Témoignage de Me Fabien Segatwa / Rescapé des massacres de 1972

  Рет қаралды 34,210

Tele Renaissance

Tele Renaissance

3 жыл бұрын

Me Fabien Segatwa était étudiant à l’université du Burundi en 1972, quand les Hutus de l’université ont été emmenés par la gendarmerie et personne ne les a revus depuis.
Me Fabien Segatwa yari umunyeshure kuri kaminuza y’Uburundi mu 1972 igihe abahutu bo kuri iyo kaminuza batwarwa na gendarmerie, bakaba ata wasubiye kubabona.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur KZbin : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancetele
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance

Пікірлер: 76
@lionelntakiyiruta2240
@lionelntakiyiruta2240 7 ай бұрын
Nous la nouvelle génération, c'est très important d'écouter ces genres de témoignages
@martinhabimana
@martinhabimana 3 жыл бұрын
Impanuro zuyu mutama ni nziza kabisa. Ati abahutu barabuze n’abatutsi barabuze igikwiriye rero nuko abantu ivy’amoko bovyigizayo. Urakoze cane mutama👏👏👏
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 жыл бұрын
Imana yomwijuru ninziza yakurinze,kugira uzovuge ukuri kwivyabaye,wongere ushingire intahe zabakugiriye neza bataravye ubutandukane.
@kanimary5642
@kanimary5642 3 жыл бұрын
Harico abantu batari bazi. Iwabo wa Me Segatwa muri Commune Gahombo, nta muhutu yakoze kumututsi muri 1993. Pourtant Me Segatwa était du Frodebu. Bica bigaragara ko Me Segatwa yabigizemwo uruhara. Je peux l'affirmer sans me tromper. Bravo encore une fois Maître. Iman'ikurinde ur'umugabo 🙏
@motemajonathan8160
@motemajonathan8160 Ай бұрын
Un témoignage très émouvant. Dieu seul sait pourquoi il t a sauvé. Soit fortifié et aide les jeunes générations
@ferdinandkirura3869
@ferdinandkirura3869 3 жыл бұрын
J'apprecie tres positivement ce temoignage de Maitre Fabien SEGATWA
@havyarimanasamuel4241
@havyarimanasamuel4241 3 жыл бұрын
Birababaje ! Hari abantu banyimaze muguhorya abandi babaziza uko imana yabaremye ! Iyi temoignage inteye agahinda mumutima. Ababikoze benshi baracariho, bakwiye gusaba imbabazi igihugu bahemukiye. Ntabwoko buhorya ubundi,. Icogihe ndumva basokuru barahaboneye amakuba asa n'inzira y'umusara.
@fabienndikumugisha5228
@fabienndikumugisha5228 3 жыл бұрын
Murakoze cane Mutama Maître Fabien SEGATWA. Uri umugabo abushitse, w'imvuga kuri yuzuyemwo ubwenge, ubukerebusti n'ubwitonzi bukomeye. Ese barundi boza barabumviriza. Imana ibahezagire kur'izo mbanuro mutanze.
@jeanpierreniyonsaba6432
@jeanpierreniyonsaba6432 3 жыл бұрын
Urakoze mutama Maitre! Igihugu ca ciye muri vyinshi turagushimiye kuntererano utanze yamara uhereye mukubanza gukebura. Aho mwaciye haratweretseko agati gateretswe n'Imana kadahenurwa n'umuyaga
@africanqueen9452
@africanqueen9452 3 жыл бұрын
Très beau témoignage rempli d’amour
@Titi-uu3kz
@Titi-uu3kz 3 жыл бұрын
Birababaje cane kwicwa uzira ukowavutse .Imana ibabarire abobicanyi bohejwe na shetani
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 жыл бұрын
Biteyagahinda.igisoda cogukingiye,kikabarico cica,mungu weee.harakwiye impindukaaa.
@cresnsabi7118
@cresnsabi7118 3 жыл бұрын
Imana yugurure amaso amabategetsi Bach,umuntu nkuyu nuwo kwiyegereza ugomba kubaka igihugu... Ntashonje ntaco yogusaba muga anezerwa ariko arubaka ... Merci Me .
@ndayishimiyejmarie3071
@ndayishimiyejmarie3071 3 жыл бұрын
Mwiriwe. Ndabaramukije kandi ndipfuza ko mwondonsa ukuntu tuzovugana na nyakwubahwa Maitre Fabien SEGATWA. Harivyo nipfuza ko yodufasha mu muryango. Ndabibasavye cane muze mu mundonse. Mfise urubanza yo dufasha. OK Imana ibazigame .
@mireillekaneza4522
@mireillekaneza4522 3 жыл бұрын
Bamwe muri twebwe muri 1972 ntitwari bwanavuke. Kumvirinza iyi temoignage y uyu mu papa kuvyo yabonye canke yabayemwo kuva ico gihe birateye agahinda. Niryambere numvirije temoignage nkumva amosozi aransesekanye kuva atangura gushika aheze. Trop emouvant kubona ashishikara gutanga impanuro zerekanako abantu twari dukwiye gusangira abahutu abatutsi tukagerageza kudaha I kibanza akagwi k ababifisemwo inyungu gatuma abantu babandanya bankana urunuka. Mbega abantu kweri bazovyumva ryari? Uyu mu papa yanezereje caaaaneeee. Imana iguhezagire kubona warabonyeko atari ubwoko bwica 🙏😢
@jeanmarievianneynshimirima1079
@jeanmarievianneynshimirima1079 3 жыл бұрын
Me urakoze cane kuri iyo temoignage nziza n'impanuro ushikirije.
@felixbigirimana435
@felixbigirimana435 3 жыл бұрын
Nagiye mbona un des rares Umushingantahe wimvugakuri, Me Segatwa, imana imugirire neza, ari mu bahutu bake bakozweko namagume yashikiye abarundi bose, mugabo avuga ukuri kumuhutu n'umututsi uko yakubonye, nivyiyumviro vyubaka, adahengamiye kubwoko bwiwe. Me Segatwa he te dois respect, ubuntu burihabwa.
@felixbigirimana435
@felixbigirimana435 3 жыл бұрын
Je te dois respect , ubuntu burihabwa.
@emmanuelcahunja5285
@emmanuelcahunja5285 3 жыл бұрын
Murakoze ku mpanuro mutanze es'Abarundi twovyumva maze tukaraba imbere icoza giteza imbere Igihugu Cacu
@safarinyubaha5109
@safarinyubaha5109 3 жыл бұрын
Papa Nicole ndagukunda cane kd ndakubaha uri umuntu wumunyakuri numujyango wawe, nubwo intahe yawe indijije, Imana ihe abo bihayimana bakoze umurimo W'Imana butandukanya na sekibi, ndanezerewe ko uvuze neza umuhisi Ruhuna Imana imuhe amahoro ni ruhuko ridashira nubwo abasaya ( abahutu) aribo bamwishe Imana izomuhe ijuru nkuko urimusabiye. Muburundi hari abana b'Imana nabakorera satani, Amoko Hutu Tutsi ni purement satanique. Twese turi abana b'Imana. Peace and love
@mariefidelakanjori6124
@mariefidelakanjori6124 3 жыл бұрын
Me uvuze neza nukuri iy'aba wa bwira abumva. En fait ibintu vyacu ni problème du petit gâteau bamwe bagomba kwikwegerako.
@aimonslavolonte7660
@aimonslavolonte7660 3 жыл бұрын
Ubwoko ntibuteza imbere umuntu/ igihugu Parole importante.💓
@esperancekanyange850
@esperancekanyange850 3 жыл бұрын
Ndanezerejwe na témoignage ya maître Segatwa, nuko abwira ibipfamatwi, ariko harimwo inyigisho yotuma abarundi bava mumoko bakubaka igihugu cabo.barihoranye kandi barabuze bose .intahe ninziza cane kandi ntaho ihengamiye .urakoze mutama .
@nellykeza8656
@nellykeza8656 3 жыл бұрын
Imana yarabazigamye, nininahazwe. Mubishwe ico gihe kuri Université ni mon oncle Oswald , yari muri Lettre yarasigaje un an ngwaheze. Uyo musi ndawibuka comme si c était hier. Il nous avait dit qu il allait rejoindre sa chambre pour recuperer ses affaires , hari abasilikare imbere ya Université , bsmubaza uko yitwa Baca baraba kuko bari bafise Liste baca bamucumita ballonnette . Maman agiye kukazi bamubwira ko harabanyeshule bishe, duca tumenya ko Oswald yarimuribo kuko notre voisin qui était à l Université en même temps que lui ( Juvenal ) qui était Tutsi était rentré chez une famille où il vivait à coté de chez nous et ce jour là mon oncle Oswald n est jamais rentré , tout comme mon Papa, les deux frères ont été tué dans le même mois. Il faut pas oublier mais il faut pardonner pour avancer et vivre en paix. Cela ne veut pas dire que les coupables ne peuvent pas être juger. Merci Monsieur pour votre temoignage qui m a permi de parler mon père, mon oncle et mon frère Jerry âiné tué en 1994. Prions pour que cela n arrive plus.
@gakizaeloi8450
@gakizaeloi8450 3 жыл бұрын
Komera Mutama ushinze intahe ishoboye gushinga abarundi bake Uri imvuga kuri, kandi uri uko namye ndakuzi. Bera akarorero abandi runganwe rwawe baboze mumitima ataribo babayeho nabi mw ivyo bihe vyose wavuze Irambire mzeeeee !!!
@esperancekanyange850
@esperancekanyange850 3 жыл бұрын
Urakoze gutera ivyatsi ivyimiryango vyadutse kandi babona amoko 3 gusa aho atugejeje !ndemeye uraciye ubwenge mutama Segatwa .
@sibomanaadrien7673
@sibomanaadrien7673 3 жыл бұрын
Me urakoze cane urimubantu bakwiye gufatigwako akarorero mukugira igihugu kibone amahoro arama azira amacakubiri.
@kanimary5642
@kanimary5642 3 жыл бұрын
Bravo Maître Au moins vous reconnaissez que Feu Mgr Ruhuna et Mgr Ngoyagoye vous ont aidé pendant ces événements et que tous les Tutsi ne sont pas impliqués.
@bantusgrandslacs5889
@bantusgrandslacs5889 3 жыл бұрын
Oya Muzee wikwigira umwana , ngo ntabwo byateguwe n'Abatutsi ngo ni Abasazi utazi iyo bavuye , ni bande? n'abazungu se ? n'abahunde? n'abahinde se? Ivyo vyose vyateguwe n'Abatetetsi babatutsi knd baserukira ubwoko bw'abatutsi, kuvuga ngo aho kumutumba nta mututsi wari uzi ayo mabi , nibyo ntibari barekuriwe kubimenya bitaraba kuko si inkuru nziza bari guca bamamaza batararangiza umugambi bateguye.
@jeanpierregirukwishaka5607
@jeanpierregirukwishaka5607 7 ай бұрын
Urumugabo uvuga ukuri
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 3 жыл бұрын
caane sha caane ! naje sindamuzi ariko narakurikiranye history yiwe , iranryohera mbona kubona ko naho naje niciwe abanje ngo ndi umututsi en 1993 bishe umushingantahe abushitse , ncambona koko hari abahutu batari abakunzi binda , ngo hanyuma dufatire mukivunga mukurwanya urya canke uriye kubera ubwo tuvamwo , jewe ndi iburaya , narize kaminuza , ndi umwigisha , kubera nkora ivyonzi kandi nkunda , bayemwe , ntakibuza , barantanguranwa mukumpa akazi ! ibaze nawe mubazungu urumurundi , abazungu bakaguttanguranwa ngo uhe ubumenyi mubibondo vyabo , hooo, abazungu baraba ibiteza imbere ibihugu cabo namakori, ntibaraba amazuru , iyuva , kiretse babona ko ataco bakuronderako , aho ntavyonzi ! rero , abarundi , twige kubona ko umurundi adategerezwa gukumirwa kandi afise ico yoterera nkumuganda mugihugu kugira dutere imbere ! muze tuve ibuzimu tuje ubuntu! yemwe ! amacakubira ntaho azodushikana , kiretse igeyimone kwashetani , mumbabarire gose , ndashavuzwa namanyanga yabarundi kuko ni muhira kandi ndi umucika cumu 1993 ubunaho bariko batwara ivyabavyeyi banje bansigiye jewe umucika cumu ! simbizi , iyo reta mvyeyi , nkozo , ko izobinsubiza ! nakamuna , akamaramaza ibiriko bibera iwacu iburundi , akamuna kabisa ! jewe narumiwe ! uyo mutama naho arumuhutu nanje nkaba umututsi ni uwaseriye ! abahutu bashaka gutwara , bamwigireko hama abarundi bagabanye ubujagari!!!!!
@jeanpierreniyonsaba6432
@jeanpierreniyonsaba6432 3 жыл бұрын
Muravuze akantu gahambaye cane. Uburundi sibwo buhanzwe n'ibibazo kurusha ibindi bihugu . kubwanje iyo abarundi bokwumva kumwe ibibazo vy'igihugu cacu cohinduka Paradiso.
@ndihokubwayorashid
@ndihokubwayorashid 8 ай бұрын
ikibi cabantu bakunda kubesha.ego kuri iniversite harabayubwicanyi,ariko ntagige na kimwe cashitse ngo muri kaminuza bice abahutu kurigero rwuko hasigarumwe.abahize ico gihe,mubahutu nabatutsi batubwire
@dativetwagirimana5933
@dativetwagirimana5933 3 жыл бұрын
Hahahaaa Nyakwiberaho maitre uranezereje mu ntahe yawe! Ndatwenze uvuze ngo nariyumvira ko nd'umurundi....nibutse ko hageze igihe tukanyegeza karangamuntu zo mu kamenge. Ariko Imana yaraturinze. Amoko yose afise abantu bababaye. Umukama adukiz'imitima y'inzigo no kwikunda. Ni harambe abatabay'abandi n'ubu bakiriko kandi mu moko yose!
@dativetwagirimana5933
@dativetwagirimana5933 3 жыл бұрын
Le travail anoblie l'homme !c'est vrai.
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 3 жыл бұрын
Abatabaye abandi mu gihugu c'uburundi eka no mungwano zigenda ziba mu bindi bihugu ni benshi caaaaaane gusa kubera kenshi bene gukora ico ciza babitumwa n'umutima nama wabo ntavyo baheza ngo bagende baravugaaa kiretse uwatabawe ariwe abishinzeko intahe nkuko Me Segatwa abivuze. Jew ndazi aho nvuka abatutsi bakingiye abahutu 1972 nabahutu bakingiye abatutsi ico gihe nyene ca 1972 kk aho mvuze hapfuye bose gusa mu biringo bitandukanye. No muri genocide yakorewe abatutsi mu Rwanda ari mu Rwanda hariho abahutu banyegeje abatutsi🤷‍♀️ Ibiba mu Burundi ni problème du petit gateau nkuko hari uwuhejeje kubivuga kuko na SEGATWA uwomubaza uko abona ivyo bagwaniye bagishinga Frodebu uyu munsi ndazi yokwemanga k hatica ubwoko ahubwo hica politique mbi.
@jeanpierrenijimbere7697
@jeanpierrenijimbere7697 3 жыл бұрын
Hica ubutegetsi bubi, ntihic'ubwoko
@neveragainneveragain1880
@neveragainneveragain1880 3 жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 3 жыл бұрын
MANA tubabarire udukize udutima two kwikunda gushika aho twaka ubuzima abandi kandi tudaca duhinduka ngo tubemwo umuntu arenga umwe.
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
None nk'uyu yotwara igihugu tukamuyoboka ata mugambwe canke ubwoko bumwiyitirira Uburundi ntibwokira? Sinzi nshobora kwihenda ariko mbona umengo afise ubuntu n'ubwitonzi kandi araciye ubwenge. Ariko ngira ntiyokwemera kuko ubutegetsi buraborera burimwo n'antambamyi nyinshi.
@Sirila18
@Sirila18 3 жыл бұрын
Ariko wibuke ko ariwe mu avocat yafunguje umukiriya wiwe PATRICE FAYE mu Mpimba yagirizwa gufata ku nguvu utwana duto twinshi bavuga ko yari yashize muri orphelinat yiyitiriye . Mw ijambo rimwe uyo muzungu yari yigize intambwe mu kwiyegereza intama. Yari guhanwa akaguma mu Mpimba ariko yamuvugiye ko arwaye baca bamurungika mu bufaransa iwabo. Ivyo yakoreye abana b abarundi biba bihereye aho .
@ftrfrt8154
@ftrfrt8154 3 жыл бұрын
@@Sirila18 oya ariko ntiwibaz kumunt ashobora kuba innocent (e)%non ubona twomugereranya nabaraho ? ?ukudahariranira nivyo vyishe igihugu cacu. Non iyatamurekuza akagumyo naho yar yakoshej,iyo yicwa nivyo wab uriko uravuga koyabaye umu avocat mwiza???
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
@@Sirila18 ivyo ntavyo nari nzi. Ikizwi gusa mu Burundi biragoye kumenya uwuvuga ukuri n'uwubesha. Kandi hari umuntu ashobora gufungwa azira irementanya. Umuzungu we bashobora kumuhigako inoti bakamuremeka inkono ishushe. Aho ni ukuhitondera. Ariko amakenga ntiyobura.
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 3 жыл бұрын
Igihugu kirashobora gusara ni vyo. Iyo abantu benshi bamaze gusara bimwe vyo kwerura bakica, bakiba, bakaburira isoni abapfasoni n'abigeme biranagoye kumenya ko babarizwa mu bikoko canke mu bantu buntu kuko ata kintu woba ukibamenyerako kibaranga nk'abantu bazima bafise umutimanama ngenderwako w'ikiremwa citwa ko gisumvya ibindi ubwenge. Me Segatwa namwumva kw'izina ariko ndazi ko ari umugenzi wa marume. Nibaza ko nzoronka akaryo ko guhura na we. Hari kumbure ibindi vyinshi afise yobwira Abarundi. Ndamusavye ni yaba ashobora kwandika igitabu agerageze ntaze ashengere atacanditse. Araciye ubwenge, azi vyinshi yovyandika vyozosomwa n'abatamenye ivyabaye. Twe twakuze tubona atagakacira iruhande y'abandi bana tutazi no gutandukanya ubwoko bwacu n'ubwabandi gushika aho 93 twabona ibiyangara biyangara. Ni berebire ivy'Abarundi no mu karere k'ibiyaga binini. Kandi n'ubu biracagoye.
@josephmpaye1075
@josephmpaye1075 3 жыл бұрын
Birababaje kuko hari ibintu uzi wategerezwa kuvuga ariko waciye iruhande.
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 3 жыл бұрын
😫😫😫😫😫😫
@dhrj.nijoehire7483
@dhrj.nijoehire7483 3 жыл бұрын
Me Segatwa yarakuze yar umutama en 1993 arazi tout sur les evenements zico gihe , ivyo yavuze vya balcanisation arabizi neza cane yari umutama... Il n' ose meme pas dire le million de Tutsi bishwa nivyaboo vyahatikiriye , urabna ko avuga atwengatwenga kuko azi ukuri kuvyico gihe yari umukuru muri Frodebu , ivyapangigwa muma permanences yabo yaba abizi 100% vyose yari muri comite nkuru y umugambwe , conseil de securite ya nations unies ONU yaranditse rapport irago irazwi yerekana genocide uko yateguwe nuko yabaye colline par colline FRODEBU yari yarateguye ko ata mututsi yoba akibazwa kw isi en moins de 3mois. Ivyo avuga vyose arazi neza ko sa verite ari strictement la sienne
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
@dhrj.nijoehire7483
@dhrj.nijoehire7483 3 жыл бұрын
Ivyo avuga vyose je ndabibonamwo akaborerwe k umunezero kuko azi abariko barahonywa ari abatutsi ejo bucana ayandi
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 3 жыл бұрын
Ibara ryaraguye mugihugu c uburundi. Erega ubwoko bwose ntibwogigwa n inyamaswa gusa.Hategerezwa kubamwo beza nabandi. Gusa harakwiye kuzobazwa abakoze ayo mabi abaribo bose basaba imbabazi bakazisaba bahanwa bagahanwa.
@felixbigirimana435
@felixbigirimana435 3 жыл бұрын
Ikibabaje muburundi nuko abahingantahe batiste ijambo n'ubuntu ntibahabwa ijambo, ntibahabwa ikibanza. Aba kungu niho basigaye basoma imbere yaba shingantage.
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 жыл бұрын
Ntangazwa nabatemera kwimpandezose zabuze
@dhrj.nijoehire7483
@dhrj.nijoehire7483 3 жыл бұрын
Eka nanje reka ndamushimire avue ukuri kuri vyinshi yabonye avec beaucoup de simplicite et d' humilite. Je numvise la sagesse gusa nukuri. Umwumvirije urumva ko yivugiye histoire strictement personnelle. Ce qui est tres bien et honnete. Parcontre je ne suis pas du tout d' accord kuri vyinshi avuga en dehors de son histoire personnelle. Iyo avuga urumva clairement ko haba 1972 ou alors 1993 hose il jette la marre sur les soldas donc les Tutsis 100% Wogira abitwa aba Mayi Mulele ntabo yigeze yumva ntabo yabonye.. Abasoda bafashwe babahutu ntabo avuga nico bafatiwe , amanama sahwanya yakorwa kuma eglise nuits et jours RIEN.. l n' a vu que ce qu' il voulait voir rero sinomutera ibuye murundi avuga ivyo yishakiye binezera abahutu gusa.
@singirankabofabien4640
@singirankabofabien4640 2 жыл бұрын
Shaa ndabona nawewe woduha ukuri kuvyuzi p
@jean-pierremperabanyanka767
@jean-pierremperabanyanka767 3 жыл бұрын
Que pouvons apprendre de ce témoignage d'une personne adulte et instruit : sa douleur oui. Mais aucun mot sur les commanditaires du génocide hutu de 72, sur le génocide des tutsi de 93 dont il ne pipe mot , il parle de ses 17 déménagements en omettant les 300000 tutsi massacrés par leurs voisins hutu. Il sait pour pouvoir éclairer la jeune génération mais il omet des choses graves. Chaque fois on a essayé de tourner les pages sans les lire: ça ne marche pas. Regardez nous sommes toujours à parler de 72.
@gildasirakoze1495
@gildasirakoze1495 3 жыл бұрын
Un témoignage s'accueille comme il est donné. On n'oblige pas une personne à donner témoignage selon les attentes de l'audience. C'EST SON TEMOIGNGAGE, CE QU"IL A VECU. Si réellement nous voulons savoir la verité, organisons un cadre qui n'est pas un accusatoire partial. S'il y a justice, qu'elle évite le "Narrative monopoly". Il n'était pas au tribunal pour accuser! Si tel arrive, il aura peut être dire.
@jean-pierremperabanyanka767
@jean-pierremperabanyanka767 3 жыл бұрын
un témoignage est une déclaration de ce que l on a vu ou entendu servant à l établissement de la vérité. : Larousse. Il arrive donc qu'un témoignage soit faux. ceci est dans l absolu. L avocat qui témoigne ici avait au moins 40 ans en 1993 mais il n'a même pas entendu parler du génocide des tutsi alors qu'il était au Burundi. Peut-être que la mort des tutsi lui est insignifiant mais quand il nous manque l empathie envers nos semblables alors que nous reste t il d humain ? presque rien.
@wondersofcreation2344
@wondersofcreation2344 3 жыл бұрын
Mon frère,je pense que tu ignores le cadre dans lequel il est ici.c'est pour faire son témoignage(relater son histoire à lui)il n'était pas inviter pour décortiquer les tenants et les aboutissants des crises cycliques qu'a connu le Burundi.s'il y'a d'autres vérités qui te tiennent à coeur et qu'il n'a pas dit,à ton tour de demander a Muhozi de te tendre le micron,et nous sommes très bien disposés à t'ecouter.seulement ne le taxes pas de divisionniste, car Ruhuna et Ngoyagoya dont il a chanté les éloges ne sont pas de hutu en tout cas
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 жыл бұрын
Uvuze ukuri kutagabanyije ,abanyamahanga bashaka kudusamburira igihugu,abahunze babishinga ngo bazobafasha kurwanya ubutegetsi buriho barabonona
@josephmpaye1075
@josephmpaye1075 3 жыл бұрын
Ce monsieur ivyo avuga harimwo amahinyu cane . Hari ibidasobanutse neza nkuko wogira wewe yari superman. Tres dommage..
@natanaelnihorimbere4258
@natanaelnihorimbere4258 3 жыл бұрын
Nkivyahe? raba ivyubaka yavuze ibindi biragusha
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 жыл бұрын
Ubona Pierre Nkurunziza atagihereje! Na Ndayishimiye Evariste nawe azobuhereza.
@niyzi1245
@niyzi1245 3 жыл бұрын
None ivyobintu avuga vyarabaye koko????erega abahutu ntanabi yabo bwabundi,amstohoza arakwiye kuba ababikoze bagahanwya
@christophensavyimana143
@christophensavyimana143 3 жыл бұрын
Uri intwari mutama iyo twese twaba dufise ivyiyumviro nk'ivyo Uburundi bwoteye imbere cane hamwe ibindi bihugu bitangara.Twese turi umwe twaremwe n'Imana.
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 3 жыл бұрын
hemwe namba vyagenze uko , rero nabatutsi bamwe bamwe baramenje, nakamuna , pole sana mutama
@Sirila18
@Sirila18 3 жыл бұрын
Ijambo UMUMENJA ni ryo zina umuhutu wese yakuze yitwa kuva 1972 . Umwana nawe bakamwita umwana w umumenja. Iryo zina ryahejejwe na KIDUMU mu ruririmbo rwiwe ko uwishe uwasahuye wese yamenje kandi ico gihe yaruririmba aba SANS ECHEC /SANS DEFAITE ba ri bahitiye bica bongera basahura baturirira abahutu mu barabara rya Mutakura. Rurya ruririmbo rwarabohoye Kidumu ubwiwe hamwe n abahutu kuko iryo zina ryaciye rihera burundu.
@jeanpierrenijimbere7697
@jeanpierrenijimbere7697 3 жыл бұрын
Impfuvyi za 72 zose ntiziswe abana babamenja d'après le témoignage de Emmanuel Ndereyimana, c'est plutôt le pouvoir actuel yahavuye imwita umumenja.
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 3 жыл бұрын
rihere gute burundu nubu abarundi bamwe bamwe bamenja , reka kwidigadiga. bizoreka baretse kwica abarundi babahora ivyiyunviro vyabo hamwe nubwoko bafise, tube tureka kubesha, nubu abarundi turiko tumenja namba atabakererwa amazosi canke ngo batabwe munzuzi
@yohaniharera
@yohaniharera 3 жыл бұрын
@@kwizerayvonne1950 uyu Mutama nubwo ntamuzi arafite ukuri kutagira benshi
@anicettuyaga1349
@anicettuyaga1349 3 жыл бұрын
Hiace 1971 ntizari bwaze hari Tanu Tanu!
@Sirila18
@Sirila18 3 жыл бұрын
Zari tanu tanu kuko batanga amafaranga atanu mu gisagara ca Bujumbura. Zari marque VW COMBI
@fleuryndizeye5596
@fleuryndizeye5596 3 жыл бұрын
J Ikk. On
@dhrj.nijoehire7483
@dhrj.nijoehire7483 3 жыл бұрын
Me Segatwa arubahutse o mu Burundi arimwo vyose ari vyiza naho bitera ngo D ? ha ha ha Abarundi barenga umuriyoni bamaze kwicwa depuis 2015 kubwiwe bariyahuye ? Iyo yumva par semaine abafatwa ninzego abicigwa mumazu na police cane imbonerakure , kubwiwe niyo mahoro ? Igihugu kiri mubihano depuis des annees avuga ko ariy ntwaro y' amahoro ? Uwomubaza ikindi igihugu gitwarwa na milice kwisi yogitora ? Igihugu plus de 5 quartiers abantu bararara ntibuca kubera ubwoko bwabo kubwiwe n' amahoro ? Mbe uwomuaza combien de pays sur ce monde ubwoko bumwe bwisangije inzego zose yocerekana akavuga abandi iyo bagiye ? Niyivugire burya hazogera atahure ko ako amwemwe kamwuzuye nabandi bagakeneye kandi bazokaronka kumbure tugaruke kuri youtube tujandajande uko kwiwe niyirambire..
@ndayishimiyejmarie3071
@ndayishimiyejmarie3071 3 жыл бұрын
Mwiriwe. Ndabaramukije kandi ndipfuza ko mwondonsa ukuntu tuzovugana na nyakwubahwa Maitre Fabien SEGATWA. Harivyo nipfuza ko yodufasha mu muryango. Ndabibasavye cane muze mu mundonse. Mfise urubanza yo dufasha. OK Imana ibazigame .
Témoignage de Sylvestre Ntibantunganya / Veuf des massacres de 1993
34:32
Témoignage de Joseph Bizimana / Orphelin de 1972.
56:41
Tele Renaissance
Рет қаралды 21 М.
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 6 МЛН
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 30 МЛН
LE  DEBRIEF DE L'ACTUALITE  DU 16 07 2024
55:14
Canal2 International
Рет қаралды 1,5 М.
Martyrs de la Fraternité - Burundi
28:20
CheminNeuf NetforGod
Рет қаралды 16 М.
Témoignage de Gérard Sabushimike / Rescapé de 1972
44:27
Tele Renaissance
Рет қаралды 16 М.
Témoignage sur l’attaque au petit séminaire de Buta (1997)
48:10
Tele Renaissance
Рет қаралды 29 М.
Témoignage de Dr Alphonse Rugambarara / Son père est rescapé de 1993
42:10
Témoignage d’Omer Nzoyisaba / Orphelin de père (1993)
33:26
Tele Renaissance
Рет қаралды 17 М.
Témoignage de Déo Ntakarutimana / Rescapé des massacres de Bugendana
41:15
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 6 МЛН