukaalexis13
@mutabarukaalexis13 Жыл бұрын
Uyuwe abeshya nk inzozi kbs Ngo yazuye umuntu Hhhhhhhhhhhh Hhhhhhhh Arabivugana umutuze arj serious disi ukaba wagirango ararvuga ukuri😂😂😂 Ngo yibye batisimu😮😮😮
@kakanuma
@kakanuma Жыл бұрын
Urantwengeje😂😂😂
@giraubuzimabwiza9894
@giraubuzimabwiza9894 Ай бұрын
Kandi avuzeko yarumurozi canke umupfumu..ahubwo nibazako afise puissance diabolique. Si non aracanga ibintu.
@ntagahorahojeanne-bm1rw
@ntagahorahojeanne-bm1rw Ай бұрын
Azigaruke ncuti
@MasaboJordy
@MasaboJordy Жыл бұрын
Merci prophet
@lydianyamushika3665
@lydianyamushika3665 Жыл бұрын
Yoo lmana ifashe abakumviriza ibahe ubwenge ntibahendwe nuwo mu type yaragiwe hose yagaritse
@ntagahorahojeanne-bm1rw
@ntagahorahojeanne-bm1rw Ай бұрын
Mbega ni le 20 de quel mois?????
@ERNESTNIYONGABO-x9i
@ERNESTNIYONGABO-x9i Жыл бұрын
😂😂😂😂😂
My Daughter's Dumplings Are Filled With Coins #funny #cute #comedy
00:18
Funny daughter's daily life
Рет қаралды 30 МЛН
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 4 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 18 МЛН
My Daughter's Dumplings Are Filled With Coins #funny #cute #comedy
00:18
Funny daughter's daily life
Рет қаралды 30 МЛН