Umushikiranganji wa mbere yategetse ko ata fumbire yosubira kudandazwa mu mu mabutike canke ahandi.

  Рет қаралды 5,798

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Umushikiranganji wa mbere yategetse abajejwe intwaro ko ata fumbire mvaruganda yosubira kudandazwa mu mu mabutike canke ahandi. Mu nama yagiranye n'abajejwe intwaro hamwe n;uburimyi n'ubworozi Gervais NDIRAKOBUCA yashikirije ko mu gihe reta itanga amafaranga agera ku bice 70 kw'ijana y'ikiguzi c;ifumbire kugira ngo abarimyi bayironke ku giciro gito bibaje kubona hari abadandaza bayikura ku ma hangars bakaca baja kuyidandaza.

Пікірлер: 4
@oliviertwizerimana1099
@oliviertwizerimana1099 2 жыл бұрын
Iryo jambo niryiza cane rikwire hose na bamwe bigira intumva mukutorohereza umwenegihugu bagerageze baryumve.🙏🙏🙏
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 2 жыл бұрын
Ibi nivyo twari turindiriy imyaka nimyaka bamwe bigira ngo carabavunye bagaca bigira vyishi nibumve
@gracecishahayo8819
@gracecishahayo8819 2 жыл бұрын
Banyakubahwa muhagurukire ikibazo naco c'ukuntu passeport nazo zosubira kuboneka
@jeanmariendayishimiye2614
@jeanmariendayishimiye2614 2 жыл бұрын
Nshima kukuntu afata ingingo nkumugabo
Real Man relocate to Remote Controlled Car 👨🏻➡️🚙🕹️ #builderc
00:24
Человек паук уже не тот
00:32
Miracle
Рет қаралды 4,3 МЛН