Wa MUKOBWA yatererwa ivi na DIASPORA w'UMUTAMA atanze umuco//Abavyeyi baratuvumye//Agahinda nagize #diaspora #urukundo
Пікірлер: 413
@umukubito25711 сағат бұрын
Kurikirana indirimbo iryoshe JAH BLESS by NICK G x EDO SHAIN ft POP SHADDA kzbin.info/www/bejne/mHW7pIhnm92ZhLM kzbin.info/www/bejne/mHW7pIhnm92ZhLM kzbin.info/www/bejne/mHW7pIhnm92ZhLM
@pierreclavernduwimana19745 сағат бұрын
Banyina sha niwikundanire nuwo umutima ukunze. Ariko, tube ukunze amaronko canke kubera aba muri America. Kuko urwo ntiruzoba ari urukundo ukunda uyo muhungu. Ariko noguhanura ko wohuma murukundo nyarwo
I love your confidence mukobwa abaguca intege ubihoze President Trump wa 🇺🇸 78ans umugore wiwe 40 ans erenga gato President Joe Biden 81 ans umugore 55 ans President wa Cameroun 85 ans erenga umugore 40 ans erenga gato President wa Bresil 73 ans umugore 36 ans President wa France 🇫🇷 umugore wiwe amusumvya ingahe Naho iwanyu uburorero burahari. Congratulations mukobwa
@ibrahimrwasa63458 сағат бұрын
Congratulations 🎉🎉🎉
@irakozeines81438 сағат бұрын
Nibakureke sha ahubwo uravye nabi bashobora nokumukwiba . Congratulations
@lindajackson708036 минут бұрын
Abisi ntibabura ivyo bavuga nibakureke je mbona ni sawa aramafaranga ayazanye harumuntu yamubwiye ayazane 😂😂
@Jean-MarieHaragakiza78 сағат бұрын
Imyiteguro nyiza sha
@DJMurya9 сағат бұрын
Inkinamico Episode 3……. Ntaruhari muri muri show biz😂😂😂😂