Рет қаралды 15
Abenegihugu bafashwa n'umugambi #FAIR ufashwe mu mugongo n'ishirahamwe #EIRENE_Grands_Lacs ugashirwa mu ngiro n'amashirahamwe n'imiryango ine y'amashengero ariyo (#ODAG_Caritas_Gitega) ry'ishengero Gatorika , ishengero #Anglicane Diyoseze ya #Gitega,Umuhari Gatorika wa #Chiro hamwe n'umuryango w'#abisiramu mu Burundi #AICNDH barashima aho bageze mu kwiteza imbere biciye mu migambi yabo mito mito .Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri. / @provincegitegawebtv8592 , Facebook www.facebook.c..., kuri Twitter / gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1