This guy can be a good leader in Burundi. He has what to offer in the country. Be blessed brother !!!
@user-nk3ue2cs4k Жыл бұрын
@@peaceloveisrael3992 why are u pissed off ?? Why do u bring in issue of ethnicity ? Have u tried even to help two ppl in your life ? What a shame !!!! With or without u the train will keep moving. Le chien aboie et la caravane passe 😂😂🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@michelndayizeye Жыл бұрын
Afis specialité dans quel domaine?yakorera dans quel hôpital?hamw vyob arivyo ntakibazo.arik ico ntemey nuko avug ngo contact y'imodoka bayisanza umuntu muhira.aho arabesha.ikindi ngo inkoko tuyirya 1semaine.Nagir aventure yiwe.ahubw nagir investissement kd nivyiza arik uwo ndazi azoza araz kurondera ama dollars.
@franckirandinze7227 Жыл бұрын
Njewe ntabwo ndumurundi , ariko wewe urumuntu wumugabo kabisa , Courage Papa . Indoto zawe Imana izobigufashemo .
@Rugambamachine7714. Жыл бұрын
We really need people like this one.thk u for this interview, it will help many people to understand how to be patriot is
@rosemarynyabenda3131 Жыл бұрын
NDAKUVYA UMWAMI YESU KIRISITO AGUSHIGIKIRE WAGIZENEZA
Dr Jackson,respect kabisa. Hoba ba Jackson benshi mu Burundi Igihugu cotera imbere 💪💪🙏🙏🙏🙏😘 JACKSON IKIKUGIRA UMUNTU YIHARIYE NUKO USHAKA ITERAMBERE RYA BOSE URI UMUGABO 🙏🙏🙏🙏🙏
@cedrickbudrick5679 Жыл бұрын
My brother may God continue blessing you with more knowledge and wisdom ,you have really inspired us and we won't be the same anymore
@jean-claudeminani6156 Жыл бұрын
Wonderful Human being!!! Ese MANA wobandanya uhezegira UBURUNDI bugakomeza bwibaruka ibibondo nkibi. MUKUBITO you are impressing me. Continue to put people like this on air. God bless you.
@user-nk3ue2cs4k Жыл бұрын
@@peaceloveisrael3992 😂😂😂🤣🤣🤣🤣 you are just sick in the head.
Dukwiye kuvuga Jamais Jamais ku ntambara mbwire na Big up to this patriot guy
@gilbertnduwayo5436 Жыл бұрын
There is no place like a home! Courage brother. Tera imbere nk’umuzinga tukwumva ijana kwi jana. Hoboneka nk’ijana nkawe uburundi bwokwogorora. Abarundi bari hanze beshi muribo ntibumva igihugu Cabo kuba bogikorera mwo
Ntabwo ndi umurundi, ndi umunyarwanda,Uyu mugabo azi ubwenge ndamushyigikiye iyo aba jeunes bose bo muri Africa batekerezaga gutya iwacu niho hari ubukire bwinshi bakajya i Burayi gushaka igishoro bakagaruka kwubaka Africa, courage Doctor ibyiza biri imbere
‼️ Hama Dr. Jackson merci pour ce que tu fais pour le BURUNDI 🇧🇮 . Natwe turaje vuba, komera mwene wacu 🇧🇮🇧🇮🔥🔥
@mosescharles1921 Жыл бұрын
Kaze
@bujabestonlinetv Жыл бұрын
Respect our brother Muhira ni Muhira sweet home; we’re proud of you brother keep pushing; and may God bless you.
@olivierndikumwenayo8607 Жыл бұрын
Wow....! Ese abarundi twogira umutima w'ubuntu like this guy. I wish him all the best
@novatidamian7236 Жыл бұрын
I respect you my brother. Me too, soon I am going to come back to my Burundian County from United States of America. Nzekwifatira isuka nugutera ukigazi ca kijambere
@patriciemukamuligo5939 Жыл бұрын
waawwww I remember you Jackson I'm so Proud of you Be Blessed I will call you niba ndose tel yiwawe
@prosperbibonimana2497 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cungura ubwenge uyu mu tipee yubahwe kandi courage Mr Jackson Big UP sana
Chapeau bas Dr. Jackson. Un vrai et bon modèle de Leadership 👌🏽👍🏾💪🏽👏🏽👏🏽👏🏽
@gicharivennah7245 Жыл бұрын
Our God is good,Am so happy for u my brother ,muri rusange Africa yose iragukeneye ,ntabwo Uzi abasore bagurisha masambu yiwabo bakaja mu miji kuba ba Motari bagerayo bikabananira ubundi bakaba indushi zo mumugi zibyara bana bokuruha ,bibaye bishoboka nagusabaga Yuko ikikiganiro mwagisubiramo mukyongereza kugirango URUBYIRUKO ruvuga icyongereza rucyunve , thanks alot my bro from kampala
@alainoniyomukiza7042 Жыл бұрын
Dr you know who you're I like this words!! First if you know who you're Everything is possible respectful!!
@davidniyankuru8469 Жыл бұрын
Bro Dr Jackson, you're an inspiration 🙌
@alainbigero8609 Жыл бұрын
I really like this guy. May God bless him
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
Sinzi ico novuga ngize ibigumbagumba bivanze umunezero wo kubona uwo mwana ingene afise Ubuntu canke Ubumuntu, iyaba twese tumeze gutyo isi yobaye paradiso, Ndifuza ko Uburundi bubandanya mumahoro twese dutahe tuze guteza imbere igihugu! Dr uri ico bita UMUNTU W’UBUNTU pe pe wowwww Imana iguhe kuramba no gutera imbere canne
@kki9787 Жыл бұрын
Imana iguhezagire kumutima w kwitangir abandi nukutwerek k la vraie raison d'être vient de l'interieur 🤩
@aimabiz8393 Жыл бұрын
Burundian man of my inspiration, respect dear bro
@faustinegascon9928 Жыл бұрын
Much respect young man! Keep up the good work 👍
@intezimberedomithille5945 Жыл бұрын
Dr jackson Hejuru cane ndagukunda naguheruka kera muri PEARL RESIDENCE Hotel BUJUMBURA ndi Domithille
@gilbertngabirano4210 Жыл бұрын
Ndashimiye Dr Jackson aramfashije canee, I'm his fan. Terimbere Dr Jackson
@sinibagiyealfred5630 Жыл бұрын
Jackson homme panafricaniste Que Dieu te bénisse
@henrydaprince718 Жыл бұрын
Well Saying Mr Ubuntu I Really Like Your Words. You Are My Inspiration And I will Get Benefit A Lot✊✊✊✊
Bravo Jackson...c'est vraiment du bon travail, tu es un bon modèle pour tes compatriotes.
@JeanMarieBAMPORUBUSA Жыл бұрын
Nguyo rero umuntu akunda igihugu apana bamwe bigize ibihangange ngo baba za America za burayi cours petit frere Imana igufashe hama ubutegetsi nabwo bugushigikire
@gastonmodestkaziri2566 Жыл бұрын
This young man is extra-ordinary fellow like the one I heard recently who has built gated-village in Bujumbura! Take it from me under the current political leadership you will see many Burundians returning home. Mind you almost no one wishes to become politicians they love to be supportive to their fellow Burundians in development issues. You will see by 2030 Burundi will be highly developed like countries such as Tanzania, Kenya and somehow Uganda. Well done young man.
@agakwavu9473 Жыл бұрын
Je sais très impressionné par ta vision. Go forward !
@gisabondaye5171 Жыл бұрын
Thank u. It is a great conversation!
@justinb3355 Жыл бұрын
Mwana wa mama ego ndi muri Canada nukuri ivyo mbonye numva bindengeye!!! Wow!!!! There is still hope kabisa... reka tubihe umwanya ngirango ako karorero tuzokagendera. Urakoze cane Juste Gaël hamwe na Dr Nahayo
@emeryfashionstyleofficial8881 Жыл бұрын
Back Burundi
@N.therence Жыл бұрын
Dr urampay icitegererezo. Kandi urashimangiy indigo zanj.may god bless u
Kuvyukuri jewe ndamukunze cane kuko hari vyinshi nipfuzako twokorana kuko muri vision yanje naho ndiko ndakura twokora ibintu vyinshi niyumviriye nkabura uwo twobikorana. So God bless him and IConglatulate him
@sabiyumvastephane9943 Жыл бұрын
yoooooooo just iyo ereur ni gute ga cha usigaye ama interview ntitukubone kandi ari wewe ubiryocha ukuntu ubaza ibibazo ukuntu intelligent kenchi tubaturiko turaba wewe yoooo pole sana kwli kubona atanuwukubwira ngo akwibire akabanga umengo uriko uvugicha aba prisonier birarambira cane uguma ufixa camera kumuntu umwe pole sana kwli hope you get back doing your thang Goodluck
@ndayizeyeprotais59 Жыл бұрын
Uri umuntu w'umugabo ndakwemeye. Qui ne risque rien n'a rien
@trophywilson7211 Жыл бұрын
But I understood you you missed Family that is the fisrt thing made you go back
@kumurundi6120 Жыл бұрын
Uwondamwemera❤️❤️❤️
@livinmuzaneza6517 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane uwomu Dr yubahwe kuvyiyumviro vyiza ariko asangiza abarundi juste big up bro
@suadonahayo Жыл бұрын
Muburundi habonetse 10/100 yabameze nka NAHAYO twoteye imbere sana
@nellylouise4507 Жыл бұрын
Congratulation Dr Nahayo Jackson. You preach by example. Moreover you are very conversant in English. Cool man