Vlog:MY BIRTHDAY WEEK RECAP||The best and the worst birthday week ever|my DAD being in the Hospital

  Рет қаралды 17,325

Hosy IRAKOZE

Hosy IRAKOZE

Күн бұрын

#birthday #birthdaycelebration #birthdaycake #burundi

Пікірлер: 49
@DonDorelishimwe
@DonDorelishimwe 3 ай бұрын
Uwizeye ko papa hosy Akira navuge ATI Amen
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 2 ай бұрын
Amen yarakize mwiza❤️🥰
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj 3 ай бұрын
Hosy ndaguhumurije bishire mukwizera umuvyeyi wawe azokira
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 3 ай бұрын
Umuvyeyi uti imisuhuko
@kwizeraflorence1671
@kwizeraflorence1671 3 ай бұрын
Love you hosy ❤❤ from Rwanda
@IrambonaBelyse-h5v
@IrambonaBelyse-h5v 2 ай бұрын
Mutubwire ico kibanza please mwakoreyemwo anniversaire
@wininimfasha8293
@wininimfasha8293 3 ай бұрын
Hosy uzoturangire ahantu wagirishij tatouage y'ingohe 😂😂biratesa sanaa
@cappucinella9120
@cappucinella9120 3 ай бұрын
Usigaye uri umu makeup artist bravooo, hama papa mw'izina rya Yezu ndamusabiye gukira, kandi nawe ureme sha umusi wamavuka numusi mwiza kuko Imana yakuturemeye 🎉🎉🎉❤❤❤❤ ugire imigisha myinshi❤❤
@IradukundaLiesse
@IradukundaLiesse 3 ай бұрын
Gusa narakurungikiye audio ndakuririmbira kuri Instagram umusi wa annif yawe ikibabaje ntiwayumvirije😢
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 3 ай бұрын
Mukama wikigongwe Hosy wigumye azokira papa wacu twese yatuvyariye uwo dukunda
@rachel_igiraneza
@rachel_igiraneza 3 ай бұрын
your makeup is doppp🥹❤️
@IradukundaLiesse
@IradukundaLiesse 3 ай бұрын
Utumye ijoro riba ryiza kuri jewe shn❤jtm
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Hosy wanje waruberewe,mwari muberewe Dacia kowarutekanye cane Nickita waruberewe cane Gretta ukonyene,Peshy nawe arutesa umwna windero arimubantu bakuze aratekana vyasa neza umusi mwiza bzuu
@DonDorelishimwe
@DonDorelishimwe 3 ай бұрын
Tnk uuu kuri blog ❤shahu hosy Hama papa wawe je prie pour lui que la bénédiction sois à côté de lui vuba arakira au nom de Jésus Christ Amen 🙏🏾
@aurore5620
@aurore5620 3 ай бұрын
Uzoshiremwo amavuta yitwa t444z hair growth arakunza umushatsi sana
@kimana8818
@kimana8818 3 ай бұрын
Turangire Aho agurirwa
@aurore5620
@aurore5620 3 ай бұрын
@@kimana8818 murwanda, kenya arahari narayaguzeyo jwe murwanda
@christainc.5217
@christainc.5217 3 ай бұрын
Pore san azokira
@paolabizimana2099
@paolabizimana2099 3 ай бұрын
Kugra abagnzi bakwiyumvra kuruy musi kuku ryohereza nivyagaciro uzobabike ahadata Hosy
@nellagahimbare
@nellagahimbare 3 ай бұрын
Bon rétablissement à ton papa shaa🫂🫂❤️❤️❤️❤️
@nadgashi7827
@nadgashi7827 3 ай бұрын
Papa Imana iramufasha cane arakira vyohuta. May God bless him. Ese kuvyara abakobwa sha ❤❤❤. Barakagutamika Muvyeyi urabikwiye🙏🙏🙏
@LameckNgabo
@LameckNgabo 3 ай бұрын
Happy birthday 🎊 babe gal❤❤❤❤
@iradukundatwese
@iradukundatwese 3 ай бұрын
Bjr bjr nice vrt vrt ikiganira kimeze cane Hosy nashaka kumenya aho ukorera kuk harikiganiro nashakako dukorana i adress bikunze woyindonsa kuriyo i mail nkoresha
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 3 ай бұрын
Jew nryohew kubona ingene hosy agaburira papa wiwe akamuha ama keya kobitesa
@Possible204
@Possible204 3 ай бұрын
Umuvyeyi arware akira. Hama tuzosubira kuyindi vlog😅
@NDAYISHIMIYEBeatha
@NDAYISHIMIYEBeatha 3 ай бұрын
Alpha nawe k ntamubkna😢
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 3 ай бұрын
Jew nryohew kubona ingene hosy agaburira papa wiwe akamuha ama keya kobitesa
@ginezruzunga915
@ginezruzunga915 3 ай бұрын
Photos zirasara!!! HBD to u .. uhezagirwe
@SolangeMukeshimana-uf3nc
@SolangeMukeshimana-uf3nc 3 ай бұрын
Nanje ndabihamya ko Papa Hosy atesaaa🥰🥰
@uwimana8584
@uwimana8584 3 ай бұрын
Hosy nahora nibaza ko arinzobe ndabibonye ubunyene kumbe aba ari camera yamuhay inzob
@NgabiranoGodelievebella
@NgabiranoGodelievebella 3 ай бұрын
Imana igukirize umuvyeyi wawe mwizina rya Yesu Christo yakire ugukira
@BerniceAkimana-b9d
@BerniceAkimana-b9d 3 ай бұрын
Yo oo oo imana izomukize
@IshimweBrigitte-zn1vr
@IshimweBrigitte-zn1vr 3 ай бұрын
Hosy ndagukunda can sibanga❤
@tumukundescheilla580
@tumukundescheilla580 3 ай бұрын
Aho hantu bakor imishatsi ya naturel nihehe? Hosy duh adress
@aurore5620
@aurore5620 3 ай бұрын
Imisuhuko databuja ❤
@SuavisIrakoze-id5bd
@SuavisIrakoze-id5bd 3 ай бұрын
Woooa ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 3 ай бұрын
Papa Imana îmukize❤❤
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 3 ай бұрын
Imisuhuko muvyeyi
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 3 ай бұрын
Hosy asa na papa wiwe
@cynthiairakoze3025
@cynthiairakoze3025 3 ай бұрын
Murasaaaa sh😊😊
@emelynendayishimiye8997
@emelynendayishimiye8997 3 ай бұрын
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 3 ай бұрын
❤❤❤🎉
@iradukundakelly-mf2on
@iradukundakelly-mf2on 3 ай бұрын
Waooooo sinarinz k muvukana n acsa
@GiseleTVSHOW
@GiseleTVSHOW 3 ай бұрын
💖💖💖
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@IrishuraSchella
@IrishuraSchella 3 ай бұрын
❤️❤️
@annonciatteahishakiy3693
@annonciatteahishakiy3693 3 ай бұрын
Hosy weh urawifise😅😅 jew mfise mwenewacu agufitiy iy mishatsi yimi naturel hew imaze 8ans iguma irihasi
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 3 ай бұрын
AHO HANTU NIHE?
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 3 ай бұрын
None uvuze ngwaho hantu nihe ko yagiye araca henshi ushatse kuvuga he?😂
Which One Is The Best - From Small To Giant #katebrush #shorts
00:17