Рет қаралды 22,023
#Burundi Imbere yuko Umwungere mushasha wa Diocèse #Bururi yatigwa mw'Ibanga ry'Ubwepiskopi, Musenyeri Gervais BANSHIMIYUBUSA yari arongoye iyo misa yaribukije uko umwungere abwirizwa kumera nibwirizwa kumuranga. Ati kumwe ku mwami Salomo abwirizwa kwirinda umwina w'ivyisi akitaho nyabuna kumera gukora nkuko uwamutumye ashaka.