Témoignage de Dr Alphonse Rugambarara / Son père est rescapé de 1993

  Рет қаралды 21,750

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Gaëtan Rugambarara, le père de Dr Alphonse Rugambarara, a été attaqué à la machette en Octobre 1993. Ses bourreaux ont détalé, le pensant mort.
Gaëtan Rugambarara, se wa Muganga Alphonse Rugambarara, yarokotse muri Gitugutu 1993. Abamutemaguye bamusize bagira ngo yapfuye.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur KZbin : bit.ly/2MCpJNQ​​
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance​​
Notre site web : telerenaissanc...

Пікірлер: 25
@nkomejejeanpeirre6861
@nkomejejeanpeirre6861 3 жыл бұрын
Alphonse Bonjour sinarinzi ko uba mu Rwanda. Nifuza kuzabonana nawe kuko tuziranye muri Football précisément muri prince Louis nari umu défenseur wari mon entreneur. Mon Numéro 0785077377 J.Pierre
@karangwa2315
@karangwa2315 10 ай бұрын
Abantu nkaba baba bakwiye kugira inzego bayobora mugihugu...urabona ko adafite inzigo kandi azi ubwenge
@rita-martinesabu9240
@rita-martinesabu9240 3 жыл бұрын
Merci pour ce témoignage si important Alphonse. Birafasha aba jeunes kumenya ivyabaye muburundi. Warakoze kugira ivyo ushoboye vyose kuzana amahoro mugihugu cacu dukunda. Ça n'a pas été en vain... j'en suis témoin et je crois en l Authenticité de ton témoignage. Uwuzi Rugambarara Senior arashobora gushinga intahe ko yari ari umushingantahe arangwa'Ubuntu. N'iyiruhukire amahoro.
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 3 жыл бұрын
tuakeneye umuco wigituma ndadaye yishwe atwaye gusa amezi atatu , bigakwega ubwicanyi bwabatutsi
@africanqueen9452
@africanqueen9452 3 жыл бұрын
Izitohooooze neza umenye na we nyene umugambi mubi yarafise
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 3 жыл бұрын
@@africanqueen9452 umugambi mubi wamezi atatu atwaye! huuu ntituri ibijuju twese abarundi sindimwo kandi nkunda umuco jewe mbe ndababaze, ntabandi barusha ububi ndadaye babatwaranye amezi namezi! murabagira iki! mwamuhoye ubusa urya mu president ndadaye ! pappa wanje mututsi aca aramwiyorosa , sha, abarundi , muri babaya!
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo 14 күн бұрын
Le Docteur Alphonse Rugambarara yarakinye politique uko abishoboye ubu politique yarayihevye ndamukeje vraiment ubu il s'occupe de la médecine seulement bravo , ico asigaje ni kimwe gusa (rentrer dans son pays natal) akava mubuhungiro nta raison afise yomugumizayo ! En tout cas abisavye ntibobimwankira naho yigeze kuba opposant du régime en place, hariho benshi bamaze gutaha baari plus opposant que lui hanyuma akarangura akazi yigiye en privé nkuko yigeze kukarangura atarahunga son pays natal.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 жыл бұрын
Micombero ivy'ubwicanyi ntavyo yarazi kandi ariwe yabiteguye akabishira mubikorwa. Iriyibagije ivy'umwana iwabo(ibururi)
@pepeinno4002
@pepeinno4002 Жыл бұрын
Ivyo twumva nukwo abategetsi ba Frodebu vageraheje hensi nka Rutegama no mu Ruyigi nkuko abivuga Rugambarara. Noneho twumvise ko se yahawe kajugujugu iza kuzana se. None abashobora kurungika iyo ndege, babirwa kurungika indege zitwara abasoda gutabara. Mu Ruyigi, Karusi, Rutegama n'ahandi, twumva ababura ku rugamba bari abasoda naba police. Kubura kwabo nikwo kwatumye biyangara.
@pepeinno4002
@pepeinno4002 Жыл бұрын
Ibutegetsi bwari buhari bwari mu minwe y'abasoda ico bikoze nuko abasoda bigumiye mwikambi wamenga Covid yari yaramaze kuza.
@ntagwabiraaimable1107
@ntagwabiraaimable1107 3 жыл бұрын
Ariko Ubwo Abanyafrika ntidukweye kuva ibuzima tujya i bumuntu,ese koko birakwiye ko Prezida yicwa Ubwo nyine abaturage batazi nibya Prezida bakicwa cg bakica abavandimwe.
@pepeinno4002
@pepeinno4002 Жыл бұрын
I Burundi rero, mu 1993, abishe prezida ni nabo babujije abasoda n'abapolisi kuja gutabara.
@ngundachris7598
@ngundachris7598 3 жыл бұрын
Wa mutama we uradukoze mu nkovu, uti kubera akazi keza so wawe yakoze muri 72, umwicanyi micombero yaciye amusant promotion !! Ntaco uduhishe uvugishije ukuri
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
Uburundi bwaraguye mw'isanganya
@lesorsdorphir
@lesorsdorphir 3 жыл бұрын
Témoignage touchant. Heureux de retrouver la voix du jeune homme de 67 à Kanyosha.
@felicitenshimirimana8188
@felicitenshimirimana8188 3 жыл бұрын
Ville morte Nzeyimana, Rugambarara ou Rien sur la télévision. C'était très chaud. 1993 Bonne mémoire
@pepeinno4002
@pepeinno4002 Жыл бұрын
Ngo no kuvyo bakoze bonyene? Bande?
@Jojo-wj5cu
@Jojo-wj5cu 3 жыл бұрын
Merci bcp abo yasize bazakomeze uwo murage yabasigiye
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 жыл бұрын
Nta nkuba kubita umwansi,numukunzi irajaniranya.
@saddicksall6690
@saddicksall6690 2 жыл бұрын
Très touché par cette histoire de mon ami Dr Alphonse, avec qui j'ai partagé l'université et les vacances à Kolda.
@tinyathierry8363
@tinyathierry8363 3 жыл бұрын
Cher TR coupe vent yabagoye harimwo umuyaga mwinshi....
@leonmidonzi4960
@leonmidonzi4960 3 жыл бұрын
Juy6hùjj6u7yju
@Cleverenzo
@Cleverenzo 3 жыл бұрын
urakoze kibwiki kiganiro uwo mishingantahe azi vyishi kukahise muzoze muramudutumirako atubwire iyakahise ku BURUNDI we ndumva abivuga neza
@mukagihanafelicite3092
@mukagihanafelicite3092 3 жыл бұрын
Abafaransa bararenze
Bagaza : leçons d'un homme politique d'exception
6:39
Yaga Burundi
Рет қаралды 36 М.
Témoignage de Gérard Sabushimike / Rescapé de 1972
44:27
Tele Renaissance
Рет қаралды 16 М.
规则,在门里生存,出来~死亡
00:33
落魄的王子
Рет қаралды 25 МЛН
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 12 МЛН
Pourquoi est-il si difficile de parler de l'histoire du Burundi ?
8:18
Témoignage d’Omer Nzoyisaba / Orphelin de père (1993)
33:26
Tele Renaissance
Рет қаралды 18 М.
Burundi, pays de mille et une opportunités d'investissements
15:43
Agence de Développement du Burundi - ADB -
Рет қаралды 17 М.
😍 En exclusivité : Rosa Paula Iribagiza, la soeur de Rwagasore
3:56
Témoignage de Gervais Nibigira, orphelin de 1993
1:07:45
Tele Renaissance
Рет қаралды 21 М.
Témoignage de Joseph Bizimana / Orphelin de 1972.
56:41
Tele Renaissance
Рет қаралды 22 М.
Témoignage de Liliane Nindereye, rescapée de 1993
53:35
Tele Renaissance
Рет қаралды 23 М.
Témoignage de Kantungeko Serge Georges / Orphelin de père (1972)
46:45
Tele Renaissance
Рет қаралды 19 М.
Témoignage de Marguerite Barankitse / Maison Shalom (1ère partie)
32:37
规则,在门里生存,出来~死亡
00:33
落魄的王子
Рет қаралды 25 МЛН