UMUHANZI KIDUMU KIBIDO W'UMURUNDI ASHIMIYE URWANDA ASABA GUTABARIZA UBURUNDI BUGEZE MUMPANGA!

  Рет қаралды 29,071

Rwanda updates

Rwanda updates

Ай бұрын

sura
1. twitter kumakuru menshi: / rwandaupdates_
2. website: www.rwandaupdate.com
 Wifuza kutwandikira cyangwa ubufasha:
rwandaupdatestv@gmail.com

Пікірлер: 120
@harindintwarijeanbosco6425
@harindintwarijeanbosco6425 Ай бұрын
Ndabakunda nkunda UBURUNDI ark igitoro sicyo cyibazo cyonine muvise ikibazo bimfira mubuyobozi bwanyu nishyari ryabarenze erega ntamuntu wigira woba udavise ukishyira hejuru wamugani inzu iyihiye ntiwihutira kwikingirana uragura imiryango namadishya murakoze ❤❤🙏🙏
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
ariko abanyarwabda muranndyohera, murajaho mukumviriza abo musangiye ivyiyumviro mugaca muvuga ngo igitoro sico kibazo ngo nishari ry'abarongoye uburundi😂😂😂Bandanya muhoha, murota, umunsi umwe muzikangura, abafatiye ibihano Uburundi nabo ntabwo ari Imana, ntibari eternal, igifise intango kigira iherezo, ONE DAY BAZISHURA.
@voiceoftrumpettvchannel3795
@voiceoftrumpettvchannel3795 Ай бұрын
I connect tour anointing dear Ps Ezekiel in Jesus name.
@gatarimaurice1598
@gatarimaurice1598 Ай бұрын
Leta y'uBurundi niyo ihemukira abanyagihugu cyabo gufunga imipaka nabyo biri mubihemukira abanyagihugu babo bimwe bimwe bikabura Ndayishimiye ahinure imiyoborere ye kbs
@edouardkadigiri
@edouardkadigiri Ай бұрын
Kidumu avuga nkumuririmvyi nyene. Ibihugu bibanyi bifise igitoro kuko bafise les devises zo kukigura. Bafise ivyo bashora hanze vyinjiza ama dollars, les investisseurs bazana imitahe. Bararonka des aides et appuis ariko muburundi ivyo vyose ntanakimwe kihari. Ntawoshora umutahe wiwe mubasuma n'abicanyi. Ntawofasha leta itagira umugambi numwe w'iterambere. Amafaranga aca aribwa n'abategetsi barongowe na Ndayishimiye.
@voiceoftrumpettvchannel3795
@voiceoftrumpettvchannel3795 Ай бұрын
Am directly connected to this super Alter in Jesus name!
@voiceoftrumpettvchannel3795
@voiceoftrumpettvchannel3795 Ай бұрын
Through my Sacrifices Lord Almighty , answer my needs and I believe it from this higher Alter in Jesus name!
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd Ай бұрын
Nibarekure amakara turabuze amakara twabonye ibikamyo vyugaranwe ntitwabwiwe impamvu
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANA BUMENYI.
@javanos127
@javanos127 Ай бұрын
Muratinya kuvuga ikibazo gihari. Ikibazo ni ubuyobozi bukuru bw' Uburundi niba badashobora kurangura imirimo yabo neza. Mu Rwandaho, ibiciro byamanutse, mugihe ngaho kiduga?
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
kidumu uvuze ukuri kandi ndagukunda cane ibihugu bikomeye kwisi vyafatiye ibihano uburundi nivyo birigutuma haba ihungabana ryubutunzi
@NdabarasJackson
@NdabarasJackson Ай бұрын
Mugurishe indagara nimikeke mubone ibitoro
@user-bl5mq3ib2k
@user-bl5mq3ib2k Ай бұрын
Of cause hariho umuntu afyonda akantu runaka,hariho umuntu runaka atuma uburundi buba mukaga.Merci Kidumu uwomuntu arahari
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 Ай бұрын
Na Congo Iri kugwana ntagitoro babura ariko mukitwaza kigali iriko iratera imbere mubuvuga kubw'ishari VA kuriyo ntebe ntibakwiriye
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w Ай бұрын
Kandi president wuburundi yavuzeko abarundi bafite umusaruro wibyokurya ntakibazo bafite
@NellyCynthia-jm4ky
@NellyCynthia-jm4ky Ай бұрын
Muburundi ndabona vuba bizomera nko muri kenya😂😂tuziyamamaza mumisi😅😅😂
@user-wj1rw5xf8n
@user-wj1rw5xf8n Ай бұрын
Mwihangane cane
@claudineali3561
@claudineali3561 Ай бұрын
Yes kidumu abobantu ntibaguteranye nigihugu cawe
@julesndayambaje8887
@julesndayambaje8887 Ай бұрын
Kidumu ntiwibeshe. Uraza kuba mu Burundi uzomenya Ivyaho. Nta munyamahanga abirimo
@ornellaisimbi7324
@ornellaisimbi7324 Ай бұрын
Barashaka kumesa Urwanda...ntagitoro😂
@njutujedeofficial2998
@njutujedeofficial2998 Ай бұрын
Amajambo y'inkoramutima. uBurundi n'irwacu ariko ingorane abobukunze nibo babwishe
@nzabigarurajames4031
@nzabigarurajames4031 Ай бұрын
Iyo urugo rwawe rufashwe numuriro ntabwo wihutira kugara imiryango ahubwo urayifungura namadirisha...gusa knd kidumu gukeka sibyiza ahubwo abazi neza aho ikibazo cyabacharavuye bodufasha tugatahura....byashoboka ibyo kidum ukeka cg biva kubuyobozi budashoboye,cg bamwe mubayobozi..gusa nanje nkekako ikibazo kirimubuyobozi.
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
Ntavyo mushobora kudahura kuko sivyanyu, twebwe Abarundi vyega turabitahura kandi turabikurikirana. Nimureke Abarundi n'Uburundi bakore ivyo babona ko bibereye abarundi. Nimba mutadufashije 2015, ubu niho mwodufasha? Mwahishije abansi b'Uburundi 2015.
@user-iz2gg2bh1p
@user-iz2gg2bh1p 23 күн бұрын
Mugenzi Kidumu, ivyubutunzi mu Burundi cane cane igitoro , ntagihugu cyo hanze cafatiye Uburundi Embargo! n'ibibazo biri hagati mugihugu cyangwa muntwaro ! rero muri crise nkiyo leta ibwirizwa kwijinjira muricyo kibazo hagafatwa ingamba zihutirwa nko gushakisha ama devise ( $ ) itayafise iyakopeshe mu ma societe bancaires yohanze basanzwe bakorana: banque mondiale, banque africaine de Developement eka nahandi henshi ., leta nikemure ibibazo vyihutirwa kivyo hanyuma abantu basubire mubikorwa vyabo biteze imbere bunguke binjize ayo ma devise!
@mauricekobako3992
@mauricekobako3992 Ай бұрын
Amaho! Reka ndabashimira wew Frederic na Kidumu kushira ahabona ico kibazo. A mon opinion, ico Kibazo nica Leta kiraba surtout Ministere des Finances et du Commerce, murabaturonderera. Gusa risque mbona nuko gihakwa Kuba politize. Ubu none u Burundi bwoba buri muri Embargo ??? Numvise Aho ikibazo kiri, ndafise des propositions ou initiatives notanga zokukironka, nta problem.
@Sky-1506
@Sky-1506 Ай бұрын
Bavuga MU MANGA ntabwo ari MPANGA🤣🤣 Imanga n'aharindimuka Impanga n' abana bavukanye icyarimwe Abanyamakuru bubu n'urwenya kabisa
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Ariko mutinya kuvugako turongowe nabi ata buyobozi dufise?iziningaruka zugusahura igihugu mugisize arumusaka.
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANA BUMENYI.
@fabricembonihankuye5236
@fabricembonihankuye5236 Ай бұрын
Turabaralukije amahoro
@ntarejohn1843
@ntarejohn1843 Ай бұрын
Nimuvuge ko Neva gutwara igihugu byamujabutse ahandi mushakira ni nkawawundi wahiriye munzu
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
Badanya mudebagura, igihugu c'Uburundi ntigitwarirwa ku mbuga ngurukanya bumenyi, ikibazo c'Uburundi gifiswe mu minwe n'Ubuyobozi bw'Uburundi. Nimba ubuyobozi budashoboye canke bushoboye ntibibaraba. Mwe bandanya propaganda y'Urwanda ivy'Uburundi mubireke.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ninde atabonye aba Zambiens bakoma induru berekana ibi camions citernes binini rutura de plaques du Burundi vyashitse muri Zambie bidoga ko chaque mois haza plus de 300 camions iwabo alors que iziwabo zitakigira akazi...
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Ariko Kidumu urantwenza ijwi ry America niryo uhaye akazi kogutohoza ahimitungo yigihugu yagiye ?barayisahuye niyompamvu bigamba amatoni ngobarahaze abakozi birikuja mukazi namaguru Mana tabara igihugu cacu cabaye iciro ryimigani mumakungu.
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANA BUMENYI.
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 Ай бұрын
The only problem we have in Burundi we are led by greedy idiots!
@user-fv4yd3yo5t
@user-fv4yd3yo5t Ай бұрын
Nagahomera bunwa kuko isiyose uburundi gusa nibwo budafise igitoro,nindongozi zibikora kuko ahandi biba igihe gito ariko uburundi umwaka ugiye gutembagara ikibazo cigitoro carabuze
@user-ht9hq7mg4t
@user-ht9hq7mg4t Ай бұрын
Ibitoro ntabwo bitumizwa mu marundi. Ama devise yaribwe na bamwe mu yabora igihugu!
@leonidasmusonera579
@leonidasmusonera579 Ай бұрын
Uyo kaddafi ivyo avuga nibihenda abana, ingorane z'uburundi muriko muziterera abandi Muratinya kuvuga ko ari cndd fdd iriko iratoba igihugu boca babakerera ntimwosubirayo bobatina
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@lalaloena3170
@lalaloena3170 Ай бұрын
Igitoro kizanwa n'abacuruzi. Iyo igitoro cyabuze bivuga ko abacuruzi badafite amafranga yo kurangura.
@nirereegide1230
@nirereegide1230 Ай бұрын
Uwitwa Kadafi arabeshe . Ikibazo c'igitoro giterwa n'amadovise ataboneka mu gihugu.
@venividivici9656
@venividivici9656 Ай бұрын
Mbega ko bagiriza ibindi bihugu mukubura kw'igitoro mbega n'isukari ko yabuze kandi yimburwa mu Burundi. Mu Burundi aba dd bataganije ubusuma bashire imbere iterambere ry'igihugu ntaho turiko turaja.
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo Ай бұрын
Le Burundi est à la une ! Quand il s'agit d'un problème quelconque le Burundi devient automatiquement à la une ! Mugabo hari ikigenda neza icarico cose c'est silence absolu ! Kandi nababivuga nta solution irashe batanga ! C'est tout sur le dos du président abasigaye bakarindira ico président ashikako wenyene ! Aho mubona kwitwa président de la république du Burundi nti vyoroshe nkuko akunda kubishikiriza .
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Igitoro kiva muri Tanzania igihugu cateretse au pouvoir abamenja babicanyi... Ntimukabeshe , ntabihano , ibitoro vy' u Burundi bigurishwa nabo bahutu mubindi bihugu.
@richndihano6476
@richndihano6476 Ай бұрын
uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )
@user-ht9hq7mg4t
@user-ht9hq7mg4t Ай бұрын
Ire dame ko yavuzweho ubudandazi bwi gitoro ntabwo azi ikibazo uko giteye ngo adusigurire uko bimeze!
@user-qb9yr1uj2l
@user-qb9yr1uj2l Ай бұрын
Hari uwavuze KO uburundi ntamadevize, uwundi nawe ngo ningaruka z'ibihano twijiyemwo ! None dufate iki?
@axniza3216
@axniza3216 Ай бұрын
Kidumu igitoro ababizi nabayobozi bazi iyo kija. Na Neva yarivugiye ko bacibwa 46 millions $ (amezi abiri kira mwaka) ... yarivugiye ko abaciba bari mu Burundi ... mureke kuvuga ko ari abo hanze ... corruption iri mu Burundi irarenze .
@nyirahirwajeannemarie6630
@nyirahirwajeannemarie6630 Ай бұрын
Ili ne faut pas dramatiser vyose biriho.
@fabricembonihankuye5236
@fabricembonihankuye5236 Ай бұрын
Uje muduha nim zanyu kuko nkubu mfise ikibazo muga ntanim mbona😂😂mbeko abicwa bicwa none hari ikibazo c,ibitoro hama abantu bagapfa nk,impene kumacuniro,vyabananiy nibaveko
@claudinebigirimana5408
@claudinebigirimana5408 Ай бұрын
Erega igitoro c’uburundi kiri detourné, bakirungika muri Congo ku alimenter la guerre, mwe mwibaza yuko igitoro coba mubihugu vyose bikikuje uburundi ! Petrole iriho ariko bayirungika muri Congo muntambara bien sûr.
@nyirahirwajeannemarie6630
@nyirahirwajeannemarie6630 Ай бұрын
Isigireho Kidumu muri Eden nta na kimwe kibuze ni amahoro gusa gusa. Igitoro bagifunze kugirango discipline . Isukari ntirabura gose ni ukurinda abantu diabète n'umunyu uriho kurya myinshi bitera ingwara y'umutima.
@YANG-KO
@YANG-KO Ай бұрын
None nkawe
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Uri kigoryi
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Ай бұрын
Urumva nawe rero ko ufise ingorane nawe vraiment wumva ivyo uvuze bifise ubwenge?
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Jalousie ? Ubwo murazi ico bisigura ? Niba uwakugiriye jalousie abonesha amaso uwo akomeye wincuti yaw akwimira iki kandi ? Ba mumaramara mukazibe , mureke kuja kuma médias ataco mufise muvuga ! Amahopa tanyu muyahopagurire mu myobo yanyu
@HabimanaGertrude
@HabimanaGertrude Ай бұрын
None ko mwabaye umutumire kubera iki utinya IbIbazo.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Monsieur Kidumu ko umenga ntushaka kuvuga ta propre langue nikuki ?
@WilsonNdabarasa
@WilsonNdabarasa Ай бұрын
XXXXFFFFF😢v vvFftTTTGTTTTYYYH 😮
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Ай бұрын
None umushakaho iki?
@OsmanAhmed-mm7js
@OsmanAhmed-mm7js Ай бұрын
Amanze afugure amarembo ajya ibunurundi nabanya Rwanda 🇷🇼 babone kumikeke😂😂😂😂😂😂
@youtubeaccount520
@youtubeaccount520 Ай бұрын
Natwe turababay kubera imikeke😢sha muriyenza
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Imihimbiri y'abahutu
@InGodwetrust0991
@InGodwetrust0991 Ай бұрын
Gutukana vyerekana integenke zubwonko muvandimwe wanje
@ferdinandodanielo1
@ferdinandodanielo1 Ай бұрын
Ikibazo abarundi ntibazi kuvuga imbwa mumazina.Abarundi ntibaramenya ahobagwaye niyompamvu ataninyishu bashobora kubona.Uwavugako Ibwirizwanshingiro basize Imana imbere hari ahobarabona Imana ifasha uwudakoze??.Namwe müricara mumazu Imana izobaha nyamahera mudakoreye turabe.Ntakindi kızokiza abarundi ataruko akagwi karikibutegetsi kavuyeho.2015 babesha abantu ngo baje numabarabara ngo biyamirize abakoroni bibazako bizijana ukwo??.Abashinwa na barusiya ubu bafashije iki igihugu atari kubabesha??.
@nyungura1722
@nyungura1722 Ай бұрын
Mwatinye kuvuga bene amakosa ashyira iburundi muri situation burimo!
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Amakosa nayabande uretse ubuyobozi bubi harundi mugabo yaza murugo rwuwundi kwigisha uko urworugo ruyoborwa.
@venividivici9656
@venividivici9656 Ай бұрын
Nivyo bigirisha Neva ntiyirirwa aravugako corruption yarenze uregero. Ama devises make aboneko hakuja kugura igitoro bayatwara kuyavunja kuri marché noir kubera ariho bunguka menshi.Ntagihugu ntakimwe cateye imbere kirimwo corruption kiyiri mu Burundi.
@nzabigarurajames4031
@nzabigarurajames4031 Ай бұрын
Yes kibido musemerere rwose abavandimwe babarundi barimubyago bikomeye,H.E yashoye igihugu muntambara za congo knd nawe afise intambara mugihugu cye.
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Kidumu , nsanze urikijuuju camwisho kitazi ivyiwabo... Leta y' ibijuuju vy ibinyogoto yarugaye imbibe na Ambassade vy' u Rwanda mu Burundi. Hagarika kwisamaza vyigihutu... Uburundi nico gihugu canyuma gikene kw isi kubera butwarwa nabamenja abakehabwenge ibisuma vyibikunzi vy' inda...
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Ай бұрын
Ziba wamburakimazi we imbwa yimbwa ataco yimariye akazi ari gutukana kumbuga
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Ай бұрын
Abantu nkawe ntibakwiye kubaho
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Iyo uvuga ngo ntubona uwuniga u Burundi uba ushaka kuvuga iki ? Ntuzi président ninzego ziriho ? Ntagihugu kindi careye reka kwivugisha amafuti.
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Ай бұрын
Intumva zamaho
@abizeyejeanbosco369
@abizeyejeanbosco369 Ай бұрын
Jewe si ndavyemera kuko ivyo bihugu bikomeye none nivyo vyabwiye president ngo yugare imipaka hariho vyishi twovuga ngaha bitatewe ni vyo bihugu jewe niko ndabitekereza! ivyo bihugu nivyo bitubarira ngo turafise toni zibiyoba ,toni zibiharage kandi abanyagihugu bariko barangara kubera inzara oya muje murasesengura ibirivyo!
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Abahutu je murantangaza kububwa mwisangije... Mbe Kuki mwigira impumyi mubona ? Mu Burundi vyose vyaraboze vyose 100/100.. Ko mufise incuti zaba jenocidaires zabahutu nka Congo kuki itabaha ivyo bitoro ? Congo irafise électricité : Kuki itabaha ? Irafise isukari itafise amazi irafise imiceri etc... Kuki itabibaha mwamashetani mwe ? 😢😢😢😢
@richndihano6476
@richndihano6476 Ай бұрын
uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Tanzania ifise ivyo vyose ninayo yabashize au pouvoir.. Kuki atavyo ibaha ? Mwamaziratoke mwe ? 😢😢😢😢
@richndihano6476
@richndihano6476 Ай бұрын
uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihoze. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c Ай бұрын
Mba ngucire umugani none ntawo wotahura. Ariko hako uvuga nabi worya nabi.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Uwo mugani nuwigihutu... ivyokurya mubibona muri byose.. Ikindi simvuze nabi gusa murasuzuguritse muri byose
@user-ht9hq7mg4t
@user-ht9hq7mg4t Ай бұрын
Perezida Neva n'inshuti ya Perezida Thsisekedi kdi ahingura ibitoro. Ya musavye ku murungikira ibitoro bihingurwa I Moanda. None ingabo zu Burundi zagiye kurwanya M23 siyo itwara ibitoro vyose. Iretse kujya muriyo ntambara itabaraba ntabwo ibitoro bya komeza gukoreshwa nabi ijyanwa muri RDC!
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ngo jalousie kubera les autorités bafise imigenderanire n'ibihugu vya rutuura ? Ariko ga yemwe ABAHUTÉ mwavumwe gushika he ? Ubwo umwaku wabahutu ibivume bitize ibiduma vyiba na papiers de tpilettes zuzuye umwanda abo bagira iyihe migenderanire nande ? Umucafu uraho 😢😢😢
@richndihano6476
@richndihano6476 Ай бұрын
uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 Ай бұрын
Président natange imihoho, vyanse kabisa
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Abahutu muri umuvumo kw isi , niyo mpamvu munuuka musa na Lusiferi mukareha nayo muri toilette. Imbwa yo muri Bujumbura Rurale ifise 57ans yinjiye mu Kamenge en 1989 yigira ibiguugu ntazi... Leta irimwo ibisuma wumva ngo bifise 60maison bamaze a peine 20ans , 60 vehicules ibitavuzwe vyo nama comptes dans les banques du pays et hors du pays , ariko nkico gikuri ariko adedemba avuga iki ?
@richndihano6476
@richndihano6476 Ай бұрын
uragakubitwa ninkuba wamumenjawe!Abahima, abatutsi nimwe mwavumwe kandi muzopfa muyerera nka gahini. Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ngo mwarabibonye ahndi ? Gezaho yaco muguuguta. Ivyo bihugu ntivyabuze vyose nk u Burundi kuko bitwarwa n' abantu... Reka kweza umwanda , Uburundi butwarwa n' umwanda , igihugu gitwarwa namashetani yabahutu...
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Ай бұрын
Itoze tugutore ugabanye itabi ninzara
@Bigdeal123
@Bigdeal123 Ай бұрын
Wewe urishetani yiki wamburakimazi we?
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
itabi n'inzara kabisa
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Kirofa nawe ngo ni jalousie ? Kutiga biragatsindwa ! Mbe habuze ibitoro gusa ? Uburundi bufis iki ? Uretse ko butwarwa ninkandagirabitabo zimpumyi ikindi bufise nigiki ?
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 Ай бұрын
Ntakaburivyo baracinswe kandi bazoguma batsidwa abobose bifuriza uburundi bwacu inabi izontakebwa za batu!!!!!
@leonidasmusonera579
@leonidasmusonera579 Ай бұрын
Hora wa kihume we
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 Ай бұрын
@@leonidasmusonera579 sha ntabihume birutamwe
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
babwire babwire kuko ntibumva, icyo bikoze turazi yuko iyi channel ihari kubwa Rwandan Propaganda not iterambere y'Uburundi, ibivugirwa ngaha vyinshi bicafuza Uburundi, Congo mugihe vyerekana ishusho nziza y'Urwanda, n'abatumire muzana n'abifuriza inabi Uburundi. Muncamake, ntiduterwa ubwoba nivyo muvugira ngaha kuko turazi yuko ari propaganda y'Urwanda.
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
ikivume cambere niwewe, Uburundi n'abarundi bazobaho muvyanka canke mubikunda. Turazi yuko gahunda zanyu arizo gutuma igihugu C'Uburundi kidatekana mwitwaza mandat ya 2015 canke utunyoni. Turababona kandi turazi yuko ataneza mudushakira, mwahishije abagerageje gutembagaza ubutegetsi bw'Uburundi muri 2015, President Kagame na gouvernement yiwe baca bavuga ngo mwabashikirije UN mugihe muzi yuko turi ababanyi umwansi w'Uburundi ategerezwa gutuzwa yaba ari mu Burundi canke mu Rwanda, ariko mwahisemwo kubahisha, kubanyegeza kuko mwari mushigikiye gahunda yo gutembagaza ubutegetsi bw'Uburundi muri 2015.
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 Ай бұрын
Rere bwana urazukuntu arabanyanzigo bo ikibanezera nukubona uburundi nabarundi babayeho nabi bagaca basama ngo kakunduburundi kandi binawineza ko arinyanka burundi ibamenye bongere bamenye abarundi ntitukiri babandi turabandi
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Natwe iyo turi ducunganywe naba bailleurs sha... Rumwe ntimuronka muzokwame mwidogera ahonyene muri WC yanyu.. Abacu biga heza baba heza babayeho neza aho baja muyandi mahanga bavuga uko ibihute vyitwa abahutu bimeze
@itsourtime824
@itsourtime824 Ай бұрын
UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.
@GakizaElyse
@GakizaElyse Ай бұрын
Kidumu avuga avyikurako , iyo neva agiye muri congo akavuga ko agira afatanye na Tchisekedi ko bagira bahindure regime yikindi gihugu c' urwanda , agahita afunga imipaka, aho nta ngengabitekerezo irimwo bapfiki n' urwanda. Ikindi kuki atibuka aho vyaciye kugira abarundi banwane basinye guhagarika intambara yari ishingiye ku moko , none kubera iki ubu hari impunzi nyishi hanze y' igihugu ? Ibihano uburundi bwafatiwe vyaturutse kuki? Ni ingaruka zuko cndd fdd itemera kuganira nabo batavuga rumwe , igihugu sicumugambwe igihugu nic'abarundi bose gusa mutinya ku domaka ku kibazo. Ubutunzi kamere uburundi bufise ni bwinshi ariko hatwara ibijuju bigendera kuvya kahise kabi aho kureka kwanka abarundi batavuga rumwe
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
😂😂😂😂😂 none muzokwiga kubana nande mwamaze abandi ? Erega ivyo ujanyagura nuko uguwe neza ngo les Tutsi bahonye 😢 Ubwose kuki utabagutika utukana aho kumaramara ? Kuva kuri Prezida gushika kumu planton wa commune booose nibihute gusa. Ubu rero ni wararaye mugihugu cahinfutse WC kinuuka cose.. Mugabo bayina ko muvukira mwayo ma WC nyene atiyo murya mwomenya gute kwanuuka ??? Murinukira mukumva ni Oyéee niko Uhoraho yabavumye ntakundi
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 Ай бұрын
Ntamugani ngaho kazibe. Sind umuhutu genda toka shetani
@JonasPhilimon
@JonasPhilimon Ай бұрын
Propaganda zanyu
@abizeyejeanbosco369
@abizeyejeanbosco369 Ай бұрын
None bavuze ibitarivyo ngo ni Propaganda ! Ufise ikibazo
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
propaganda ntutsi ntaho izobashikana ariko icizo nuko muburundi turi mumahoro kandi nuko umwimbu wagenze neza turashima nimba wipfuriza uburundi nabi uracababaye
@nzabigarurajames4031
@nzabigarurajames4031 Ай бұрын
Hhhhh Abatutsi ubakuyehe????aho niho mupfira rero.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Ubugome bwanyu nibwobuzatuma mutayobora igihugu cacu !umututsi komwabamaze nibo bateye iyonzara nivyobitoro?.
@amicalcabral6778
@amicalcabral6778 Ай бұрын
Baravuga igitoro akabona umututsi!
@methode-sk3bd
@methode-sk3bd Ай бұрын
Bariko bavuga ivy,igitoro naw wumvamwo umututsi non ga sha umututsi niwe atumye igitoro kibura
@leonidasmusonera579
@leonidasmusonera579 Ай бұрын
Aho kidumu agomba avuge yuko ari u Rwanda rwabikoze ibibi bishikira u Burundi ko ari u Rwanda cira birarura ,ingorane z'uBurundi zose ni cndd fdd nta wundi yobibazwa nibo bafise intwaro .
@giraubuzimabwiza9894
@giraubuzimabwiza9894 Ай бұрын
Igitoro kibuze kubera abahora bakirangura babatwaye ubwoburenganzira. Nibatange urusha kubadandaza privés bari Tanzania bakizane. Leta nikuremwo amaboko ireko kwinjira muri commerce yavyo.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Ariko mutinya kuvugako turongowe nabi ata buyobozi dufise?iziningaruka zugusahura igihugu mugisize arumusaka.
SPILLED CHOCKY MILK PRANK ON BROTHER 😂 #shorts
00:12
Savage Vlogs
Рет қаралды 15 МЛН
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 45 МЛН
I'm Excited To see If Kelly Can Meet This Challenge!
00:16
Mini Katana
Рет қаралды 31 МЛН
Isumu yahitanye Prezida Nkurunziza yaguriwe i Mwanza mu gihugu ca Tanzania. Mubagumyabanga bake bazi
7:32
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 64 М.
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 47 М.