Des larmes coulaient sur mes joues en écoutant le témoignage de cette dame (1&2). Au delà de son éloquence et sa franchise, elle est brave, franche et incroyablement positive. Je crois que beaucoup de survivants de ce qui s''est passé au Burundi devraient avoir la chance de parler librement et de se décharger du chagrin et douleur qu'ils portent dans leurs cœurs depuis des décénies.
@ndeshachacha91684 жыл бұрын
Mama mpore twese turi impfuvyi zintambara zi Burundi 🇧🇮 Imana iriho kandi irabizi ivyatubayeko ❤️❤️Courage kandi ufise umutima wewe ushobora kuvuga iyi ni thérapie ikomeye❤️🙏🏾
@schemssakimana58544 жыл бұрын
ce temoignage est tres touchant, ariko ikintu gikomeye nuko iri.muri temoignages nkeya zabarundi zidateye irangi, wumva ko harimwo ukuri. Iyaba abarundi Bose bogerageza kugira temoignages zivuga ukuri zitarimwo amarangamutima, zidakingira inyungu zaba nabariya, twoheza tukamenya ukuri nyakwo hanyuma tukirinda gusubira kugwa mu mahano nkayo twabony
@freddynzeyimana54533 жыл бұрын
Imana ni nziza yarinze umuryango wa Angelbert, ije ibandanye ibarinda muzorangize neza mudahemukiye igihugu nka Angelbert yarangije adahemutse, yarwaniye democracy barabimuziza, nta nkeka ko Angelbert yari umututsi w'umunyamahoro, akunda abantu ataravye ubwoko. Muhozi, iyi ntahe ikubere icigwa igire ico iguhinduye mu mibereho yawe.
@Egidos-ew1qe Жыл бұрын
Muhozi ntacimuhindura Kuko ahijambo Bose nkubu utirengagije abontiriwe ndavuga mwizina canke nka Rema FM ivuga ivyuruhande ruhumwe wobivugako iki canke kimwe citwa ngo ni CVR
@dieudonnemanzambi71774 жыл бұрын
Un très grand témoignage, toute notre admiration. Pour connaître vraiment un pays ,il faut écouter la voix des sans voix. Combattons le bon combat et gardons la foi en Christ.
@kamirunyinya2982 Жыл бұрын
En tout cas merci pour ce temoignage plein de sagesse . J'ai hâte de lire votre livre.
@nk.p.9503 Жыл бұрын
Merci Muhozi, ce témoignage peut libérer beaucoup de cœurs . Oh mon Dieu, panse les plaies des burundais.... !
@francineniyomunezero7024 Жыл бұрын
Très forte, Madame !
@manmahuna11604 жыл бұрын
Uyu mudamu Imana imuje imbere. Elle parle avec son coeur....
@mukarutesijulienne13183 жыл бұрын
Ma soeur,félicitation pour ton vrai témoignage kandi ndashima ko ushoboye kugera kucyo wifuje,Imana ikomeze kukurinda.
Maman Alain Uhezagirwe, mfise vyinshi twoyaga, mugabo naraje kukuraba deux, trois fois i Buvira, twaravana mais ntivyashobotse, Komera Mugezi
@andrelaurentlabonne6550 Жыл бұрын
Vous dites et je arle à þéĺé Raissance dqu"il ne s'agit pas d'un problème d'ethnies, vous le dite un peu vite toute la région des grands lacs connaît de ce problème et pas seulement le burundi ! Fermez les yeux sur ce problème permettra pas de résoudre les problème qui sont actuels. Ainsi dans tous les pays des grands lacs, 6:42 où cette femme et sa fille sont parties elles ont rencontré des problèmes de discrimination du fait de leur ethnie !
@mireillemizero13774 жыл бұрын
"Umuntu aba mubi ku giti ciwe"!!! Avuze neza cane uwo muvyeyi. Abarundi n'Abanyarwanda barakwiye kumva iyo ntahe.
@ngundachris75984 жыл бұрын
Ingene tworinka ico gutabo?
@jeanclaudendikumana23804 жыл бұрын
ndamuhojj co kimw n"abandi Bose bapfakazi bahekuw n'abari bitwa ko aribo babakingiye ndahojj kandi impfuvyi zose na cane Nelson Ndikumwami, Tika Libertas Guevara etc
@barnabebugera22343 жыл бұрын
Un témoignage vibrant , madame! Bravi bravo brava. Muhozi Innocent tu fais ton métier avec brio! Pour les efforts de réconciliation, les deux vous, vous devriez être au rendez-vous! Salut! We need people of your make for a new Reconciled Nation .
@IrakozeJauresYvan Жыл бұрын
Plus jamais ça!!
@theafricanhauler3396Ай бұрын
kw Isi nta Bantu babaho b' Ibijuju nk Abarundi 😢 uMurundi urashobora kumubwira Ibinyoma,akavyemera atabanje kuvyiyumvira ko bishoboka canke bitoshoboka😢! Ngo yishwe n Abatwa😂 Hari Umugabo nzi yaba mu Buyenzi aronka Ikiraka co gushona Ibitambara n Ama Rideaux y Ikirimba Kwa Ndadaye. Ndadaye agandaguwe, Camion yaje yuzuye Abasoda barakikuza Akazu Gato kiwe ahaba mu Buyenzi ngo baronse Amakuru ko yubakiye Kuri Blender imbere iri munsi yako kazu kiwe kabayabaye😢😢😢😢!
@Joshua-1725Ай бұрын
Ngo iBuhiga ntamwana wapfuye ? Ibi nugushinyagura Butoyi yiga he ? Siyomvo yariyishe ? Abatutsi bishe iBuhiga bariyishe ??
Madame d fer,urifura, urikimazi, Anglebert yashats itwari
@nshimirimanafabrice65674 жыл бұрын
Ibwo buhamya bwaw turabukeney CVR
@An-hs4cv4 жыл бұрын
Merci bcp
@murumbamathias96384 жыл бұрын
Toujours construire des bâtiments sur les restes humains pour celer les pistes des massacres qu'ils ont perpetrés😢😢
@fridolinntahompagaze43693 жыл бұрын
Intwari kzbin.info/www/bejne/bKS6fGybocujq6s
@MarieGorethHarerimana-u7l Жыл бұрын
Maggy nu mututsi mubi
@Joshua-1725Ай бұрын
Ibi vyuzuyemwo ububeshi
@freddynzeyimana54533 жыл бұрын
Ndipfuza kuronka ico gitabu
@karangwa2315 Жыл бұрын
uyu mugore numutagatifu peeeeee ndamukunze
@theoh.893210 ай бұрын
Arwanya CULPABILISATION COLLECTIVE
@nshimirimanafabrice65674 жыл бұрын
Inzira y'umusaraba waciyomwo iteye ubwoba
@theafricanhauler3396Ай бұрын
kw Isi nta Bantu babaho b' Ibijuju nk Abarundi 😢 uMurundi urashobora kumubwira Ibinyoma,akavyemera atabanje kuvyiyumvira ko bishoboka canke bitoshoboka😢! Ngo yishwe n Abatwa😂 Hari Umugabo nzi yaba mu Buyenzi aronka Ikiraka co gushona Ibitambara n Ama Rideaux y Ikirimba Kwa Ndadaye. Ndadaye agandaguwe, Camion yaje yuzuye Abasoda barakikuza Akazu Gato kiwe ahaba mu Buyenzi ngo baronse Amakuru ko yubakiye Kuri Blender imbere iri munsi yako kazu kiwe kabayabaye😢😢😢😢!