VLOG:Come and Visit Burundi with us🇧🇮/The most beautiful Country in the world n’Uburundi bwacu😍

  Рет қаралды 15,284

Hosy IRAKOZE

Hosy IRAKOZE

Күн бұрын

#burundi #vlog

Пікірлер: 71
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 3 ай бұрын
Waouh...le Monsieur qui nous explique notre histoire est trop top ! Il est compétent dans ce qu'il fait. En plus, il parle très bien le Français!
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 3 ай бұрын
❤❤❤❤👏👏👏👏👏👏👏👏 mura ryoheye peee kunyereka ivyiza vy'uburundi bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Imana ikomez k'uzigama uburundi n'abarundi ♥️♥️
@FionaBitangazavyimana
@FionaBitangazavyimana 3 ай бұрын
Ingoma ziwacu sinigera ndazihaga ... merci bck Hosy
@anifakante3643
@anifakante3643 2 ай бұрын
Waou amazing ❤
@N-Sagittar
@N-Sagittar 2 ай бұрын
NDI UMUNYARWANDA,ARKO MBONYEKO UBURUNDI BURYOSHYE PE🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪👍👏💪👍👏❤❤❤❤❤❤❤
@VYIZIGIROFiston
@VYIZIGIROFiston 3 ай бұрын
Hosy utumy ndira ecouteur nar ndazambay ndariz ukunt ukund uburundi nnj niko ndabukunda ❤🇧🇮❤
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@nirenganira8433
@nirenganira8433 3 ай бұрын
Ivyo vyose aho mvuka turacabikoresha inkongoro igisabo inkoko nibiseke vyooose iwacu biracakora kandi ndacabikunda numva atapfunwe bintera ❤❤❤
@nyandwienock1885
@nyandwienock1885 2 ай бұрын
Ahomugishora vyankabikunda ngombakuja kuk nkunda ingomakubi
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 3 ай бұрын
Munkumbuje amandazi Iburundi mugira amandazi aryoshe ❤😋
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 3 ай бұрын
Dative sha ndamukunda ❤❤Hosy Thx kudutembereza❤❤🎉🎉
@inesirakoze1954
@inesirakoze1954 3 ай бұрын
Burundi Bwacu Burundi Buhire💙💙💙
@PiscoPhiri
@PiscoPhiri 3 ай бұрын
Uwudakunda Uburundi biramusha(tampis pour lui). Eden🇧🇮yubahwe👍👍
@kigobekingkong387
@kigobekingkong387 3 ай бұрын
Ibi nivyo abanu baba bashaka kubona 😍😍😍😍
@niyokwezeraepode
@niyokwezeraepode 2 ай бұрын
Muburundi niheza kabisa muradikoleye umuti komer cane karibu ni MAkamba.
@logic-commentetor3258
@logic-commentetor3258 3 ай бұрын
Yes Hosy, Nzogira effort :-) Akamo ndakitabiriye. Ndakunda ako gafaransa muvanga mukirundi n ubwo bitugora gutahura rimwe na rimwe.Agakobwa kacu turagashigikiye 100%. Big up sana.
@BigirimanaBi
@BigirimanaBi 2 ай бұрын
Bambeeeee'''birahimbayeeee
@Misagofolks
@Misagofolks 3 ай бұрын
Nukuri ndashimye cane, ahubwo ntegerezwa gutegura urugendo two kujamuri kimwe canke bibiri murivyo bibanza kumwakabuza niyo nataha kwereka nyinakuru abana navyariye mumahanga. Turikumwe cane
@JohnBalaka-ku8mw
@JohnBalaka-ku8mw 2 ай бұрын
Ncan gos
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 2 ай бұрын
Hosy Aho hose urahanyibukij ndahazi wubahwe caaane 🎉🎉🎉🎉
@AimeHakizimana-q4v
@AimeHakizimana-q4v 2 ай бұрын
Nciye nkumbura igihugu canje 😊
@nowornever5189
@nowornever5189 3 ай бұрын
Urakoze cane Europe turashima videos zitwereka iwacu
@HAlex-nz5zh
@HAlex-nz5zh 3 ай бұрын
Weldone murabana bumutima ,ivyisa dufise iwacu nivyishi caaane , can't wait to subscribe
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 3 ай бұрын
Waooooo biratesa iburundi nihez kbs rek ntoragateb numvirize 🎉🎉🎉🎉🎉
@IsufuRajabu
@IsufuRajabu 3 ай бұрын
Ikintu ntashimye nuko history y'uburundi bayigisha mugi franca kandi mwese muraho murabarundi uyomuntu ntazikuvuga ikirundi??? Birambabaje peee😢
@kevinblessing76
@kevinblessing76 3 ай бұрын
Nous sommes ravis vrt....mercii❤❤❤❤❤
@Hi5392
@Hi5392 3 ай бұрын
10:40 kuber'iki batayo abakobwa gusa??? abasore babatey'inda barabarondera ngo babamenye basi?
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 ай бұрын
uburundi nibwiza pe
@richardbunoko5034
@richardbunoko5034 3 ай бұрын
Actually those are the precious places we have in Burundi that need to be renovated in and surroundings
@nzohabonayofamily4701
@nzohabonayofamily4701 3 ай бұрын
Merci beaucoup Hosy. Ni gushira lien ya site internet ya Dative kugira dushobore kwi organisa, tugategura trip seimbere yo kuza I Burundi. Urakoze
@PasteurHakizimana
@PasteurHakizimana 2 ай бұрын
Uwudakunda uBurundi nakazikiwe
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Aho wa Hosy wangu nakupenda sana,kuberiki??nkunda ukuntu utwitaho udutembereza cane naho tutaba twahashitse ndaryohewe niyo Vlog vya tesa bzuu
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 3 ай бұрын
Waaauuuu merci biratesa
@ericniyonzima707
@ericniyonzima707 3 ай бұрын
Ndaryohewe nizingoma
@VYIZIGIROlambert
@VYIZIGIROlambert Ай бұрын
J'adore INGOMA
@SmilingCrocodile-ge3yn
@SmilingCrocodile-ge3yn 2 ай бұрын
Nitwa Shema I love you jewe I mba imahama😂
@IrambonaBelyse-h5v
@IrambonaBelyse-h5v 2 ай бұрын
Igifaransa cuwo mutama kirandyoheye
@niyokwezeraepode
@niyokwezeraepode 2 ай бұрын
❤❤❤❤
@archangemutibagirwa554
@archangemutibagirwa554 Ай бұрын
@SmilingCrocodile-ge3yn
@SmilingCrocodile-ge3yn 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@EricJoshua-k7v
@EricJoshua-k7v 2 ай бұрын
Ikibabaj nuko kahise kuburund bagasigur mundimi zamahanga
@nyandwienock1885
@nyandwienock1885 2 ай бұрын
Ariko iyo Miseviva irashaje bazahavugurure
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi 3 ай бұрын
Uwutazi ivyisi avyita ivyiwe 😂😂😂😂😂😂 nukwicara tukiga tukegera Imana
@sibomanaadrien33
@sibomanaadrien33 3 ай бұрын
Hosy kontakubona muri video ,ndagunda knd ndakunda ibiganir vyawe.
@nihimbiseeric4024
@nihimbiseeric4024 2 ай бұрын
Wakoze kuduha umurisho w,ingoma,arko ubirangije nabi ngo ntuwaruziko kirundo hariyo ama hotel!nedda mwana olimba nturinamagezi.uribazako hsriho intara itarimwo ama hotel?ntuzusubire gusuzugura kdo nkuko.okitegera nyabo?toddamo.nze ngenze
@Alainfify01
@Alainfify01 3 ай бұрын
Très intéressant
@nirenganira8433
@nirenganira8433 3 ай бұрын
Bantu mukora ahihantu muze murahahungura ibiyo biracafuye
@Alainprincengabirano
@Alainprincengabirano 3 ай бұрын
Merci Hosy🙏
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 2 ай бұрын
None kuki batahasukura jw birantangaza pe
@christainc.5217
@christainc.5217 3 ай бұрын
Abazivyisi botekereza gukumirana bigahera kuko turavyabo bapfuye kera ndazi namagufa ntakibineka 😢😢😢masikini
@alfredrubyutsa7784
@alfredrubyutsa7784 3 ай бұрын
Hi I like your content sister
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi 3 ай бұрын
Biratesa ❤❤❤❤❤
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 3 ай бұрын
Hosy nukuri ztm encore umugani wuwuraho❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nirenganira8433
@nirenganira8433 3 ай бұрын
Uyu musi ndanezerewe akantu kanezereje mbonye nkagize ibanga namwe nimurabe muraza kukibarira 😂😂😂😂😂
@Barca788
@Barca788 2 ай бұрын
Uraza urandika pour ne pas nous dire wibagiye
@julius875
@julius875 3 ай бұрын
Courage sisters this vlog is 👍🏻👍🏻
@salvatorndayisaba-xz4nz
@salvatorndayisaba-xz4nz 3 ай бұрын
Nzoduga😂😂
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 3 ай бұрын
Nivyiza kiyago
@nirenganira8433
@nirenganira8433 3 ай бұрын
Niheza pe
@chanelleButoyi
@chanelleButoyi 3 ай бұрын
Courage papa parle bien le français ❤❤❤❤❤❤
@EricOfficial27
@EricOfficial27 3 ай бұрын
❤ndakwikundr p
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 3 ай бұрын
Muramvya niheza cane
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 ай бұрын
ikiganiro ciza
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 3 ай бұрын
Ikibazo cawe nukaryamana n'abahutu !
@SggzgxgSggzgx-dd5uf
@SggzgxgSggzgx-dd5uf 3 ай бұрын
Imana ikubabarire.nutihane uzorimbuk ntasoni😢😢😢
@kayitarejames9507
@kayitarejames9507 2 ай бұрын
Haricyo bitwaye yabakunze ikibazo kirihe si beza?
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 3 ай бұрын
Ivyo bifaransa navyo gute muta? 😂😂😂
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 3 ай бұрын
Ndakurahiye adatesa numu guide wa bien avuga français agaçante nikirundi😂
@garythebeast3056
@garythebeast3056 3 ай бұрын
Uburundi bwacu bwiza weee ariko mudufashe mwebwe mushikaho baze barahasiga akarangi kuriyonzu kugira hagume hasa neza kuko niratiro ryiza please
@sylvaneirigizimana1062
@sylvaneirigizimana1062 2 ай бұрын
ndatangaye imbere muri musee gtg ni heza ariko inyuma uriko urengana uravye ingene hasa nta nyota yokujayo ugira.uyo mutama yubahwe.no mugishora muzoshireyo umuntu azi indimi zose ahakorera
@nduwimana669
@nduwimana669 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤
버블티로 부자 구별하는법4
00:11
진영민yeongmin
Рет қаралды 18 МЛН
This mother's baby is too unreliable.
00:13
FUNNY XIAOTING 666
Рет қаралды 38 МЛН
小丑家的感情危机!#小丑#天使#家庭
00:15
家庭搞笑日记
Рет қаралды 31 МЛН
Burundi // World's Poorest Country? ( ummm possession makes you rich??)
10:03
First Day In World’s Poorest City 😱 In Africa ( BURUNDI BUZUMBURA ).
21:19
버블티로 부자 구별하는법4
00:11
진영민yeongmin
Рет қаралды 18 МЛН