Пікірлер
@lyduinestrandberg2444
@lyduinestrandberg2444 16 күн бұрын
Merci bcp Hosy, lovely
@lyduinestrandberg2444
@lyduinestrandberg2444 17 күн бұрын
Que Dieu vs bénisse bcp
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Ай бұрын
Wow!!! Ndahakunze. Mwakoze neza.
@jeannenizigiyimana6911
@jeannenizigiyimana6911 Ай бұрын
Raba ton objectif, avance vers ta vision, agis pour réaliser tes rêves, ne perds jamais du temps avec les obstacles, ne perd jamais ton temps à te justifier, à t'expliquer, avaaaaanceeee, ba umuntu w'ubuntu, Ne perds du temps à t'expliquer, avaaaaanceee
@NsavyimanaAnitha
@NsavyimanaAnitha Ай бұрын
Bandanya witagatire.wgerere kure cn❤
@NimubonaAlexis-tk9xz
@NimubonaAlexis-tk9xz Ай бұрын
I love what you do ukuntu wamamaza uburundi bigatuma uburundi bumenywa nabataribabuzi
@DiogeneMinani
@DiogeneMinani Ай бұрын
Vyiza cn.
@DiogeneMinani
@DiogeneMinani Ай бұрын
Kirundo ishobora kuba intara yogenderwa n'ingenzi mais uboneka nkuko menga ntizwi.Ibiyaga 7,imisozi historique nka shinge na rigero,....Nibarabe bagire ico bakoze kuko yokwinjiriza igihugu cn ko ari milieu touristique.
@gelasebigingo2926
@gelasebigingo2926 2 ай бұрын
Hosy, tu es vraiment honnête? jewe nda gu suiva kenshi! Ufise franchise na maturité idafise benshi. Tu as un groupe bien. Nakwirikiye your journey Mutakura City , wanyishe! 😂 Ndahazi caaaane.Hari seulement 3 Avenues.Twahora tugende kwamura ama papayes gushika hafi ya Kinyankonge.Ndi umu fan wawe. Tu es honnête et authentique 😊❤
@JeannefrancoiseNshimirimana
@JeannefrancoiseNshimirimana 2 ай бұрын
One people different colour😂😂ngo hejuru ku mbomo😅😅😂😂😂😂😂😂
@emanuellamda5437
@emanuellamda5437 3 ай бұрын
Vraiment uzombwire ahuba
@emanuellamda5437
@emanuellamda5437 3 ай бұрын
Ufise umwana arenze
@emanuellamda5437
@emanuellamda5437 3 ай бұрын
Abo bana baranryohera
@emanuellamda5437
@emanuellamda5437 3 ай бұрын
Jewe vraiment ndagukunda n'abana bawe
@emanuellamda5437
@emanuellamda5437 3 ай бұрын
Uri mwiza cane❤
@emanuellamda5437
@emanuellamda5437 3 ай бұрын
Uzoze urakora ama video murikumwe n,abana
@treasurestudio9683
@treasurestudio9683 3 ай бұрын
Mutoyi wawe arafise channel ❤😂😂❤
@fredericndayikeza9601
@fredericndayikeza9601 3 ай бұрын
Merci bcp
@fredericndayikeza9601
@fredericndayikeza9601 3 ай бұрын
Ayo mashuha narayose kenshi eka naho kuri nyaruyange narahishikiye
@ABAFUNDICIVILENGINEERS21_22
@ABAFUNDICIVILENGINEERS21_22 3 ай бұрын
Aha hantu ni heza muzabimfashemo nzahatemberere ,muzaba mukoze
@ornelladushime2888
@ornelladushime2888 3 ай бұрын
Usubiye kuja gutembera uzombwire tujane nanje ndabikunda. Hama merci Hosy
@DanielMuhoza-ng7qo
@DanielMuhoza-ng7qo 3 ай бұрын
Ndagushimiye cane, mvyofasha uduhaye akanimero kanyu
@DanielMuhoza-ng7qo
@DanielMuhoza-ng7qo 3 ай бұрын
Nāri narondeye umurundi avuga ibintu nk'ivyo, urakoze kudutera intege , tugiye gutangura
@fofoigira7107
@fofoigira7107 4 ай бұрын
None hosy muraja kuraba abantu nkabo mugataha muatbasigiye ayagacupa
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 4 ай бұрын
Courage Hosy❤
@MukizaViviane-i5g
@MukizaViviane-i5g 4 ай бұрын
Nice place ❤
@NiragiraAnnitha
@NiragiraAnnitha 4 ай бұрын
Warakoze nanje ndatangaye aha ni iwacu i Burundi waw yooh ariko ivyiz
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 4 ай бұрын
Merci hosy
@clarissangabire7706
@clarissangabire7706 4 ай бұрын
This vlog made my day kbx😂😂ndatwenze namosozi arakoroka😭😭😂😂😂
@umutonimodeste3047
@umutonimodeste3047 4 ай бұрын
Mercii Hooo
@kethianshimirimana7457
@kethianshimirimana7457 4 ай бұрын
Hosy uzoje muri Norvège uhatwerek
@noellaniyidukunda9464
@noellaniyidukunda9464 4 ай бұрын
Uburundi bwacu ni bwiza. Urakoz cane Hosy
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 4 ай бұрын
Love U all❤
@MechackNiyokwizigira
@MechackNiyokwizigira 4 ай бұрын
Waraturyanye ibintu ahubwo ima contact za dative
@IrankundaOrnella-jl7ns
@IrankundaOrnella-jl7ns 4 ай бұрын
😂😂😂😂ati warikuvyara umwana wa zebra
@KimanaSanta
@KimanaSanta 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤
@hoppyjerry
@hoppyjerry 4 ай бұрын
None drone si akadege mupfaso?
@zeldakohinoorruhuza1924
@zeldakohinoorruhuza1924 4 ай бұрын
❤❤
@zeldakohinoorruhuza1924
@zeldakohinoorruhuza1924 4 ай бұрын
❤❤
@pethrusmugisha6915
@pethrusmugisha6915 4 ай бұрын
Hosy merci,malheureusement j regrette kmyak nabaye ibururi sinigeze shika aho hantu
@Muniraksu
@Muniraksu 4 ай бұрын
Dukorane dutezanye imbere. Jewe LIKE yanje nayitanze. Na share nzoyikora mpakaaaa.
@Muniraksu
@Muniraksu 4 ай бұрын
Nukuri mwaragize ibintu bizima. Abarundi turi bamwe! Hama ayo mazi ndayazi, nayabayemwo. Nava I Vyanda nkahaca kuruhuka, ngataha Bururi centre. Hosy's Team, more applauses
@louisnahimana524
@louisnahimana524 4 ай бұрын
Murashobora kuturonsa coordonnées xy ...canke location kuri Google maps
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 4 ай бұрын
yooo sujets très importants turazirindiriy nkuko kuntu
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 4 ай бұрын
Ndamanyutse😂 hosy ngo fone yanje😂😂😂😂.so i love you gays❤❤❤
@LameckNgabo
@LameckNgabo 4 ай бұрын
Muburundi amacakubiri nirya twirira 😂😂😂😂
@MuslimStanley
@MuslimStanley 4 ай бұрын
Wouuu so amazing
@S.H-u7q
@S.H-u7q 4 ай бұрын
Izo burujwa zabo bagabo Hosy babwire bakore sport 😂😂😂
@agrcem6707
@agrcem6707 4 ай бұрын
Beautiful nature
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 4 ай бұрын
Hozy uhejeje neza ico co kurwanya ubwoko namacakubiri.Merci vrt.