Ubworozi bwa kijambere mu Burundi bwadushwayemwo//inka itanga amalitiro 36 ku munsi nizo yazanye

  Рет қаралды 10,423

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Ubworozi bwa kijambere mu Burundi bwadushwayemwo//inka itanga amalitiro 36 ku munsi nizo yazanye

Пікірлер: 44
@Ubuntu81
@Ubuntu81 11 ай бұрын
Amahoro neza! Nanje nd'umworozi, nkaba nashaka munfashe mumpe contact zabo kugira nzobarondere. Hama nkaba mboneyeho nugushimira Gaël ku biganiro vyiza n'ukuntu yitanga mukuduha amakuru ngirakamaro
@rankss1659
@rankss1659 10 ай бұрын
Ibiganiro bifise akamaro nk'ibi biratwubaka cane. Nagomba gusaba ISABU ku modernisa leur site. Mu bihugu biteye imbere bobibafashamwo ariko habanza ugushaka. Ukwo gushaka kwo gutera imbere ntawundi azokuduha atari twebwe nyene abarundi.
@samsonmusonerimana5928
@samsonmusonerimana5928 10 ай бұрын
Leta iriko ishiramwo inguvu
@user-cp5hz4ms3g
@user-cp5hz4ms3g 11 ай бұрын
Uyo mu directeur c'est un bon tip bamuhaye amabanga ayakwiye ariyexprima neza canee!!!mutama vuba nzokugendera untembereze nanj courag kbsa
@kadogocomedian527
@kadogocomedian527 11 ай бұрын
Good content 👊💓💓
@N.therence
@N.therence 10 ай бұрын
Merci Gaël
@japtrix2777
@japtrix2777 11 ай бұрын
Gaël ni umuhuza w'iterambere. Imana ihezagire ibikorwa vyiwe. Naje mu minsi nzomutera akamo😂
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Wooooa mbega ivyiza ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@julesbakita7966
@julesbakita7966 4 ай бұрын
Wakoze cane man
@user-cp5hz4ms3g
@user-cp5hz4ms3g 11 ай бұрын
Mr gael nukugusengera SE Barundi le 1er juillet azorabe icoyogukorera kuk uritanga
@chelbyrileydusabe8312
@chelbyrileydusabe8312 10 ай бұрын
Go uncle 😍😍🙌🏾🙌🏾
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 10 ай бұрын
Gael bonjour. Ndifuza contacts z'uyo mu technicien. Sinzi ukuntu nozironka. From USA
@Bahoamagaramazima
@Bahoamagaramazima 11 ай бұрын
Woooo courage bro #Gael
@user-ep8sx4mi7q
@user-ep8sx4mi7q 8 ай бұрын
None umuntu akeney inka ngah yoyironka gut
@user-gl3kp4lq1d
@user-gl3kp4lq1d 7 ай бұрын
Monsieur wa zootchnie muri universite
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 11 ай бұрын
Gael respect kubiganiro vyaw p
@sereveolivier5395
@sereveolivier5395 10 ай бұрын
❤❤❤❤
@chrishima9203
@chrishima9203 9 ай бұрын
Gael inka ntigoga iraseka 😅 Dr Aloys Inka ntigira icebe niry'impene Inka igira ingoma 😊
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 11 ай бұрын
Ivyo bitungwa vya kijambere baguma batuzanira ubu turabishima kubera umwimbu ariko abazungu nuko nabony batadukunda ama code bashira mubitungwa vyabo mu nyuma tuzicuza igih ivyacu vyose vyaduhezeko
@bikorimanadivin7349
@bikorimanadivin7349 11 ай бұрын
Imahwa home😍😍😍😍😍 termbere Gaël✌
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo 11 ай бұрын
Big op umukubito!! 👍🏽
@egidereuben9704
@egidereuben9704 3 ай бұрын
Nn umuntu yoronka icororo cingurube gute? Kuwuvyipfuza
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 11 ай бұрын
ibinyene nivyo dushaka kbs🙏🙏🙏🙏❤❤🙏
@kaburagad7268
@kaburagad7268 10 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane. Izo ngurube ni nziza cane
@lionelnduwayo3187
@lionelnduwayo3187 10 ай бұрын
🅾️🅾️🅾️🅾️🅾️🅾️🅾️🅾️🅾️🅾️Ikiganiro ciza cane Ariko ISABU irakwiye kugerageza uko yokoresha methane ivuye mu mase y'inka nibindi. Mu bindi bihugu iyo méthane irakoreshwa mu guteka amata !
@feregiz2479
@feregiz2479 11 ай бұрын
Nangadef muyobozi, nimutere imbere.
@user-xq4is5su9b
@user-xq4is5su9b 11 ай бұрын
Ibinivyo tubadukeney
@eddy-michelirakoze8518
@eddy-michelirakoze8518 10 ай бұрын
Duroc 👌
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 11 ай бұрын
Nanj ndashak inyana apana ishuri😂😂😂
@user-nw9oh3ob7p
@user-nw9oh3ob7p 9 ай бұрын
Mpa numéro ya Gaël azonshikane aho bororer
@user-bo8ss2hf9s
@user-bo8ss2hf9s 5 ай бұрын
Du
@akimanaarlene851
@akimanaarlene851 11 ай бұрын
Hhh wagize imburujwa 😅😅😅😅daaa
@giftuwiragiye7697
@giftuwiragiye7697 11 ай бұрын
Ku yindi mpwemu
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 11 ай бұрын
✊🏽🇧🇮
@egidereuben9704
@egidereuben9704 3 ай бұрын
Komera?
@Grainofliin
@Grainofliin 10 ай бұрын
Gusa iki kigo carananiwe cagomba kuba umushinge witerambere mu gihugu none turavye igihugu uko kingana ariko igihugu cacu gito nk ico none akamaro ico kigo kimariye abarundi? N ubuhinga buke canke n uburyo buke? Umushikaranji yananiwe nokurungika abahinga hanze barahure ubwenge??
@jeanettenibarore4618
@jeanettenibarore4618 11 ай бұрын
Muradufashe kuronka izonka
@premiumchoiceuniversalcare6445
@premiumchoiceuniversalcare6445 11 ай бұрын
Nibazane boer and savanah goats
@philbertntwari1400
@philbertntwari1400 11 ай бұрын
Inka imwe nangahe?
@emeryextrabc3050
@emeryextrabc3050 11 ай бұрын
Ni vyiza cane Mais Abo bubaka barasimbira iburinga Kwa Ndangamira Prosper babone Uko ubwato bwubakiye bwinka Canke umu ingenieur ajejwe ibikorwa nomuha Idee Yuko hubakwa munka . Nzomuha idee gratuitement😂
@zephyrinndayiragije7676
@zephyrinndayiragije7676 11 ай бұрын
Uwomuyobozi arakwiye ubutware koko.kuko arishura neza ibibazo kugira tumenye ubworozi bwa l'ETA ukobwifashe.
@user-kz9gz9zx2b
@user-kz9gz9zx2b 11 ай бұрын
Muturosese número zahohantu kwer ndashaka ingurube
@samsonmusonerimana4764
@samsonmusonerimana4764 11 ай бұрын
Urabariza muri ISABU bazoguha umuco
@user-kz9gz9zx2b
@user-kz9gz9zx2b 11 ай бұрын
Murakoze
Alat yang Membersihkan Kaki dalam Hitungan Detik 🦶🫧
00:24
Poly Holy Yow Indonesia
Рет қаралды 11 МЛН
Underwater Challenge 😱
00:37
Topper Guild
Рет қаралды 48 МЛН
Burundi Elevage, ubworozi, 1 DIFF le 19 05 2021 REDIFF le 21 05 2021
24:45
MINEAGRIE BURUNDI TV
Рет қаралды 13 М.