Umushikiranganji wa mbere ati: "Ntihagire umwenegihugu asubira gufungirwa ubusa''

  Рет қаралды 9,004

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Umushikiranganji wa mbere ati: "Ntihagire umwenegihugu asubira gufungirwa ubusa. Amategeko avuga ko kugira umuntu afungwe ari inzira ya nyuma ibindi vyose vyanse. La détention c'est l'exception"

Пікірлер: 10
@VenuNdagije
@VenuNdagije 3 күн бұрын
Komera mutama.
@ultrasaver6681
@ultrasaver6681 2 жыл бұрын
bibandanije uku ndabona ivyobahoze bavuga kuburundi buzoba nkaparadizo bizoshika mbega abayobozi babereye🤔 n'Imana yonyene iriko irikorera
@novatidamian7236
@novatidamian7236 2 жыл бұрын
Komera mutama ugarukire igihugu nayo uwurahowe yaringigwa mushikiranganji yarurwokwifotoza numugore wiwe ngo nakamarayika emama ngo numwamikazi atariyakaboneke muburundi. Chapa kazi mzee "hapa kazituu"
@BukeyenezaSamuel-o7n
@BukeyenezaSamuel-o7n 10 ай бұрын
Komera nyakubahwa
@all-in-One452
@all-in-One452 2 жыл бұрын
Nukuri Mutama gerageza kumbure ngira bamwe bamwe boruhuka gutoteza
@GodfreyJuma-n3x
@GodfreyJuma-n3x 4 ай бұрын
Komera mutama niwubahwe
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 2 жыл бұрын
Ntubona abantu bazima bafise ubu muntu! Nuko nuko.
@claudeshema684
@claudeshema684 2 жыл бұрын
Reta nvyeyi reta nkozi niwirambire mutam
@lazzR1935
@lazzR1935 2 жыл бұрын
Aho nisawa
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 2 жыл бұрын
Komera kw’ijambo nyakubahwa,izo moanuro mubaha mwari mukwiye no kuzi baha mu nyandiko bakaba bazifise aho bakorera nayo ahandi hari ababisiga ngaho nyene bagakora ivyo bakamisha ari vyo bituma igihugu gicafuzwa kubera ba nda ndende.Mukomera kwibanga ejo ni heza.Nkne ko ari president na Mushikiranganji wambere bavuga ivyo intwaro ibereye gusa,abandi bari he?
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН
The evil clown plays a prank on the angel
00:39
超人夫妇
Рет қаралды 53 МЛН
🔴LIVE: Amakuru Arambuye | Tariki 09.02.2025
RwandaTV
Рет қаралды 1,8 М.
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН