Témoignage de Richard Nijimbere / Rescapé des massacres de 1993 (Kirundi)

  Рет қаралды 16,797

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Пікірлер: 34
@SaraSara-x7n
@SaraSara-x7n 9 күн бұрын
Najenarahiye .nukonarinkirumwana .inkovunfise .ninyishi. Ariko. Imana. Yarahabaye
@kevinishimwe3665
@kevinishimwe3665 4 жыл бұрын
Ningorane gusa ivyabaye bitubere isomo ntibizebisubire Imana fashe uburundi kuko ndunva umutima wanje wakakaye cane kuko mazekwunviriza vyishi
@christianarakaza7590
@christianarakaza7590 4 жыл бұрын
Birababaje cane ivyabaye mu burundi biturutse ku bantu bamwe bamwe bashira inda zabo imbere bagaca bateranya abavandimwo.Abatuririwe hamwe na Richard abatuririwe mu Kibimba (Félix) ndabahojeje mwese muri abarundi kandi ivyabashikiye ntibigasubire gushika.Mpimbarwa nuko ubu benshi bamaze kubona ukuri bakabona ko amoko ataco amaze.Pole Richard alias MUZIKO.Ndasuhuje na Mutama yaguhaye imitwe
@giramahoroconsolate9147
@giramahoroconsolate9147 4 жыл бұрын
Nagomba nsabe abariko bavuga ko ari montage Imana yonyene ibaharire,hama abariko barahengamira aha canke hariya,nibabireke kuko abarundi mubwoko bwose batuntuye bose kandi bagize ingorane zisa.kimwe gusa dusaba Imana ibohore abakiboshwe namacakubiri,bama basha gushikira inyungu zabo bashese ubuzima bwabarundi.
@lambertndacasaba5329
@lambertndacasaba5329 4 жыл бұрын
Pole mon frère !Ntivyari vyoroshe namba!
@bonabig8069
@bonabig8069 4 жыл бұрын
Abishe abantu ico gihe bazohora barorongotana kubera amaraso y'inzirakarengane basheshe. "Uwicisha inkota azokwicishwa inkota", ni Yesu wabivuze.
@nkunzimanabashir7287
@nkunzimanabashir7287 4 жыл бұрын
pole sana
@giramahoroconsolate9147
@giramahoroconsolate9147 4 жыл бұрын
Ikindi novuga ntitwokwibagira ko abarundi bagifise imitima yubuntu barakingiye ubuzima bw'abo badasangiye ubwoko.
@pepeinno4002
@pepeinno4002 Жыл бұрын
Womara isaha muri nyakatsi isha?
@mugishaannick867
@mugishaannick867 4 жыл бұрын
Ntimuzi ayo twaboneye imuyinga. Yewe iyo nibutse ivyambayeko nkaba nkihumeka umwuka w'abazima, nshima IMANA. Mbega imipanga! Mbega imigano n'amacumu! Mbega amahiri ! Ico ntaboneye mugahararo nigiki? Ewe Burundi! Ese gusigara uri gati ka waga uragira nuwo uririra! MANA Nahawe kutuba hafi
@gratiasdeo556
@gratiasdeo556 4 жыл бұрын
Pole saana Richard , Ariko ikintu nama vuga Nuko twemera ubwoko bwacu; ntabwo wovugako Ko bahezwe ibyo bagukoreye babikoze baziko kwica umuntu ari bibi; bakora ikiba muribo.
@gratiasdeo556
@gratiasdeo556 4 жыл бұрын
Wosigurira gute mugihugu kibanyi barabikoze, Nubu bakibikora None wobisigura gute?
@gratiasdeo556
@gratiasdeo556 4 жыл бұрын
Peut être wakoreshe ivugo ya diplomatie Ntibahave bamara abasigaye
@gratiasdeo556
@gratiasdeo556 4 жыл бұрын
Nayo kuvuga ko nabandi bishe Ico gihe iyo ugira ico wivunisha umwansi ntiwari kwivuna?
@rosengendahimana5651
@rosengendahimana5651 3 жыл бұрын
Pole
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 жыл бұрын
twoyaga wewe , naje nakorewe ivyo
@ngundachris7598
@ngundachris7598 4 жыл бұрын
Umuntu waciye mw ishure nkawe warakoze ikosa kutaja iyo warokokeye kandi ntanzitizi zihari. warukwiye kujayo mbere ukarondera nabo bicanyi ukabaganiriza,ubonye ari ibishoboka ukabaha imbabazi nabo bakaruhuka mumutima.kuko kumva ko ukiriho ntibibahumuriza.
@kalyka4107
@kalyka4107 4 жыл бұрын
Birababaje aho uwakorewe ikibi ariwe abwirwa ingene yotanga ikigongwe. Umuntu kugura asubire aho yarokokeye bisaba ibintu vyinshi
@didididier9722
@didididier9722 8 күн бұрын
Urumva ww ni we uzi ico akeneye kumusumvya. Saba Imana igukingire ibintu nkivyo, sinon iyo mvugo ntiwari kuyikoresha
@saidikarema1794
@saidikarema1794 4 жыл бұрын
Kibimba bis. Cette fois-ci,les tueurs sont tutsi,les victimes sont hutu.
@mugishaannick867
@mugishaannick867 4 жыл бұрын
Tu te trompes.
@saidikarema1794
@saidikarema1794 4 жыл бұрын
Victimes et boureaux bari m'ubwoko bwose. Kwibaza ko ab'iwanyu aribo bababaye gusa ntikuba ari ukwihenda gusa,haba harimwo n'ubujuju.
@-Ralphrobin
@-Ralphrobin 4 жыл бұрын
Ububeshi.com
@martinemati7969
@martinemati7969 4 жыл бұрын
C vrai. J ai remarqué qlq chose ds cette émission: lorsque les victimes sont hutu ils ne mentionne ps leurs ethnies. Bizarre non???
@Vini-x1u
@Vini-x1u 4 жыл бұрын
Martine Mati wew wamaz kumugazwa namacakubiri nagira ucubona ubwoko le victime arimwo!! Gusa vyiza twobisezerera nijambo hutu tutsi twa bigafutwa mumitw yabantu
@diomedengwe608
@diomedengwe608 4 жыл бұрын
montage .com
Témoignage de Dominique Havyarimana / Rescapé des massacres de 1993
30:56
Bagaza : leçons d'un homme politique d'exception
6:39
Yaga Burundi
Рет қаралды 37 М.
ЗНАЛИ? ТОЛЬКО ОАЭ 🤫
00:13
Сам себе сушист
Рет қаралды 3,8 МЛН
Каха и лужа  #непосредственнокаха
00:15
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 275 #shorts
00:29
Témoignage de Gérard Sabushimike / Rescapé de 1972
44:27
Tele Renaissance
Рет қаралды 16 М.
Témoignage de Félix Niyonkuru / Rescapé de Kibimba
39:06
Tele Renaissance
Рет қаралды 75 М.
Témoignage de Kantungeko Serge Georges / Orphelin de père (1972)
46:45
Tele Renaissance
Рет қаралды 19 М.
Témoignage de Sévérin Kanjoli / Rescapé de 1972 (Version kirundi)
31:34
ЗНАЛИ? ТОЛЬКО ОАЭ 🤫
00:13
Сам себе сушист
Рет қаралды 3,8 МЛН