Umukuru w'igihugu yatanze infashanyo kumiryango yatewe n'imyuzurira y'amazi mu Gatumba

  Рет қаралды 5,581

Mashariki TV

Mashariki TV

3 жыл бұрын

#Burundi Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yatanze infashanyo yibifungurwa bigizwe n'ifu y'imyumbati, ibiharage umuceri n'ibindi bingana ni itoni 25 ku miryango irenga 1300 yegeranirijwe muri Site SOBEL iri muri Zone Maramvya, Commune Mutimbuzi intara ya Bujumbura inyuma yaho bateshejwe izabo n'imyuzurira y'amazi ya Rusizi muri zone ya Gatumba. Akaba yasavye iyo miryango ndetse n'abarundi bose muri rusangi kumenyera guhangana n'ihindagurika ry'ibihe.

Пікірлер: 5
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 5 ай бұрын
💯💯🇧🇮
@rukundoibrahim807
@rukundoibrahim807 3 жыл бұрын
100%100
@Mwanaume676
@Mwanaume676 3 жыл бұрын
Vyiza cane
@stevemana9724
@stevemana9724 3 жыл бұрын
Ngo ibiro 25 vy’ibiharage n’ibiro 25 vy’umuceri?
@rukundoibrahim807
@rukundoibrahim807 3 жыл бұрын
100%100
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
00:23
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 17 МЛН
Summer shower by Secret Vlog
00:17
Secret Vlog
Рет қаралды 13 МЛН
Invest in Burundi: Success stories
25:28
Agence de Développement du Burundi - ADB -
Рет қаралды 29 М.
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
00:23
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 17 МЛН