Рет қаралды 8,586
Umutima wanje urigina Umukama
Umushaha wanje wuzuye akamwemwe
Kuko yibuts’ umutoni wiwe muto muto,
Abantu bose bazonyita muhirwe.
Kuko Rugira vyose yangiriy’ ibitangaza
Izina ryiwe, izina nryiwe, izina ryiwe ni ryeranda rwose.
Agirira ikigongwe abamwubaha bose, n’abavyeyi n’ibibondo.
Yerekanye inganji yiwe, asanzaza bene umutima wishima.
Yakuye ku ngoma abiganje, yimika abatobato
Aboro yabahagije ivyiza vyiwe, nayo abakungu bagenda zirayoye
Yabungabunze Israeli Umutoni wiwe, yibuk’ Ikigongwe ciwe.
Nkuko yavyemereye ba sokuru bacu, …
Nihaninahazwe Data na Mwana, na Mutima Mweranda
Nkuko vyamye na mbere hose, ni bibeko, ni bibeko
Ubu n’myaka yose.
Umutima wanje urigina Umukama
Umushaha wanje wuzuye akamwemwe