Umutama w’ubwenge budasanzwe NGABO Léonce/iciyumviro ca Gretha KWIZERA caramuryoheye cane😍/umviriza

  Рет қаралды 10,169

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

6 ай бұрын

#sirenvibestv #oldisgold

Пікірлер: 64
@djcloubuke
@djcloubuke 5 ай бұрын
Respect à vous monsieur Ngabo leonce.uri intwari idasanzwe
@dushimeterry
@dushimeterry 4 ай бұрын
Muchrespect to him 🎉He is real legend;Yarashoboye vyose comedie; Acting film; Singin"🎉🎉Amashugwe yiwe❤🙏💯Azokore Feat na Sat.B🎼🔊🎶🙏
@user-tt8mi5wc5s
@user-tt8mi5wc5s 6 ай бұрын
Azigamwe na Ndiho.Sagamba Burubdi 🎉🎉🎉
@lauritanicole4410
@lauritanicole4410 5 ай бұрын
Ngabo sha yaradukunda tukiri abana yaratuvugitiza Guitar
@mutabarukaalexis13
@mutabarukaalexis13 6 ай бұрын
Hossy mukobwa mwiza turagukunda uradushimisha. Noneho ukoze umuti uyu muntu numvaga ko yashaje Imana yamuhamagaye Hari ahantu aririmba nkishima" iyo niriwe ntakubonye amaso acaba umunani" ni umunyamitoma kbs. Mugire amahoro turabakurikira kuva murwa Gasabo❤❤❤❤❤❤❤
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 6 ай бұрын
Nsagamba burundi, ngayikundaaa iyo ndayumvise mpora canumva ikinti kumutima cyi vyishimo
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 6 ай бұрын
Ewana uyomutama yubahwe p.
@dushimeterry
@dushimeterry 4 ай бұрын
Mr Gito🎉❤Ndamukunda cane
@jahbless-qd8lr
@jahbless-qd8lr 6 ай бұрын
Kamenge kuna talent
@bibikiki8437
@bibikiki8437 6 ай бұрын
Wakwetu Kamenge Komera Legend wacu Turagukunda cane Kandi twari tugukumbuye Ngabo Leonce hejuru cane grand frère wa mu Quartier 🇧🇮❤️🇨🇦❤️🇧🇮❤️🇨🇦❤️
@delacycy
@delacycy 6 ай бұрын
Itunga igihugu gifise uwu arimwo❤
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 6 ай бұрын
Tha legend in the place❤
@khanwkk
@khanwkk 6 ай бұрын
Irambire mutama twagabiwe narurema.iyondirimbo sagamba burundi itwibutsa igihugu cacu.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 6 ай бұрын
Yoooo pôle sana mon père rispect père ubikora neza cyane 🎊🎊🎊🎊🎊🥰🥰🥰🥰💕💕💕💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪
@lauritanicole4410
@lauritanicole4410 5 ай бұрын
Uyu mukobwa ari ku kivi courage nukuli Hosi
@happyhappy3493
@happyhappy3493 6 ай бұрын
Ufise akaranga ibind bidafise Burund ❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 6 ай бұрын
Aratesa Ngabo saaana Hosy Merci cane kur Ngabo wazanye igiteramo ndumva kizoba gitesa saaaaaana 💞💞💞💞
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 6 ай бұрын
Yoooo merci sana arakwiye urugori, prochainement uzane Bahaga
@HamdanNijimbere-ke9nr
@HamdanNijimbere-ke9nr 6 ай бұрын
hosy thx kutwereka legend de legend❤
@NdayikengurukiyeJuvent
@NdayikengurukiyeJuvent 6 ай бұрын
Uwutokunda sagamba si umurundi ngabo wirambire
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 6 ай бұрын
Harakenewe musee yumuziki wuburundi p hakandikwa ibitabo Abobatama bakiriho
@ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii
@ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii 6 ай бұрын
Hozy bandanya ukwo nyene ivyo nipfuza kubona kuba journaliste b'Abarundi uriko urabikora "duza ibendera ryacu"
@Yemwe
@Yemwe 6 ай бұрын
Wubahwe mzee🎉 Wacu ramba❤🙏👏
@ndayiragijebilly4894
@ndayiragijebilly4894 6 ай бұрын
Imana imutuzigamire cane...il est humble cane🙌🙌
@Kanuma50
@Kanuma50 5 ай бұрын
Yoo il fait pas son âge lmana ishimwe ikimurinze merci bcp pour les belles chansons papa en plus numusilimu belle homme hossy merci aussi wazanye un homme intelligent asanti sana.
@user-pr9ig2rv2p
@user-pr9ig2rv2p 5 ай бұрын
Respect🇧🇮
@christinesemuto940
@christinesemuto940 5 ай бұрын
Merci Léonce birya bihe vyari bon tu ne viellis pas vraiement. Respect
@benshaka7595
@benshaka7595 6 ай бұрын
Uwu mutama ariko ngira ariyubura! Un septagenaire ata ruvi na rumwe ku mutwe
@titieloge
@titieloge 6 ай бұрын
The legend
@happyhappy3493
@happyhappy3493 6 ай бұрын
Abantu nkaba barakenew cane nkund kumv indirimbo zihayagiz uburund izakera zozo akanovera kararenz😊😊
@botiger7208
@botiger7208 6 ай бұрын
Umutama wamatekawubahwe
@angemugisha7056
@angemugisha7056 5 ай бұрын
Wooow 🔥🔥🔥
@user-fi6cb2ve4u
@user-fi6cb2ve4u 6 ай бұрын
Sagamba=cinquantenaire 🔥🔥🙌💯
@divinenduwayo2162
@divinenduwayo2162 6 ай бұрын
Ndabibutse uwundi mu lengend? BABY JOHN,yaririmvye indirimbo:kugiti Curukundo.arino amaz igih kinini Ariko yahora yibera France
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 6 ай бұрын
Sagambaaa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥God bless you Mr Leonce Ngabo 📺🎧😍😍
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g 6 ай бұрын
Legend ❤
@ChachaChany
@ChachaChany 6 ай бұрын
Umutama wacu yubahwe cane mbe film gito l'ingrat niwe yayikinye?
@stephanienduwayezu8165
@stephanienduwayezu8165 6 ай бұрын
Iyo 5mille franc yari igikebecois ca Quebec ❤
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 6 ай бұрын
Imana Ibandanye Imuzigama impano yiwe n imigisha kugihugu
@Twese.01
@Twese.01 6 ай бұрын
Hosy wakoze kutuzanire légend Ngabo , indirimbo ziwe zirimwo ikirundi kinoze neza abakera batahura n'abubu bumva neza.Ni inspiration kuri génération yubu. Asante sana , from canada.
@user-fy9pw2zr8l
@user-fy9pw2zr8l 6 ай бұрын
ngabo leonce yashaje
@Kajo985
@Kajo985 6 ай бұрын
Image murahinyanyura birimwo igifungu
@stephanienduwayezu8165
@stephanienduwayezu8165 6 ай бұрын
Komera Ngabo Uri umugabo
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 6 ай бұрын
Yooooo ndamuheruka 2015 twuriranye indege Mana weee naramubonye ndanezerwa cane 😂😂😂❤❤❤❤ ozi wakoze kumuzana ndagukunda ❤❤❤🇸🇦🇧🇮🤞
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 6 ай бұрын
Uyu ni legend
@ElyseeSagamba-vl7li
@ElyseeSagamba-vl7li 6 ай бұрын
Iyo ndirimbo ndayikunda caane! Kukaba nkako nitwa SAGAMBA😂😂
@christainc.5217
@christainc.5217 6 ай бұрын
Komerea❤❤
@pichionerappeur2810
@pichionerappeur2810 6 ай бұрын
Légende ✅
@Innocentciza
@Innocentciza 6 ай бұрын
Yubahwe caane
@happyhappy3493
@happyhappy3493 6 ай бұрын
Ndagukunda Rosy❤❤
@aaronbe9966
@aaronbe9966 6 ай бұрын
Je pense que tu devrais rajouter aussi #rwanda #Burundi
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 6 ай бұрын
Mzee wetu.
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 6 ай бұрын
❤❤❤
@jeankwizera4719
@jeankwizera4719 6 ай бұрын
Nc
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@NdimuLyne-be4nf
@NdimuLyne-be4nf 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 6 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💞
@emilendayikeza5379
@emilendayikeza5379 6 ай бұрын
muzee wa busara
@olivierbigirimana6785
@olivierbigirimana6785 6 ай бұрын
abonibo tuba dukeneye
@mjlk450
@mjlk450 6 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪🫶
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 6 ай бұрын
Yooooooooo Hosy wubahweeeee urakoze cane kutuzanira uyumuvyeee ndumiwe, izondirimbo nahora ndazviriza kwiradio ntazi uwaziririmvye none finally ndamubonye kur siren Tv ❤❤❤❤wallah mwubahwe cane ndumiwe pe🤔🤔
@mutabarukaalexis13
@mutabarukaalexis13 6 ай бұрын
Hossy mukobwa mwiza turagukunda uradushimisha. Noneho ukoze umuti uyu muntu numvaga ko yashaje Imana yamuhamagaye Hari ahantu aririmba nkishima" iyo niriwe ntakubonye amaso acaba umunani" ni umunyamitoma kbs. Mugire amahoro turabakurikira kuva murwa Gasabo❤❤❤❤❤❤❤
@MarieGorethKamariza
@MarieGorethKamariza Ай бұрын
❤❤❤
@cromeo6716
@cromeo6716 6 ай бұрын
❤❤❤
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
00:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН
Beautiful gymnastics 😍☺️
00:15
Lexa_Merin
Рет қаралды 15 МЛН
아이스크림으로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 60 МЛН
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
00:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН