Ubwicanyi bwabaye muri kaminuza y'Uburundi haraheze imyaka 25

  Рет қаралды 794

Isanganiro

Isanganiro

Күн бұрын

Kuri uno wa kane igenekerezo rya 9 mukakaro, niho muri kaminuza y'Uburundi bagira ibirori vyo kwibuka imyaka 25 iheze habaye ubwicanyi muri iyo kaminuza.

Пікірлер: 4
@lucarmand4534
@lucarmand4534 4 жыл бұрын
très bonne initiative. Bitanguye kuja ahabona, bizonakarisha ubwenge bwabantu tuvyibaze.
@elvisnibaruta3330
@elvisnibaruta3330 4 жыл бұрын
Ntakundi nta reta mvyeyi twari bwaronke!Iman'ibakire
@jean-marienibayubahe3268
@jean-marienibayubahe3268 4 жыл бұрын
Birababaje iki kintu kirababaje kweli abantu bazira ubwoko bwabo mû kinjana turimwo turakwiye guhinduka kweli
@niyumvaisaie6620
@niyumvaisaie6620 4 жыл бұрын
Ribe irya nyuma kwicq umuntu atagira ikirwanisho ata kindi azira atari uko yavutse
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 07 Nyakanga 2024
15:22
Isanganiro
Рет қаралды 999
Секрет фокусника! #shorts
00:15
Роман Magic
Рет қаралды 65 МЛН
The monster of Lake Tanganyika
55:29
Documentaire Animalier
Рет қаралды 2,2 МЛН
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 5 Nyakanga 2024
14:54
Isanganiro
Рет қаралды 1,6 М.
Biblia ivuga iki ku bijanye no gukunda igihugu?
1:16:04
Isanganiro
Рет қаралды 101
Լուրերի օրվա թղարկում 14։00
15:16
1in TV
Рет қаралды 2,9 М.
IKIGANIRO CYA YAGO NA JADO NKA MURUMUNA NA MUKURU
1:24:34
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 16 М.
INTAHE Y'UWACITSE KWI CUMU MURI KAMINUZA Y'UBURUNDI MU MWAKA W'1995
12:48